Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
I love my President for sure Afise vision niko yigisha abatumva pee
9999
Imana igukomeze
Imana Igushoboze Ivyovyose Uvuga mutama wacu turakwemera
I like Neva ni Umukozi kbsa
Imana yawe ihorane nawe kandi ikutuzigamire nyakubahwa president wacu turagukunda iki kiyaya cimbo kiramera caane ivyo kucubakamwo mwobihagarika aba Kirbato twese tukacahukamwo n'amaboko mama machine arima akavomera ici ryoose tukimbura amezi 12 kwi 12(nacanecaneko iki kiyaya haribiterwa urima amezi3 ukaba wimbuye) tukazana utu usine twokubihingura inzara ubukene kutagira akazi noguta igihugu twozosigara tuvyumva nkumugani natwe twozokuguma inyuma ramha komera.ibintu vyo kudindiza ama service bihagarare mutama wacu tukurinyuma goose
Imana ibakomeze babwire bumve abatashoboye basezere kare
Uvuz ukuri,president Imana ikujimbere naj mpora ndabi vuga
Nyakwubahwa tange akarorero abadashoboye kwubaka amagorofa babirukane hera harya kuri bata reta niyubake inzu ndende hanyuma abandi bayikwirikize benezo boccupent hasi reta nayo izo hejuru niho igihugu cosa neza ehe isoko vyananiranye
Jew mpora nibaza umenga Uburundi niho bukironka pres,akunda igihugu aho ama barabara yose yahindutse binogo ukibaza abandi ba mubanjirije ukibaza ivyo barimwo bisumba kubaka ama barabara n ibitaro
Broblems,benshi n ibinebwe muba kozi ba leta,ariko mubigenga ubuzi baka bukora neza cn!
None nyakubahwa fata ingingo vyihuta icokiyaya bakirek kibicokurima
Evariste numukozi kabisa Kandi imana imuzigame tumurinyuma murivyose
Ufite ibitekerezo byiza rwose
Bakuruguture 🦻
Wubahwe sogo,bandanya ukebura abobanebwe, badukorere ,arikokandi ugwaruka rurashonje nimydufashe mutwigishe mutume ababinonosoye badukaburire ubumenyi, batwereke iyokazoza Kacu kazova,niharambe Burundi n'abarundi murakoze
Ukiri kwemejwe ntahantu himbuka ibirimwa ngo nukubbaka amazu wirambire cubahiro
Komeza Mutama ubukanure.(subscrib) aho kwifoto kugira nanje mumiaka irimbere nkore ibikora inka lazz R Chanel
Uwo agira akugwe birumvikana
Irambire mutama
Komera mutama
Dukore munzara no mubukene muta
Babwir
I love my President for sure
Afise vision niko yigisha abatumva pee