#EP_01

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • Mu kiganiro #ICO_UTABONYE Eduard NTAHOMVUKIYE(Dos_Santos) Atuyagira Amoko n'imiryango y'Abarundi.

Комментарии • 58

  • @indundiCom
    @indundiCom  Год назад +1

    Ufise ico ubaza canke uterera WhatsApp +25779430192
    INTAMBARA ZABAYE KU BAMI BO MU RWANDA NO MU BURUNDI AHO HAMBERE HAHISE (KERA)
    👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
    ruclips.net/user/sgaming/emoji/7ff574f2/emoji_u1f447.png
    Umwami Mwezi GISABO N'Igitito ca bavukana batatu
    👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
    ruclips.net/video/vSLZFQAzcXs/видео.html

    • @oneafricanpeople
      @oneafricanpeople 5 месяцев назад

      Okay komerezaho

    • @BlaireIteka
      @BlaireIteka 3 месяца назад

      1- Burya ngo hoba hariho n'abenengwe b'abahutu?
      2- Mbega ngo Maconco yari umututsi w'umwenengwe?
      >> Ngo hari abenengwe bavuye iMuramvya, bahungira Imbo (Bubanza) in Yuma y'ingorane zo kuri Maconco?

  • @PamphileMalayika-pp5no
    @PamphileMalayika-pp5no Месяц назад

    Bravo! Ni vyiza cane kuguma twibukanya imico n'imigenzo vyaranga abarundi bohambere, umushinge abarundi b'ubu dukwiye kubandanya twubakirako.

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 Месяц назад

    Mwakoze kunteramisha

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 Месяц назад

    Murakoze cane

  • @viatorndikuriyo707
    @viatorndikuriyo707 Год назад

    Murakoze cane kukiganiro ciza muduhaye tuboneyeho no kubasabako mwodutunganiriza inyama yikindi kugirango Uburundi buyivyaze umu saruro

  • @gahungujoseph8165
    @gahungujoseph8165 5 месяцев назад +1

    Abahinda nabo nyene ngo bariho hose mu bahutu no mu batutsi
    Murabaza neza mubaze:
    Muri Bubanza, Cibitoke Muyinga, Kayanza Muramya, Rumonge ,Rutana,bitwa abahutu
    Muri bururi, mwaro, bitwa abatutsi
    Uzotohoze neza
    Bivuga yuko abarundi twese turi bamwe
    Ntabwoko buriho
    Hari imiryango y' abasokuru
    Abana b' Imana
    Uwuhoraho abahezagire
    Tuje mu nzira y' ubumwe
    Twiyubakire igihugu cacu ciza c' U Burundi

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 12 дней назад

    Abo baba Hima babita aba Shingwe abo nabo bita aba Shingo bakomoka kuri Gashingo ka Nkoko wa Gashubi

  • @eastafricaman4918
    @eastafricaman4918 8 месяцев назад +1

    Ibyiburundi biratagaje cyane!!Ndumva Amoko menshi akomoka Irwanda .Ndavuga yabaHutu n'Abatutsi.Cyane cyane Ayabatutsi.Numvinshe amako menshi yabatutsi akomoka mubasinga n'Abanyiginya. Mubasinga harimo Abanyakarama,Abenegwe,Ababanda,Abugura na basinga nyirizina.Abanyakarama bahiduye izina bageze Iburundi ariko bavuye Irwanda bitwa Abasinga.Abasinga harimo amazu 3.Ariyo Abasinga babasagwabutaka ,abarora,Abagahe .Bose inkomoka yabo ni mubanyankole,gusa bageze murwanda mubihe bitandukanye.Abatutsi bambere bageze murwanda ni Abasinga babasagwabutaka .Bakaba aribo babyabarami babanyinyiga kuko umugore waGihanga Ngomijana yari Nyamususa( umwana wa Jeni rya Rurege) ,ariwe igisekuru cyabanyiginya kuruhande rwumubyeyi wumugore.Mubasiga babasagwabutaka hakaba haravuyemo abagabekazi 9. Abasinga Babasagwabutaka batanze abagabezaki benshi kurusha ibindi bibanda.Aribyo Abega ,Abakono,Abaha,hakiyogeraho umugabekazi umwe wavuye mubagesera.Abanyakarama,Abenegwe,Ababanda na Bugura bose bakomoka mubasinga basagwabutaka.Abugura bakomotse kuri mwugura wuguye Igoma nyiginya,bishatse kubuva ariwe watanze amabaga kandi ikigisha Gihaga ubwiru yigishijwe nabasinga benewabo.Igitagaje nuko murwanda usagamo Abatutsi n'Abahutu muri ayomoko yose Biturutse naho bagiye batura or bimuka wogeyeho nuko bagiye bashaka muyandi moko bashatsemo.Abatutsi Nyaruguru n'Abatutsi hima bose nibamwe kuko Abasinga birwanda bakomoka mubahima (Abanyankole),kandi Abatutsi benshi biburundi bakomoka mubasinga n'Abanyiginya.Bishatse kuvuga yuko origin yahafi yabatutsi bomurwanda'n Uburundi ari muri Uganda.Byashoboka kuba bafite indi origin mbere yuko bagera Uganda .Muri make abatutsi birwanda n'Uburundi bagizwe nabantu bavuye Uganda na Tanzania.
    Tutsi hima ndumva abenshi bakomo mubanyiginya b'Irwanda.Igero :ABahinda,Agashigo.
    Abazigaba bomurwanda bari mumoko agize abanyarwanda .Ariyo Abasinga,Abazigaba,Abanyiginya,Abagesera,Abega-Abakono-Abaha.Abazigaba nabo bakagira inzu nyinshi zibakomokaho.
    Abajiji,Abaguranzura...Ubasaga muBanyamulenge
    Abanyagisaka na Nyarukiga murwanda ntabwo babisanisha mubwoko,ahubwo nuduce dutuwe namoko atandukanye.
    Ndumva umunyamakuru yibagiwe kuvuga Ubwoko bwabagesera!! Knandi ndazi yuko Iburundi hari Abarundi Babagesera.
    Sinzi niba Inka y'umufiyi or umuvyiyi bisobanuye mukinyarwanda inka y'inyobya. Ubwo Abanyakarama baba bahuje n'Abasinga b'Irwanda .Urugero Umubyeyi wanjye(data) ntabwo yigeze ,nganubwo akunda inka y'inyobya.Twagize inka z'inobya 2,ariko nabwo zamaze kabiri muzindi Inka.

    • @edouardntahomvukiye2585
      @edouardntahomvukiye2585 6 месяцев назад

      Mu vandimwe mu Burundi hariho imiryango myinshi,Aho navuz iyimenyekana cane

    • @desiremutabazi3319
      @desiremutabazi3319 2 месяца назад

      Urabeshe mubanyamulenge nta bajiji babamwo

  • @juliemukangara4414
    @juliemukangara4414 2 месяца назад

    Abahororo I burundi bariyo?

  • @BadianAlex
    @BadianAlex Год назад

    Twe turabahinda ❤️

  • @JanvierNdayisaba-p1n
    @JanvierNdayisaba-p1n Год назад

    Bravo banana Santos.

  • @tarcisio.hategekahategeka8888
    @tarcisio.hategekahategeka8888 2 месяца назад

    Birashimishije,
    wambwira kubirebana numuryango wa abacyaba i Burundi.
    Kuko mu Rwanda bavuga ko ari abana ba Nyirarucyaba, umukobwa umwe rukumbi wa Gihanga Ngomijana.
    Bityo niwe mugore wenyine washinze umuryango cg inzu imukomokaho.

  • @PatrickNiyonkuru-v4f
    @PatrickNiyonkuru-v4f Год назад

    Merci Encore

  • @NkuriragendaJeanBaptiste
    @NkuriragendaJeanBaptiste 4 месяца назад

    Urabeshe cane abanza,abajiji n'abashubi n'abatutsi d'origine

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 12 дней назад

    Abajiji nabo bakomoka kuri Mujiji wa Ndoba ndoba nawe yatwara igihugu citwa Gasabo

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 9 месяцев назад

    Imiryango n'imyinshi mu Burundi ariko har'imiryango itamenyekana cane gerageza uzotubwire imiryango igize uburundi

  • @NkuriragendaJeanBaptiste
    @NkuriragendaJeanBaptiste 4 месяца назад

    Kur'ububeshi ngaho ivyo watamitswe n'abazungu sivyo

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 4 месяца назад

    Ivyo sivyo ....Abanyuka bakomoka kwa Kinyuka yari umushubi yasigarana intwaro Rugamba yagiye kurugamba. Abashubi ntibaje bava i tanzania nagato . Ahubwo bari abasirikare bambere bagiye murutorere ku ntwaro ya Rugamba

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      Kura amarangamutima ,niba ababitohoje bahawe amakuru na bene umuryango ,birekere uko babitanze ,niwaba uri umushubi niwihangane.

  • @mazoyacelestin10
    @mazoyacelestin10 Год назад

    Ndashimye.
    Shiruka ubute cane. Ndi umukukuruke, ariko sindategera bimwe bimwe.
    Ubwoko hutu, tutsi na twa.
    n'iyomiryango yose :
    Bakwiye igihugu cose,
    bavuga ururimi rumwe, bafise imigenzo imwe, bemera Imana imwe, hari n'imiryango isangiwe nabose.
    Vyagenze gute ?

    • @didacendikumugongo8947
      @didacendikumugongo8947 4 месяца назад

      Sivyo ivyo nta moko abaho. Hari ico bita “ imiryango “ => clans . Kuko mur clan yose usangamwo amoko yose 🤭🤭

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      Urabanza umenye ico ubututsi,ubuhutu ubutwa ico bisobanura n,uwabikoresheje ubwambere gutyo uzohrza ubitahure vyose.

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      Urabanza umenye ico ubututsi,ubuhutu ubutwa ico bisobanura n,uwabikoresheje ubwambere gutyo uzohrza ubitahure vyose.

  • @TharcisseNibitegeka
    @TharcisseNibitegeka 8 месяцев назад

    Hariho imiryango ntumvise.
    Akarorero: Abatanda. Ni abanyaruguru canke Abahima ??

  • @helvebig2613
    @helvebig2613 7 месяцев назад +1

    Ababanda tumunyane svp!

  • @JanvierNdayisaba-p1n
    @JanvierNdayisaba-p1n Год назад

    FELICITATION.

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 9 месяцев назад

    Abasindi wabibagiye kandi ari umuryango ukomeye

  • @vantegeye11
    @vantegeye11 Год назад

    Akabazo: ivyo gupima amazuru vyakozwe n, abazungu ubivuga kw,iki?

  • @IrankundaHcritsel
    @IrankundaHcritsel Месяц назад

    K p
    M😊

  • @b-oneB
    @b-oneB Год назад +1

    Komera kurivyo bintu gusa ababosi bawe baguhe akanoti kuko urashoboye agire vuba

  • @bonneanneebizimana2788
    @bonneanneebizimana2788 Год назад +1

    Komera

  • @E.NEliadis
    @E.NEliadis 4 месяца назад

    Murakoz kukiganiro mudushikirij arko nashak kubabaza kuk abanyagisaka mutubwiyko arabatutsi kand twebw turahutu bokwitsitso??

  • @AlphonseNdihokubwayo-q5d
    @AlphonseNdihokubwayo-q5d Месяц назад

    Birancanze nta banyagisaka b,abahutu babaho

  • @comedebari4773
    @comedebari4773 9 месяцев назад

    Abagina nabasama ntabonumvise

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 11 месяцев назад

    Dawe avuka i Buraza, intara ya Gitega, bivugwa ko ari umututsi. yoba ava mu muryango uwahe? ugereranije

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      None si wawe ntamuryango wiwe azi?none yabwiwe Niki KO ari umututsi?

    • @futuremillionaire450
      @futuremillionaire450 2 месяца назад

      @@aristidesindayigaya8893 yapfuye atabivuze. Ariko abo bakuranye barabitubwiye.

  • @PatrickNiyonkuru-v4f
    @PatrickNiyonkuru-v4f Год назад

    Thx

  • @DavidNsengiyumva-i4l
    @DavidNsengiyumva-i4l 10 месяцев назад

    Ok

  • @irankundajimmy5512
    @irankundajimmy5512 7 месяцев назад

    Hari imiryango myinshi igoye kumenya,Hari abanyagisaka babahutu? ngo baba mukiyaya c'imbo gusa

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      Uwo ni umusokuruza wabo yimukiye ahaba abahutu benshi aca ashima kwiyitirira abo ahasanze.

  • @niyonzimairene2296
    @niyonzimairene2296 11 месяцев назад

    None kondi umuzige siniyumvise

    • @miba876
      @miba876 4 месяца назад

      Asha Nico nagira mbaze nanje.

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      @@miba876 uwo muryango igihe bakora ayo matohoza ntiwaruzwi.

  • @comedebari4773
    @comedebari4773 9 месяцев назад

    Ababanda ntabwo arabatutsi

    • @eastafricaman4918
      @eastafricaman4918 8 месяцев назад

      Harimo Abatutsi n'Abahutu.

    • @Shado164
      @Shado164 7 месяцев назад

      Gute?

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 4 месяца назад

      Igituma utamenya kubitandukanya ni uko utazi insiguro y,ubututsi ,ubuhutu ,n,ubutwa.kuko iyo uba waramenye ico bisigura n,igihe vyatanguriye nuwabizanye n,ama critères atuma uba iki canke kirya muri ivyo bitatu ntiwovuga ngo urya si umumututsi canke ni umuhutu ,kuko vyose birafise insiguro nigituma uwu canke uriya yitwa umuhutu canke umututsi biba bivanye na critères aba akwije.

    • @aristidesindayigaya8893
      @aristidesindayigaya8893 2 месяца назад

      Wewe ufise ubuhe burenganzira bwo kubaka ubututsi?