Ntacotuma ntavuga ko iyi song ari umuriro kabisa. Much respect to D-One himself. Umuririmvyi yiyizeye kandi afitiwe icizere n'abakunzi b'umuziki kubwo kubikora neza. Bro you did it again and w'ill do it again and again. Proud of you gentleman
Kari Emotional 😭 Nukuri ✍🏿 Karatuje Kavuga Ivyama Vyadufashe Abantu Bahora Birukwako Kumbe Hari Ababirukako Kandi Bakaze Muze Hano Naka Like Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️
Burundi got talent🔥🔥 the one and only💯 another hit song in March 2023 after I tamporize by Drama T we have another hit AMARIRA by D One 🇧🇮 we'll listen this song still 2030
D-ONE the love doctor Keep healing us with this positive type of music, our society is full of dark music that's destroying young people mind, we need good talented artists like you to shine.
Oohh so touchable ,,I'm feeling this song ,,this usually happens.. We cry a lot when those people we love the most don't love us...back. Let's share this beautiful song...Amarira
d one nakupenda sana ila mwisho wasku ntakuja kukuacha juu ni shachunguza ndoto zako zote wanisema mimi, mfano abiwaiting , ubwoba , mille ,hizo ndio maumivu yangu sasa kwahio ,iliotokajana kitengo nlicho pewa in love nililia saana ulinigusa kidonda wewe big up san your song is fire 💯🔥🔥🔥🔥🔥☑️🇹🇿🇹🇿
I swear iyi ndirimbo ndayikunze bihebuje, love from Kigali-Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 big congratulations 👏 D-ONE
Hi
@@eltonjohnakbarnkurunziza yes hi
ruclips.net/video/ALL6WeZwk-Q/видео.html
youtube.com/@jay-bclassic4731
,
Qdd
Pole sana niko bimeze abakunzi ba D one bsi mumpe like5 👍gs tumenyane
Cane
Mix 1:07
@nzobahovmux
enuste5687
Abafana murihehe like hapa burundi oyeeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abo twemeranya ko D ONE Arenze cane like ngaha abibone👌🔥🔥
D ONE wubahwe muhungu irankozeko kbs
So nice song big star i'like you
D one urashoboye
Respect bro
Mr mitoma
Burundi Muri Bino Bihe Turi Munyishu Abana Bari Gukora Uwubibona Nkanje Ashireko Like Ngaho Twibandanirize
Gptt44
Iyi song uwayumvirije akarenga gatatu anyihere like🔥🔥🔥
Maze kuyunviriza nka 100 fois
youtube.com/@jay-bclassic4731
❤
Ngewe nta munsi ushira ntayumvise kuva aho nayimenyera. Numva ntayihaga
Love from mr sammycomedien big up bro abakunzi ba film muri ngah mump like
Rwose turaziguha
Nibura nyumva gatatu ku munsi, respect again D-ONE,💯💯🇷🇼🇷🇼🇷🇼👏
youtube.com/@jay-bclassic4731
😍😍😍😍😍
Dear from Rwanda muriko murumviriza iyi Ngoma nimumpe like twereke uyu muhanzi ko tumuri inyuma
🙏
❤nimpano
Courage brother aba diaspra from rusaka zambia turakwemera 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Aba Legends Uwumuhungu mwumwubahe ariko ntabateshe intumbero😂🔥🔥 go higher my bro🥇🚀
😂😂😂
Wapiii NT legend aphukamir I ninja 😂😂😂
😂😂😂😂
Uwuri hafi ya D-one amubarire ati arashoboye. Australia 🇦🇺🇦🇺 yose ndabaha iyi video!! 💥💥💥💥
Bahe mani
ego ndak mamaweeeeeee majoo nimpe like mamayangu abarikumw na D ONE
Umuntu yemeranya nanje ko d one afise défaut yokuduha ama hit songs ampe like hama twikomereze 🔥🔥
D-one uyumwaka urayoboye Indasi.indilimbo nziza go se.congratulation
Amarira yagiz niyo nanj nagiz igihe nita murukundo 😱😱😱 love Mr d one ! Gira like nimb naw vyogushikira
Toka nianze ku hangaria nyimbo za d one youtube dijapata ta like moja kwenye comment leo naziomba ❤❤❤❤❤👌👌👌💏💏burundian talent.........
🤣🤣🤣🤣Pole none
Hatwike ufukame namavi akunyuke mwa w 'urukundo
Utazipata jamani
Urakoze caaane D-one urashoboye kunyibagiza inyarwanda, fatira aho nyene mutwibagize izo hanze
Emotional ting ❤️😍 kayanza represents always👌🙏 big up pon yourself breddah
Finally ndabony comentaire yawe niyo nariko ndahiga 👏👏👏👏wubahwe wakayanza iwacu🔥🔥🔥🔥
Kwl kayanza yacu yubahwe kbx.ifise aba⭐⭐bakomey mur music Burundi.les artistes kayanziste Big UP san
Mwubahwe pp mumis ndabona nzohava mpindura intara niyandikish mur kayanza❤👌
Yes Kayanza hejuru
🔥
Big UP sn d one tukwemer san keep on uger kur hashobok
🤲🤲🤲 kurya wandirira Niko naririra uwo nkunda ariko nasanze ariwewe nkwiye gukunda 👈 ijambo ry'umusi
Uwarikunze ntanyime like vrt reka reka ishari🥲
nice song
Uyikoreshiki
Good
Gusa bwire uyo mu top ageragez kugiswahili cnk icongereza
Uyu muhungu ndibazako Ari MBA yabanje gusoma ivyanditse mu mitima Yaba jeunes 🙌🙌
Iyi song ni 🔥 abafans Ba D ONE like na comment
Ngizo rwose nayikunze cyaneeee
Mpa likes zanyu
Ntacotuma ntavuga ko iyi song ari umuriro kabisa. Much respect to D-One himself. Umuririmvyi yiyizeye kandi afitiwe icizere n'abakunzi b'umuziki kubwo kubikora neza. Bro you did it again and w'ill do it again and again. Proud of you gentleman
Oui oui oui kabisa Mbega song yigishaaa
Bro akwiye gushigikirwa birenze
❤️👌👌👌 brother wubahwe forever ❤
Mwoto kbx.kayanza WE got talent
Big UP bro Love from WETU TV BURUNDI
Vrt uri itara ryuburundi turagukund thank you for your nice song
Mbe wetu wekutaduha bishisha urimubi ki.?
ruclips.net/video/ALL6WeZwk-Q/видео.html
Ikosasugukosa ikosanukudakosora ikosa Bey by Ngukundabirenze Wubahwe❤️❤️❤️❤️❤️❤️👌👌
Nkundibiko gwavyawe urumwana wimpano nziza ndakwifurije kugerakure
Yoooo kameze neza 💪💪🔥📽️💣🚫🚨👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Agafone katomvuruze ntawari kuntanga jewe umu siti wiyi ndirimbo kuko nari nayirariye abajura ntibayitwibe.Big up sana bwana D-ONE
Uyu tumwita umwami wurukundo Aho asumbira abandi Bose ni odio ntaswata azi gutera Big Up Toto town
Kari Emotional 😭 Nukuri ✍🏿
Karatuje Kavuga Ivyama Vyadufashe
Abantu Bahora Birukwako Kumbe Hari Ababirukako Kandi Bakaze Muze Hano Naka Like
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️
D one ndakwemer kl cne ht song kbxa🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥👏🏻
Professor in this game.❤️
Abavyemera like ngaha😍😍
Nkundi jwiryawe nukuri rirankorera kbs 💚❤️
Turikwije iwacu 🇧🇮
Big up @D one 🔥🔥🔥👌
Nari Ndabizi. Ntiwoshobora kuduha indirimbo mbi
Abayunvirij incuro3 nkanj ntimutambuk mudakubiseko like guys 💯💥
Ngez kuncuro 5
Ntacotuma nvugako iyi song itakaze Cane uburundi hejuru 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
D-one hejuru cyane 🙌 from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
D one i prefere vrmt indirimbo zawe ndazikunda sana komera disiiii
Abemeza ko iyi new generation irenze like ngaha👍
😍😍😍😍😍😍😍😘😘😘
@@niyibiziemelyne8276 😚😚😚😚😚😚😚😚
Wooooooow ndemeye kbxxx iyindirimbo ndayibatuy mwese
Ewana nanje nayiteramiye nze kuba mubambere bayiravye! D-one hejuruuuuu🔥🔥🔥🔥🔥
Igiye kurangira reo itateusaa shn💥💥
Mu Burundi turafise impano kabisa D-one you've did thhe n'est👍🇧🇮
bamwe mwahora muvuga NGO babaha ibibishe sinzi ibibaryohera ingene biba bimeze nukur iyi song indutiye zuwena mile fois go ahead imbere niheza
Much respect D-one kbs iyindirimbo ninziza cyane abo tubyemeranyaho bampe like
❤❤❤ my favirite singer wubahw wongere ukomez gtera imbere mwana wumuryango
Igisasu kiraturitse kabisa🔥🔥🇧🇮
Kazoza keza kugihugu kbx courage bro n sawa kl
iyi song ndiko ndayiraba muri 2023
hari nuwundi ariko arayiraba muri 2030🔥🔥🔥
Uri hejuruuu 👊👏💥🙌 nyimbo ni kaliiii
D-One never disappoint !!! Sweet melody for romance
Indirimbo iryoshe saanaa D-one urashoboye kabsaaaa big up saanaaa
Gonga like hapa nimba waysubiyemwo 3 fois 🔥🔥❤️
Umusaza yubahwe vrt👏👏
Nzoba uwambere kuyiraba😂🔥🔥🔥6h du matin nzoba ndi yeux😳
Makini Sana D ONE nakukubali msani wangu from 🇹🇿
Much Respect D-One iyi ndirimbo irarenze 🔥
Waooo nikobimeza wallah urya ufukamira naw abafise uwo afukamira D-ONE hejuru cyan 💃💃💃💃
Abantu hadahera umusi batunvirije iyi song mumpe like 👌🔥🔥🤝🇧🇮
Murukundo bro haribintu byishi bidatahuritse arik big up turakwemera
Abaravye iyi song incuro nyinshi mumpe like
Kbsa D one uguma utwemeza kbsa Big up sana
Courage bro 🥰🥰🥰 fete amatsiko🇧🇮🇸🇦
D-One arakije umuriro après drama t, ABA basore bariko bakora umuti kabisa, go a head bro
Guy ubirimo neza avance vraiment. Kutoka Rwanda 🇷🇼
Natwe abarundi turamukunda
💥indirimbo nziza cane kabxa
Show the world 🇧🇮Turashoboye Terimber Bana Bigihugu ❤ this is a great melody 🎵
nyamba wakunze iyi ndirimbo nkaje mpa like D ONE HEJURU CANE
D ONE DUHE UMUZIGO TURAWURINDIRIYE NIGISHIKA CISHI CANE 🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Urarenz big up sana D-one uriko uja kurundi Rwego rudasanzwe komeza Akakaririmbo kara fellinga
Burundi got talent🔥🔥 the one and only💯 another hit song in March 2023 after I tamporize by Drama T we have another hit AMARIRA by D One 🇧🇮 we'll listen this song still 2030
nyimba wanezerewe niyi song mpa like
Burundi music to the other level🇧🇮🇧🇮🇧🇮Big up Mr d one
Exactly 💯
Big up San d one turinyuma yawe knd turagukunda thanks 👍 and respect Sana kungoma nziza uduhaye vyukuriii umuziki ndundi wubahwe .
Everything about this song just melts my heart 😩😍 much respect bro 🙌🏾💯 just beautiful in every way, finding it on repeat, very emotional😭❤
My favorite singer ndagukunda musaza kyz hejuru d one mubicu
D-ONE the love doctor
Keep healing us with this positive type of music, our society is full of dark music that's destroying young people mind, we need good talented artists like you to shine.
Good job bro ebn message nziz cn abemerany nanj k igikorw ar ciz mump like
THIS SONG IS DOPE
Much love from 🇷🇼 #D-ONE
So Romantic bro ❤️❤️ love from 🇺🇸
reka ndabe abo twemeranya ko D ONE impano yiwe itamenyerwa nagato bampe like ngaha😍😍😍
Big up Sana D one urashoboye cne
Good job bro turagukunda cane ,urya ukunda akunda abandi kunda uwugukunda❤❤🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮✨✨✨😍😍
Man iyi song numuriro kd ndizera Kari ww wenyene singer dufis muburundi abasigay naba raperi💥💥💥🎶🎵 love from Masera boy zambia
Respect bro Mungu mbere indirimbo nziza kbs abo twemeranya mumpe like 😘😘😘😘😘😘
Uwemerak d one arihejuru ya d one ampe like
Lyrics ya bien
Melody ya bien
Ikoze vya bien
Man this song is so beautiful ❤️
Well done my G .love from🇿🇦🇿🇦 tuba duhari kyz bandanya uyobora
D one songa mbere ✌✌✌urashoboye
Big up my D-ONE this hit💥💥💥💥💥💥 song is international song 🎵 keep doing well[[ IS RAY G FORM USA 🇺🇸 👌 🙌 ❤️
😭😭😭😭D.one urandijij wee iyi ndirimb inyibukij uwo nakundag cyan arik uwankund nkumwamirir kur oe vyaray bibay uw niteshag niw nasanz ariw wankundaga cyan akabariw twiberwy kumw ibint akab aramavut thank you kbx ikoz nez wubahw cyan abo dufukamir twirukinyum arik tugasig abodusanz HBD KAKA D.ONE
Gud lyrics nice script nice song keep it up bro this flag 🇧🇮 is proud of u👊
Iyondirimb inyibukij vyish cane courage muhung wacu
Congratulations brother !!! What WE call a Burundian talent
Broo sinkubesha..wew urasoma mumitima y'Abantu. Gusa urarenz...Good song, 1
Lyris: 100% good
Voice:100% Good
Beat: 100%good
Sound: 100% Good
U kill it bro... Wubahw bemera bareka wew vuba urayobora our New Generation...
Kurya wandirira nikonaririra uwo nkunda waoooo brother D one you're very talented love from Gospel singer
Mana yanje iyiyo Ije iturako uko wandirira niko naririra abandi
Muburundi has d one
Oohh so touchable ,,I'm feeling this song ,,this usually happens..
We cry a lot when those people we love the most don't love us...back.
Let's share this beautiful song...Amarira
D ON umuririvyi Nkunda kurusha abandi Merci sana kundirimbira ibintu ♥️
d one nakupenda sana ila mwisho wasku ntakuja kukuacha juu ni shachunguza ndoto zako zote wanisema mimi, mfano abiwaiting , ubwoba , mille ,hizo ndio maumivu yangu sasa kwahio ,iliotokajana kitengo nlicho pewa in love nililia saana ulinigusa kidonda wewe big up san your song is fire 💯🔥🔥🔥🔥🔥☑️🇹🇿🇹🇿
Pole Sana mwenzangu
Siyo Wewe mwenyewe unaguswa na nyimbo zake, ni umati WA watu. Hapa Wengu wanasalimu amri kutokana na kipaji chake.
big up sana natwe abarundi turikubikora
D one komeza musaza turagukeney mukirundo