Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Twari twipfuza kubamenyesha ko iki ni igice ca mbere c'ikiganiro bivanye n'akamaro k'ikiganiro twashimye kugira ibice bibiri Uko muzokunda iki niko tuzobaha ikindi gice 🙏
Verygood
Uvuze ukuri
Ukuri❤❤
We love u apotle from🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ukwo nukuri pee 🔥🔥👌
Kandi bukeny ,muhezagirw ❤❤❤
Wubahwe mukozi w Imana 🙏🙏
Uyo ni Papa wanje nkunda nimumwumve muranshimira
papa papa jewe ikintunzi nuko ndagukunda wubahwee gose
Ikintu nipfuza kugusaba apotre turashaka ubutumwa bwawe uze ubuvuga en kirundi ufis ubutumwa bwubaka benshi ariko kubera wigisha muzindi ndimi benshi birababaza plz uzoje ugerageza wigiahe ikirundi hama abagusigurira bagusigurire muzindi ndimi thank you
Woauw ......very interesting!!!! Muraduha igice ca kabiri
Iki kiganiro ngira ni introduction,uko giheze niho cari kigitangura,this knowledge is needed for real🙌
my daddy my daddy uwanka yangare
Much Love Papa❤❤
iki kiganiro kiraryoshe caaane❤️🔥
Ikiganiro kiryoshe kbs 🙏🙏🙏
Invugakuri yumurongozi😊
courage courage santa
Iyi Emission ndayikunze vrt Ubarikiwe sana❤❤❤❤❤
Tanga umuco Mukozi w'Imana !!!! Bakuruguture bakuruguture
Ooooh numva noguma nsubiramwo iki kiganiro❤❤❤❤
Babwire babwir
Uyu niwe papa wanje vrm❤❤❤
Papa❤❤❤❤❤
Kosora kosora MOG👌👌👌
Waooh ndishimwe kukiganiro mwdukorey vrt❤❤
Thank you, Daddy👌🙏
Manshallah karibu santa❤❤
Apotre urakoze cane gose kumuco utanze
Kosora muvyeyi mwiza 😂❤
Umuco Média hejuru cane
Papa ❤️
Wise Man
...❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
Apôtre arabivuze vyose..ngo har ab pasteur bafis contrat indéterminé yeeeweee ndemey pe!
safi sana
🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ivy nivy abarundi bakeney kwigishw bandany ukosor muvyeyi mwiza
Muduhe party 2...🔥🔥
Bakora brarudi Kndi bakijijwe😂😂😂
Nn vraiment est ce que twar dukeney kumenya ko ariw wagaburiye Francis ?????????❗❗❗❗
Uwu mugabo sinahora nemera cane inyigisho ziwe. Gusa avuze ukuri kwuzuye kuvyerekeye culture y abarundi ntidukunda ko iciza kiza ku murundi mwenawacu. Kandi abakizwa benshi bafitaniye inzigo irenze iyaba turabira akarorero keza kuri benewacu b aba musulmans ukuntu bakundana kandi bashigikirana
Uvuze ukuri vrm
Baze bazane francis avyivugire bareke kukugora disi
Apana abarundi bose ahubwo abarundi bamwe bamwe.Kandi igihe cose mbonye opportunity ndarondera umuntu yoshobora kuhaja. Ndazi n'abandi benshi bameze gutyo y compris ww Twivuge twongere tuvuge neza igihugu cacu , tuvure abandi.
The problem is serving two altarsDon't confuse people with twisted theories
Ko ata alliance yambaye Kandi yaragize marriage?
Ntakindikindi wabonye xe ataribyongibyo xe
❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤
Twari twipfuza kubamenyesha ko iki ni igice ca mbere c'ikiganiro bivanye n'akamaro k'ikiganiro twashimye kugira ibice bibiri
Uko muzokunda iki niko tuzobaha ikindi gice 🙏
Verygood
Uvuze ukuri
Ukuri❤❤
We love u apotle from🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ukwo nukuri pee 🔥🔥👌
Kandi bukeny ,muhezagirw ❤❤❤
Wubahwe mukozi w Imana 🙏🙏
Uyo ni Papa wanje nkunda nimumwumve muranshimira
papa papa jewe ikintunzi nuko ndagukunda wubahwee gose
Ikintu nipfuza kugusaba apotre turashaka ubutumwa bwawe uze ubuvuga en kirundi ufis ubutumwa bwubaka benshi ariko kubera wigisha muzindi ndimi benshi birababaza plz uzoje ugerageza wigiahe ikirundi hama abagusigurira bagusigurire muzindi ndimi thank you
Woauw ......very interesting!!!! Muraduha igice ca kabiri
Iki kiganiro ngira ni introduction,uko giheze niho cari kigitangura,this knowledge is needed for real🙌
my daddy my daddy uwanka yangare
Much Love Papa❤❤
iki kiganiro kiraryoshe caaane❤️🔥
Ikiganiro kiryoshe kbs 🙏🙏🙏
Invugakuri yumurongozi😊
courage courage santa
Iyi Emission ndayikunze vrt Ubarikiwe sana❤❤❤❤❤
Tanga umuco Mukozi w'Imana !!!! Bakuruguture bakuruguture
Ooooh numva noguma nsubiramwo iki kiganiro❤❤❤❤
Babwire babwir
Uyu niwe papa wanje vrm❤❤❤
Papa❤❤❤❤❤
Kosora kosora MOG👌👌👌
Waooh ndishimwe kukiganiro mwdukorey vrt❤❤
Thank you, Daddy👌🙏
Manshallah karibu santa❤❤
Apotre urakoze cane gose kumuco utanze
Kosora muvyeyi mwiza 😂❤
Umuco Média hejuru cane
Papa ❤️
Wise Man
...❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
Apôtre arabivuze vyose..ngo har ab pasteur bafis contrat indéterminé yeeeweee ndemey pe!
safi sana
🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ivy nivy abarundi bakeney kwigishw bandany ukosor muvyeyi mwiza
Muduhe party 2...🔥🔥
Bakora brarudi Kndi bakijijwe😂😂😂
Nn vraiment est ce que twar dukeney kumenya ko ariw wagaburiye Francis ?????????❗❗❗❗
Uwu mugabo sinahora nemera cane inyigisho ziwe. Gusa avuze ukuri kwuzuye kuvyerekeye culture y abarundi ntidukunda ko iciza kiza ku murundi mwenawacu. Kandi abakizwa benshi bafitaniye inzigo irenze iyaba turabira akarorero keza kuri benewacu b aba musulmans ukuntu bakundana kandi bashigikirana
Uvuze ukuri vrm
Baze bazane francis avyivugire bareke kukugora disi
Apana abarundi bose ahubwo abarundi bamwe bamwe.
Kandi igihe cose mbonye opportunity ndarondera umuntu yoshobora kuhaja. Ndazi n'abandi benshi bameze gutyo y compris ww
Twivuge twongere tuvuge neza igihugu cacu , tuvure abandi.
The problem is serving two altars
Don't confuse people with twisted theories
Ko ata alliance yambaye Kandi yaragize marriage?
Ntakindikindi wabonye xe ataribyongibyo xe
❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤