Umukuru w'igihugu arerekana inzira Uburundi buzotungiramwo nubwo hari abagorodovye ........

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 окт 2024
  • #indundinews : Umukuru w'igihugu #Evariste_Ndayishimiye muri ino reresi arashiga intahe y'intambara ariko acamwo muvy'ubutunzi , agatanga icizere KO nubwo hari abagorodovye, abatonze k'umurongo bariko baraboneka mu rwaruka ruzoshira ibintu k'umurongo......

Комментарии • 37

  • @PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz
    @PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz 10 часов назад +1

    Bukebuke ni rwo rugendo. Nta munyamahanga azoza kutwubakira igihugu cacu. Vyose bizova ku mwete n'ubwira biri mu Barundi b'umutima.
    Imana ikutuzigamire Ndongozi nkuru yacu!
    Turi maso, tugutega yompi, tukazirikana.
    Aho uzogeza isemo ni ho abazogukurikira bazohera.
    Hakuna kurudi nyuma, tusonge mbele!

  • @professordrack1534
    @professordrack1534 13 часов назад +3

    Imana ikuzitugamire mutama

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 8 часов назад +4

    Irambire mzee

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima3585 9 часов назад +1

    Ukuri kuzotsinda Mutama bareke bapinge ariko ababona iyo tuja tuzobashigikira Mutama wacu🙏 twarabahinyuye izo nyanka Burundi bashaka kwuzuza inda zabo.

  • @nsengiyumvaomar1671
    @nsengiyumvaomar1671 4 часа назад

    Imana niyo izukuri abobose ubwira Nabantu buriwese yakoresha ubbwenge bye akamenya icyushatse kuvuga komeza ubayobore abo bavandimwe bawe buburundi

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 13 часов назад

    Komera musaza ❤❤❤❤❤❤❤

  • @gervaisntirenganya470
    @gervaisntirenganya470 12 часов назад

    Mutamawacu neva IMANA igukomeze ikurinde komezutuyagiremutama discur zawe ntanimwe ishobora kuncika kuko habaharimwo impanuro namajambo yubwenge

  • @NiyongaboGeorge
    @NiyongaboGeorge 7 часов назад

    Komera mutama turakwemera cane tuyagire tuguteje yompi

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 10 часов назад

    Imana yarakoze kuduha imvuzi 😅emwe icoco yarakiduhaye

  • @EtienneNsengiyumva-kz6jj
    @EtienneNsengiyumva-kz6jj 8 часов назад

    Ijambo ryukuri

  • @JemaliNduwayezu-di9xi
    @JemaliNduwayezu-di9xi 12 часов назад +1

    Babwire nibashaka bazumva

  • @IamLionelKanani
    @IamLionelKanani 11 часов назад

    Neva ni prophet. Mwumvirize

  • @IradukundaLionel-mj5dq
    @IradukundaLionel-mj5dq 10 часов назад +1

    Ufise amajambo Gus ntacukora tubona igihungu nimw mugitobanze😢

    • @MrsEdmond_2.0
      @MrsEdmond_2.0 9 часов назад +4

      Wewe ubwawe wimariye iki??

    • @OscarIrankunda-k2y
      @OscarIrankunda-k2y 3 часа назад

      Ahushatse kuvuga kuv arongooora kwataco arakora??

    • @wellarsmukezamfura3160
      @wellarsmukezamfura3160 19 минут назад

      We Lionel urumogi wanyoye ukanarya 2014-15 ntiruraguheramwo ngo utahe mugihugu cakwibarutse!
      Gusa hari ibintu bitwengeje, 😂😂😂😂, mwahunze 3ème mandat! Kubera urumogi rwinshi mwaguma mubona chiffre 3 😮😮😮😅😂😂😂! Pole, ... ubu iyo muri ngira mufata Booster 😂😂😂

  • @LaulentiEzekiel
    @LaulentiEzekiel 13 часов назад

    Nivyomta tubwile

  • @eliudniyubuntu281
    @eliudniyubuntu281 10 часов назад

    N'agahoma munwa

  • @RichardMwanza-q8w
    @RichardMwanza-q8w 8 часов назад

    Ndakunda discoul yanyu muvukurikabisa abanyamahangantibabikibanga

  • @AudrigueHatungimana
    @AudrigueHatungimana 11 часов назад

    Sebarundi arononerwa kuko yakundintama ziwe

  • @eliudniyubuntu281
    @eliudniyubuntu281 10 часов назад

    Uwob, azi Umusi mukuru w,umuganuro aho vyanditse muri Bible ,atubwire chapitre n,umurongo

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 13 часов назад

    Nuko ubwira abatumva

  • @JamarieKwizera-oz1tf
    @JamarieKwizera-oz1tf 13 часов назад

    𝔹𝕒𝕓𝕨𝕚𝕣𝕖 𝕞𝕦𝕥𝕒𝕞𝕒

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 7 часов назад

    Twumva twifuza kumenya abo bantu babuza igitoro kuza kandi twari tuzi ngo ni indongozi zidukunda.Ndumiwe muratubwira amazina yabo tubagayire mumitima duhuye tuzoreke no kubaramutsa abo ntibaturwaniye kuko ndumva ntibadukunda.

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 13 часов назад

    Abarundi naba MSD gusa umugararizo gusa ibikorwa vyabo nivyoguturiramapine gusa

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 10 часов назад

    Ivyo avuga nivyo generation yabo irajagaraye cane gusa ministre wa education yarakwiye kwikangura akubaka amashure akayaha nibikoresho bikwiye . Kuko urwaruka nirwo rufise umutima wo gukorera Igihugu kuruta abo batama.

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc 6 часов назад

    Komera président wacu,uwazanye amoko yashaka kuturyanisha,twebwe tube bantu gusa,Ubu nibikorwa gusa.

  • @george496
    @george496 12 часов назад +2

    Sha urakwiye kuvaho ntaco umariye uburundi bwacu reka amajambo yerekana ibikorwa vumaze gukora kugira abarundi tukwemere vuvuzera

    • @gervaisntirenganya470
      @gervaisntirenganya470 12 часов назад

      Nkawe wumva umaziki mutama wacu neva turamukunda kandi tuzongera tumutore

    • @Isa3th
      @Isa3th 5 часов назад +1

      Urajako wewe utware hama utwereke nawe iyo wotugeza zuvuga make sha igihugu ntigitwarwa nivyo vyiyumviro vyawe.

    • @J.baptisteSibomana
      @J.baptisteSibomana 4 часа назад

      Itonde

    • @wellarsmukezamfura3160
      @wellarsmukezamfura3160 11 минут назад

      @Geoge496, ushaka woreka kurogota! Hinduka shaaa! Ariko ngira nirwarumogi rwinshi mwafashe 2014-15, ... rurya ntirushobora kubaheramwo mwarikwegeye😂. Muze tubuvure, twe ubu dufise ingabire zidasanzwe! We will NEVA give up!
      Ino duhanzwe nakimwe: urugamba rwiterambere. Nayo ivyo vyoose muvuga, nayamuhe, kandi ntadusha integge. President wacu H.E Neva ari kwivora kandi azodushikana kwiterambere ridateye amazi

  • @DNAT_show
    @DNAT_show 12 часов назад

    nukuri birababaje kubona wishwe n’uwawe igitoro kikabura koko ? kand ariyo moteri y uruja n uruza 🙆🏾‍♀️, hama ng abarundi turakenye kand aritwe tuvyiteyev.🤦

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 15 секунд назад

    Twebwe indongozi zacu ubu nintwari kweri! Ego hariho usanga bigicumbagira mugabo ntaco kuko nka 70% bariko batumurikira. Abandi tuzoza turahindukiramwo polepole. Bisaba ko twirinda amajambo yohanze, arya niyo mabi, ariko twarabahinyuye, si2015!

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 4 часа назад

    Abo bantu nyenecubahiro ariko aravuga nubu baracidegemvya sindumva banasubije kndi baracakora amadili yabo

    • @OscarIrankunda-k2y
      @OscarIrankunda-k2y 3 часа назад

      Reg naho yobahana wew ntanama yokugirisha ubizi gt kwatabahana? Vug at nibesh gs