Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 июн 2024
  • Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 125

  • @hamugish
    @hamugish Месяц назад +15

    Part 2, please!!!! Murakoze ku kiganiro ciza. Umu Journaliste nawe ari professionel.

  • @user-rs6nx2zo1l
    @user-rs6nx2zo1l Месяц назад +7

    Mwigishije neza. Ariko kukibazocokurengibigo ntimwatomoye neza kuk ntamuntu yorongora umugore ngoyumvanezerewe mugihe azikoharuwundi yamayamusambanije. Ahohantu muhakosore mukwigisha. Kuk iyonikintucambere gisambura kuk ntimubamugihuje ivyiyumviro.🙏

  • @hamugish
    @hamugish Месяц назад +8

    Murakoze ku kiganiro ciza vyukuri👏🏾👏🏾👏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮. Murigishije Imiryango canee.

  • @beatriceahishakiye6308
    @beatriceahishakiye6308 Месяц назад +5

    Aunty Jeacki nagushimiye cyane ukuntu uvuga ibintu utabiciye ruhsnde jye nasanze aba mama babarundikazi bagoye ukuntu hariho abusanga bavugako bamaranye nabatware babo imyaka irindwi batarabona igitsina cy’umugabo we jye narumiwe

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 Месяц назад +29

    Mbaye uwambere mundemere🥳🥳

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 Месяц назад +11

    Uyu mudame ndamukunda cn arafise mumutwe hugurutse

  • @Ntirwanda
    @Ntirwanda 21 день назад +2

    Apotre ndagukunda cyane ngusabiye Imbaraga na mavuta no kuyoborwa numwuka wera mwuka mweranda

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 Месяц назад +2

    Murakoze cane ico nico kenshi kibura mungo zacu turasavye iki kiganiro ntigiherere ngaha mukomeze kutwigisha Muhezagigwe 👏

  • @habonimamadesire6815
    @habonimamadesire6815 Месяц назад +3

    Mwubahwe bantu mukoze iki kiganiro, ndagukunze Tantine

  • @JeanBaptisteBUTOYI
    @JeanBaptisteBUTOYI Месяц назад +6

    Appotre uvuze ukuri kwuzuye kubakobwa kubwizanya ukuri muri fiançaille ningombwa cane

  • @user-zb9uv8rv6o
    @user-zb9uv8rv6o Месяц назад +2

    Murakoze cane! Vive la famille ,socle du développement national et individuel

  • @MuslimStanley
    @MuslimStanley Месяц назад +3

    Thank you for advice 🇧🇮🇷🇼

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 Месяц назад +2

    Mbayahaga arankuyeho kweli ni comedy gusa barigishije 😂🤣😂🤣🤣

  • @celeniendayishimiye849
    @celeniendayishimiye849 Месяц назад +1

    Murakoze cane ndahigiye vyishi

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur Месяц назад +3

    Tantine Jacky na Apotre barakoze cane

  • @KabiraJeanclaude
    @KabiraJeanclaude 23 дня назад +4

    Nkunda ukuntu muvuga ukuri ico nico cish abavyey bikigih cnk ningo nikutabwizany ukuri wagir ngurabajij kurashirisoni ariko Ndiho akomeze kubungura ubwenge❤❤😊😊

  • @user-dm8cb6bw3b
    @user-dm8cb6bw3b Месяц назад +2

    Hari ijambo Jacqueline yavuze mu kindi kiganiro rivuga kumugore yihisha umugabo, kutavuga ikimubabaje, kumva ko yarugezemwo n'ibindi vyinshi,,,,,,.ni icago kirimwo gusenya ingo

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo Месяц назад +2

    Murakoze cane 👏👏👏

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Час назад

    Reka ntore agasongabugari nicare nige.Ubundi iki nico kiganiro mwubahwe mwa nararibonyemwe.Turakuye ubwatsi muraduhuguye pe.

  • @kellianishimwe3874
    @kellianishimwe3874 Месяц назад +2

    👌👌👌👌❣️

  • @Sirila18
    @Sirila18 Месяц назад +1

    Kutigisha abageni igihe kirekire (ku saha 1 n iminota 27)ntaho bitaniye no kubona umuntu ngo ko umujanye mu gakiza ( nk uko abapastori bavyita) uca wiihutira kumubatiza. Bigasa nko kugwiza umurongo n igitigiri.

  • @iidd6782
    @iidd6782 Месяц назад +5

    Mwubahwe

  • @AngeMuco
    @AngeMuco 14 дней назад

    Murakoze patsa abigeme bashira mwamaraso yigisiga nabo n danger 😢

  • @tazz8586
    @tazz8586 26 дней назад

    Jye ndabakunda umva ndabakunda babyeyi wenda ndashobora kuba ndimukuru kumwe ariko ndabubaha kuko murabakozi b'Imana ❤😂

  • @claudinekanyange1069
    @claudinekanyange1069 Месяц назад +1

    Akakantu kukwimenamwo amaraso yibisiga Apotre avuze karamvunye imbavu😂😂😂😂😂

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 Месяц назад +2

    😂😂😂 Je Apotre Bizuku azonyica nagatwengo

  • @PAPAABOYTV
    @PAPAABOYTV Месяц назад +2

    Nukuri umutima wanjye uranezerewe caneeeeee

  • @user-xb2xc1ic6i
    @user-xb2xc1ic6i 23 дня назад

    Murakoze Ku kiganiro ciza. Ariko abubatse ntibahuza ibitsina ariko barangura amabanga yo kuburiri canke amabanga y'abubatse.

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp 28 дней назад

    💯💯💯

  • @amolam97
    @amolam97 Месяц назад +2

    Iyo titre yonyene ituma nuwufis 12ans ayirabira ico😂😂😂😂

  • @joselyneningarukira696
    @joselyneningarukira696 Месяц назад +4

    Murakoze caaane inyigisho nzima

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Месяц назад +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @MuslimStanley
    @MuslimStanley Месяц назад +3

    Isidori niwubahw can vraiment

  • @judithnduwimana2639
    @judithnduwimana2639 Месяц назад +1

    Muhezagirwe cane ibibiganiro birafasha imiryango myinshi

  • @user-dm8cb6bw3b
    @user-dm8cb6bw3b Месяц назад +1

    Har'ashurwe wavomera wareka, washiramwo umwavu wareka ico wokora cose aguma yuma-pe!

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e Месяц назад +3

    Journaliste kutivuze déjà na juste Gaël ariko agirisha émission arivuga nketswe ww tubonye ubwambere!canke uri wawundi Gaël yita behind the camera mwite umusaza ?
    Courage bro.

    • @douglas2513
      @douglas2513 Месяц назад

      S'iryambere boss raba musi har ibindi biganiro ndimwo.n iki ucumvirije cose ririmwo

    • @user-cj7jv4sy5j
      @user-cj7jv4sy5j Месяц назад

      Ewe mbayahaga uratweza amaras yibisiga😂😂😂

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 27 дней назад

    ❤❤❤

  • @user-pq3gz5oo1r
    @user-pq3gz5oo1r 18 дней назад

    Ndafashinjw 🙏🙏🙏

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Месяц назад +1

    Ati nurupataro nivyanwa gusa😂😂😂 kabisa nimuze muraduhugura.

  • @VitalHavyarimana-g1k
    @VitalHavyarimana-g1k День назад

    Iyabavyakunda twabatwaramuhira mungoziwacu.nonentibikunda. arikwivyobintu vyaribikenewecanemungonyishikabisa.

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Месяц назад +1

    Reka ndengane kuko narabihombeyemwo pe😢😢

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i Месяц назад +1

    Sans valeur we Jacky oyaa uvuze nabi cane ikitagira agaciro nugutabwa.urubavu rwumugabo nta valeur rugira??

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 27 дней назад +1

    Ikganir.carikiryoshe.kirimwinyigisho..murakoze.cane.turabakunda

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o Месяц назад +1

    😂😂😂😂😂amaraso yigisiga nyene ewe apotre urazi gutwenza

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i Месяц назад +1

    Mbega ikiganiro ciza kizima

  • @NduwayezuAnnick
    @NduwayezuAnnick 17 дней назад

    Ndabashimiye cane munyigisho muriko muratanga

  • @TonBores
    @TonBores 12 дней назад

    ❤❤❤ ivyo nivyo kwer

  • @RoseAleose
    @RoseAleose Месяц назад +1

    Ahomutama watubwira ukodukwiye kubana yes aguhumugish

  • @abdalahsamushahu4125
    @abdalahsamushahu4125 Месяц назад +10

    None vyukuri umukubito urakenye kuburyo ukena micro ikiganiro nkico umwe wese yarikuba afise micro yiwe

  • @user-rz9oe4iu2p
    @user-rz9oe4iu2p 16 дней назад

    Waaooo

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p 19 дней назад

    Ikiganiro cagenze neza twaragikunze caratwogishije cane ❤

  • @CynthiaNIKUZE-mt5tz
    @CynthiaNIKUZE-mt5tz Месяц назад +1

    Ahubwo sh

  • @dnk3852
    @dnk3852 10 дней назад

    Umviriza umuntu arenganye inyuma 😂😂😂😂😂

  • @rachelmukunzi606
    @rachelmukunzi606 16 дней назад

    "Umugore yafunze chignon y'umunwa"😂

  • @nelsoniranyibutse3833
    @nelsoniranyibutse3833 Месяц назад +1

    Izinararibonye Zubahw cn

  • @gloriainashaza6596
    @gloriainashaza6596 Месяц назад +1

    Ngo yimenamwo amaraso yigisiga 🙈🙈🙈😃😃

  • @casienkeshemana4984
    @casienkeshemana4984 26 дней назад

    Komeza

  • @NizigiyimanaCharlotte
    @NizigiyimanaCharlotte 12 дней назад

    Murakoze kunyigisho muduhaye burya ingo nyinshi zibuze inyigisho kuganira murugo.abagabo benshi baziko batanze ration bibabikwiye ivyurugo 😂

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Месяц назад +2

    Ikiganr ciz cn.

  • @MINANIEtienne-en9wu
    @MINANIEtienne-en9wu 3 дня назад

    Ikiganiro ciza cane

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 Месяц назад +2

    🤣🤣🤣Je Bizuku gabasha

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 Месяц назад +1

    Aucune Rose sans épine Urarivuz vrtm

  • @AlineNimbona-jj4sq
    @AlineNimbona-jj4sq 26 дней назад +1

    Mutugezeho nibindi

  • @Mmm-ur5wp
    @Mmm-ur5wp 29 дней назад +1

    Mugirumugisha
    Ukonukuripe
    Muhezagingwe

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 25 дней назад +6

    🇧🇮❤️❤️🙏🙌

  • @sophiendamama1622
    @sophiendamama1622 Месяц назад +1

    Muragahezagirwa ku butwari mukoresha mutwigisha abubatse!! Biraryoshe kubumbiriza.

  • @user-zl8pc7oz2x
    @user-zl8pc7oz2x 22 дня назад

    uranyeguye ,gwamaras yigusiga😀😀

  • @cedriciyamuremye2491
    @cedriciyamuremye2491 29 дней назад

    Murakoze

    • @NzisabiraJean
      @NzisabiraJean 15 часов назад

      Murakoze icyo kinganiro gusa radio yigihungu igibaha umwanya

  • @adronisniyorukiza5742
    @adronisniyorukiza5742 Месяц назад +2

    Déo iyo sujet arayikunda cane😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ErllaNduwimana-bl8bs
    @ErllaNduwimana-bl8bs Месяц назад +1

    Ikiganiro ciza😂😂😂😂😂

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 Месяц назад +1

    Uyumus ho mutama araduhuhuy nrwamaraso yibisiga🤣🤣🤣

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Месяц назад +2

    Hhhhhhhhh ngo imyanda mikuru ntisa kubera batarya bimwe😂😂😂😂😂😂

    • @anesiendaz9890
      @anesiendaz9890 28 дней назад

      Eee, none umuntu ntanya ibisa nivyo yariyeee😂

    • @user-vr9uh6uq5t
      @user-vr9uh6uq5t 27 дней назад

      ​@@anesiendaz9890😅😅😅😅 nawe uyiciy umurya😂😂😂

  • @Mmm-ur5wp
    @Mmm-ur5wp 29 дней назад +1

    Turabakunda
    Imana
    Ibaheumygisha

  • @Rinaclassley
    @Rinaclassley Месяц назад +3

    😂😂😂🎉

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 24 дня назад

    .harimwo abagabo bikundabadakunda abagore nuwiwanje arimwo nikigaba😊

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 Месяц назад +3

    Juste Gael kusigaye ukunda cane ibibiganiro

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Месяц назад +1

      None ntibikenewe?Wewe nimba atavyo ukeneye hariho benshi biriko birigisha

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 28 дней назад

    murakoze kumpanuro.burya umugabo urinzimubwire Ng nturaheza.harya abayafuye kukurwako ataguteguy😂😂

  • @FiacreNubuniyo
    @FiacreNubuniyo 21 день назад

    🇷🇼

  • @EnockNishimwe-lw6ym
    @EnockNishimwe-lw6ym 22 дня назад

    Akajegeza😅😂

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 Месяц назад +1

    Ndahwereye Ngo Abo bana wa bunvise gut cnk ng uw muntu aciye ngaho

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3w 28 дней назад

    Murakoz❤muzozoz muratwigish❤❤❤❤😂

  • @guytresorbumako4869
    @guytresorbumako4869 Месяц назад +1

    Ndaphuy noneho 😂😂😂😂

  • @belysekajambere9576
    @belysekajambere9576 16 дней назад

    Ikiganiro ciza gikeney beshi❤

  • @user-nc7cg3eo2r
    @user-nc7cg3eo2r 20 дней назад

    Ubusirasoni gusa nivyo.muzi.mbega.muri mwe murabikora neza

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 14 дней назад

    Icigwa kiri interessant ariko muvuze ko uwutagira umugabo yubahukwa na bose bikamutesha agateka ariko mwibagiye ahubwo ko abaresha bubu abubahuka bubu ataco batinya mbere nabo bugaboo bubatse canke abagore b ubatse bose vyayangaye basigaye baresharesha. Kubwanje agateka ubwambere ni ww ukiha abandi bakurikira aho ww wishize.

  • @mugikoniiwacu296
    @mugikoniiwacu296 15 дней назад

    Uyumugore mozomugarukane

  • @mukagashugifrancine8063
    @mukagashugifrancine8063 23 дня назад

    Mwigishaneza peee uyumugabo ndamukundacyane

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Месяц назад +1

    Nimurek kuchukwichizisaha nibih nimariy

  • @ericciza926
    @ericciza926 Месяц назад +1

    Karabaye

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 Месяц назад +2

    😂😂

  • @user-kr7zp1uj5o
    @user-kr7zp1uj5o Месяц назад +1

    Muratwubaka Niki egg I.

  • @Sirila18
    @Sirila18 Месяц назад +5

    Ivyo mwokora vyose ,uko mwishimisha kwose mutubashe abana ,ntaho muba muriko muraja kuko buca kabiri ivyo mwabumvishije baja kubigeragereza ahandi.
    Mupfaso, kunda umugabo wawe ,muryoherereze ,ariko kandi wubahe abana bawe .

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Месяц назад +2

    Apôtre hejuru cane😂😂😂

  • @AaAa-wz6wy
    @AaAa-wz6wy Месяц назад +1

    😂

  • @user-sr5jq8so7d
    @user-sr5jq8so7d Месяц назад +1

    Abo barazwi

  • @imandwamwaratsinze8823
    @imandwamwaratsinze8823 27 дней назад

    UYU MUHUTU IVYO BINTU YADUKANYE NI IBIKI?UWO NI UMUCO W’IKIRUNDI?

  • @emmanuelalleluia
    @emmanuelalleluia Месяц назад +4

    Non iyomuvuz k har abatemerew kubiraba har code mushiramwo kugir ntibaronk accès kwico kiganiro?sino ahubwo uwo mu moins de 18 ans yoca agira amatsiko yo kuraba ivyo yahishijw ivyarivyo

    • @sese667
      @sese667 Месяц назад

      😂 😂 😂 😂

  • @NiyubahweNiyevo
    @NiyubahweNiyevo 29 дней назад +2

    Muhezagirwe apôtre na Jacky.bikunda muturose watsap zanyu

  • @jeannebitsure7848
    @jeannebitsure7848 Месяц назад +3

    Ryooo, umugore ngo ni AGA SANS VALEUR imbere y'umugabo !!!! Murihenze gato. Mbega atamugore abonetse umugabo yoshobora kurema agashira umuntu ngaho o??? Mbega uravye mu buzima bw urugo urugo rutagira mw umugore ubona ruba rwikwije? Mvuze bike muri vyinshi bishobora kutwereka ko umugabo n umugore ari magiriranire, ata kuvuga ngo hariho uwuri AGA SANS VALEUR. Iryo jambo mukoresheje riraremereye cane gose, eka ni n' igitutsi mbere.

  • @ndayishimiye55
    @ndayishimiye55 Месяц назад +1

    Mbanj gushima ngeze hagati mukiganiro sindakira coose