Umuryango w'Ababanda ni umwe mu miryango ikomeye mu Burundi kandi yoshobora kuba icitegererezo.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • Umuryango w'Ababanda mu #Burundi waratunganije ihuriro rya bose ryabereye mu ntara ya #Kirundo kugira ngo bige ku mategeko abagenga bongere batore inzego zizorongora iryo shirahamwe ry'umuryango mu kiringo c'imyaka itanu.

Комментарии • 14

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 6 месяцев назад +1

    Nivyiza cane Ababanda tumenyane,

  • @NIJIMBEREWilson-xi7dy
    @NIJIMBEREWilson-xi7dy Год назад

    Muze mwibuka abana bababanda batishoboye mubafash natwe bababanda tuzamuke ❤❤❤

  • @fredka-jh2mj
    @fredka-jh2mj 5 месяцев назад

    Nivyo

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 Год назад +2

    Nkivyo nta kamaro bifitiye abarundi kuba Umurundi birahagije

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Год назад +1

    Akanomero kawe wewe urongoye Ababanda Ndagakeneye please 🙏

  • @miringiropikasa3920
    @miringiropikasa3920 Год назад

    Bikomagu we ntiyari umubanda?

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Год назад

    Mwiyumviriye Neza Akanomero Kanyu Turagakeney

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Год назад

    Igihugu kigeze aho umwansi ashaka. None nkizo mburakimazi mubona ivyo bariko baradedemba aribiki. Igihu kiritwara, ingabo zatigira umutware zitwa impehensa. Hari abarundi basigaye ari utugugu, nkuwo ariko avuga iki ga yemwe. Amacakubiri yamoko batwometseko nubu ntaratuvamwo, none izo mbunuza akavuze Never ziriko zirata umwanya zivuga ibintu bitagira umutwe namaguru. Ntasoni !!!!!

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Год назад

    Ndabira na gouverneur ari muri ivyo bintu bigayitse. Ngiyo shusho ya za ndongozi Never yita imbunuza🤣🤣🤣

  • @munezeroolivier411
    @munezeroolivier411 Год назад +1

    Ababanda njo nini?

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Год назад

    Turi benshi

    • @KabandaWellars-kx8rx
      @KabandaWellars-kx8rx 9 месяцев назад

      Sinarinziko Burundi nayo mufise Ababanda.Mukomere nukuri

  • @fbpburundi2451
    @fbpburundi2451 Год назад

    😑😋😋😋