Muncamake Cossan we a shaka kuvugako abahutu bataribohora ko bakiri mu buja naho bashikiriye ubutegetsi,bisigurako abahutu bakiri mu buja bitewe n abahutu benewabo kuko ivyo abahutu bagezeko vyose arabigaya .Inzira y amahoro mu burundi iracari ndende.
Mbe none n'agaki kari mu menyo y'abacnl? Ko amahiri abamaze? Mu gushinga ingingo mwaribagiye kwibuka ko "Amaboko ari ku ngoma ayirekura acitse" Amaboko ayo ariyo yose! Ubwo n'ayanyu ni nk'ayandi. Twese turi n'inda!
Sivyimbeshere umuhisi Gahutu YARAFISE IVYIYUMVIRO VYIZA MURIRYAMYAKA HARI HAKENEWE IZINA RYEREKANA KO N ABAHUTU ARABANTU KANDI BASHOBOYE KWIGWANIRIRA KANDI BAGASHOBORA GUTWARA IGIHUGU ivyo navyo vyarashitse twarabibonye ariko Cossan akwiye kumenya ko buca bugacana ayandi ko kandi ko ideology y umugambwe igenda ihinduka bivanye nibihe tugezemwo
Niyaba ashaka kugira impindura mukirere ca politique iri muburundi namenye ko agomba kugumana ivyiyumviro vyumugambwe ivyiza abogumane nihaba hakenewe kugira ibihinduka abihindure kuko isi irazenguruka
Avuga amajambo menshi yuzuyemmwo agahinda ariko ntiyibagireko nkubu naho Gahutu yogaruka yoza afise vyinshi yohindura kuvyo wenyene yatanguje bivanye naho isi igeze
Ego yavuze kubijanye na ba jaques ba Rwasa barya booose baryanye kubera ubujuju ninda nini nokutamenyabumwansi uwariwe
Abadede bo baragisibije turabobona ariko namenye ko ubu turi muri 2020 tugomba kugendera kubihari ubu sasa izina rishingiye kumoko rigomba guhinduka ariko ivyiyumviro bishigikira ineza yabarundi nuburundi bigomba kuramba
Nashinge umugambwe wundi afume awite irindi zina ariko agumane ivyiyumviro vya Gahutu arabeko abantu batamukurikira
Warapfuy urazuka wa mugabo we! Erega ibihe bih ibindi! None nimwaguma muvyo kwinubana ngo abatutsi baratumaz , ngo ntimwopfa muganiriy nabo, ngo Gwasa nigikoresho ca buyoya, urikirofa kabisa ! Intibagira ntibana aho niwaguma mwiryo vangura uzopfirahiyo mwi Pole ndakurahiy!! Buyoya yarishe nivyo yabona vyar bikenew kugira ingoma yiwe ihangame ! Aba dd nabo ivyo bariko bakora nivyo wiyumvira kand nabo babikora kugira ingoma yabo ihangame, Mutama Rwasa ahubwo ndamwemera kuko agatima yakuye mwishamba karahez Ubu ashaka uburundi butagira ivangura kuko niho igihugu kizorama Uzopfira Iyo nta Burund uzongera guhonyoramwo kuko ufise ivyiyumviro bishaj
Uwo muntu yarakibaho. nahora ndamwumva bamuvuga nagira ngo ntawukiriho.
Ivyo vyaratitutse reka ubujinga man ivyamoko vyarashaje ntamuntu yitahura akibijamwo tubwire ibituraje ishinga mukurondera amajambere dude
Mpore mutama niwirambire. IBIJUJU BIZOGUKURIKIRA. ABARUNDI BESHI TWARIBWE KUBWAWE AHUBWO NARINZIKO UKWIYE GUSABA IMBABAZI ABARUNDI NONE URACARI MUVYURUGAMBA? KOVYA KABISA MUBAZIBWA SINDIMWO .UBU IJISHO NIMURYE KABISA😳😳😳😳😳
Emwegabacobo imbwa ntizihona ikikirosi cokivundurutsehe ntakataribuze paripehutu navutse nunvivurwanonenfisimyaka mirongwitandatu igihuguturakirembeje tucubaka nabobaracazimazimamwishamba ntibabahende ntibashoboye nibajehariya
Ingabo iyo ziri kurugamba zimaze gusubiranamwo zibazinaniwe n urugamba
Muncamake Cossan we a shaka kuvugako abahutu bataribohora ko bakiri mu buja naho bashikiriye ubutegetsi,bisigurako abahutu bakiri mu buja bitewe n abahutu benewabo kuko ivyo abahutu bagezeko vyose arabigaya .Inzira y amahoro mu burundi iracari ndende.
Iyo yose nimigambi ya CNDD FDD Kugira baburizemwo ubwinshi bwabanywanyi Agathon Rwasa bariko bamuhurumbira
Kubwanje iconvuga mwese murabarundi ariko ivyo CNDD FDD Yakoze vyararangiye burikintu gifise igihe caco
Kabura Kosani Reka Reka ibintu bigezekure wewe twabanye Munkambi yi 1972 yi IGATUMBA
imyaka yoooose CNDD FDD irikubutegetsi niho ubonye kuja mugihugu ngo urinivyo murigupanga na CNDD FDD kuburizamwo imigambi ya CNL shaaa uzovayo urikuribwa ninzuki nanyaburya muburundi utaruhamenyereye
burya kugwa sibibi kibi nuguherayo nawe karumba ukwiye kuvyuka kuko muburundi ikibazo samoko ikibazo nubutegetsi bubi ntanahamwe gahutu yigeze avuga ngo tuzotwara atabatutsi bari mugihugu bisigura ko nivyiyumviro vyawe binyuranye nivyiwe reka kuzimiza abantu wewe kora portique yawe nabaguhaye mission nabanyagihugu bashima kubasubiza muntambara bagukurikire nibatabishima bakwirukeko nubuhiri kuko muburundi nuko twimereye.
🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️
@@mamesititus2155 none mugabo na cndd fdd nayo yayiyamirije Simbona rero ingene yoba ariko akorana nabo.
Ndatangaye none muzogwanya bande ewe Yesu gwinubangurukanye izintambara abantu bararushe
Abarundi ntitwari dukwiye kuzingamikwa na kahise kabi gusa gakwiye kutwigisha
Rusha Gadi Reka amacakubiri mû Burundi turimumahoro reka kutubesha turabazi imvugo zanyu
Uyo mutama azi vyishi kweri none ari Burundi? Ariko ivyiyunviro vyiwe birikumurongo naho harimwo agashavu kandi kunvikana uravye ivyo yaciyemwo. Ndamwifurije kwerekwa n'Imana nzima icakwiye gukora
Mzee ungaliki hai?
None ga Cossan ako kari mu kanwa k imbwa uzokuzayo ubuhiri iyo mbwa uvuga n abahutu benewanyu kuko nibo bafise ubutegetsi uzoba uje kumara abahutu benewanyu ,none niryo ragi gahutu yabaraze kumarana?
Ko uvuga ngo uwubwoba ntagwanira igihugu kandi ukavuga ko munyegeye ugahamagara abantu ngo bagaruke m'uruhongore , ushaka duhunge tugusange iyo uri ? Aho ho na ca gihugu uvuga tuzoba tugihebeye bamwe uvuga !!!!!! None cnl na cndd-fdd n'abandi ko uzivugako amajambo y'agatituro uriteze ko iyo palipe- hutu izotwara igihugu Ubu vuba ? ko urangije uhamagarira abantu mû ntambara ,iyo twaciyemwo ntikwiye ?nkeka mû ntambara duhitiyrmwo atab'iwanyu bapfuye. Uriteguye kuzana umugore n'abana bawe bakaja k'urugamba ? Ubu uvuga ayo amajambo wabashize he? Iyo mana uvuga igutuma guhamagarura abantu mû ntambara yitwa gute ? ni imana nki ? Mw'isi ntaho amahoro azohora n'intambara ntizizoshira gushika ivyaha n'urupfu bitsinzwe na Yesu Kristo nayo abandi mwese muzotembanwa n'umuvo kandi abenshi muri bene mwebwe abanyagihugu muduhindura umutahe mwironderera inyungu zanyu . Murakwiye kwizera Umwami YESU KRISTO mugakizwa ahandi ho IMANA ntizobihanganira
Cossani aracabaho?ahubon ikibi kiraramba,knd imboga mbi ntiziva munkono,jew narinzi koyapfuy none nguyo asigay avuga igiha,ifuni irakurembeje niwonkwe.sha cossani abo wishe barahay baragukinagiramw none ngukeney kunywayandi maraso?ibuha haribikoko vyinshi nuzuranigagura unywayomaraso ukeney nibayowanyoy yabowish adatakwiy,wakenye wamuzehewe kuva 2001 unyitse uvyutse 2019?uwogusangiy akakufukirayo ahutazosubira kwikangura
None muzibohora mumaze ba buyoya(abatutsi)?
Ahubwo abahutu bataravye neza baramarana,umwanya wose bashize amacakubiri Imbere bagashaka guhonya abatutsi nibo bahahoneye.
Mbe none n'agaki kari mu menyo y'abacnl? Ko amahiri abamaze? Mu gushinga ingingo mwaribagiye kwibuka ko "Amaboko ari ku ngoma ayirekura acitse" Amaboko ayo ariyo yose! Ubwo n'ayanyu ni nk'ayandi. Twese turi n'inda!
None uwumuntu ashaka igihugu kitarimwo abatutsi,uzopfa nka kayini
Mbe Pasteur Habimana aremera ivyo uvuga? Mwoba mwari kumwe nawe my Gatumba?
Mu Burundi hari “ parpehutu” mu Rwanda hari “ parmehutu” ? Muragowe!
Kossan ari he he?
None ayomaraso yabene Burundi nakuze numvamuvuga kwazomeneka kugeranunomusi ntimurabona koyamenetse meshicane?
Nimbanaho kubwanyu mubona kwayomushaka atarakwira mwobaharihikintu mugiyegukora kugira ayomarasomeshi muvuga kandimushaka mukirindiriye akwire?
numudandaji muritanzania ntabasamaze
Uyu ivyo avuga aragongota. Politike yiwe yarataye igihe. Nace bugufi aje hamwe n’ abandi.
Jewe narumiwe mbega nkuyu wewe avundurutse hehe usanga avyutse yaramaze imyaka murikoma atarazi ibiriko biraba mugihugu.Aho yamahera yiba yamuheranye ubu agira arondere abandi yiba