Monyo _ Ndagasara (official audio)
HTML-код
- Опубликовано: 6 сен 2024
- Ubuzima bw'ubwiza nfise muri we (Yesu)
Bwanyuguriye imiryango yose
bushingura uburimbi bwose
nibwo buntera gushika kure
ntera nja imbere impande zose
ivyo nkora vyose bimbera uko.
R/ ndagasara, impande zose x2
Ohuouoooooo oooooooh x2
Amahoro umunezero nivyo bingize
ntakibazo na kimwe je ngifise
igorogota niho vyarangiriye
ngira amahirwe ahondi hose
ndi umutoni w'Imana nzima
ndiko mbaho ubushasha BW'UBUZIMA.
R/...
Bridge : ubuntu bw'Imana
nibwo bungejeje aha
burasesekaye butera kworoherwa
igihe nkora, igihe ngendaaa ntabwo nigera nduha
ngurukisha amababa nkashika kure caneeeee
ndagasara impande zose
R/...
Hallelujah
🙌
Nivyukuri Ubuntu bwimana nibwo bitugejeje Aho Turi muri kristu turatuje kuko ivyaturemera vyose yabibambanywe ntavyo igologota amen!!!!
Halleluuuuuuaaaa, igorogota niho vyarangiririye
Good job bro
Halleluya , i love this song reminds me who I am in Jesus Christ 🙌🙌 let’s spread the Gospel everywhere 🌎🔥🔥
Hallelujah, thanks for the appreciation
Ihangiro tv
Halleluaaaaa,merci mutumishi,ndagasara dans toutes les domaines burya nyene ibinyerekeye vyose bigenda neza,ndagasa kurugeze rwo hejuri.Urakoze kunyibutsa uwo ndiwe,mbandanya nimenya gusumba.Warahezagiwe cane kabisauguma ugasara ntanicoguhagarika
Ameeeen, ayo nyene niyo makuru yacu. Ntaguhagarikwa kuko Yesu yavyoroheje
Waouh mbega ihishurirwa ,ndagasara impande zose in Jesus name
Thank you 🙏
Good song🔥🔥🔥🔥🔥
Yes nanje ndagasara impande zose ham courage
Thnx
Ubuntu bw'umwani nibwo butugejje aha...Amen .... good song my brother... courage !!!
Thanks a lot my dear Nythia.
Ndagasara impande zose 👌..A nice song 👏👏. Courag mon Frère
Thanks a lot for the appreciation bro
Glory to God
Ameeeen 🙌
Courage
Mrci
Ehhh oh my God....merci bcp. Sois bénis.
Ameen, merciii
Courage courage iyo song niyo *Ndagásāra*
Mrci de m'encourager. Uzi ko title ushizeko utwatuzo bica.bisobanuka neza, thnx
@@fabricendayizeye2019 egoo bohava basoma ibitarivyo kandi túgasāra aho tugeze hose😆
Courage
Mrci