Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
alvin burya imvugakuri ikundwa nabake muta uzube direct uzokundwa nabagukunda nyene bro big up
Imana imbabarire sindamubona Alvin nk'umuririmvyi.Nkunda kukushira mu migwi y aba entertainers gusa music itarimwo
Ntavyae wew
9cee😊😊
nyimba baragutumy barakubesh pe
Wamuhunguwe Alvin uravuga nabi
#Alvin uko Para
Oya yofuma avuga ko meranin boy amarenze arvin yaramwivanzemwo meranin merani aramurenze
Bombooookraaaa melanin hejur
Rek kuba ugir inzingo arakurenz Melanin boy hejur Alvin wakirofaw
Gusa nabantu bahoze usanga baba bagoye ndakunda meranin boy muga sinizera naw kwataho yakosheje
Nkaw wigereranya na merani boy
Mélanine aramurenze narek kumwigereranyaa
Nne alvin naw ririmba rwaw urekane n'a melanin gusa melanin arakurenze vrt
Alvin panchi😢 melanin ❤
Melina💥💥💥💥💥💥💥💥💥💫
Ereg man ww wishingwa urumog kk ww urabonek kufis amanyam kunkubitir umujam duhuy nakumen amabuy
Melanin boy nico abarusha yivugira make 😄 nubwo yoba arumumesha , afise umutima mubi icokintu ndakimukundira trop. Avuga gake can kandi avuga ibikinewe . Uryamujama nubwo yokwica umuntu abantu baguma bamushigikiye iyonayo ni strategie ikomeye 😂😂😂😂
Uvuzukur kwl kndi harya yaramze kubarush ubwenge bose Melan boy numunyabwenge
Umvugiye ibintu
Les lois du pouvoir
Uvuzukuri Alvin Smith , vrt simbizi ntandero agira
La vache wubahwe ww urisi vrt Bomboclaaat man Bomboclaaat😂😂
iki kijama kiri real ndagifana fo
Bomboclat man❤❤
Murantwengeje kukanyuma🤣🤣🤣
Ariko Alvin ndamukunda uri Clair cane Kandi utanga uburorero persuading
Icar wig man ivyumuzik vyasè uraheb kk si ekreziya
❤❤❤❤❤❤😮
Abo ba journalistes bacu🤣🤗namakuru ntibamenyaho ageze😅
Amanyanga uyarusha kocho lofa
Interview Yanyu iraryoshe 🥹 😂😂😂
Madame ! Indirimbo ni ALVIN S , kubera iki Mélanine afise pouvoir de bloquer kuri RUclips indirimbo itari rwiwe ? Mwee murafise explications
Gusto uramusoromye basi niwihigire uduharage wibereho sha.
❤❤❤❤❤❤
Itondeman
None ninde yompa itandukaniro hagati akanyamerica n'akanya africa
Pas intéressé
Alvin Smith yavuz ukur kl ntabucuti bwabantu incuti yamber kl ni maman iconico kbx
kumbe Zirya mbabazi wasavye kwari ukugira ngurabe ko yoyisubizako😂😂Erega vyaragaragaza gusto arazi ubwenge natwe turabizi turanakuzi😂
Wew ngr urwae akagahuuu ngr barakuroze ufs ibint bigushusha arik shn gabanya akariro musoreee melanin boy hejuru🎉🎉🎉🎉 aranakurenzeee ng baranguraa😂😂😂wew barakuguraaa😅😅
Nanj melanin nicogtum ndamukund
Mur ent. Alvin na gyna bavugish ukuri niyo mpamvu abantu babamira kure😂
Ese gayemwe ninde yahinduye Alvin 😂😂
uyumu journaliste ntari professionnel vrt ububazo bwuburofa kuguma yitwengesh Gus Aho wabuz ibibaz bifadika wobazo kubibazo vya mélanin na Smith umumenyesha makuru ntashobora kwerekana Aho ahengamiye motif ngo nukw yaguhay ikiganiro
Ese wazaje ugatanga formation ko numva Ubizi cane☺️
@@nadegenkurunziza8910 ugo rujama rurashisha ukungene yirata atagir respect 😕😎
Alvin ntiyirata nukuri nuko mutazinanyi mubuzima busanzwe peut être womutahura@@ChristaBellaNgabireyimana
Nshaka kubona isura yuwo mudemu kl avuganeza😂
Alvin ww ntuzivyurimwo melanin boy arimwo abatamwo amahits
😂😂😂😂
#Alvin_smith ntanzigo yifitiye sana ishavu ryose yagize kur #melanin_boy Hari abantu babitumye barabimushiramw tutiriw turavuga🙏🏻
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Mbega uburofa weee!! melanin boy ntaco muzomutwara kwl uwo mumenyesha makuru nawe naje kurima kwl uwo mwuga suwawe
Ngutwereke gwawe
@ValentineHatungimana Niki Ushaka ko kwereka ?
Ayisubizeko GT kand wafash amajw yiwe ukayapilata?
N k wasavye iigongwe warasubijeko yama pneu?
Ati mon frère ?!!!!!😂😂😂
Melanin arakurenze rofa
Tekana gusto aragusumba
Amusumb mubiki??
Melanin ❤❤🫡
Melanim❤❤❤
Petit bawicisha bugufi bizogufasha mubuzima so amajambo arica ntmpanuro gusa
Nukuri Oe ntamuntu yokubabarira melan arakurenze warinz uza kumurab mukorane atakurenze
igitandero og
Melanin ntapfa kugwa mu mutego hovyo wisabishij imbabaz kugir ufekinge
wee niwe womwima😂😂 uyo mukobwa ntiyokwima najew nomeima😊
Gabanyitab be nichavu urek gucaphiuza izina ryaw
Ntagiye kure jewe maze igihe ndabivuga melanin boy ariyorobeka saaan ariko niwe mugome wamber ngaha mumuziki ndundi dufise iyobwa bombocraaaaat
Ibipf birsaaaaa😮😮😮
Hama ngo mushaka babashigikire,nn ivyo vyabana nibiki???ubona ivyo vyabana twobikorerak bikadushikana 2040 2060?
Braza wewaneye ubwenge usigaza amavyi Nani subir muma comédie ww nturu mustar
Musaza gabanyitabi Kwl haribiti biturigwa
Ntabwo tuzogufan kwer
Alvin afise umutima mubi
Kuberik bro
Icokirofa ngo ni la vache melan arakurenze wambwawe genda kudandaza icayi ivyumuziki sivyawe
Ntanindero gifs
Ikosa bakoze nukutagufunga iyo ufungwa niho warikuvayo watekereje nikigongwe wasavye kwari kwigirisha yari hypocrisie nticavuye kumutima mélanine boy yararezwe ntameze nkawe arazi ico ari
😂😂😂🤣😂🤣😂😂 KIMWE URANRYOHEY KIMWE MUBIHEBE KUGIRIRANIRA INZIGO WANGU GUSTO NUMWANA MWIZA URARABA UMUGR INCUTI KUKO NUMWANA WISEZERANO🎉🎉🎉🎉
Akagakobwa karinijwi ribi umengo kavugira kwiwese
Mana yanje Iyinihanda irikwindushi nyinshi pe 😂😂iryojwi ni ribi kweri ?😮😂
alvin burya imvugakuri ikundwa nabake muta uzube direct uzokundwa nabagukunda nyene bro big up
Imana imbabarire sindamubona Alvin nk'umuririmvyi.
Nkunda kukushira mu migwi y aba entertainers gusa music itarimwo
Ntavyae wew
9cee😊😊
nyimba baragutumy barakubesh pe
Wamuhunguwe Alvin uravuga nabi
#Alvin uko Para
Oya yofuma avuga ko meranin boy amarenze arvin yaramwivanzemwo meranin merani aramurenze
Bombooookraaaa melanin hejur
Rek kuba ugir inzingo arakurenz Melanin boy hejur Alvin wakirofaw
Gusa nabantu bahoze usanga baba bagoye ndakunda meranin boy muga sinizera naw kwataho yakosheje
Nkaw wigereranya na merani boy
Mélanine aramurenze narek kumwigereranyaa
Nne alvin naw ririmba rwaw urekane n'a melanin gusa melanin arakurenze vrt
Alvin panchi😢 melanin ❤
Melina💥💥💥💥💥💥💥💥💥💫
Ereg man ww wishingwa urumog kk ww urabonek kufis amanyam kunkubitir umujam duhuy nakumen amabuy
Melanin boy nico abarusha yivugira make 😄 nubwo yoba arumumesha , afise umutima mubi icokintu ndakimukundira trop. Avuga gake can kandi avuga ibikinewe . Uryamujama nubwo yokwica umuntu abantu baguma bamushigikiye iyonayo ni strategie ikomeye 😂😂😂😂
Uvuzukur kwl kndi harya yaramze kubarush ubwenge bose Melan boy numunyabwenge
Umvugiye ibintu
Les lois du pouvoir
Uvuzukuri Alvin Smith , vrt simbizi ntandero agira
La vache wubahwe ww urisi vrt Bomboclaaat man Bomboclaaat😂😂
iki kijama kiri real ndagifana fo
Bomboclat man❤❤
Murantwengeje kukanyuma🤣🤣🤣
Ariko Alvin ndamukunda uri Clair cane Kandi utanga uburorero persuading
Icar wig man ivyumuzik vyasè uraheb kk si ekreziya
❤❤❤❤❤❤😮
Abo ba journalistes bacu🤣🤗namakuru ntibamenyaho ageze😅
Amanyanga uyarusha kocho lofa
Interview Yanyu iraryoshe 🥹 😂😂😂
Madame ! Indirimbo ni ALVIN S , kubera iki Mélanine afise pouvoir de bloquer kuri RUclips indirimbo itari rwiwe ? Mwee murafise explications
Gusto uramusoromye basi niwihigire uduharage wibereho sha.
❤❤❤❤❤❤
Itondeman
None ninde yompa itandukaniro hagati akanyamerica n'akanya africa
Pas intéressé
Alvin Smith yavuz ukur kl ntabucuti bwabantu incuti yamber kl ni maman iconico kbx
kumbe Zirya mbabazi wasavye kwari ukugira ngurabe ko yoyisubizako😂😂
Erega vyaragaragaza gusto arazi ubwenge natwe turabizi turanakuzi😂
Wew ngr urwae akagahuuu ngr barakuroze ufs ibint bigushusha arik shn gabanya akariro musoreee melanin boy hejuru🎉🎉🎉🎉 aranakurenzeee ng baranguraa😂😂😂wew barakuguraaa😅😅
Nanj melanin nicogtum ndamukund
Mur ent. Alvin na gyna bavugish ukuri niyo mpamvu abantu babamira kure😂
Ese gayemwe ninde yahinduye Alvin 😂😂
uyumu journaliste ntari professionnel vrt ububazo bwuburofa kuguma yitwengesh Gus Aho wabuz ibibaz bifadika wobazo kubibazo vya mélanin na Smith umumenyesha makuru ntashobora kwerekana Aho ahengamiye motif ngo nukw yaguhay ikiganiro
Ese wazaje ugatanga formation ko numva Ubizi cane☺️
Ese wazaje ugatanga formation ko numva Ubizi cane☺️
@@nadegenkurunziza8910 ugo rujama rurashisha ukungene yirata atagir respect 😕😎
Alvin ntiyirata nukuri nuko mutazinanyi mubuzima busanzwe peut être womutahura@@ChristaBellaNgabireyimana
Nshaka kubona isura yuwo mudemu kl avuganeza😂
Alvin ww ntuzivyurimwo melanin boy arimwo abatamwo amahits
😂😂😂😂
#Alvin_smith ntanzigo yifitiye sana ishavu ryose yagize kur #melanin_boy Hari abantu babitumye barabimushiramw tutiriw turavuga🙏🏻
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Mbega uburofa weee!! melanin boy ntaco muzomutwara kwl uwo mumenyesha makuru nawe naje kurima kwl uwo mwuga suwawe
Ngutwereke gwawe
@ValentineHatungimana Niki Ushaka ko kwereka ?
@ValentineHatungimana Niki Ushaka ko kwereka ?
Ayisubizeko GT kand wafash amajw yiwe ukayapilata?
N k wasavye iigongwe warasubijeko yama pneu?
Ati mon frère ?!!!!!😂😂😂
Melanin arakurenze rofa
Tekana gusto aragusumba
Amusumb mubiki??
Melanin ❤❤🫡
Melanim❤❤❤
Petit bawicisha bugufi bizogufasha mubuzima so amajambo arica ntmpanuro gusa
Nukuri Oe ntamuntu yokubabarira melan arakurenze warinz uza kumurab mukorane atakurenze
igitandero og
Melanin ntapfa kugwa mu mutego hovyo wisabishij imbabaz kugir ufekinge
wee niwe womwima😂😂 uyo mukobwa ntiyokwima najew nomeima😊
Gabanyitab be nichavu urek gucaphiuza izina ryaw
Ntagiye kure jewe maze igihe ndabivuga melanin boy ariyorobeka saaan ariko niwe mugome wamber ngaha mumuziki ndundi dufise iyobwa bombocraaaaat
Ibipf birsaaaaa😮😮😮
Hama ngo mushaka babashigikire,nn ivyo vyabana nibiki???ubona ivyo vyabana twobikorerak bikadushikana 2040 2060?
Braza wewaneye
ubwenge usigaza amavyi
Nani subir muma comédie ww nturu mustar
Musaza gabanyitabi
Kwl haribiti biturigwa