Imbuto 5 ziranga umurongozi mwiza muburongozi bwiwe mugezwaho na Acher NIYONIZIGIYE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 дек 2019
  • Acher yigishije kubintu 5 bigaragaza imbuto zikwiye umurongozi
    1.Ubwizigirwa
    2.Umutima wagutse
    3.Ishaka ryo gukora iciza
    4.Ishaka ryogukora neza
    5 .Gukunda ubumenyi
    ivyo bintu ugerageje kubibiba ntankeka uba umurongozi mwiza

Комментарии • 15

  • @steveirankunda5297

    Murakoze cane kunyigisho nziza cane❤❤❤

  • @kaburagad7268
    @kaburagad7268 2 года назад +2

    Uwu Mutama ndamwubaha cane kk yarahawe umugisha w ubumenyi n ubwenge. Imana imukomeze cane kk ndamwumvirije ndagira ico nungutse mu buzima bwanje

  • @ericnimbona4512
    @ericnimbona4512 Год назад

    Imana ininahazwe rwose ku bw'izi nyigisho!Ndanaguwe mu bwenge.

  • @esronndayambaje3857
    @esronndayambaje3857 Год назад +1

    Hezagirwa mutama komeza kugira have impinduka

  • @hermanniyonzima
    @hermanniyonzima 2 года назад +1

    uyu n'umigisha mwiza kubijanye nuburongozi, nipfuza gushika aho arongoye ndabe uko abahari bamerewe kweri

  • @nshimirimanadavid1906
    @nshimirimanadavid1906 Год назад +2

    Komera mutama babiri nkawe ntabariho uko nukuri kwuzuye

  • @MuhumurePrince
    @MuhumurePrince 14 дней назад +1

    Murimukundufasha igitabo chubutongozi twokibonagut? Turagishaka turagukuta mukoziwimana