Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndanezerwa cn nuko Lali akina ,ni umuhanga ,ati nimba nemerew kukubona wambaye ubusa nigiki ntemerew kukubaza quant même c'est vrai,abakumvise ako kantu bakanyurwa nkanj mubinyereke
Nukuri ncuti rali yavuze ibintu bidushikira cane mubantu bubatse ❤❤❤❤
nukuri akokantu nikop❤❤
Lari hejur umwan akina nez kabis🥰abakund iy film nabayikinamw bose mundemer utu 👍
Vrmt nimuze murashiramwo amajwi
Mbe bash yob ari fon yanj ifis ikibazo ko ntarik ndumv amajw hambasha igenze aho iryosh pe ❤❤❤❤tony courage cne 😘
Tony ntugahangayike mwiza wew icah ntaco wakoze
❤mwarabikoze neza
Ndabona ntibizoroha😂😂😂😂😂😂😊😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vyaribiryoshe. Arikwamajwi. Sisawa. Ibicebimwebimwe. Ntivyunvikana. Arikoturabakunda❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Akokantu bagahinyanyureee❤❤
courage mubikora neza
Courge cane ❤❤❤🎉🎉
Mwarahezagiwe rozine murazigukinapeee
Hhhhh nabikubwire vrm😅❤❤❤
Mbe ba sha ayo majwi atumvikana bimez gut? Gusa courage vrt lari wubahwe ❤
Oya mushiremwo amajwi vraiment
Lali , kevin , Keith, hejuru❤❤❤🎉🎉🎉
Muwuge cane❤❤❤❤❤.
Good gus amajwii siy kl
Basha mwebwemuradutevya mukayiduha namasahagiye sivyiza gusa tur❤❤❤❤
Kuberiki atamajwi arimwo😢😢😢 jewe murambabaje nukuntu nari ndayifiy igishika😢😢
Asha sons mpastwe kwica Bouton narinzi nijew
Tony pore
Muzoce muduha akandi turabakunda❤❤❤
@gretha😂😂😂😂😂utaz nanj nina1614
Vrt igituma tubakirikiran ninyigisho twumvira mumajambo yanyu muraba mukosore. Gus ndabakunda
Mwirambire ijoro ryo kuwagatandatu
Oya badisi nimurekur ayo majwi❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage ❤❤❤
Murabe muze mukosore amajwi 😮gus❤❤❤
Ubundi jewe kuva iyi series nayibona ndi murukundo nayo. Mwubahwe sana turabemera sana. Amajwi yacikagurika. coup de chapeau
Hejuru cn niho mbipfurije arik amajw wap. Kand murab mwongere iminota
Iyifilm narayikunze munyarukaneikindi gice dimanche
Tony ngusabe uvugan ukuri n umugore waw kugirango umutima uruhuke Hama Rosine naw azobura icitwazo!Azogutahura pe❤❤❤❤❤
Gacerewa ndahageze abantu bivanga Mungo zabantu banumva wapi😢😢😢😢
Nda❤ Lali ararenze pe;urumuhanga wamwigeme we❤❤❤❤
Toni komerezaho wihemuka kumugore wawe arakumva nje ndi irwanda ndabakunda❤❤
🎉 courage beza mufashoboye🌹❤️❤️🎉🎉🎉🎉
Mwiriwe neza bavandimwe mudukinira neza mukatumara irunguFilm turayikunda cane gose ariko muzorabe mukemure akabazo k'Amajwi siheza
Kuncuro yambere Rally iryojwi warikuy hh🤣🤣🤣🤣🤣
Najew😅
😂😂😂😂
Lari🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤ ndagukunda uractinga bien
Wow Tony pole sana Hama amajwi muhindure vrt haribice bitavg mais ❤❤🎉
Amajwi arih nn turabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Murabizi pMukomeze muteze imbere igihugu cacu
Ndabakunda cyane ni❤❤❤❤ ark amajwi haraho agera ntiyumvikane
Nanjyeu rari ndamukunda❤❤❤
Harimo Aho bitavuga Ariko 😢😢🎉🎉 big deal courage
Mugomba muducintege kwatamajwi muriko mushiramwo muduhe amajwi ❤❤❤❤❤❤
ubundi yavuze ukuri kwuzuye pe
Murashoboye❤❤❤❤
Angelieeeeee mon amour cherie ukina neza cane kand ndagukumbuye ❤❤
Ndi murukundo namwe disiiiii kandi mukina neza🥰🥰🥰
Ndimurukundo namwe vrm😂❤❤❤❤ ndabakunda ijoro ryokuwagatandatu kbx nihejuru hachoboka❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Hhhhhhhhhhhhhhhhhh😢😢😮😅😅😊harabavye Toni cha
❤❤🎉🎉🎉🎉❤ego madame mubaze cha❤😮🎉😅😅😅😢😢😅😅
Mubikoraneza
Muratunezererez kl,mubandany niyikurikir❤️❤️❤️❤️
Waoo good thanks guys 🎉🎉❤❤❤ good guem ❤
lari lari lari ☑️☑️☑️☑️✍🏻✍🏻✍🏻✍🏻✍🏻✍🏻arakaze cane mbeg urugo kubwizanu ukur nivyamber ese Rosine bizogend gut ukomeze kwihish🤛🏻🤛🏻☑️☑️✍🏻✍🏻
waooo cakora angeli araz kw acting nkumugore
Lali Lali Lali courrage❤❤❤❤🎉🎉🎉
Aaahaaa ibint bikomez kuryoh ❤❤❤
Mwatwimy amajwi nukur mukosor murazikomurabant bac🎉🎉🎉❤❤❤
Tony bwizukuri umugore waw aragutahura
Thanks gus amajw mwayakuyemw hanyum ntibiz bisubire❤❤❤❤❤
Amashusho nimeza ariko amajwintasohoka
Well done, much❤❤❤
😂😂😂😂 sasa 😂😂😂 nn nyen eeee uramunya arigusa 😅😅😅 ariko bidakenew kurandira kuri Rosine 😅😅
Akanengeee kamajwi mukosoree pee
Ndayicunze nukur nimuyishireko ahakubera ndi murukundo niyi movie ndayirindiranye igishika kuk nday❤ cane
Mbwira Sha nimba Nemerewe kukubona wambaye Ubusa ni giki ntemererwa gusuzuma muri fone yawe We Lary Sha. Hejuru Cane❤❤❤❤❤❤
Prt 5 turayikeney bashaaa gus nyn nd❤❤❤
Ndabakunda cann naj mushigikire kuriyi Tv
Ikigice mugisubiremwo ndabinginze kuko muranduhomneje 🧎♀️🧎♀️🧎♀️🙏🙏🙏
Lary ndagukunda ukuntu wactinga vrema❤
Jewe ndimu❤❤❤❤❤❤❤ niyi serie ❤❤❤❤❤❤❤❤
Plz zamuraduha ivyumvikana❤
Murabe mukosore ayo majwi atavug vrt m ❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤ gusa nta jwi ririmwo
Kure cane beza bacu ndab❣️❣️❣️❣️
Turabakunda cyane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 nuko mwatwimwe amajwi
Koresh umwany ndahagez nimer 3 abaz nyum like mur rwarukund❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢
Nimba muzoyidusubiriramwo 😂😂😂 amajwi
Muratugifiy nabikoharibicebita vugamuyisubiremo muzobamukoz turabakunda ❤❤❤❤
Koresha umwanya ♥️♥️♥️♥️♥️🤛🤛🤛
Ndaryoherwa cane ukuntu twatanguranye turi bake ubu tukaba twariyongereye kure cane niho mbopfurije❤❤❤ muzompe amahirwe nanj yogukina
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Very wonderful 👍👍
Lali 🎉🎉🎉🎉🎉
Rosine yabay ishetani nukuri tonny ihangane hm courage mwakiny neza🎉🎉❤ hm tony uzoz urafat amajwi rosine kugr uzoronk urubanza 😢
Iy movie wallah itanguy kumbabaz yoooooooo Rosine wallah ww sinz ivyae pe muzoshiranako nab bagore Kevin w numuhemu 😭😭
Nukuri ikigice ca4mukwiye kugisubiramwo ntavyotwunva😢😢😢😢😢❤❤❤❤
Muz mura control amajwi
Ego. ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
series nziz cane❤❤❤
Big up sanaaa🎉🎉🎉
Non mwebwe mugir kux mudutevy mwoger mutwimamajwi kok ❤❤❤❤❤❤🎉🎉
💪💪💪💪💪💪 Lali Lali Lali ❤ courage courage
Hy mukin bn san 👊👊gus voice 🙄🙄🙄🙄courage ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Wao my favourite series
❤❤❤❤mukosore akabzo kamajwiii
Hariho ibitagira ijwi vrt
Wowo🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Film irabishe,murebe ico gukora kubigendanye n'amajwi sinon bitabaye ivyo biragiye kuba bibi.
Narije niruka 😂😂😂😂na ryotew kbx
muradufise kbx❤
Mudutabare muduhe épisode ivuga🤭🤭
Rosi urakina pe ikimenyetso kirenga kimwe😂😂😂
My favorite movie❤❤❤🎉🎉🎉

Muwuge cane❤❤❤❤❤
.

Murabizi p
Mukomeze muteze imbere igihugu cacu