"Ntoz indero mu Minezero yanje, Mu mutima no mu Mibabaro,..." Wooonderful!!!! that's a heart of a mature son of the kingdom. To contemplate His glory, niyo ntumbero y ubuzima. Thank u guys! You are a such blessing for this generation. The favor of god be dwelling upon you. #ChristCentered On the replay
Nukuri iyi ndirimbo jew Ndayikunda cane vrt kuk buri musi insubiza Mukumenya neza ko Har ico nkwiye Kumenya no gukora thanks my brother malachi Imana iguhezagire cane😭😭
Bishitse nkatakamba ntunyishure nubundi nzohora ndakwizera........
Vyose ni vyiza ubirabiye mu marori y'Imana
Mutere muja imbere mwarahezagiwe cane
NDAFASHIJWE
👏👏👏waouh..
Nzohora ndakwizigiraaaaa
Song n bien ❤❤❤
Muta ico gikorwa Nico kbs Big up cousin
Barashoboye kabisa
Indirimbo nubuzima bwuzuye canempwemuyera
😢😢😢😢😩😩sintinya gufata kazoza kanje ntazi ngo maze ndakaragize umwami wanje nzi😭🥺❤️❤️❤️❤️❤️ muhezagirweeeeee
Thanks Siren Vibes Tv🙏🙏
Iduhezagirane namwe
Kwizera si kumenya ico kazoza katubikiye ahubwo ni kumenya uwutubikiye kazoza🙏
Nice song ❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ❤
Waouh akaririmb ndakaguyeko sh karatesaaa 💥💥💥🥰🥰🥰🥰🥰
The Lord be glorified for this song, the lyrics are so deep. Imana ikomeze kubakoresha kuriyo ngabire
Nice song sha malakay uraduhezagiy ushishikare gutera imbere
Du lourd mon gar. ayo amajambo arakomeye cane
Mbega ivyiza ❤️nahezagiwe pe
Sindi mubavuga ngw'ivyiza birimbere ivyiza biri mubo dutumbereye imbere
Ndabakunda murampezagiye❤❤❤
Ufise anointing pe👏🏾👏🏾
Sinigera ndakumenyera n'umunsi 1 nama nkwitezeko bishasha
Mzeh wama lyrics🔥🔥🙌🏾🙌🏾
El Malakay I love you so much 🙏
Thank you brother. That's so kind of you
Défaut ifise n'imwe gusa, n'uko ihera😂iyo ibandanya nani..
👏👏👏
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nice song gospel hejuru canee
"Ntoz indero mu Minezero yanje, Mu mutima no mu Mibabaro,..." Wooonderful!!!! that's a heart of a mature son of the kingdom. To contemplate His glory, niyo ntumbero y ubuzima. Thank u guys! You are a such blessing for this generation. The favor of god be dwelling upon you. #ChristCentered
On the replay
Imana ituganirize mumitima
Ndaryohewe man🙏 Take courage bro
I like secula gusa aha narafadits na nubu2024🎧🎧🙏🙏
Kwizera s'ukumenya ico kazoza katubikiye
n'ukumenya ahubwo uwutubikiy Akazoza
#Clip Rero😍
Merci sana bro
Courage cane frr
nzohora ndakwizigira🙏
Grand frère EL MALAKAI
Merci kandi 🤝✊🏽😭ndabuze uko mbivuga ariko iyi ni définition yibintu vyinshi kuri twe
Fleury&Gaga mwubahwe
🇧🇮❤️🎵
Papa Ndeana 🙏
Asante sana brother
Christ centered rap love you bro
Nice song Kaka
Amenaaa
Merci pour la chanson ! Data wa twese yumviryo sengesho kubwac’utwese !
Amen
Love From Fresh studio
Much respect Fresh Tv257🙌
Thank you for your support 🙏🏾 you've contributed a lot to this achievement. Bless u
Amen cute sog♥️💕
Nice song💖💖❤️
Revelation of God's sovereignty
Nutimura umusozi mfash kuwurira, nice song💥💥🙏
Love from #SantaGospelShow
This Song 😭😭😭😭😭🙏
Nice one broz❤️❤️❤️
Good song.
Voice like El pro
Indirimbo nziza gose
Love you fam❤️
Merci ma nièce
Nice
Good music 🙌🏾💯💯
Thank you Sir
Dop 👌
Nice bro
Oooo my God🎉
Ninashika nzoduza amaboko yanje nshire izina ryawe hejuru🙌 Nice song💯
Vyosee ni vyiza ubirabiye mumarore yayo❤️❤️🔥🔥🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Waaaoooh congras kuriyi song bro,we need also lyris of rap imwe wishura b-face
MALAKAY ✅🙏🏿
Yes brother 🙏🏾
"Vyose ni vyiza ubirabiye mu marori yayo" It's all about POSITION (where We Stand), not Performance
En tout cas...👌
You got it right brother. Thank you
Mon Frère Malack 👍
Very nice song my Brother Mala🤜🤛
Wow...well done guys! Song nziza amajambo yanditse neza cane kabisa..God Bless u 🙌
Ibihe vyose mba niteze indirimbo nziza ngaha
Et ça, venant de l'artiste que vous êtes, ça en dit beaucoup pour moi. Merci
Love from Rwanda
deeply good song fulfilled with faith @El_malakay very above♥️
Nice "retake"
U don't disappoint 🙌
Nukuri iyi ndirimbo jew Ndayikunda cane vrt kuk buri musi insubiza Mukumenya neza ko Har ico nkwiye Kumenya no gukora thanks my brother malachi Imana iguhezagire cane😭😭
Thank you too for encouraging brother
courage
Murakoze Kubutumwa bwiza mudushikirije🙏
🔥🔥🔥🔥
Nic song🔥🔥🎵🎶❤
MUHORANE UMUKAMA🙌
Amen
Awwww🥳🥳🥳 🔥🔥🔥 imberecane el malakay❤
Wouuuuuh rap gospel y'umwaka
Malakay🔥🔥🔥
Good job our legend🔥
#WeGotThat👁
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mungu awabariki sana mukomeze mumwami
Nic song
Nice song🙌🏾🎉
Good Songs
Le rythme et la mélodie se marient bien à ce message d'un sens vrai et profond.
Merci beaucoup !
Merci à vous mon Pasteur
nc song
Nice song bro👌👌
Wooooow😍
So deep...thanks to y all
Wonderful nice song
Thanks Muvyeyi🙏🙏
Thank you so much Pastor
Ka song ka bien👏
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
😍👌🏽👌🏽
👌👌👌👌❤️❤️❤️
Nice Song guys God bless you more♥️👌
Top
Umw mubanditsi nkunda😊thank u for this one🔥 keep it up
Humbly touched 😊 thank you
haleluya
Malakay mimi ni fan yako .. preach the gospel ✌️💯
Amen. Thank you Sir
Nic song🙏🙏🎼
❤❤❤❤
Be blessed