Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Amen amen .Imana idushoboze guharira bishitse
Imanaaaa Idufasheeee Kurekuraaaa Imbabaziii twese Kw'Isi Yosee
Mwigisha w'Imana ,Umukama ni akwongerereze Imihezagiro n'imigisha myinshi ukomeze gukwiza ahushika hose Urukundo n'ikigongwe c'Imana.
Nukuri muvyeyi muvyeyi nugushingira intahe Imana ndagukunda cane
Aaaameenn 🙏 mu mfashe kumenya ingene notanga imbabazi hanyuma nkaheza nkibagira burundu ayo matati tuba dufitanye n'a mugenzanje Mwoba mukoze, Turaharira ugasanga biratugarutsemwo tukavyibuka
Mukama Yezu ninahazwa ku kigongwe uduhaye
Imana idushoboze kubabarira niwomushinge wokwezwa
Mu hira ni sawa kuko wabakundiye pasteur. Iyo ubabera umururazi biba ari ingorane.. Bandanyiriza ngahooooo se w,abana bawe, kandi umukama abandanye kubigufashamwo
Mana yanje ndagusavye umpe umutima wimbabazi mbabarire abambabaje bose kugirango mbashe kwibanira nawe ubu nibihe bidashira Amen 🙏🙏🙏
We Dona bit
@@niboy7886 nisawa ndashima Imana namwe nisawa
Imana iguhezagire mukozi w imana
Ndakumbuye pastor wanje , yahora anyihera aka 10.000
Amen amen nkunze aba mama bahano hantu muhezagirwe cane
Imana ihabwe icubahiro
Yoooo Imana izokwambike igitsibo . Uragikwiriye
Yesu ashishikare kuguhezagira no kukuzigama. Uri umuvugabutumwa pe .
Ahubwo yigishe abantu ukwirinda kurenganya abandi. Ukwirinda kubabaza abandi. Twebwe ntituri Imana. Turi abantu . Imana niyo Nyembabazi apana twebwe na we. Reka kubesha rero.
Aleluya,Imana,ibandanye,kukurinda,kandi,Jews,dagukunda,peee
Que Dieu soit loué pour toujours au nom de Jésus Christ
Amina Amina
🙏🙏 umukama atubabarir Caan natw tubabariranir
Iman indutabare kuko turagow
Amen Amen Mana yanjeMbabarira Yesu Kristo 😢😭🙌🙏
Mwaramuce ndakeneye numéro ya Pasteur Mbayahaga nimuyindonse
Ndifuza kubabarira ariko nuko uwo mpa imbabazi we atagahengwe atanga kokumbabaza ahubwo ngira ni mission afise kugira nze nicwe nintuntu
Mutama wanje www hezagirwa
Nanje ndakomye amashi. Ico Imana yakuvuzeko ntaho kija
Ijambo imbabazi ni rififi kandi ari rirerire twige gutanga no gusaba imbabazi
Iman impe umutim wokubabarira🙏🙏🙏
Ndafashijwe Aleluya ❤
Mwigisha njyewe iri sengesho rya Data wa twese sinjya ndisenga riranshinja sinzi icyo nakora.
Amen amen
Ameen mushishikare ghhezagirwa
none Pasteur kutaduga ruguru wigumira mugisagara Yezu nta déplacement yarafise ariko yarakwiye arakwiza ubutumwa komwahezagijwe ingendeshwa haburiki ngo ruguru dushikirwe!!!??
None ga pastor, umuntu atagusavye ikigongwe womubabarira .
Egoooo uramurondera mukavugana ukamubwir uti birya wakoze vyarambabaje nagomb nkumenyeshe k bitakindimwo ahubwo naguhariye
❤❤❤❤❤
Amen amen Imana ningabo
❤ Amen ❤❤
Amen
💌💌
Muhezagirw kubutumw muduha buratwubaka mwarahezagiw cane
Amen ❤
Amen amen .Imana idushoboze guharira bishitse
Imanaaaa Idufasheeee Kurekuraaaa Imbabaziii twese Kw'Isi Yosee
Mwigisha w'Imana ,Umukama ni akwongerereze Imihezagiro n'imigisha myinshi ukomeze gukwiza ahushika hose Urukundo n'ikigongwe c'Imana.
Nukuri muvyeyi muvyeyi nugushingira intahe Imana ndagukunda cane
Aaaameenn 🙏 mu mfashe kumenya ingene notanga imbabazi hanyuma nkaheza nkibagira burundu ayo matati tuba dufitanye n'a mugenzanje Mwoba mukoze,
Turaharira ugasanga biratugarutsemwo tukavyibuka
Mukama Yezu ninahazwa ku kigongwe uduhaye
Imana idushoboze kubabarira niwomushinge wokwezwa
Mu hira ni sawa kuko wabakundiye pasteur. Iyo ubabera umururazi biba ari ingorane.. Bandanyiriza ngahooooo se w,abana bawe, kandi umukama abandanye kubigufashamwo
Mana yanje ndagusavye umpe umutima wimbabazi mbabarire abambabaje bose kugirango mbashe kwibanira nawe ubu nibihe bidashira Amen 🙏🙏🙏
We Dona bit
@@niboy7886 nisawa ndashima Imana namwe nisawa
Imana iguhezagire mukozi w imana
Ndakumbuye pastor wanje , yahora anyihera aka 10.000
Amen amen nkunze aba mama bahano hantu muhezagirwe cane
Imana ihabwe icubahiro
Yoooo Imana izokwambike igitsibo . Uragikwiriye
Yesu ashishikare kuguhezagira no kukuzigama. Uri umuvugabutumwa pe .
Ahubwo yigishe abantu ukwirinda kurenganya abandi. Ukwirinda kubabaza abandi. Twebwe ntituri Imana. Turi abantu . Imana niyo Nyembabazi apana twebwe na we. Reka kubesha rero.
Aleluya,Imana,ibandanye,kukurinda,kandi,Jews,dagukunda,peee
Que Dieu soit loué pour toujours au nom de Jésus Christ
Amina Amina
🙏🙏 umukama atubabarir Caan natw tubabariranir
Iman indutabare kuko turagow
Amen Amen Mana yanje
Mbabarira Yesu Kristo 😢😭🙌🙏