Ibiro bikuru bijejwe rusansuma biratera ivyatsi abaguma bahanahana ibihuha ku nteguro y'ibikorwa.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024
  • #Burundi: Ibiro bikuru bijejwe rusansuma #BCR birabeshuza inkuri zirigwa zirahanahanwa ku mbuga hwaniro zisaba abiyandikishije gukora ico gikorwa bataronse amahirwe yo gutorwa ko botanga amahera ko atari vyo kandi ko bokwima amatwi n'abariko barabahenda mu guhungabanya umugambi w'igihugu. #RGPHAE

Комментарии •