Ntabwo nari nabataye. Positive vibes imbere cane ...

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 июн 2024
  • Kubera iki ibintu bitubaka société na the coming generation arivyo bikomerwa amashi. Biragahera, faut ko positive vibes ziganza.
  • ВидеоклипыВидеоклипы

Комментарии • 8

  • @IrakozeMuhamedi
    @IrakozeMuhamedi 26 дней назад +1

    Kaka komeza imbere niheza

  • @mariegorethnzitonda775
    @mariegorethnzitonda775 26 дней назад +1

    Natwe turagushimiye Frère,kandi Imana ishimwe ko wagatoye.Bikore kuko ubikunze abatabona impinduka bazotinda bayibone.Isi vraiment inyotewe umuntu nka wewe gose.Isoma ryanje ndaritahanye kandi ngiwe kirikwiragiza Isi yooose

    • @fabricendayizeye2019
      @fabricendayizeye2019  26 дней назад

      @@mariegorethnzitonda775 Merciiii bcq de l'encouragement. Ntagusubira inyuma mbiriko. Merci encore 🙏

  • @KiruhuraEspoir-xr6gz
    @KiruhuraEspoir-xr6gz 25 дней назад

    Courage

  • @josiasndayizeye968
    @josiasndayizeye968 26 дней назад +1

    Abantu vrt bazovuva ngo uryamuntu ngo nimaboko ariko uguma uri kukivi