Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Fico fico ngo pasteur uwo bitwengej nkanje tumenyane 😂😂😂😂❤❤❤
Film iraryosh vraiment ! Courag Danny wacu❤ ba Daddy wabahagurukiy🎉🎉 pasteur fiko😅😅😅
Egoo abamanyanga nukubashira kumurongo😂😂🎉
Ndabibonye Ubu ntamu pasteur azompa mazi ngo ndayanwe shwiiiii haba hariho ivyihishe nyuma ariko mana fiko numva nciye nkwanka nukuntu nagukunda 😢😢
Abakunz ba inkuru yanj nkanj mumpe like vrt knd ndab❤❤❤
Niho twibereye ncuri🎉
igikenew nukuz turameny ukuntu twifat mungo kk na Fanny Yavyitwayemwo nabi cane. Imana nayo Idukunda dukora
Nacane cane pe🎉
Iyi film fico fico ararenze kwl ngo iyo bamaze hushika hiyo ntakurungika indorare 😂😂😂😂
Arakunda twose nihatari😂😂
Yoooooh courage kandi numva nezererewe abantu bamaze kugira s'abonne kbx❤❤❤nabandi mukomeze
Merci ncuti❤
Harinyigisho nkuyemwo mukomere beza bacu ❤❤
😂😂😂😂 pasta fikofiko ndagutahije🙌🙌 gs umwana wabandi uhaye amazi ukoreye bibi azogukorako😅😅😅 Danny courage maze turagukunda cane🎉🎉❤❤❤❤
murashoboye vrt fanny urabe wubak urug urekane na ba dady nabahanuzii babii umugor wigipfu yisamburira urug rwiwe courage mwese
Egoooo🎉
Danny ndamushimiye yatanguye gushira mungiro ivyo yabwire❤
❤❤❤😂babakutako imyaku n'ukubasambanya n'ugusambura ingo
Waooo vyiza cane izimpanuro nizo kandi nahawicu birahari turabibona❤❤❤❤🎉
abakunzi b danny murihe👊👊👊 courage bakunzi turabakunda❤❤❤❤❤❤
Merci ncuti❤🎉
Merci ❤
Dany turamukunda cane ari très sérieux
Ew fico sh 😂😂😂😂😂abakunz b fico munkandire hano 🙏🙏🙏🙏🙏
Uwonkunda reo mn père Danny na fanny lmana ibahezagir iyi filme nzoyiruhuk ihez
Fiko fico past 😅😅uratwenz kl ng nakant gatoo cneee😂😂courage 🎉🎉❤❤❤
Merci cane❤
Nduwambere kwa Danny yemwe ukuri kwanj mpakiheze ndintuma yanyu basha munyaruke
Murakoze cane❤
Turahari kubwanyu🎉
Courage vraiment kunyigisho nziza 🎉🎉🎉❤❤
Merci 🎉
Inyigisho nziza can❤❤
Ariko fiko nawe gezaho vrt ariko ndabakunda❤❤❤❤courage
Fire,irakaze pe. Ni chaud chaud. Gira muduhe suite. Anitha nawe arazi guteranyaaaa😅😅😅😅,arazi gutiza umuhoro kweri😂.
Nta mu pasiteri yahukanisha pee pasiteri yavangiwe
Anita wewe urateranya kumbe washaka umugabo wa fanni
Hhha😂😂🎉
Nuwambere nanje mbonye😂😂
Fiko 😂😂iyo role urayishoboye❤❤❤ ngo mwananje😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅❤❤❤
Arayishoboye😂😂 nihatari
Anita weee unyibukije Yvette womungaruka kumpanuro utanga😂😂😂😂
Ngo nuko wandose😂😂😂fanny bika ibanga disi niko zubakwa knd naw ubifisemwo uruhara
Anitha ww urosha uzosha😂 urukumuteranya ngaho oya rwubake sha Fanny ntiwunve amosha
Courageee vrmt murik mubikor nezaaa canee Big UP sana
Merci ncuti🎉
Nakunda ko Danny na Abel bahurira muri film imwe pee🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Bama bahuriyemwo kenshi cane
Barahaturira peee🤣
🎉🎉🎉🎉 mukina neza cyane
Murakoze turahari kubwanyu❤
Fiko ng ni pasteur😂😂😂😂 gs parrain ahanur nez!!! Courage mwese
Iyi film iraryoshe kdi irimo impanuro nyinshi.gusa ntimuzoze muratevya kuyishiraho.mukomerez'aho mubirimo neza
Merci buri wakabiri ntangorane ❤
Kumb pasta nuko usengera abantu ngo baj hanze ukabaha amazi😂😂😂ndumiw .
Egoo nuwambere pe😂😂❤
Ndabakundaaa muze murayiduha hafinahafi❤❤❤🎉🎉
Nivyo turimo ncuti
😂😂😂fico fico hejuru cne urashoboy wallah😂😂
Iraryosh sana❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Essayer vrt murakoze cneee❤❤❤❤
Courage vrt ndabakunda🎉❤❤
Ewe bashaa nar nacerewee kuraba 😂😂 ngo tora amazi akura imikoshiii 😮
Nukur iyi film wayikoze hagez
Merci.🎉
Yoooh Fiko urumu pastel wamanyanga nukuri gusa mwubahwe gose cane nukuri murashoboye peee
Merci 🎉namwe
Mbega yemwe anitha yama ariko yifuza kubona umuntu arimuri négatif 😂😂😂 tjrs impanuro za feke😅😅
Igikenewe nukwirukana ba Anitha mu ngo zacu
Firme nziza nkunda cane courage bakunzi mutwigisha neza
@@DANNYFILMSCOMPANY-d8m de rien Danny l love u so much
❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉nidaya ariko gusa nuko yagukubise ariko pasireri niryrayra🎉🎉🎉😂🎉😢😢😮😮😮😅😅😅😅
Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Ego sha turahari kubwanyu❤
Egooo merci 🎉
Nice film,parain ahanuy neza
Egooo❤
❤❤❤ film ndundi hejuru
Murakina nez cane mwubahw kure cane ❤❤❤
Ego sha murakoze🎉
Fanny ww urakina nz Can kandi ww urinomer1
Fico fico abakobwa babandi uguma usinziriza ukina neza pee
Toramashurw danny🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ingo zitari nke zibayeho atagicapo zifise nkuru rwa Danny, biraboneka neza ko babanye batigeze bacapa uko urugo rwabo ruzoba rumeze.
Nihatari ncuti gusa vyose hari Imana birashoboka
@@DANNYFILMSCOMPANY-d8m Imana iza mu mitima yiyubatse, iyasambutse iguma iyerera.
Mugabo nimwe mwamuhanuye ngo nahebe umugabo akurikire imana 😅😅😅😅😅 nin ngaho muramuhinduts😅😅😅😅😅 gusaw ndakunda❤❤❤❤ bamama beza
Asha wewe warayiravye pe nibo bahanuye 🎉
Ndabakunda cane fiko wewe ubikora neza
❤❤❤🎉 narinancerewe akamwarqbu nihatari🎉🎉🎉
Iyi film niyambere kwel irimwo ninyigishi nyinshi? mugabo fico si pasteur wa vrai?
Nimanyanga😂😂❤
Nukuri iyi film iratesa😂😂❤
Egoooo merci 🎉
Danny mukomere mwabikinyenezacane 🎉🎉🎉🎉🎉
Murakoze cane🎉
Courage ❤❤❤❤❤❤❤
Uwutemurwiwe bamutiza umuhoro yararushenye kwr😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂nihatari
Pasta fiko fiko uranyeguye
Number one courage
Reka ndabakoreresabukayibu kuberamimimileye arimwo
Mbakunda mumabara yose nukuri🎉🎉
Ficoo oyeee😂😂😂😂
Vyiza cane🎉🎉🎉🎉🎉
Iraryoche kwr egooo mukomer kwr
Courage kbs danny
Merci 🎉ncuti
Ibi ndabiheruka kera vyabagabo bagihohotera abagore uziko mbona biri sérieux 😢
😂😂nihatari ncuti
Pasteur fiko fiko🎉🎉🎉🎉🎉😅😅😅
🎉ego 🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢sengera ngaho
Danny Imana ikuzamure cane. Hama ninyigisho zikomeye cane twige
Ewe shaa fiko amazi akurumukoshi hahaa pasteur winusu😂😂😂
Egooo azokwibaruka neza😂😂🎉
Dore irari rya pastel fico fico😂😂😂😂 mbega ingo ziyi minsi mana yange zubakiye kumusenyi
Ningorane ncuti nihatari
Mutere Imbere di courage
Fico Niko ukora mugusengera abantu mukama ndumiwe😂😂😂😂
Abantu bahera film mur comantaire nkanj baz ngah tumenyane
Murakoze kutwigishaAba pasteri bamazingo
😀😀😀😀je ga mana fiko aranyishe caane ngo pasteur😂😂😂
Film nziz cn🎉❤courag Danny ❤abayikund dkomez gkanda s'abonner dukwiz 10k vuba🤲🎉🎉❤
Ego sha 🎉
❤🎉🎉🎉 turabakunda
Pasta fico yambuuu hhhhhhkkkkkkk😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Pasta babanyanga 😂😂❤
Anitha nukuri ngomwisandungu
Fico Danny fafa hejuru🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ukunukuri.ingonyishi.nzirimwonzisabuka.kuberivyobintu.vyamashengesho😢😢
Egooo nukuri kuzuye pe🎉
Gusa ibibintu birahar fiko yakinye kwl kandi nibo beshi bameze uku
Dany courage turi inyuma yawe. Ariko birantwenza kuki film zose ukinamwo wubatse abagore bawe baguca inyuma ?? Nuko udashoboye murugo?
Courage bantu bacu🎉🎉🎉
Ndabikundira sana Fanny 😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
Courage bantu banje ndabakunda can
Past akan ur a nkuwagize irari😂😂😂😂😂😂😂
Fani nukur uratwengej anit nawe aratwenz mugukanda
Danny utumye nkunda film urimwo pasteur ba manyanga hushura
Egooo nukubegezayo abamanyanga😂😂
None ndababaze nkuwo amazi paster aha abakristo be niyo agira akuraho imikoshi
mamaga fiko ubwobusambanyi nguri pasta wapi kabisa,Fanny n'a Danny komeza
Murakoze cane pe turahari🎉
Good mwubahwe
😂😂😂😂😂😂Fico urifeke urimumubiri ukogusenga siko
Numuti wamenyo😂😂😂😂
Courage💗💗💗
Mwubahwe ❤
Gusa mwabesheye abasenga😢

Murakoze kutwigisha
Aba pasteri bamazingo