1990(?) Jean Pierre NGENDANZI avec son orchestre de l'école primaire de KABONDO

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Subscribe kugira vuba dutangure kubaha ibikogwa vyiminwe yacu #Turabarindiriye

Комментарии • 87

  • @ElvisBukuru-g3t
    @ElvisBukuru-g3t 4 месяца назад +7

    Même en 2024 cette chacon restera toujours gravée dans les cœur des burundais

  • @mzeeclaud
    @mzeeclaud 2 года назад +11

    Yitwa 《Jean Pierre NGENDANZI.》arikumwe n'Abanyeshure Biwe(Kabondo School).
    Legends never Die
    Nostalgie
    Back to the year
    Zilizopendwa
    Karanyuze

    • @mauricecalhounnsabiyaremye8052
      @mauricecalhounnsabiyaremye8052 2 года назад +1

      You're totally right Mr john Claude, really this man NGENDANZI was the best pabafricanist and like him within all his songs.
      As you said above my comment his legacy will stay with us forever and always.

  • @jimimbz2008
    @jimimbz2008 2 месяца назад +3

    Aho niho natangue kwiga 1991 bless up

    • @SallmaXg
      @SallmaXg Месяц назад

      Hahahaha ufise imyaka ingah???basha niho navukiy

  • @prospertv9090
    @prospertv9090 2 года назад +8

    Genda mwararirimba neza.nayo abubu umenga ntibazi ivyo barimwo.mbega abana beza.wow🤔

  • @ribertsekadodo662
    @ribertsekadodo662 26 дней назад

    Yoooó good song I love my country, 🇿🇦👏👏👏

  • @ireneeniyonkuru42
    @ireneeniyonkuru42 2 года назад +11

    Ces petites filles qui chantent sont pleines de l'innocence.

  • @esperancenirema7042
    @esperancenirema7042 11 месяцев назад +4

    Urakoze kutwibutsa chorale yacu yakera mu kabondo. Imana iguhezagire ese abana bubu bobifatirako akarorero mugukunda igihugu cacu. 🙏🙏🙏

  • @felicitenshimirimana8188
    @felicitenshimirimana8188 Год назад +6

    Mes chers Compatriotes
    Il était voisin, ami d'enfance et de tout ( même école).
    Louange

    • @alineuwimana3892
      @alineuwimana3892 6 месяцев назад

      bite félicitée woba uri grande soeur wa madudu ?mucibitoke 15eme avenue?

  • @ndayizeyemediatrice
    @ndayizeyemediatrice Год назад +4

    Murakoze kutwibutsa utwakera

  • @yesconstruction632
    @yesconstruction632 2 года назад +3

    Nuramb ukomere Burundi gihugu mutima wa afurika😍😍😍😍

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Год назад +7

    Beautiful girls burundian are beautiful

  • @prosperburikukiye3768
    @prosperburikukiye3768 2 года назад +4

    Twariganye na Ngendanzi Jean Pierre kuri St Michel mumyaka ya 1972, 73, 74, yarafise na mukuru wiwe Ngendanzi Emmanuel. Ikindi yari umukorezi imyaka myinshi mw isengero rya St Michel, ari naho nibazako yatanguriye gukunda inanga.

    • @sekanseketv2026
      @sekanseketv2026  Год назад +2

      Biraduhimbaye caaane kubona haruwo vyagendany vyiganye yabony ino video MUHEZAGIGWE

    • @kelbymuyooma5622
      @kelbymuyooma5622 Год назад

      @@sekanseketv2026 nanjenkeneye kumenya kahisekiwe namatekayiwe

    • @nzitungamedina1065
      @nzitungamedina1065 9 месяцев назад +2

      ​@@kelbymuyooma5622yarintungane irenze urukundo rwuzuye yapfuy ahitany n'a diabète atabizi yararemvy caane bamutwara kwamuganga abaganga bibaz ngo nimarariya bamutera serum ya glucose aca aracikana umuryango urasar bagiz amatohoz basanga ni diabète yasiz abana 2 ninda yimvuka imana imwakire papa wanje 😢

    • @kelbymuyooma5622
      @kelbymuyooma5622 9 месяцев назад

      @@nzitungamedina1065 ndagukeneye mpawhatsape yawe

    • @kelbymuyooma5622
      @kelbymuyooma5622 9 месяцев назад

      @@nzitungamedina1065 nokubonagute

  • @vestineharerimana3863
    @vestineharerimana3863 2 года назад +6

    😭😭😭 nkumbuye kahise

  • @nshimirimanajeanclaude9493
    @nshimirimanajeanclaude9493 2 месяца назад

    Mwakoze cane guhayagiza igihugu cacu ciza mwaririvye neza

  • @darknight-yq3zw
    @darknight-yq3zw 7 месяцев назад +6

    1990 😢😢 l see my sister

  • @emmanuelnsabimana-w9f
    @emmanuelnsabimana-w9f 6 месяцев назад +3

    Nibutse ico gihe nca numva agahinda ndavye ivyubu.

    • @sekanseketv2026
      @sekanseketv2026  6 месяцев назад +2

      Pole sana isi igenda irahindagurika ijana nivyo ishatse knd tubwirizwa kuvyakira nugukomera kugira ntihagire ikinyiganyiza umutima mubijanye nivy'ubwami bw'Imana

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 11 месяцев назад +3

    Warintwari pe

  • @sabiyumvaprotaissabiyumva5696
    @sabiyumvaprotaissabiyumva5696 6 месяцев назад +2

    ❤❤❤ burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @rahulstark2394
    @rahulstark2394 3 года назад +9

    Turashyak izindi za Ngendazi kuko mur abo Banyeshur harimwo Uwo Nita Mum right now 😂

  • @learnfastenglish1510
    @learnfastenglish1510 2 года назад +4

    Burundi mon pays

  • @DyanManema
    @DyanManema Год назад +2

    Nice song

  • @ngendakumanafrancois595
    @ngendakumanafrancois595 Год назад +4

    S'il vous plait....ntazindi ndirimbo..ziwe mu fise....

  • @KabatoniBoraa
    @KabatoniBoraa 8 месяцев назад +4

    Merci beaucoup ma belle chanson nizibiri indirimbo yaririmvye arikumwe n'abobana hariho n'iyindi arikumwe n'abobana isa n'iyo nyene nimuyituronderere!!!

  • @KabatoniBoraa
    @KabatoniBoraa 9 месяцев назад

    Merci bcp duhe nizindi ziwe

  • @KabatoniBoraa
    @KabatoniBoraa 9 месяцев назад +5

    Ivyakera vyaribiryoshe gusumba ivyubu.

  • @evaristensengiyumva9547
    @evaristensengiyumva9547 7 месяцев назад

    Ndabyibuka kuko iyo orchestre bayishizeho ndahiga,Kandi niyo piano yabaga aho twitaga muri pléau nahora ndayivuza ariko byabindi byabana.

  • @sese667
    @sese667 3 года назад +3

    Bonjour, merci beaucoup. Please muradushirirako n'izindi za kera muzoba mukoze, ama vidéos bien sûr bishoboka ce serait-mieux, Ex: Za Mireille, Ukwikukira, etc...

  • @mabwatv9837
    @mabwatv9837 4 года назад +3

    Vyiza caaane

  • @martinnshimirimana947
    @martinnshimirimana947 3 года назад +4

    J'adore !abakera bakora ibintu biri sûr !

  • @KabatoniBoraa
    @KabatoniBoraa 9 месяцев назад +3

    😂ego iyo ndirimbo benshi twarayibuze nibayituronderere.

  • @SandrineNihoreho-o7e
    @SandrineNihoreho-o7e Год назад +2

    ❤kakera

  • @ngendakumanafrancois595
    @ngendakumanafrancois595 Год назад +4

    La nostalgie...🥰🥰🥰🔥🔥

  • @jeanpaulnshimirimana7319
    @jeanpaulnshimirimana7319 Год назад +2

    Kandi murabo harimwo abakiriho

    • @sekanseketv2026
      @sekanseketv2026  Год назад

      Egooo hariho uwanditse KO harimwo mère wiwe.bariho

  • @evaristensengiyumva9547
    @evaristensengiyumva9547 7 месяцев назад

    Mu kabondo kandi niho Shungura Panclasse kubamuzi yakoraga (B.E.R)nawe yaririmbye indirimbo nyinshi ziryoshe.

    • @sekanseketv2026
      @sekanseketv2026  7 месяцев назад

      Hezagigwa ndumva wotuyagira vyinshi tukwegereye

  • @SedricMugisha-wx4pv
    @SedricMugisha-wx4pv 8 месяцев назад

    Abana beza cane

  • @NdabiretsePascal-jz5lu
    @NdabiretsePascal-jz5lu 4 месяца назад

    Ese abo bana ubu si abantu bakuze.ubu ntabwo boronderana bakishira hamwe bagatoza urwaruka rw'ubu

  • @HatingimanaFrancois-qu6gh
    @HatingimanaFrancois-qu6gh 3 месяца назад

    Ico gihe ntiga quartier 5 cecinga,narazikunda

  • @jeannettekwizera1666
    @jeannettekwizera1666 4 года назад +5

    Umushakashatsi

  • @landrykwizera2665
    @landrykwizera2665 Год назад

    Courage

  • @shadiaahmed8193
    @shadiaahmed8193 3 года назад +3

    Hello, ni sawa? Har’iyindi ndirimbo yiwe nyene imeze nkuko mais baririmbira Gwagasore. Kenshi yakunda guca muri RTNB. 😢narairondeye ndaibura cane cane kubera ko ntibuka Lyrics zayo.

  • @rukundoibrahim807
    @rukundoibrahim807 3 года назад +3

    😊😍😋

  • @SteveHoranimana
    @SteveHoranimana Год назад

    Aba bantu bari beza beza kweli.

  • @ericmanirakiza7150
    @ericmanirakiza7150 3 года назад

    Duhe nizindi

  • @hypoliteminani4409
    @hypoliteminani4409 3 года назад +3

    Amajwimezacane yabanabbakobwa

  • @SongaStanislas-nz2cs
    @SongaStanislas-nz2cs Месяц назад

    Utu twana ndatwibuka waya.
    Turacyariho ntibatugandaguye?

  • @CharleneDushime-bc8ds
    @CharleneDushime-bc8ds Год назад

    7

  • @salmahamza8565
    @salmahamza8565 2 года назад

    Alex ni Salma Saudia nje ngaha kupera uyu munsi wa independence😂😂

  • @rukundoibrahim807
    @rukundoibrahim807 3 года назад +2

    😊😍😋