MARANATHA Big Zoé Ft Malakay & Audrey (Official video)
HTML-код
- Опубликовано: 5 фев 2025
- #Maranatha #BigZoe #HipHop
Audio Prod : Trick on da Beat
Video Prod : Landry SB
Thanks to 257 Arts
Lyrics :
V1/ Ubutumwa s'ubwo kujana 'abantu mw'ijuru
Ubutumwa n'ubwo kujana abantu ku Mana
Bukurah' ikitubuza cose kuyiryohererwa
Ikaba umunezero wacu wa mbere tukanyurwa
Ibaze tworonka ijuru ahatagira ivyago
Ivyitwa vyiza vyose tukazobisangayo
Incut'abagenzi twabuze tugahurirayo
Mbega tworiryohererwa hamwe Yes'atoba ariyo?
Aboryohererwa ijuru Kristo atarimwo
Abo ntibabereye no kuzohonyorayo
Yesu ntiyapfiriye abanyavyaha bamana
Ivyo baha agaciro bakabirutish'Imana
Yatanzwe rimwe ngo yishirekw'ivyaha vy'abantu
Azoz'ubwa kabiri aje mu bicu vyo mw'ijuru
Ico gihe ntabwo azoba azanywe n'icaha
Azobonekera abamwitezeko agakiza
Chrs / Nd'ijwi ry'uwusemerera mu bugararwa
Rivuga riti "Tegura inzira z'Uhoraho Imana"
Maranata (Yesu Umwami aragarutse) x2
V2/ Nimba nsigaje kuvuga rimwe m'ubuzima hamwe vyonshika iyi ndirimbo ikaba iyanyuma nokoma induru nti yesu araje( 2×) maranata umwami araje (2×) vuba aragaruka aseruke kubicu abamwakiriye duhindurwe duse nawe tuzojana nawe hano kwisi siwacu tutarengana inyuma yubu buzima hari ubusumba ubu tubikiwe ubwiza kwakaka nkinyenyeri inzira ija mwijuru ni Yesu nta mayeri vyomariki ndonse ivyo kwisi yose nkatakaza ubuzima budashira ijwi ryanje rizokwama rihamagara ngo ntuze uhereze gusa mumarira maranata (2×) Yesu araje umv' ijwi
Chrs/ Nd'ijwi ry'uwusemerera mu bugararwa
Rivuga riti "Tegura inzira z'Uhoraho Imana"
Maranata (Yesu Umwami aragarutse) x2
Outro/ Ewe Yesu nitakase (Safari)
Ili nami niwe wako (Safari)
Niandike jina langu (Safari)
Kati majina mengine
Niongoze nifike salama
Uzimani, Sayuni milele
Ni Safari ya kuenda kwa Baba
Ni furaha ya ajabu