Uwurongoye indero mu Kirundo arategekwa gusubiza igiturire c’amafaranga 300 000
HTML-код
- Опубликовано: 8 дек 2022
- Abategetsi bo mu Kirundo barasabwa kureka guhohotera abo barongoye. Vyasabwe mu nama umushikiranganji wa Mbere Gervais Ndirakobuca yagirishije Abanyakirundo ku wa kabiri w’iyi ndwi. Gervais Ndirakobuca akaba yavuye aho mu Kirundo atunganirije bamwe mu banyagihugu bamwituye bavuga ko barenganijwe.
Imana imuturagirire.-
❤
Nico ngukundira Mr. Ndirakobuca.
Ko muterekanye ico premiere ministre yavuze kuvyerekeye abo bishe. Niyo ngorane ya tele Renaissance.
Nivyo ariko impinga iracari ndende mugerageze iburundi hari ibibazo vyinshi bikeneye umuti wihuta
On a l'impression que Notre Premier Ministre travaille seul.-
Arayadahwa