UMUSIRIKARE W'UMURUNDI AHAYE UBUTUMWA BUGENEWE ABASIRIRIKARE B'ABARUNDI KU BANYAMULENGE I MINEMBWE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 31 янв 2025

Комментарии • 21

  • @AudaceGahizi-gc4hj
    @AudaceGahizi-gc4hj 7 дней назад

    Amahoro mwese, tabaza abavyumva, reka abatavyuma, senga IMANA, Kora mwigwaneho kuko muzogwanirwa ari uko mwarokotse. Amakungu ahagararana n'uwutsinze:Arbitrer. May lead, strangthen and protect you toward to win , do and wait testimonies.

  • @InnocentKayisire
    @InnocentKayisire 9 дней назад +2

    Muhirewe urakoze cyane nange ndabasengera

  • @alexmukombozi9467
    @alexmukombozi9467 7 дней назад

    N'ukuri uwo Mudamu aravuga ukuri gucyenewe!!! M23 bakwiye kubanza kwihutira guhagarika iriya Genocide irimo gukorerwa Abanyamurenge mu mihana yabo yose. Kwigiza kure umwanzi ningomwa, ariko ijya kurisha ihera kurugo.
    Abanihira ibizira bose, rwose nibahuze imbaraga batabare.
    Murakoze cyane!

  • @bonheurtvsourcedebonheurde1154
    @bonheurtvsourcedebonheurde1154 9 дней назад +1

    Sha mwashigikiye Kagame, muzamugwa inyuma! Ntabwo mushobora kubera icyarimwe abanye Congo n’aba Nyarwanda! Mugume hamwe Masunzu araje!!

  • @NyirantoreChantal
    @NyirantoreChantal 9 дней назад +1

    Ariko muraba ntu beza weee ndaba kunze cyaneeee❤❤❤

  • @NDIMWIZINGAMathias
    @NDIMWIZINGAMathias 8 дней назад

    Ariko banyamulenge ubwo buhemu bw'abifatanya n'umwansi bwazananye hé?

  • @alexmukombozi9467
    @alexmukombozi9467 7 дней назад

    Kwirwanaho n'Indagagaciro ikwiye, ariko mu by'ukuri Afande Makanika n'abo bafatanyije kwirwanaho bakwiye ubutabazi bwihuse, aho bwaturuka hose.
    Haba mukarere, Muri M23, ubutabazi bwihuse buracyenewe.Ntabwo bikwiye ko abo bireba bose bakora icyo bagakwiye gukora Abantu bashyize mu Minembwe.

  • @nyirahirwajeannemarie6630
    @nyirahirwajeannemarie6630 9 дней назад

    Ariko kuvuga ko yabiburiye izina ni uko abona ari bibi cyane bikabije byamurenze.

  • @laurancenyirasuku1873
    @laurancenyirasuku1873 7 дней назад

    Iwacu turahakunda kbs

  • @TshondoRwema
    @TshondoRwema 9 дней назад +1

    Ubundi se mwarwanye nabasirikari abasaza,acyecuru Inka murabaziza iki ,pigana na soda mwenziyako. Uratwilka inzu, urarasa Inka,ihene .Umwana wigitambambuga kweli.!!!

    • @kanimary5642
      @kanimary5642 7 дней назад

      Barya nivyo vyabo ni ibiryanyi, bazopfa bayerera nka Gahini.

  • @muhozacaleb4897
    @muhozacaleb4897 9 дней назад

    Muhire ntabwo yakwumvishije.

  • @nyamdwiJeanbosco
    @nyamdwiJeanbosco 9 дней назад

    Nn baba sanga Rwanda?ntahuze

  • @GerardNkurunziza-q1l
    @GerardNkurunziza-q1l 9 дней назад

    Ubwo bubeshi bwanyu se kariho Turi tutabibona??

  • @DavidNikiza-t7z
    @DavidNikiza-t7z 8 дней назад

    Wewe uvugira rad tabara urihenda cane kuko bashatse guhirika ubutegetsi mu burundi birabananira gutwara uburundi kwa rad tabara si nomusi 😛

  • @nyamdwiJeanbosco
    @nyamdwiJeanbosco 9 дней назад

    Sorry ngomba mbaze nn nabarundi barikugira ihonyabwoko ? umuntu akiri muvyubwoko akiri kwica abantu abahora ubwoko aragowe

  • @bonheurtvsourcedebonheurde1154
    @bonheurtvsourcedebonheurde1154 9 дней назад

    Byo si ukubesha, nta zina narimwe mushobora kuri bonera

  • @ndizeyemartin
    @ndizeyemartin 9 дней назад

    Bite none x? Red tabara yoba iriko irasa abanyamurebge sinbikekA kuko nabo nabatutsi bangajwe nubutegetse bwuburundi

    • @MUCHODENIS
      @MUCHODENIS 9 дней назад

      Ntiyabarasha ikabanyaga igatwika namazu izuba riva, Politique yihorere

  • @AudaceGahizi-gc4hj
    @AudaceGahizi-gc4hj 7 дней назад

    Amahoro mwese, tabaza abavyumva, reka abatavyuma, senga IMANA, Kora mwigwaneho kuko muzogwanirwa ari uko mwarokotse. Amakungu ahagararana n'uwutsinze:Arbitrer. May lead, strangthen and protect you toward to win , do and wait testimonies.