Samuel Ndayiragije uru nigwo rugamba yatanguje mu ba diaspora kandi ngo ntazota hasi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 сен 2024
  • #indundinews : Urugamba gw'amajambo muri diaspora ngo gwaraheze, urugamba gw'ubumwe biherekezwa n ibikogwa....

Комментарии • 62

  • @NkinahamiraDG
    @NkinahamiraDG 4 дня назад +3

    Bjr Sam. Ndemeye gutanga 10.000$ (Dix mille) pour janvier 2025. Uzondungikire les coordonnées de dépôt. Avec tous mes encouragements.

  • @KenAlif100
    @KenAlif100 4 дня назад +6

    Imana idorrar rimwe nuwuzoyaguha muzoba munganya ubwenge uwutazoyatanga muzamuzibira atashe rekimitwe besha abari Zambia 🇿🇲😅 ko mushaka gutungira kubantu😢😢

  • @blaisemunezero5887
    @blaisemunezero5887 4 дня назад +5

    Iyo projet ninziza cane. Ese twese twokwifuza kubaka igihugu cacu tutarondera inyungu. Vive le Burundi sans discrimination.

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 4 дня назад

      Reka ndakubaze. Amahera azova mubizokorerwa myiyo nyubakako azoja he? Mukigega ca Etat canke?
      Naho yoba 1 dollar nimpaka umenye aho igiye, transparence nikintu gikomeye

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 4 дня назад +7

    Umugambi ni mwiza Ariko iyo muyiha intumbero ya business ,long term investment ,umuntu akagura umutahe uzomuha inyungu.Ariko gutanga amahera yo kubaka ibintu nkivyo Mbe inyungu zizova mwo ni izande?

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 4 дня назад +1

      Ego nasigure inyungu izovamwo aho izogenda. Mukigega ca Etat canke?

  • @MELCHISA229
    @MELCHISA229 4 дня назад +1

    Samuel ndagukunda kk ufise imigambi myiza.❤

  • @lydiendayishimiye2416
    @lydiendayishimiye2416 4 дня назад +2

    Nimuhamagare aba diaspora bashaka gushiramwo imitahe abe aribo bazoba ari les propriétaires et les gestionnaires b'iyo nyubakwa.

  • @ChristopherNimubona
    @ChristopherNimubona 4 дня назад +1

    Ubaka mureke kuvangamwo Ivy'Imana nivyashetani muvyokwubaka niyompamvu Uburundi ivyogutera Imbere bitugora tugumiza Imana mukanwa ivyo dukora bikaba bike

  • @B-Y-N
    @B-Y-N 3 дня назад

    Turakwunva cane tuzoyatanga pe abakunda igihungu turabashigikiye. Muhurize hamwe na Fablice turabemera from Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺

  • @Nathan44Nathan75-ti7we
    @Nathan44Nathan75-ti7we 4 дня назад +2

    Neza cane!!!vyukuri iki gikorwa tuzocitabira!!!jewe iyondavye ikigihugu ndimwo ingene giteyimbere kandi nkumvako catejwimbere nabeneco,ncaniyumviranti tweho niryari????uburero Imana ishimwe cane reka dukore

  • @KenAlif100
    @KenAlif100 4 дня назад +2

    Utubandi twigendera buno aba diaspora basigaye ari deal muburundi ariko kuwutabatahura niwe azayabaha 😅😅

  • @irankundachartieret658
    @irankundachartieret658 4 дня назад +3

    Bandit karuhariwe

  • @JfMusic-tg7cn
    @JfMusic-tg7cn 4 дня назад +5

    Kura ubwo burofa ngaho shaaa genda uryame 😢😢 ukure ubwobusuma ngaho

  • @Musagisagara
    @Musagisagara 5 дней назад +3

    Kuki mutokora nka ubaka nation
    Tushiremwo imitahe tuzongarure amahera twasizemwo ndutage amahera muyubaka hama ice iba inyubaka yiwanyu iyaba twaterera bikaba ivyareta Asha aho ndoshigikira 💯 ariko biba ivyanyu wapi
    Twitage hama bibe ivyanyu

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 4 дня назад +1

    Samuel, uriko urakoresha amajambo yiterabwoba. Umuntu atanga amahera kubera yunva bimurimwo, apana ngo uwutazotanga amahera agize ikibazo ntabwo muzomufasha😢

  • @UwinezaJaphet
    @UwinezaJaphet 4 дня назад +2

    Mwokuramwo ivyimana

  • @547ss
    @547ss 4 дня назад +7

    Ni mwerekane neza ivyo mumaze gukora, mwerekane les documents de preuve. Kubwanje, mworeka kubishiramwo Imana. Bizobahumira kuko muri abasuma.

  • @547ss
    @547ss 4 дня назад +2

    Mwe muri bande ? Mumaze gukora iki kugira abantu babemere kuburyo bobarungikira amahera yabo ? Gukoresha technologie mu gucapa amashusho ni mureke kubikoresha mu kwiba amahera y'abantu. Abantu ni bagabe, hagiye kuba ubusuma bwinshi kuva aho Ubakanation itanguriye ibikorwa vy'ukuri. Benshi bazogerageza kubigana bafise imvo zo kwiba abantu.

  • @moisentakirutimana820
    @moisentakirutimana820 4 дня назад

    Uri mu Kibanza ukwiye. Courage BURUNDI Bwacu shinga icumu mu Mashinga

  • @clavernzohabonayo5908
    @clavernzohabonayo5908 4 дня назад +1

    Nukur twesehamwe birashoboka barundi benewacu dukundigigugu cacu nahandi nukobigenda

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 4 дня назад

    Great I will

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 День назад

    Shiraho akanamba kanyutuzo hamagarako

  • @YvesNiyonkuru-d4v
    @YvesNiyonkuru-d4v 4 дня назад

    Komeza imana Imbere

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma 4 дня назад +1

    Muvyukuri Samuel nindongoz today ejo azohav ark Diaspora ntizoba ivuyeho rero iki nicirato kuba diaspora kndi abahemuk mwibuk ko uheza guhemuk ibigori bikera ni muve mumatik muz dutezimbere igihugu kko birababaj kuba bovuga ko ataco wimariye kndi wamariye abandi cnk igihugu dushigikire abariko barakorera igihugu Samuel sumusuma kko ivyarimwo biracungerewe nigihugu kndi igihugu ni twebwe nahanura murakoze

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 4 дня назад +1

    Umugambi nimwiza mugabo nuko uwozoterera atanyungu azobikuramwo gushira amafoto y’umuntu muriyo ivyo ntakimazi nakore nkakurya kwa Fabrice kugira natwe tuze turonke inyungu atarukwo muzosanga ivyo vyose arivya kagwi runaka

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 дня назад

    Bavuga ko Samweli ari umusuma,bagenzi ni mutohoze iyo nkuru, ntimugwe mu yabira .Baza abantu baba muri USA

  • @barasokorozaalbert8285
    @barasokorozaalbert8285 5 дней назад +2

    Ubu subusuma mubundi vrt 😂😂😂 tububakire kugirango turonke icotwiyemerako ngo twaratanze. Asamira hiyo shaa ivyo vyintererano vanangaho

  • @theodoregateret996
    @theodoregateret996 2 дня назад

    Perez Laura Anderson Charles Allen Karen

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 4 дня назад

    Ayo yivye muri Amerika yarayashibije yarahahunze ubu ageze muri Kenya

  • @FrancoiseNtimpirangeza
    @FrancoiseNtimpirangeza 4 дня назад

    Banze mukure amadeni mwasigiye imiryango

  • @concisebusinessgroup
    @concisebusinessgroup 4 дня назад

    Mbega uwutari muri Diaspora yumva uwo mugambi w'iteka ntarekuriwe guterera muri uwo mugambi?

  • @omarnyabenda
    @omarnyabenda 3 дня назад

    Amakuru ,ivyiyunviro vyari vyiza ,mugabo mugihe muri kurondera gushira hamwe abarundi bari muri diaspora je nibaza yuko vyari kuba vyiza ubu burongozi bwa diaspora bwo kwiyunga nuburongozi bwa fabrice muri wa mugambi one Africa investment fund of burundian diaspora abarundi bakazaja baguramwo imitatahe nkuko fabrice yabitangaje hama iyo Mitahe ikaba ariyo izaja ikora iyo migambi yose y iterambere ryigihugu nabo bakazabigiriramwo akarusho vyobaye vyiza kurusha mwebwe banyakubahwa Samuel mukazaja mukora ibikorwa Cane cane vyogushira hamwe abandi baba hanze nokubahamagarira kuguramwo imitahe izakaya iyo migambi yose muri gusigura yiterambere yigihugu nabo bakazabigiriramwo inyungu ,fabrice nawe akazaja aba ari kuri terain comme d'habitude mukaja hamwe hako wew ukore ibi fabrice akore biriya kandi muri abadiaspora mwese hama inyungu zikazaboneka hose kugihugu kubarongozi no kubanyamitahe murakoze ,OMAR NYABENDA DIASPORA AFRIQUE DU SUD.

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 4 дня назад

    Samuel, banza ubwire nabo barundi baguma biba ikigega ca Etat nabo bazane ayo mahera akore ibikorwa vyiterambere.

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 дня назад

    Bavuga ko Samweli atazopfa asubiye muri USA, kuko yasize yivye.None umusuma ni we abantu bazoha amahera?
    Samweli umuraba, ntimubona ko asa n' umusuma.

  • @Amizerotv1619
    @Amizerotv1619 4 дня назад

    Za vocaaa. Abo bantu bari kuvugira inyuma yawe batembereza avocats indagara imihwi n'ibindi muzobahe ikibanza bakoreramwo harya muri projet y'isoko nshasha ya Bujumbura

  • @user-kx5dz2sp3m
    @user-kx5dz2sp3m 4 дня назад

    Mpema yuzuye weeee☠️

  • @AristideBUCUMI
    @AristideBUCUMI 4 дня назад

    Iki gikorwa ni ciiiiza turagishimye cane

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 4 дня назад

    Kuberiki bashizeho golf bakibagira gushiramwo basketball?

  • @kabizit.v4586
    @kabizit.v4586 3 дня назад

    ariko abesha uwo muntu..... umuntu akomeye mumutwe yotanga amahera pour construire un bâtiment de 20 niveau..irimwo ibibanza vyamanama mpuzamakungu hama iyo nyubakwa izoba ari iyande?? Mbe izo nyubakwa ko zizomara même imyaka 300.
    Utagiy kuri réputation iyo projet izoba iriko yinzija amahera mais banyeneyo ,banyene kuyatanga batubitse uwavubi... c'est insensé

  • @celeusfatirisigaye9624
    @celeusfatirisigaye9624 4 дня назад

    Nimba mutari abomumugambwe kumbure boba babambwiye utinamwe kotwabuze ahotubashira nimurye ngaha kuri diaspora ndumva arikintu ciza nokunda nanje nkumudiaspora akorera hanze yigihugu murakoze

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 4 дня назад

    Ivyo ntibikunda nagato udatanze intumbero yaho inyungu izogenda. Ushaka ko bigenda neza niwigane Fablice kugira tuguremwo imitahe.

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 4 дня назад

    Tuzocitabira ngaha zambia

  • @fatmahaf4951
    @fatmahaf4951 4 дня назад

    Ivyo mubireker fabrice niwe avuga agashitsa mwe nubusum gus😂😂😂

  • @floribertniyongabo7725
    @floribertniyongabo7725 2 дня назад

    Ubukene abarundi bamazemwo igihe buratanguye kubigisha. Twataye umwanya munini mu kugwanya iterambere, il faut être clairvoyant.

  • @Musagisagara
    @Musagisagara 4 дня назад +2

    Muzoba muri indogonzi 100
    Shira amahera hamwe muyiyubakire bibe ivyanyu siyo kurondera amahera mubadiaspora hama bibe ivyanyu

  • @herveirakoze7034
    @herveirakoze7034 4 дня назад

    Ivyo vyose bidutandukanya , vyarakemutse?! Bidakemutse ntaco co kwubaka gihari,naho cokwubaka nticorama!

  • @ibrahimnkurunziza8198
    @ibrahimnkurunziza8198 День назад

    Komera

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 День назад

    Turagasavye kazodufasha

  • @DamianMugisha
    @DamianMugisha 4 дня назад

    Uwu numubeshi ntaterambere rusangi kuva muri bdusa muterera mumutezimbere kunyungu ziwe wenyene ushiremwo amahera kubera agushireko foto inyungu zose zizovamwo zibe iziwe 😢uwumusuma ivyamaze kurira abarundi birarenze

  • @DorineNijimbere-he5rd
    @DorineNijimbere-he5rd 4 дня назад

    Ivyiyumviro vyiza cane, terimbere !

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma 4 дня назад

    Abarundi tuvibuzimu tujibuntu iterambere ryagiye risubira inyuma kubera gucana intege iyi nyubakwa iri kwubakwa siya president wa diaspora cnk abo bafatanij nimwe mwishusho nziza yigihugu kndi amafaranga bari kwaka ni make kubari hanz migration iragufat ukabah ayarenz kndi ntanyung

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 4 дня назад

    Muyashirahe Amahera mwegeranya?Arakingiwe?mwe ubwo ntimuri Abasuma?

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 4 дня назад

    Les ambassadors mubabwire batworohereze tuzoze turonka passport ahoturi kuko biratugora uko dukora harabaje tutazifise ubu tubayeho nkabari mugasho ! Twebwe amahera sikibazo abategetsi nibadufashe natwe tuzoshigikira igihugu.

  • @BIGIRIMANATHEOGENE-wo3ys
    @BIGIRIMANATHEOGENE-wo3ys 5 дней назад

    Kumafarase

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 4 дня назад

    Courage, umugambi ni mwiza caane.

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 4 дня назад

    Komera cane mwubahwa samweri ndakwemera cane

  • @felicienharerimana1666
    @felicienharerimana1666 4 дня назад +1

    Uwo muntu ashobora kuba amenyereye kwiba. Mbega diaspora muvuga ni reta yayirungitse? Canke ni reta yahunzwe? Ubu rero ngo uri president wa diaspora? Warahungishije abantu bagira Imana baragucika none rero ugira ubabere president? Canke ushaka kubahungabanya niyo baguhungiye? Murakora mbone!!!!