Mada uzige guhata i yomati.urabona ukuntu bishinyitsemo.usibye ko guteka byarakujabutse.Mbegaaa .Mba narumiwe. Ese ubwo ahubwo ibyo birayi birasa bite koko. Shaka ikindi ukora guteka sibyawe. Ibi nibiki watetse koko. Nugukunda kuba kuri youtube pee. Nukuntu ibivuga ,ibikora.ntacyigenda pee. NTITUKABESHYANE.
Vyiza cane Madame courage
merciiiiiiii♥️🙏
Uzi guteka mubyeyi
merci 🙏
Courage maman ubikora neza ureke abo baremewe guca intege abandi wewe ugaya ibi twereke ivyuteka nawe
murakoze gushima namwe, ❤️
Courage Madame
merci bcp
Et puis j aime ukuntu imbabura yawe iba yafashwe
Courage madame ndagushigikiye
murakoze
Merciiii et courage
Merci à toi aussi
Mwompa numéro yanyu?nabuze vidéo wayitanzemwo
ziriko hejuru
Ibikorwa vyawe nivyiza ariko urahindura ukoreshe gaz urekane nimbabura iragitevya
Merci bien
Shaka planche uzajya ukatiraho.
Icyuma cyawe ntigica reba ukuntu kiglissa ukata igitunguru na pavro
Nzogikarisha ncuti
Guma kukivi maze
ndakiroko ncuti yanje❤️
Merci beaucoup
De rien
Egome ncuti urakoze cane
Iyo epinard ko utayikase ngo ihere
Très délicieux
Biraryoshe cane peee
Ariko kuki mutazi luvugisha ukuri koko.
Mada uzige guhata i yomati.urabona ukuntu bishinyitsemo.usibye ko guteka byarakujabutse.Mbegaaa .Mba narumiwe.
Ese ubwo ahubwo ibyo birayi birasa bite koko.
Shaka ikindi ukora guteka sibyawe.
Ibi nibiki watetse koko.
Nugukunda kuba kuri youtube pee.
Nukuntu ibivuga ,ibikora.ntacyigenda pee.
NTITUKABESHYANE.
Sh uramudecourage pe, ukoresheje ukuri kwinshi😂
@@dancillamunezero4186 🤣🤣🤣uragira ngo koko mubeshye nkabandi.Byaranze pee.ukuntu yuzuza ibintu byose ku isahane rero.😆😆😆😆 Biransetsa.RUclips nayo yaragiwe.Abanntu bashakisha amafr ku ngufu kabisaa.Noneho rero hari ibyo ateka ukabona bitabaho.
Ikaroti azikunda zikase ukwo nyene. Arakunda kubivuga Muma video akora. Rero ntiyoca atwereka ivyo adakunda
Twereke nawe ivyuteka ureke kugayana.Urabona ukuntu ishari ninzigo bikuzuye umutima!
Courage madame Jeanine.Ibicantege ntubihe umwanya
Ico maze kubona abanyarwanda mugira ishati ryishi pe
Sha urigushakisha ariko sukobatekapee
Guca intege umuntu ari ku kivi sivyo
Et puis j aime ukuntu imbabura yawe iba yafashwe