Jeanette Kagame Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Urwanda yashitse i Bujumbura mu Burundi
HTML-код
- Опубликовано: 8 окт 2023
- Jeanette Kagame Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Urwanda yashitse i Bujumbura mu Burundi kuri uwu wa mbere, akaba yitavye Ihuriro ridasanzwe ry'Abakenyezi b'Imboneza n'Indongozi.
Turagukunda cane maman Asante sana🎉🎉🎉
urakaneza iburundi mubyeyiwabanyarwanda
Ariko,abashingantahe ntimwaba abapfu!!! Muri ibyatsi rwose!!!
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Arakaza neza mubi wabooo
Thank you so much Burundian people for Hosting our lovely MAMAN Rwanda 🇷🇼 🤍
Wow! Vive Madame Jeanette Kagame🇷🇼🇷🇼
Kaze kaze
😂😂😂😂😂😂 ndatwenze kweri muraka gatondo 😢😢😢
Burya nasanze politike ari akayoberabahinga uwo wita umwansi ashobora guhinduka umukunzi bivanye n'inyungu ejo agasubira kuba umwansi...
Abitambika hagati y'abakinyi ba politike atazi iyo bija barahagirira ibibazo n'a cane cane abakoreshwa kubw'inyungu z'abategetsi 😂😂😂
Nanje nivyo nariko ndivugana. Politic yuzuyemwo uburyarya gusa bagaca bavyita ngo ni diplomacy!@@sese667
ruclips.net/video/LoR2jfDQ_M4/видео.htmlsi=EwG2qpSaEtz_jLqk
😮😮😮😮Orororoooooo, mwene MUREFU, MURI JET PRIVÉE, ubu aribuka ko Ngirumpatse Matthieu,yabatije inzu ngo babone uko bacengera Habyalimana ?????
@@bwenge5332 komera nshuti nziza: nava hano ngo nje mu muriro??? Reka sha sinaba narariye ikirayi 1kg itarengeje 10 Frw nkagura umufuka ngo nze kwirirwa ngura ikiro cya 1500 frw. Cg nze kwirirwa nzengerezwa ni izo ngegera ngo ni Dasso, Mutekano, isibo ni izindi nyandagazi zinsaba imisanzu ya FPR yirirwa yica abahanzi n'abatagatifu. Ahubwo reba uko nawe uva mûri iyo gereza ..
ruclips.net/video/LoR2jfDQ_M4/видео.htmlsi=EwG2qpSaEtz_jLqk
@@bwenge5332buretse Ejo bundi Mwese imbwa zirabarya, uwo mwijuto w ikinonko. Urabata Ku Gasi .
Mu vyanka muvyemera... politike iraka puuu!! Uyu muhimbiri mumwakira uku ngo bigende gute?? Delari wa shetani huu... yaani, muwe makini sana kubera ntagendera gusa!! Kubera nta gihe uburundi buzogira amahoro izo ntindi zikiyoboye u Rwanda rwari rwiza!! Imana ibadufasje kabisa!😅😅😅
@IG-JACQUES Ukuri kuzokwama ari kwa kundi nyene! U Rwanda ruyobowe n'imihimbiri 101%. Naho kuntuka ntaco bihindura... abo kubivuna tuvyumva kumwe... nico ndaba naho wewe uraropoka gusa!!
@IG-JACQUES Murakubitwa aho bukera!
@Akumuriro umurozi ni wowe kangare
ruclips.net/video/LoR2jfDQ_M4/видео.htmlsi=EwG2qpSaEtz_jLqk
Umurozi murashize😂😂
Abamwakiriye nabamutumiye bamuzi ku kurusha Kandi nibyo bifite agaciro kurusha ubwo busa bwawe uvugira aha utanagera aho ari 🤣 Turabifuriza ishya nihirwe Barundi bene wacu🇧🇮🤍🙏🏽 mwakoze kwakira umubyeyi wacu neza 🇷🇼🤍
Nka nyoko
mwibagiye ibihumbi vyabahutu abobahima binkotanyi bishe ntibari bakwiye nogunyoza ikirenge mugihugu cacu
nimwakire izonkotanyi zabahima iwacu iburundi muzozibona ubugira kabiri murazi ivyo zakoze irindwi nakabiri
Uwo mugome aje kumara iki ra?
Le méchant c’est bien toi
ruclips.net/video/LoR2jfDQ_M4/видео.htmlsi=EwG2qpSaEtz_jLqk
Kaze cane mugihugu cacu c'uburundi
ruclips.net/video/LoR2jfDQ_M4/видео.htmlsi=EwG2qpSaEtz_jLqk