Alvin Smith Asavye Imbabazi Melanin Boy hamwe nabakunzi bumuziki Ndundi muri Rusangi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 23 ноя 2024

Комментарии • 721

  • @alvinsmithofficial
    @alvinsmithofficial  16 дней назад +221

    Uwungiriye Imbabazi wese aze gusiga commentaire avuga ko yambabariye 🙏🏽 murakoze

    • @ArseneLlt-vx1ht
      @ArseneLlt-vx1ht 16 дней назад +3

      Hubwukwiyagasho mushenzi ndinkawe nokuburanya mpaka upfunzwe kuko wahuye nimodoka yusangahumuntu warikumwica murimake ukonugutoteza umuntu wagize kandi wabikoze igihe kirekire hubwo kotumenyukuri tugiy kukurengutsa

    • @bayubahejeannoel5314
      @bayubahejeannoel5314 16 дней назад

      Wababariwe bombloctat

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 16 дней назад +1

      Umuntu asavye imbabazi arazihabwa​@@ArseneLlt-vx1ht

    • @DarcyDarlin
      @DarcyDarlin 16 дней назад +1

      Bomboclat 😂😂

    • @Mfuraclaude
      @Mfuraclaude 16 дней назад +1

      Nukuri narimazimisi nakwanse ariko kubwanje ndakubabariye cane nukuri ntawutokubabarira kuko wemeye ikosa kimwe uwomutima uciyebugufi esewowugumana

  • @JustinGold_ly9yp
    @JustinGold_ly9yp 15 дней назад +2

    Yooooooooh basha nimureke kumucira impanza mumutwenga. Umuntu nuwukosha akamenya ko yakosheje ariko agaheza agatahura koyakosheje, agasaba imbazi. Imbabazi urazihawe jewe ndakubabariye knd❤️❤️❤️❤️

  • @JeannetteIrankunda-jo3pf
    @JeannetteIrankunda-jo3pf 16 дней назад +2

    Nimwaba mubikuye kumutima baguhe imbabazi gusa Melni numwana mwiza cne ndamwipfurije kugera kure ❤❤❤❤melanine boy❤❤

  • @JovailIbrahimsurtan
    @JovailIbrahimsurtan 15 дней назад +2

    Shaaaah imbabaz melanin aziguh natwe turaziguhay nkabafana biwe.
    Ariko nizereko wahakuye isomo kuko melanin yakwigishij mudahangany yihorey

  • @KigemeChantal
    @KigemeChantal 15 дней назад +3

    Iyaba abantu Bose bameze nkawe mugihe nakoze ikosa bakibuka gusaba imbabazi abarundi twoba twibereye muri paradizo❤❤❤

  • @JameschegeNjeri
    @JameschegeNjeri 16 дней назад +1

    Alvin ndagukundacane niyaband bazokuvak jew ndinyumayawe,,ndatahura karagashavu ,,ntamuntu adashafura we love u ❤❤❤bro to gether we can 👊👊👊👊 ukozikint camatek ,,gutahura ikosa wakoze ukarisabir imbabazi 👏❣️

  • @MrCihebe
    @MrCihebe 15 дней назад +1

    Mukham# uwusavy imbabaz azihabwe melan numwanamwiz arakubabarir👏🏼 nanj ndakubabariy narinagufuhiy🥺# knd gukos sibib kumeny kowakoshej nivyobigoy# hm nabandi mwumvireho # ❤

  • @cyriaquentunzwenimana-z2o
    @cyriaquentunzwenimana-z2o 15 дней назад +1

    Alvin ubundi wew suko uri umwana mubi bibonek ko ivyar wakoze wapfuy kubigira ntivyari rwawe NTA nzigo ufise nkunze Kubona upartaja Ama songs ya bgenzi bawe rero kubwivyo imbabazi uzihabwe knd God bless u ukoze igikorw gikora bake

  • @onesnb3979
    @onesnb3979 16 дней назад

    Nibazako atamuntu numwe yoshobora kutakugirira imbabazi. Ubaye umuntu w'umugabo uberey akarorero abandi baririmvyi. Gusaba imbabazi vyerekana umutima w'urukundo. Merçiii bcp Alvin 🙏🙏

  • @elysemanirakiza-gg3vb
    @elysemanirakiza-gg3vb 16 дней назад +1

    imbabazi nuzihabwe kuko wiyumviriy kuzisaba ham kabe akarorero keza ku mu artist wese cnk umurundi 🇧🇮🇧🇮God bless u alvin Smith

  • @Gisbeauty
    @Gisbeauty 16 дней назад

    Alvin smith nigisazisazi numuguruguru ariko ntanzigo afise . Nari natangaye birya bintu vyose vyariko biri passa. Genda umurihe ibintu vyose wononye . Big up Alvin Smith. Love from France ❤❤

  • @belysebigirumuremyi2055
    @belysebigirumuremyi2055 16 дней назад +2

    Melaninboy❤ turakubabariyeeee...genda ntuzobe ugisubira

  • @Olga-g4w
    @Olga-g4w 16 дней назад

    Alvin Smith nukuri félicitations Ku ntambwe watey vrt sivya Bose pee Allah aguhezagire natwe turakubabariye Mélanin Boy nawe ahari atange imbabazi kugir nawe aruhuke Ku mutima kuko ndazi ntiyorohewe Big up xo much we are together with u

  • @NdahabayeJoseph
    @NdahabayeJoseph 16 дней назад +1

    Alvin wababariw mugih ivyuvuze ubikuye kumutima,ukab nah arukwiyeza niwew nyene uzoba urik wiyimbura ikinogo.gusto we Love you.

  • @Salvator-t2i
    @Salvator-t2i 16 дней назад +4

    Alvin smith nsanze ar'ikirofa kweri!!! Kumbe ama pneus warayatoboye!!!????😢😢😢😢😢😢
    Ariko ntaco ko usavye imbabazi nanje ndaziguhaye🎉tekana

  • @MusaFloribert
    @MusaFloribert 16 дней назад +1

    Uwusavy imbabaz simubi kwl kuruhande gwanj war wambabaj ndakubabariye ❤

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 16 дней назад +1

    #Melanin stay humble irya song iyutayishiramwo induru yarikuba hit yumwakaa namye mbivuga😊 Inka yababariwe🎉 one love❤

  • @IrMUNYAArch-w1j
    @IrMUNYAArch-w1j 16 дней назад +1

    Alvin Byiza gusaba
    Imbabazi
    Kandinikintugikomeye
    Sibyabose
    Nje
    Nashaka Ndagusabe
    Ikintu
    Nkumufana
    Wawe Kandi Uzagikore Unabinyereke Muguposta Nkukuposta Ibindi Nkuko waciye bugufi Mukumusaba Imbabazi wongere uce bugufi Umugurire Amapine watoboye Kandi Unabinyereke🙏

  • @AlyKellyNinziza
    @AlyKellyNinziza 14 дней назад

    Respect bro mubiranga umugabo harimwo kwemera ikosa
    Ubwo nawenyene niyaba arumugabo nyamugabo aguhe imbabazi
    Much love keep shining ubundi urekane nokwatakana hagati mubavukanyi ✌️🎤🎧

  • @NduwimanaDieudonne-l6p
    @NduwimanaDieudonne-l6p 16 дней назад +1

    kbs alvin k ugaruts imber yabant ugasab imbabaz nukur urazihawe Kand na Melanini araziguh ishav rikoresh vyish .Gus naw nkanj ic noc ndakubwir mweger ugend umushiriremw ama pneu yiw mashash kumudug wiw yonger gutember❤❤

  • @FleuryNtigabwa
    @FleuryNtigabwa 16 дней назад +1

    Respect bro ubaye umuntu wumugabo gusaba imbabazi sikosa ahubwo n'ubuhizi x bigup. Ubona entre dj Fernand bosubiza hamwe na mélanine boy vyoba bibaye amavuta nubwo batosubira muri label imwe ariko tukumva bahujije bishobotse hakaza haraba ama colabel x I'm sure that 2024 ababanyi boza baturebera hejuru nkumuhwi uhiye. X bro ndakwemera ukuntu witahura

  • @DiivinButoyi
    @DiivinButoyi 16 дней назад +2

    Ejo uje kuri Buja FM usaboreho imbabazi muri hit connexion imbabazi uzozihabwa. Hama for me ndakubabariy arko ureke ubu voyou,nokwigira igihangange. umva amahoro 🙏❤

  • @ClaudineNiyonsaba-ie1rq
    @ClaudineNiyonsaba-ie1rq 16 дней назад

    Nukur warakoze amakosa canee ark vyizako wabony amakosa wakoze ukigaya wumvamahiro reo cutwereka impinduka ubitwereke natw tubibone nkukwo wariwatwerets birya wakoze hama urugend rukomeze j vyarivyambabaje caneee peu nkub mwarimwo mubizana neza ark warutanguye gutabayanga umuziko erega mwotuma twanka umuziki wacu bivany nukw mwitwara mais vyizak wabony ikosa ugakosora hama akantu nohuhanura nkumufana mukuru w'imiziki ndundii💪 noguhenura akakantu kamwe gs (ntugafate ingingo ushavuue kuk ingingo yose wofata ushavuye ntiyokwiger iba nziza kuk ishavu niribi cane) Merc Alvin 🙏

  • @ProsperNIZIGIYIMANA-t6c
    @ProsperNIZIGIYIMANA-t6c 15 дней назад +1

    Ese iyoba abasani Bose bokwigarura bagasabana imbabazi Hama bagasenyera Ku mugozi umwe vyoba biryoshe ❤Imana ukujimbera la vache 🎉 dès maintenant vous êtes exemplaires des autres que Dieu vous protège 🙏

  • @kezimanaarsene
    @kezimanaarsene 16 дней назад

    ndakunze uburyo ukozemwo usaba imbabazi.hama ku bwanje imbabazi uzihabwe gusa wisubireko kuko ivyo wakoze harimwo ubwana bwishi kubw'ivyo nitwahura nzokuramutsa ariko iyo bitaba ivyo duhuye noguteye ibuye seriously urabaye liberé urakoze❤❤

  • @clovisnininahazwe2478
    @clovisnininahazwe2478 16 дней назад

    Waaaaooooo vyiza cane iyumuntu akaze ikosa akitahura biba arivyiza❤❤❤❤❤❤

  • @Evrosen12
    @Evrosen12 16 дней назад +1

    Yooo Alvin, nukuri ugize neza cane. ivyo ukoze ibikora umugabo. Nagukozeko ibiganiro vyishi, kandi harimwo impanuro, uzobirabe kuri Evrosen Tv. But, we still love you. Ndizeye ko Melanin imbabazi aziguha.. 💝

  • @BellyalexineIneza
    @BellyalexineIneza 16 дней назад +1

    We are proud of you vache yacu❤

  • @EgideHakizimana-w1n
    @EgideHakizimana-w1n 16 дней назад

    Mukundane eregamwesee murabavukanyi inguvumuzishirehamwe vyizacanekwigarura melany boy yubahwee kukwihangana yakoze vyonukwihangana nibwobwenge bwamuntumuzima😢❤

  • @SilasBitangimana
    @SilasBitangimana 15 дней назад +2

    Nivyo kirazira kugiriranir inzigo rero wirambire igisigaye nimusenyere kumugozi umwe kuko nivyo bidhimwa n,Imana nabantu🫂

  • @Mr_mapanzi
    @Mr_mapanzi 15 дней назад +1

    Umugabo nyamugabo nuwemera ikosa turakubabariye na melani boy nimwene wanyu arabikora okoze neza dx original 🙏🙏🙏

  • @BizimanaJordy
    @BizimanaJordy 16 дней назад

    Alvin Nizera yuko bakubabariye ariko nyimba izombabazi uzimusavye uzikuye kumutima vyiyumvire hama umusubiz izo pneus wononye merci.

  • @Ndayizeyemelance
    @Ndayizeyemelance 16 дней назад +1

    Sha kananira abagabo ntiyimye wahanuwe kensh ntiwumva IMANA ikubabarire

  • @fireboyleg
    @fireboyleg 16 дней назад

    Amashurwe meshi kuri wewe wemeye icaha ukanasaba imbabazi⭐⭐
    Hama melanin atuze hamwe nabafana muri rusangi Kubera nibenshi twari dugufitiye inzigo ariko big up sana👍

  • @Lion_killer4
    @Lion_killer4 16 дней назад

    My brather ukoze ikintu cubutwari namba ubona kowakosheje jewe ivyo wokora vyose ndi inyuma yae ariko ivyo melanin boy gufuta hit yae yacu naramwanse cane birenze kuko wariwatanze insiguro yavyose gusto numubono saan ariko wewe na dj fernando rispekte kwl🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @KELLYLELEADER360
    @KELLYLELEADER360 16 дней назад

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 I love the way ibintu vyose ubikora ubizii ivyo vyokora bke

  • @MbitsimanaBetuel
    @MbitsimanaBetuel 16 дней назад

    Muzemureka kwica izina ryumuntu mukora umwuga umwe,,, we kora akazi munzira nziza ibindi namahoro❤❤❤

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 16 дней назад +1

    Bro uwusavye imbabazi si mubi ko wabony amakosa wakoz ni bn🙏gusa turi kwisi twambaye umubiri kand turi ingenzi kwicisha bugufi birafasha cane mubuzima Big up big bro❤️🦅

  • @ReverienBakundukize
    @ReverienBakundukize 15 дней назад +1

    Egom nivyiz kusabimbabaz
    Kumufutir amajw uramukuramw akaguh imbabaz
    C mdutamw igikogw❤❤

  • @Niy-august
    @Niy-august 16 дней назад

    Respect bro ntacari cambabaj nkukumva utongany na gusto kk naw ndamukunda sana ntewe ihumumure nukumva ijwi ryaw risaba imbabazi iteka urababariw bro mujehamwe mushishikare kuduz ibendera ryigihugu cacu kandi tubarinyuma cane basta labista!!!

  • @NiyokindiDésiré
    @NiyokindiDésiré 16 дней назад

    Melanin ndamukunda,nanje ndakubabariye nkumufaba wiwe ❤❤

  • @GeoffreyHakizimana
    @GeoffreyHakizimana 16 дней назад +1

    Melanin boy imbabazi nyinsh kuri Alvin naba Star bake bokora nkivyo Alvin respect le grand

  • @thierryniyukuri24
    @thierryniyukuri24 16 дней назад

    Ndakubabariye❤❤❤ komeza uterimbere ukunde bagenzawe.

  • @Galaxychallenge588
    @Galaxychallenge588 16 дней назад +1

    Bro je ndakubabariye kbx nivyiza kwitahura❤❤

  • @DondiellaIngabire
    @DondiellaIngabire 16 дней назад +1

    Naje ndakubabariye pe 🥺kk nari nakwanse caaan knd nagufana vya faux 🥺🥰 gs ko utahuye amakosa wakoze ndagushimiye caaan ✊

  • @venshi257
    @venshi257 16 дней назад

    Punguza dozi bro canke umenye kuzigendana atacobikononera sivyiza gukora ikintu munyuma ukicuuuza ibintu wakoze ntibitahuritse nagato mugihe utarasara ukiri muzima so hama uwusavye imbabazi abayigaye ❤❤❤

  • @IRAKOZEFabrice-y6y
    @IRAKOZEFabrice-y6y 16 дней назад

    Ikosa sikosa ikosa nugusubira ikosa urahariwe gusa mugukorikintu nukumanza ukaciyumvirako hama turi abarundi twese kubwiwanje melanin boy akubabarire mugishingo cabafana ,nicumuziki twese hamwe👏🙏

  • @DidierLinker
    @DidierLinker 16 дней назад +2

    Alvin smith ndashak ngo wumve neza ino comment Kandi uyishire kumutima:burya en français baravuga ngo le silence tue,kuba melanin boy yarahoze ataco yakwishuy yerekany ukwihangana yerekana discipline nyinshi wew rero kuba wigaruye ugasaba imbabazi nawe ukoze ikintu kinkoze kumutima ariko wari watumye ndakubona muyindi sura kandi uri umwe mubo nkunda let me appreciate you

  • @AimeParfaitNishimwe
    @AimeParfaitNishimwe 16 дней назад

    We are a big fun of melanin boy turamwenera cane hama nawe wababariwe bro alvine smith✌️

  • @dushimirimanaolivis7714
    @dushimirimanaolivis7714 15 дней назад

    Umu fan wa vrai naho wo kwica umuntu akuguma inyuma
    Jew ngukunda kubi from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @StalaineHodesch
    @StalaineHodesch 15 дней назад +1

    Tu es prdné Alvin 🙏

  • @iradukundamelance900
    @iradukundamelance900 15 дней назад

    Alvin smith twebw nkabakunzi bumuziki ndundi turakubabariye arik aba star murakwiy kumenya ko umuziki mukora ataruwanyu ariko aruwabafana banyu bose iyo bava bakagera mukwiye kurengera ama conflits mufitanye kand ntibikwiy ko ama conflits yanyu aja kuma reseaux sosiaux mwese muhuriye mukazi kamwe ntimube nka kakajajuro ng:.mukundane mufatane munda muri Abarundi mwese🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤

  • @BenyLord
    @BenyLord 16 дней назад +2

    Brother urumuntu wacu kowiyumviye gusaba imbabazi urazigirirwa kbs💯🙏

  • @boscovyamungu3519
    @boscovyamungu3519 16 дней назад

    Hhh kabisa vyaratubbaje sana guys urukundimbere mwubake mujimbere nivyiza kwitahura Kandi mwese turabakunda kabisa kumbabazusavye nuzihabwe merani urumwanamwiza Sannn ❤❤❤

  • @davidKeybank
    @davidKeybank 16 дней назад +1

    Melanin boy turamukund cn kuruta uko tugukund nkub Maz kumv ikib wamukorey narababay hamw mpakw kurira😢😢
    Imber yavyose banz ukoresh ivyo wamwononey hanyum tubon kukubabarira kuko ntabw wabikoreshejw n, ubwenge buke ndaziko ukomey ahubw ufis amanyama mensh.toka

  • @AimeMeschackIrakoze
    @AimeMeschackIrakoze 15 дней назад

    Turaziguhaye ham ntimushobora gutera imbeere mudakoreye hamwe ultimately we are happy to you🎉🎉🎉🎉

  • @arleneininahazwe
    @arleneininahazwe 15 дней назад

    Nukur ukunt nagukund ibikogw rwanj war warantirimukij kuvy warumazemw imins nakubabarir ntawudakosh kubana nez nivy vyamber❤❤❤

  • @Vumbi3
    @Vumbi3 16 дней назад +1

    Good thing brother ugize neza

  • @NduwayoConcilie
    @NduwayoConcilie 15 дней назад

    Turakubabaririye sh Alvin gusto numuntu wacu dukunda turizer kwakubbrr

  • @zephiliniracabikora9416
    @zephiliniracabikora9416 15 дней назад

    Bwabundi urumurozi ndake bwabndi nyem niwew wamutiboreye pineux zimodoka sha urumuntu mubi me kusavye imbanazi nuzihabwe😊❤

  • @KwizeraEvrard
    @KwizeraEvrard 15 дней назад

    Bro ndagushimiye cane kuba usavye imbabazi mungu akubaliki sana

  • @stevenfabricenyambalo2243
    @stevenfabricenyambalo2243 16 дней назад

    Bcz i love all artists from our country La vache tuza kusavy imbabazi uraharirw melanin nae numwana mwiza arabikor kabx

  • @BryanLevel257
    @BryanLevel257 16 дней назад

    Gusaba Imbabazi suburwari bro ukoze the good thing🙌💯Bizogenda nezaaa frimeur

  • @irangabiyeclovis6598
    @irangabiyeclovis6598 16 дней назад +1

    Yes Imbabaz Ni Bon Arik Bar Kubanza Kugucishak Aka Nyafu Nyafuu Ukamenya Ko Kirimw Abagabo Icatumy Utobor Am Pneu Y Mungenzaw Ntcr Kubuz Kunamumena Ijisho😮

  • @NdayishimiyeLeocadie
    @NdayishimiyeLeocadie 15 дней назад +1

    Rek tuguh umwanya Hama kwicisha bugufi bishikana umuntu kure Kandi uz uribuka ko ivyo ukora birabwa na benshi kand hariho abo ubera akarorero Hama ndafusaba gutekena no kudatwarira ibntu hejuru brother uzoter'imbere gose n'imana izoguhezagira caneee

  • @IssaIRANKUNDA-f6p
    @IssaIRANKUNDA-f6p 15 дней назад

    Kbx naw urumunt wunugab usavy imbabaz Melanin naw ntagitim kib arakubabarir knd mwubahw❤❤

  • @TwagirayezuJeanneDarc
    @TwagirayezuJeanneDarc 15 дней назад

    Noe ubay ik twes tur abarund
    Tudakorey hamw ntah tuzoshik
    Nugukorer hamw kk umuzik wuburund uraryosh ❤❤❤

  • @IrakozeFabrice-w3b
    @IrakozeFabrice-w3b 16 дней назад +2

    Man utavuze impamvu yatumye umugirira inzigo nkirya ntavyo kukubabarira kuko ufise impamvu wabikoze urakaaaa

  • @raskobuja3150
    @raskobuja3150 16 дней назад +1

    Uwemezanya nanje ko iyi vidéo ari exemple nziza twese tugomba gukwirikiza cane cane no mumuziki mukwubaha abawukora n'abafana nampe ka like twimanukire twimerere nk'abandi 😊😊😊😊

  • @EnockIradukunda-go9vf
    @EnockIradukunda-go9vf 15 дней назад

    Nizere ko umwana wisezerano akubabarira kuko nanj imbabazi ndaziguhaye✌️✌️

  • @LkingValentin-yu9wl
    @LkingValentin-yu9wl 15 дней назад +1

    Imbabazi kuzihabwa ningombwa , Ariko vyoba vyiza ubanje kumugurira ama pneus yiwe hama brother iyindi mpanuro je numva noguha vrmt twese ihoro turazirya gs menya kwigerera urabe ugabanye vrmt je nkumusi wa dunda na buja fm waratumye mba déçu kwl kugera yaho no gu performing bikwankira kwl ukava kuri stage ataco utweretse bro raba ugabanye kwl

  • @NiyonkuruConsolatte
    @NiyonkuruConsolatte 16 дней назад

    Kowitahuye ugasaba imbabaz nivyiza cane gusa tuzosubir kuk nawe numuntu arababara afise umutima sicuma🙏🙏🙏🙏

  • @EnzowallasSAHINGUVU
    @EnzowallasSAHINGUVU 16 дней назад

    Nciye ndabafana kbsaa reo mwe na gusto 🔥🔥🌟

  • @KevinNishimwe
    @KevinNishimwe 16 дней назад +1

    brother ntamuntu adakosa twese turakosa gus gusaba imbabazi numuco mwiza kwihagararako ntacobimaze aho ubu niho ubaye umuntu muzima bien 👍 tuzahora tugushigikira ibihe vyose give up💪

  • @DarcyIrambona-c8c
    @DarcyIrambona-c8c 15 дней назад

    Alvin twakubabariye ntugire ikibazo ham ivyo ukoze nivyiza cane kandi turakwishimiye

  • @leeboece
    @leeboece 16 дней назад

    Ntamufana w'ukuri yigeze agushavurira ❤

  • @MunguuMbelee
    @MunguuMbelee 16 дней назад +1

    Sinogenda ntavuze bro icambere gura amapine hanyuma ibintu uvuga tuvyumve kuko washatse kwica mugenzawe musangiye akazi ntuzosubire kubwira nabi abantu tubakwirikirana aba stitar muguma murya amahera gusa ikintu muduha nukudutuka tuzobireka mwesi 😢😢😢😢😢😢

  • @SisteveIshb
    @SisteveIshb 15 дней назад +1

    Ukoze nkumuntu wumugabo aba star buburundi nimugabanye ishari mutezanye imbere

  • @floreennikwigize4055
    @floreennikwigize4055 16 дней назад

    Yoooooo wababariwe sha Alvin ❤❤❤❤❤ 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 16 дней назад +1

    Uguma muvyunguka 😊😊😊

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 16 дней назад +2

    Uwusavye imbabazi araharigwa ni vyiza kwitahura

  • @AngerobertMpundu
    @AngerobertMpundu 16 дней назад

    Uwo mitima ufise bake cane
    Urakoze kwibuka kudusaba imbabazi kubwanje urazihawe bro🖐️🙏

  • @JeandeDieuNduwayezu-d8y
    @JeandeDieuNduwayezu-d8y 15 дней назад

    Urakoze ikintu Ciza cane Bro ,urumugabo urababariwe,haribenshi batigarura

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 16 дней назад

    Nkunze ako ga sound urimwo kivugiramwo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂je t'aime tellement 😅😅🙌

  • @kanezachanelle
    @kanezachanelle 15 дней назад

    Gusto hejur cn yavyitwayemw nez Iman ikomez kumuhezagir nae Alvin ukoz nez

  • @LewisNkurunziza-g3f
    @LewisNkurunziza-g3f 15 дней назад +1

    Mani nkumufana wa melanin ndakubabariy wari wambabaj xan bro

  • @EliasMisago-l9t
    @EliasMisago-l9t 16 дней назад

    Twakubabariy mugaaaaa.... niwasubira tuzoca tukuzimya. Ucugenda. Kurima tanzania

  • @justinnkunzimana8216
    @justinnkunzimana8216 16 дней назад

    Sha wew nukuri ndumiwe🙆 wew ukwiye gucibwa amande imbere yuko ubabarigwa😭 kuko wewe uri maconco vrt warukwiye gwarusoro gwakanugunu! Ariko amande jew noguca nuko wogura inka yimpfizi ishishe ibombwe umuhe mélanine utumire nabanyamakuru babidusangize! Ataruko waneye ahutema bikore!

  • @IgirubuntuFlorien
    @IgirubuntuFlorien 16 дней назад

    Nukr waragize nabi cane ariko uwihanye arabanarigwa na melanin boy ntamutuma mubi afis arakubabarira afis❤❤❤

  • @trickmb
    @trickmb 16 дней назад +1

    Imbabazi ziratangwa✌

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 16 дней назад

    Gusa ba imbabazi nivyiza biraruhura from menyavyishi tv

  • @FabriceManishimwe-rb9ze
    @FabriceManishimwe-rb9ze 16 дней назад +1

    La vache original nizere kwibintu bigiye kugenda neza mutama ndagukunda cane nkakunda n'a mélanine rero urakoze ikintu kizima kbx

  • @SalomonNdayikeza-f1q
    @SalomonNdayikeza-f1q 16 дней назад +3

    Nivyiz kuba wamusavye imbabaz arik vyasab umugurir amapin wameny

  • @cizaNicholas
    @cizaNicholas 16 дней назад

    Big up Alvin burya yari uburofa klii Gus nivyiza kuba wabibony kare

  • @AimésauveurIneza-j3p
    @AimésauveurIneza-j3p 16 дней назад

    Respect Mr original 🙌🏻

  • @BonfilsBarnaba-f3d
    @BonfilsBarnaba-f3d 16 дней назад

    Nanj kare naragukund gus nar nakwanse gus ndumv ukoz ikintu kizima urahariwe🙌

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 16 дней назад

    Kowitahuye nivyiza❤❤

  • @EgideHakizimana-w1n
    @EgideHakizimana-w1n 16 дней назад

    Ubabarirwe muvukanyi wacu kandi uzokwame witwaraneza❤

  • @IhorihozeJeanclaude-u2o
    @IhorihozeJeanclaude-u2o 16 дней назад

    Nimba ubikuye kumutima iwanje urera kandi imana ikworohereze 🙏🙏🙏

  • @Chad-kayofficial
    @Chad-kayofficial 16 дней назад +1

    Waaaaoooo vyiza cyaan Alvin ubu tugiy kugufana vya hatari
    Collabo vuba caan