Toutes mes félicitations à toi Alve, franchement tu viens de frapper fort avec cette tube, iyi ndirimbo irimwo , amavuta n'amajambo akomeye cane kandi naciye ivyanje. Uyu niwo mwaka wanje wo kwemeregwamwo, wo kwishurigwamwo. Iki nico gihe canje , Nico gihe cawe, nico gihe cacu co kwishugwa ku masengesho yacu, AMEN. Twambike , tugirire neza. Twibuke Mwami Mana, urakoze tukubwira ko utwibutse , utwongeye imisi yo kuba ho. Amen Amen. @ imigisha myinshi cane ku muririmvyi wacu, Imana ikwongere imbaraga, amavuta n'imigisha.
Bandanya ubahafi uyu Mwana wema gusa agabanye ama film amukoresh Ibintu bizotuma batamwemera cn bivany na scene z'amafilme kuririmba vyomuha gushika Kur cn she is talanted indeed
UWITEKA arikumwe nawe wamunyembaraga we yaco utinya genda uko inkomezi zawe zingana ❤️❤️ ubwiwe yarirahiye nkuko yabanye na Mose yewe Gideyoni weee nawe azobana nawe ............ ❤
❤❤❤❤
Wongerwe imbara ma sœur, uyu ni umwaka wokwemerwamo tu kanani yacu turiko turayinjira . Hallelujah
Kwl kanani yanje 2024
Uwomwami wacu yatwibutse kabisa
Amen amen 🙌🙏🎉❤❤
Indirimbo nziza ♥️♥️♥️♥️amajambo meza abafashijwe nino ndirimbo nkanje like vrmt🎉🎉
Uyu niwo mwaka wokwemererwamwo Amen 🙏 nkinze ukuntu washizemwo abavukanyi bawe Bose Benimana Verite and amuco Yesu aguhe umugisha
Ngo Uwu niwo mwaka wokwemeregwamo Ngo Uwiteka Yemeye kujana natwe oooooh Halleluyah Nice song Thx Alvella Imana ikwagurire imbibe abakunze iyi ndirimbo nkanje mubinyereke❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Hallelujah 🙌🙌 abotwemeranyak Uyu arumwak winyishu yivyo twasengeye tumenyane🙏🙏🙌🏻🙌🏻😭😭😭😭🤲🤲🤲
Félicitations Alvella IMANA ikomeze intambuko zawe
Umwaka wanje,wokwemererwamo.abayinkunda nkanje Imana iduhane ibisubizo vyamasengesho yacuuuuu.🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Indirimbo nziza cyane. Imana ishimwe!
Ubusobanuro mu cyongereza si sawa. Ubutaha muzashake umusemuzi uzi icyongereza neza.
Enother Hit from Wema Entertainment❤️
Nice song kbx for me!
Uy'umwaka udutanguj n'akaririmbo keza cn niwubahwe que Dieu vs bénisse🙋♀️🙋♀️🙋♀️
Alvella weeh, Imana ikuje, ntugacike intege, ntukite kuri ejoo hacu, urabe iyo uriko uja maze ugere Kure!
Toutes mes félicitations à toi Alve, franchement tu viens de frapper fort avec cette tube, iyi ndirimbo irimwo , amavuta n'amajambo akomeye cane kandi naciye ivyanje.
Uyu niwo mwaka wanje wo kwemeregwamwo, wo kwishurigwamwo.
Iki nico gihe canje , Nico gihe cawe, nico gihe cacu co kwishugwa ku masengesho yacu, AMEN.
Twambike , tugirire neza. Twibuke Mwami Mana, urakoze tukubwira ko utwibutse , utwongeye imisi yo kuba ho. Amen Amen.
@ imigisha myinshi cane ku muririmvyi wacu, Imana ikwongere imbaraga, amavuta n'imigisha.
Hallelujah Hallelujah ❤
Imana ibahezagire cane. God blessings will continue shining in your life ❤❤
Bandanya ubahafi uyu Mwana wema gusa agabanye ama film amukoresh Ibintu bizotuma batamwemera cn bivany na scene z'amafilme kuririmba vyomuha gushika Kur cn she is talanted indeed
Kuberik agabany gukina film kandi vyose abishoboy ndavuga kuririmba nogukina filme hariho abamukundira kuririmba nabamukundira gukina jew ariko ndamukundira vyos arashoboy@@AfricaAnimalsv9
Hallelujah Amen 🎉🎉🎉 uyuniwo mwaka wokwemeregwamo❤ nigih canjee🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Iman ibahezagira
Uy ni Israël mbonyi wiburundi❤❤❤❤❤❤
Icyampa bakazakorana indirimbo disi 🙏❤️
Yesu aguhezagire ndagukunda.ugume ufash ukuboko yesu biguma cnk vyoroshe
Mungu ambalikie 🙏🪑🎧 niinjoi nanyimbo zuli like zen duguzangu ba🇧🇮❤
Oooh Good job . Courage Mukobwa Mwiza wa kristu . Umwuka Wera abishimirwe
Indirimbo nziza cane keep up again sister❤
Wooouuhhh alvella kip shining.inzira ni nziza caane courage ukwo nyene
Alvella harikuntu mwiyi misi uriko umpezagira cane nukuri Imana Ikomeze kimukwagura pe
Amen
Warakoze cane kuribikogwa mvabwenge .Yesu akwon'gere umugisha
Imana ikugirir nez ham turagushigikiy
Amen urampinbar mubikorw vyogukwiragiz ubuyumw muburund nikwis yos
Amenaaaa uyu niwo mwaka wokwemeregwamwo ❤❤❤❤❤❤
Amen hezagirwa urintwari wew uhozimitima yabenshi ubicishij mwivugabutumwa ukomere caneee
Woow uwafashijwe nkanje ampe like
😂😂😂😂❤
Yoooo mbega indirimboo yumwaka waaauh Big up dear Alvella ❤❤❤❤
CONGRATULATIONS sister Alvella.
Indirimbo ni nziza cane mugabo uzoyisubiremwo kuko instruments ntizunvikana. Le style Reggae est fantastique.
oooh my God. iyi ndirimbo ndayisubiyemwo 10fois ariko iguma imbera nshasha. Imana ibandanye iguhishurira vyinshi bifasha imitima. Warahezagiwe kandi uri umugisha w'amahanga
Amen ahugenderera abandi nanje uyumwaka unyibuke kuriyicuro nanje unyishure mwami wanje ivyonasengeye vyose umpekuvyishugwa ❤❤❤❤
Mrs kbs
Amen. Komera ncuti Imana igukomeze ikugumize mubuntu bwayo
Amen 🙌🙌🙌 uyu niwo mwaka wo kwemererwamo ibyo nasengeye!! Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 May God bless you 🙏🙏🙏🙏🙏
Ukomere cana, kuri live muri gospel ariko urifatira imitima yacu,amajambo y'indirimbo zawe arekeshe abihebuye, keep going our sister Alveella.
Amen 🙏🙏 hallelujah hallelujah uwitek abajimber
Waaaauuuuh uyuniwomwaka wo kwemeregwamwooo aaaaaamen
Ndakwinginz Mana yanje unyishure🎉 Hallelujah 🤲🤲
Waaaaaaooooh 🙏🙏🙏walahir iyinjano nkiyambonyi nisawa 💯Alvella we komerezaho 🙌 🙏 ntuhindure pe 👍
Uyu n'Umwaka wo gushirwa hejuru n'Imana
Amen 🙏 🙏 Alvella ndahezagiwe uwiteka agukomereze mumurimo wayo
Hallellujah🙌🙌🙌🙌abarindiranye igishika cinshi nkanje iyi song ?dakwibutse mube murasiga like ngaha 🎉🎉🎉🎉muri gwarukundo mukanya gato turaryohegwa nukuri hallellujah🙌🙌🙌🙌
Imanaiguhe umugisa urapfasha🎉🎉🎉
Waouuu mbega umukobwa wa Yesu turagukunda❤❤ alvella wacu 🇧🇮🇧🇮from 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦
Wow keep going my lovely muhimbare alvera we love you from Rwanda nice gospe song by the way .
Nigihe canje ko kwibukwa. N'umwaka wanje♥️
Amen numva nuzuye umwuka mana mwongere imbaraga . Arvella nkwiphurije kur harenga aho wiyumvira
Ndakwibuse Mwami wanje like zen jameni ❤
Turagukeje cane indirimbo mpimbaza man zaw ziraduhimbara cane turagukund ❤can
Indirimbo nziza.Amen Amen
Narahezagiwe kubwiyindirimbo.
Komerakumuheto mushikiwacu.
Ndakunze caane iyi ndirimbo ikwiye ibisabwa kabisa Alvela komera kumurimo wubahe Imana kurasha ibindi ndagukunz caane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪🇺🇬🇰🇪🇷🇼
Amen. It is my time. Thanks for this prophetic song Miss Alvella
Alvella vrema Ubu ndagukwirikirana indirimbo 2 zanyuma is very nice songs numwaka waw kabisa
Indirimbo zawe ziranduhura Imana ikuzigame ubandanye impano wahawe natwe tunezerwe ndakwibutse 🙌
Halleluya! Uyu mwaka 2024 utararangira ndinjizwa mubundi bwiza
Oooh hallelujah lmana iguhe umugisha kuriyi NDIRIMBO nziza❤❤
Igih cacu disi ❤❤❤tugenderere mwami Imana utwibuk🎉🎉🎉🎉
Amen sis!
Huu ndio mwaka [This is the year]
God's favour and presence 🎶 🎵
Fellow 🇰🇪 Kenyan Likes 👍👍👍
🇰🇪 🇺🇸
Mungu akubalike sana 🎉🎉🎉much love🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Uyu mwaka wo kwemererwamwo .Amen kandi ameeenaaa komeza mukobwa wa Yesu❤❤❤
🙏🙏 ahugendera abandi nanje ntunsige❤❤❤❤ God bless 🙌 Alvella
Hallelujah Amen, hallelujah Amen
Thank you Alvella, be blessed
Ameeeen uy niw mwaka w kwemegwamwo kanani yanj ndayinjira haleluaaaaaaah uhezagirw Alvella ❤❤❤
Good song Alvella be blessed💪
Iyi ibaye indirimbo ya2 yawe nkunze pe!Umwami Yesu abandanye kukudukomereza
Amen amen Uwiteka yemeye kujana natwe kabisa keep doing like that our Alvella🎉🎉🎉🎉
Intambwe kuyindi Mugenzi!!!!!!
Very nice!!!!
Wabay umuhanga kabisa!!!
mbuze icyo mvuga pe iyindirimbo niyowayumva incuro 1000 wakomeza wumva arinziza❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Alvella nukuli Ayo majambo arakomeye Uhoraho akwongere inkomezi🙏♥️♥️♥️
Good job!!! All my congratulations I appreciate to her🙏🙏🙏🙏🙏💖💖💖💖
Indirimbo nziza cane .keep going Alvella.
Amen ahugendera abandi nanje ntusige kuko uyu aruwomwaka wokwemerwamwo nawe Yesu
amen amen iki nigihe cacu uravugishijwe ndavyakiriye mwizina rya yesu
Ndagukund cane lmana ibandanye iguhezagira❤❤❤❤🎉
alvela uwumwaka ujenabikwer jewendabona uje utavyirosha ,iyondirimbo irakaze cane .wubahwe mushikiwacu turagukunda kandi tiragushigikiye
Waouh très doux et confortable. Glory to God 🎉❤
Komera cane Imana ishishikare kugukomeza iguhe ayandi mavuta mashasha muruyumwaka gusa umuziki wabaye mwishi cane gusumba ijwi indirimbo haraho yumvikana nahandi itumvikana neza ako mwogakosora gato ibisigaye nisawa alvella ndagukunda
May that Year be our wonderful year in Jesus's name. We must enter in our Canaan ❤❤❤❤
Indirimbo nziz cn kbx courage alvella ubandanij uko uzogeza igihug kure
Good song sister keep mouving forward Burundian's gospel 🎉🎉🎉🎉
Courage urashoboye kandi caaane kure caaaane niho nkwipfurije gushika
I like this song❤❤❤ God Care for you Alvella ne strong❤
Imana iguhezagire Alvelle wacu kundirimbo nziza cane iruko uduha IMANA yomwijuru igukomeze iguhe inkomezi nizindi zize ndakwipfurije gutera imbere muri YESU
Halleluya 😭😭😭😭 be blessed my lovely sister ❤proud of you
Dès ménant,je suis ton fan !! Ko winjiy muri game nkuwabitahuy turi kumw ,goos musi❤❤❤
let me say that this is my year,my time in Jesus name.Amen
Umwaka wo kwemererwamwo🤏💃💃💃💃💞💞much love this song❤
Gospel de haut niveau 🙏🙏🙏
Ijwi aracariwew Kbx courage my sister Imbere niheza
Mes félicitations pour la très bonne musique, Alvella!!
Nicogihecacu murinomwaka wow NC song kuva kwa alvamuhimbele🌹🌹🌹🌹💓💓💓
Ameee🎉🎉❤❤
Yesu aguhe inkomezi muvyukora vyose mukobwa wayesu courage vrement imna ibigufashemwo
My year ,my time in jesus name .amen
Uyu niwo mwaka wo kwemeregwamwo ivyo nasengeye,kure cane alvela wongegwe amavuta ninkomezi ❤❤🎉🎉
Ndakwinze mana unyibuke mwami
Hallelujah Ndakwibutse Mwami wanjye 🙏🙏
Nice song.Be blessed Alvella
Wubahwe ntabindi norenzokop
Ndaryohew cane kubwiyi ndirimbo plz Alvella asang uvyumva ndayikunze kbx ❤
Good job 🎶🔥🚀
Congratulations alvella ndagukeje hama my God remembers me pls Baba Lords
Be blessed 🙏❤ alvella
Alvella ndakwi❤❤❤❤ hejuru cane nihonkwipfurije
Amen Amen is my time !thanks JESUS❤❤
Indirimbo ihezagira courage muntu wanje alvella