This Guy Deserve All Support Because He Do It Well Let Me Say D-ONE have Pure-Talent Abavyumv Nkanje Like Ngaha!!! Najew Sikera Cane Nzocakira OneDay Allah Azogha
Am in love with this song D-one thanks for touching our Hearts with this wonderful music I don’t find a word to explain it 🇧🇮👌great job we are proud of our Burundian artists 🇧🇮❤️🔥
Iyi song ndayumvirije mejeje kuyaga n'awantu mutobewe sanze nongeye kumuhampagara knd nari namusezeye bivugako iyi song irarenze kubari à couplé muryoherwe❤️❤️ nawe d one tukurinyuma muhungu wacu wi🇧🇮🇧🇮
Man you're so amazing i personally love you, uburundi turatunze Kuko tugufise, never give up bro abarundi ndetse nabanyamahanga turakwubaha KD turagukunda
Abafana bumuziki Ndundi murihe like Hano tumenyane D-One Ntiyigera atera Swata 😂🙌🔥😍🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Bella arambisawudiy mbegumuziki uranyemeje.😂😍🔥💯💯♥️♥️♥️♥️urararenze
🇷🇼🇷🇼Umuntu wemerako uyumujam arenze muburundi hejuru
You deserve Grammy by dear brother 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Washitse umwanya mwiza ... Keep it high my bro 🔥🔥🔥
Arakaz kbx kyz ni fire
Muze murashigikirana natwe abafana banyu tuze turabashigikira.
Turihamw twese ntakizotunanira kandi ntaho tutazoshika.turimunyishu🙏🙏
D-ONE Niwewe Bendera y umuziki Ndundi
Uyu muhungu ababona karenze Dram- t muzane likes guko j ndumiwe🤭🤭
This Guy Deserve All Support Because He Do It Well
Let Me Say D-ONE have Pure-Talent
Abavyumv Nkanje Like Ngaha!!!
Najew Sikera Cane Nzocakira OneDay Allah Azogha
Utumye ntangura 8knd nez wallah!! D one wubahw!! Nugucakira kbxa!!
Nibihanga nzomenagura 🙌🏿🙌🏿🔥
Ninde yakubwey ko abanyakayanz tureshe🔥🔥🔥🔥😜😜
Ewana uy, umukapo ararenze kbc
Iyaba muburundi dushigikirana iyi ep yogez Kure hashoboka🙏🙏🙏🙏✍️✍️✍️
Nitureke uburyarya uyumuhungu 2023 niyiwe.ariko rwana gushika kukanyuma uzoteba wifatira akarere bakurondere batakuronka.je vote oui pour cette épisode.📺📺📺📺☑️
Burundi twiyambike umutamana🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
This guy is one of a kind wallah‼️ He's so unique🔥🔥🇧🇮
D-ONE always on top 🔥🔥🔥Uriko Udukorera umuti wa Merry Christmas
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥DOCTOR LOVE ❤️👌👌🎙️🎤
Nukuri nanje wacakiye kuriyi song 🔥💪🥰 Good work
Courage @D-one , tu es vraiment très talentueux 🔥🔥🔥🔥
Mbega umuziki mwiza man urashoboye imana ukuje imbera turinyuma yawe💕💕🙏🙏
D one you're very talented brooo🔥🔥
Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 bwarahezagiwe kuba twararose umuririmvyi mwiza nka D-ONE 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Am in love with this song D-one thanks for touching our Hearts with this wonderful music I don’t find a word to explain it 🇧🇮👌great job we are proud of our Burundian artists 🇧🇮❤️🔥
This hit will never get old until 2080 am telling you 💪🙏 make me miss my homies
This guy deserve an award ...like it...
Abemerako D-one akaze bampe like
international banger 🔥🔥
ngusabe unkore umuti nuyu mujama. kuko ibintu mwo dukorera ntivyoba ivyino aha
EP OF THE YEAR 🤯 Docter Of Love 🇧🇮❤️
NTANIYINDI IZOPFA IBONETSE MURIYI MYAKA YA HAFI. uvyemere canke uvyanke
I'm your fan bro after I'm waiting I play always it 🇷🇼👏
Awesome 😎, nothing but success bro,
This EP is now my new playlist since today till 2024 coz we’re already in 2023
Oyaa ntawokwemera ko bajana urukundo rwiwe muta...
Hubgo nugucakira...akaje kwivanga tugakocora...🤣🤣...big up my bro⚡⚡🔥🔥🔥
This is the kind of good music 🎶 we need in the industry waouhhh u kill it big up
As a ugandan I Don't know what the lyrics are, but I love the melody 💙 ♥ good song ,big up bro!
Fire fire 🔥 nzocakir akavyurumutw nzokocora
Good song good vibe good vocals, so Congratulations 👏
Iyi song ndayumvirije mejeje kuyaga n'awantu mutobewe sanze nongeye kumuhampagara knd nari namusezeye bivugako iyi song irarenze kubari à couplé muryoherwe❤️❤️ nawe d one tukurinyuma muhungu wacu wi🇧🇮🇧🇮
Ukavyura umutwe nzokocora❤️❤️
Nice song man imana ikuje imbere urashoboye pee 💕🙏
My God what's the Gold talent!!! Ewana ejo nipazuli komez vrt numv ntarons ic mvug
And dis one ndakeuh
D-one on the other level for sure this guy is so talented 🔥
man courage
Full talented man respect
Ntanuwundi nkawe!💯🔥💯🔥🇧🇮👏🏼👏🏼👏🏼
#Nzocakira nice song🔥🔥🔥 wallah nikatamu😋
keep going 🏃 Doctor of love
Ubu rero ndemeye kuri Dogiteri😍😍😍🇧🇮🇧🇮
Big Respect to this Boy🙏 I don't wanna disrespect others who been there before him but now is on top of the game
Ffdud
Ngiye kukubera urumuri rutazima🙆🙆🙆🙆🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
We proud of you 💪
🎻🎸🪗 let's go Our boy ducakire umuziki mwiza
Urukundo ruhari ibintu biraza D One congratulations kbs👌👌👌
Nice Song Brother 🔥 🔥
Great music✍️🇧🇮
Good song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good song wallah 🇧🇮 BurundianBoy 🔥👑🇧🇮💯🌍 nimba urumurundi mpa likes kuko turashoboye cane
Je numva vyose birimwo umuti weeee👏👏👏
D one visuel yihita nzocakira kbx🇧🇮🙏🙏🙏🇧🇮🔥🔥🔥
Nimba arugucakira naracakiye kbx ntakwicuza🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮korimiti bakobegwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love from IHURIRO TV, Ubirimo neza Musaza
Manawe nukuri uradukoreye umuti kugatumba vrm ntitunanirwa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏
Seriously He's so talented 🤝🇧🇮👏
Vyukuri ntubeshe burya ahari urukundo vyose birizana congratulations
Oooooooooooooh mister doctor love abarund turagufan🔊🎹🌷💥
Komera mutamaaa wanj respect for you 👌👌👌👌
D-one ndagukunda from🇫🇷
Good song kabisa nzocakira hejuru hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu muhungu akozwe muma hit nkeseraaa.
Jeune talentueux que le Burundi dispose
Vrt vrt ngomba nsubire murukundo 💕💕💕
🔥🔥🔥🔥🔥big up san mwana w'igihugu🇧🇮🇧🇮
Urukundo ruhari ibintu biraza 🔥🔥🔥🔥🔥
Aha rero ndashiz🔥🔥🔥🔥
Love from Burundi 🇧🇮 all the way in Fizzo Fans Family FFF
Never disappoint us 😉😉😉 keep up good works
kbs urashoboy nuko uburundi butarabona ikikurimwo nguze urahabwa agaciro keep up mr d one
Great Work My favorite Artist👏💯👊👌D One🇧🇮❤️
Akantu kumuts vrmmmmm
#nduwokumashuha
Yoooo good song
Kweli ❤️❤️❤️❤️❤️💞💞💞fromw🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Something amazing ukwimisi igenda niko udunga ntiwicaye uhezagigwe uharanire ico twagwaniy
Yoooh aka karamara big up bro ndabona ntiwakubise swata kabisa twose n'udu hit song.
Lets support our artists 👌👌you did it bro
Cool xnaaa bogoss. Nice song kbxaaaa
Uyumuhungu Jew nubu sindemeranya ukuntu yiyumvira mukwandika noguhibongoza😮😮😮😮😮Hoya nje aransaza
Diwani hejuru cane🥳🥳🥳🥳🥰
Burundi turashoboy 🔥🔥💯💥🌍💥
Amazing song Mr Dieudonné
Go up ✌️👌👌
Urarenz boss courage nubwo bataguha ibiteramo
Big Up my freind tunagupenda sana tu vas essayer très bien!!!!
Man you're so amazing i personally love you, uburundi turatunze Kuko tugufise, never give up bro abarundi ndetse nabanyamahanga turakwubaha KD turagukunda
Doctor of love sunikiyomitoma abapampe bironkerivyana🙌🔥🔥🇧🇮
Good job D one😍😊
Ndagukunda vya dang kuko uriko werekana impinduka mumuziki ndundi big up broo
Bro ww ntiwigera uhusha ndak !
Aka gakino urakazi, xo more and more congratulation 👏👏👏
Mumporere naje hari ako nzocakira ndagakocore karo kwivanga muvyanje nibebi .D-ONE HEJURU🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Avaduga nzocakira,akavyurumutwe nzokocora courage🔥🔥🔥
Irambire mwanaaa💃💃💃💃❤👌👌👌👌
Man urakaze vrt komeza imbere niheza ❤❤❤❤
Big up 💪💪💪 . Urashoboye kbx 🙏🙏🙏
Uyumungu arashoboye kbxa.D one wuhawe kbxa.
Yoooooo d,one uranyemeza burigihe nzocakira akazovyura umutwe nugukocora🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😃
nice song kabsa D-ONE hejuru🔥
So talented bro🇧🇮🇧🇮🇧🇮 kyz hejur cane
Nc one @#Keepgoingbro€*🇧🇮🔥🔥👊👊👊
King of hit song buja fleva🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪👌👌👌💕💕👏👏👏💯%%%...