RPA: Ikiganiro Ugon'iki ca Radio Umurisho. Abatumire Bob Rugurika na

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Leonidas Hatungimana bagarutse ku ntwaro ya Evariste Ndayishimiye.Igice ca 2. Ikiganiro caremeshejwe n'umumenyeshamakuru Arcade HAVYARIMANA.

Комментарии • 8

  • @TimothyNIYONZIMA-io7cf
    @TimothyNIYONZIMA-io7cf Год назад +2

    Murabesha ntamu Adjudant Major afise uburenganzira bwo gutanga itegeko ryo kwica umuntu murabesha vraiment !

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 Год назад

    👌👌👌👌⚘

  • @user-od3ru2ch8c
    @user-od3ru2ch8c 6 месяцев назад

    Bobo sinarinzi k urikijuju vrment Ubu uriko utuka igihugu wituka wew nyene yooo akenge zerooooo!

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 9 месяцев назад

    Balez yava mu Ntara ya Kirundo muri Commune ya Bwambarangwe

  • @TimothyNIYONZIMA-io7cf
    @TimothyNIYONZIMA-io7cf Год назад

    Mbega ko mutavugisha Léonard na Niyombare mugakomeza muvugisha abo bagabo gusa?

  • @Oscarnimpagaritse24
    @Oscarnimpagaritse24 2 года назад +2

    Ko mubesha nne? Mututse igihugu namw muba mwitutse

  • @ndikubwayoamede9928
    @ndikubwayoamede9928 2 года назад

    bobo Ivyo bihuha bizogufasha
    iki
    uko
    sigusaza
    muri
    porotik

  • @ndikubwayoamede9928
    @ndikubwayoamede9928 2 года назад

    bobo Ivyo bihuha bizogufasha
    iki
    uko
    sigusaza
    muri
    porotik