CVR n'imigambwe 4/13│Jacques Bigirimana arongoye FNL

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 окт 2024

Комментарии • 4

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza 2 месяца назад

    Jacques reconnaît ko "ariko atanga inakuru zitarizo".....

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 месяца назад

    Déogratias aravuzeko abahunze botahukanwa, ariko none ko utavuga ko ari reta itegerezwa gushiraho ama conditions meza ashoboka, bizoca bikora nde. Na Jacques yarigeze kubivuga, kandi nivyiza. None ko mutabwira ako kagwi ka CNDD FDD ko boshobora kuvugana nabanyeporitike bahunze, n'abandi bari muza societe civile, none mwumva atari kuvuga gusa mudatomora. Nobasaba ko mubwira ababijejwe kuko s'abarundi bose.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 месяца назад

    Jacques, abo batwara nabo baracugwa, kandi hari abanyeporitike babagiriza uruhara mw'ihonyabwoko n'ubwicanyi bwagiriwe abatutsi, mbere n'abahutu batavuga rumwe mu vyaporitike, nkaba ba FNL, CNL bishwe. Mwumva ibintu atari akayoberabahinga, abo bajeunes aho bazomenera kugira bigize iruhande abo bagabo niho ari ikibazo. Bizotwara umwanya, abo bagabo baguma benyegeza akariro kugira bagume k'ubutegetsi, birire amahera kandi imyaka ibe irahera ntibazohave babakubita intahe m'ugahanga. N'umukino wa banyeporitike cane cane mu bihugu bikenye, ababa bari kubutegetsi bananigwa no gutora inyishu k'ubibazo bihanze abo bajejwe gutunganiriza, akorero ka hafi nako k'abatwara ubu. None ubu abatutsi nibo batumye igihugu kiba umusakasaka. uwumpa inyishu ndamuhera.🙂🙂🙂🙂🙂🙂🙂🙂🙂

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 месяца назад

    Claver niwe ashiramwo ivyo vyama emotions kugira akabure. Kubantu bari cyniques bohava bavuga ko Claver ari umu comédien, canke umu animateur de la galerie, igituma abikora arabivuga. Ariko hageze gutanga rapport y'abantu bashwe, birateye agahinda. Nimba atigirisha rero azoze arashikiriza rapports ari plus ou moins serein canke bazoshireho uwundi ndabona abari muri CVR, iyo bashikirije ama rapport batigira nk'ivyo Claver yigira kuko umengo arashiramwo ibintu vyokuvyura ibikomere. Ivya 1972, ntibirahera kuko iyo rapport iracari partiel, sasa ivyo vyokwihutira kuvuga ngo ni genocide des hutu, abandi bakavuga ngo ni genocide y'abatutsi. Abanyeporitike bose bakera nabubu bose ntakuri bavuga. Reta nizane abahinga mvamakungu, nibo bashobora kuza gutatura.