Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Gusa muburundi ukokuntu baguma barungik abakobwa ino bababika kur OFC sivyo kandi turavyiyamirije Uzi amakuba barikubon kur office 😢😢😢
Bari kubihagarika nukuri😢😢
Mugisha wew amakur umaze kubona nimenshi vrt wew rondez izo association zibarungika babakwirikiran ataruko umukuru wigihugu abihagarike burundu kk Mugisha umuntu atoroka bivanye nivyo uba waciyemwo😢
@@AaAa-wz6wy none ayo mashirahamwe sabari mu nzego president ugira ntabizi rek wewe bamaze kurya inoti biba biheze
None ugira babarungika kunguvu ataribo babishaka?
Nomufata nkamuhondagura
Mukamuhushura nyamba babaroze vrt nimubomore urugi ikiba kibe uwomugome wumugore mwari kumukubita kare nimukerebuke iyi nisaudia
Nukuri Imana iguhe umugicha urumuntu mwiza
Yooo Ni hatari .Soudan vrt ndabazi aha Mur Kenya Niko bagafuye . Basha nimufatane munda.mwiganzure mwikure umwasi.
Vyukiri abarundi bakibashikana mur office ntanumwe asubira kubakurikirana😭😭😭😭mana reta nize ivugira abakozi☹️☹️☹️☹️
Rekareka mugisha ayo naboneye ino saudia Deje uko yambariye ndamutabaje naciye mpitamwo gutoroka😢😢😢😢😢😢😢
Duh mtihani
Aisha we nyimba worohew wibaz ngo bose ni nkaw wew avugira bos
Icombona ofise zuburundi zishigikira sawudia ati gt? Abatabarije na dine kwizere barapfunzwe kuko ofise zibarungika ataco babivugako mugisha imana ikuzigame uradufasj urarwanira abarundikazi uzuhoreho ibihevyose❤
Nimwigir mubarabar😂😂😂😂nihatar 😂😂😂😂twitoroker😂😂😂😂😂Daniel abay kure uw musudaan as n zeege😂😂😂
😂😂😂 Basha turabatoroka uzingene badufatanabi abasudan basanifuk
Yoooo manaw Nadine nuko yabay ñukur Imana nimurngere 😭😭😭😭😭😭 bas nibamurungik atah ñukur.
Shukurani baba😂😂😂uwutarakora mubarabu azombanze
Mugisha ndakwemera ❤❤❤❤ nibitahire
nibareke kujayo! neva abafashe kuko uburundi ni muri edeni! haaa!
Ariko ubujuju bwa bagorewe ubu murabantu muganuko murananirwa ku mukubita nta soni umuntumwe ku bagore batanu ni mumwikureko nyarutsa😢😢😢
Jew jenyene nomwibohera nkamuha isomo
Ni bamukoranire,bagikubite ico kigesera
None Jewe sinakubiswe nzira kwo natanze code ya wifi.yo kwase wa mabuja.😂😂😂😂 nihatari ubuzima
Abarundi narabonye baraduhahaza kuko ntabandi babikorera atiri abarundi.
Nukuri Dani aranwengeje ngo nimucemwitorokera ngo zobafasha Dani nyibwirire nitorokere jewe😂😂😂😂😂I
Nkuwo waturonka bagashakako ama % ubona ingene bayaronka baryamiye umunani😭😭😭😭😭
Abarundi nimucubwenge kuk nijambo ry'Imana rivuga ngomugendane ubwenge
Non ububuzim turondera ga mana ninde yabutaye 😢dutabare yesu wanje😭😭😭
None muri bangahe aho muvuga ko abafata nabi mufate mumubohe abananiye gute ko mwikengereza kandi nawe nyene yagiye kurondera nkamwe. Namba yarabaroze
Nukuri jewe ntanguvu mfise ariko ndabarahiye twomwica kbc😢😢😢😅
Sha nanj ibibintu birababaj cane
😢😢😢😢😢 birababaj basha😢😢😢
Oya ikosa siryababakozi babarundi hubwo nababajana atababosi bafise babatwara muri contrat nimubavugire muburundi umukozi azozaza afis inzu ashikiramwoham wo
Ahubwo botuma bitahira kuo nomwibarabara nukuri ntacoroshe vyose namabi masa vraiment😢😢😢😢😢😢😢
😭😭😭😭imana ibolohereze jamani
Daniel abatagushigikir kwukukur urikuravug nabakozi nabakoresh bakora muray ma offici daniel coulage imaniguhumugish
Ark manawe 😭😭😭😭😭dutabare nukr
Aho iyo aba aba kenya mwari kumva inkumbi eee yaguy ngaho
Ningorane abarundi mushaka mwijojuka mukareka ubujiji ubujewe narasinye ingerekuyindi unkoreye ineza nzokora ineza unkoreye inabi nzokwishura iyindi Kwanza ndababaye abarundi ahobarihose bamabatotezwa sinobabesha 😢Jew ndababazwa nibikorerwa abarundi😭😭😭💔💔
Nihatal birambabaje kbx sha numva icompa uwo musudani bomunkurako nanje namumemye umutwe bagatuma bamfunga nkazira ico nakoze
😢😢😢
nukuri kw'Imana ntiyonkubita uko mbega nibiki ko mutigwanira?ni mubure guca ubwenge mukanure
😢😢😢😢😢manayajy
Atik man ngi gukubit hhhh mb nkuwonkorah ntiyob ahuy na chetan nishav mb nifitiy nomumomor kbx 😂
Ahubwo abantu I atanu bakabanesha🎉🎉
Abarundi turacafatwa nabi mu gihe abarundi batagize ngo baronke rwabo ma office ntaco mbona bariko bakora nukwica Uru rwaruka rwacuu 😢
None Ni kuri office canke ni kwijaza?
Ni gute abarundi baca mu ma bureaux ata barundi bakoramwo ?Leta nkozi njuju !
Justine Burundi Daniel nukuri uragukunda ukuntu witwararika Abantu bari Saudi nukuri nta office nimwe uzotabaza ngo ubone ubutabazi ahubwo umuntu azubwenge ubonye habavye ihute mwibarabara uwubonye wese nti nshaka police igipolisi kiratabara kuruta office
Ah iy mumukoranirako mukamutwika naw vyabatwarik sh zamurek kujujuta nukr ubon uwanyu atopfa mur ingah cubweng wabagoremw nabakibw
Ntaco badufasha abo bantu bokuri Office ino saudia urigwanako imana yonyene niyo idufasha
Mubarabu ntihereye Bose kand mubarabu iyowigize intama baguhonyora kumutwe
Sh uvuzukur utekerej bakubon nkijijuj utekerezw gukar bakabonak naw ubukaz sh j ntavyameny nahonkor ntakan dutweng imis yise wp kk tuban ninyamansw
Nukuri birababaje cane nimugire icomukora mubafashe
Barashonje
😂😂😂😂😂birabavaje cyan mugire icomwokemura nayahandiho abarundikazi bacu bagiye gupfa
abanya afrika turankana twararozwe! bankanira nomubarabu koko! birantangaje!
Kubwiyo mvo ndamubwiranti ubona kwakazi karangiye iwawe harabandi bakigafise ndungika Office umudamu nakorera muri contrat nahatswe gato gutoroka musigiye isomo , mbwiswe abobanyamahanga nkamwe atarimvukira Zino ? Vraiment ?
Nukuri abarundi ducubwenge tuze turivugira umugore nkawe nukuri vyose nurupfu je noca ndamwiyahurira nkamuvunagura hama hakaba iyindi dossier munyuma kuko nugwo nurupfu
Oooo my gad😢😢😢😢😢😢
Baba bafise icobishimikiji nayahandi bomukubita Kandi barabugarana bikunda wotoroka Kandi bakubitanabi inusuyokukwica
Yoo Iman imufashe
Uwo twomukoranira tukamuvuna gura hama tukamwaka ifunguruzo arikiziga nimujinama mumukubite uwo musudani
Mugabo ababagore bagenzibacu pe ndabagaye gusa mumbabarire kubabacana mugenziwanyu mubona ? Kukimwirererako abariko babononera ubuzima ?
Abarundi twahora twanka agasuziguro non munaniwe nokumuboha uwosudani😢
Je ndumurundikazi sinshimye kuvuga izina ryahinkorera kukonije nahizanye natorotse akazi komuri contrat kandahonkorera nokurecaaane yahonahoze nkorera kuko kuvayo nugushika ohonkorera Ubu nahagiye hafisaha zitandatu ndi mumodoka
Jewe nosungara kurayo mabere urazi inowigizikigugu bakunyako jewe oman bagombakunkubita cotra yaraheze none ngo 😊ngumenkora nashaka gutaha namubwiwe bos wa ankozeko koncandamumenamagara yaciyantinya kubinokwaho wigirumusazi nihobakwubaha
Daniel iyo oficc iri minoir buterere kur elfaed
Nimugende mwi barabara mwese turabe ko bandahomba aba sudani nabicanyi
Indwi mumisi itandukanye babanya Uganda n'a Banyakenya umwe muribo yatabawe nigiporisi cokwibarabara imisore yomwugworuko iriko imuniga ngwapfe ngwakurikire mamawabo bavugango niwamwishe ngokuko ngwataraza ngokuhakora ngomamawabo ngontiyari bwapfe kandi yarimukumara ikiringo ca contrat , nicogituma ndikuvugati burimukobwawese turikumwe ino mumahanga cangombwa bisaba kwamukireretse uyomukozi
Kuko jewe ndaho kugi police cokwikambi nahamenyeye vyinshi ikindi ntabwo intwaro Zino zitaho umunyamahanga nkatwe ubituye nahamaze indwi 2 atakontagira mvamubiro ibinjamwabiriya hose ntibampumwanya wukunyumviriza uwuwumpayenawe akandungika mubindi biro kandahonyene batanguye kutwima imfungurwa namazi bageretseko nukodukoresha ibikorwa mwikambiyabo bataduhemba Bana twugururirako imbeho iryanino kuko hagezigihe sangwaho nabandi bakozi
Mukamutikura nibamwirerereko birabasha
Ahubwo abobakobwa nubungugu buzuye icogikuri nibocopeka nukuri
Bazi kuvuga gusa jewe wogira umuntu nkuko tuvahamwe nukuri inkoho nizo zotubaguranya abarundi muzotinya kungeza ryari
Uvuze vyo nabumunwa gusa Jew naragomoranye numwarabu 😂😂😂umusumwe
Nugutinya shaaaa😢😢😢
Yoooooo wotumutorok hakuguma murayomakuba
Batoroke ahantu batazi aho ufise uwugutorokesha saw
Kuberiki batafaniye uwomusudi namwe mukamukubita twebwe twakubise umufiripine turimuri ofice
Ash uw musudan twarikumwikubitir sha nukunt tusa sha yahurirany nabatarib
Ariko Mana ndababaye
Nibigwaneko vraiment bagwane
Ahumbwo nimureke kubarugika nn ok ubu bagenda barugitswe nareta nn iyoreta iriko yiyuvira iki
Umva nibaze bikurako abaza kubaboreza amagara yabo jewe kuvangizuko Boss ahondikonkorera , umva Ubu aranyubaha yarabonye konturirwa nimbandiko ncangaha nawe acahariya umvanukwironderera agateka nayubundi barakugirako abaribobose eka nabarikubuzi bikunze mubishoboye muze mibatorokesha mugihe ababwiye kwatorohewe kuko abataraza gukora mumazu murababarabu ufisenkakazi kokuri Office cankahandi ntimushobora kumenya ivyotuza duhuranavyo
Jew igihe kimwe narimfungungiwe kuri police hama umu etiopia akuta umuganda abarundi naganda nabakenya twaravinze habibtambara yakavuyo police iraza 😂😂niyo yadukiranuye
Vyukuri birababaj ariko abarundi turakwiye kwikura mwumwoba natwe tukaza turabakubita kuko natwe dufise umubiri
Abarund turacafis agasoni kand nivyo bituma dusuzugurw 😢ivyo wobigira abakznya cank abagande
Akokantu uvuzeniko mugisha😂😂 nibabe bacabamukoranira akubisumwe bamuhurireho nawe bamunigagure😂😂 ikibakibe gusabizoca biteringaruka kubatararonkakazi iyinobamaze kubabafise kese yaweko ugwana ntakaziwabukironse kbs urugero nkababose bashize amashushoyabo hanze ningaruka kuribo numukoresha yoguhaka yabonyenkibi 😢
Zamukura ubwoba muzomufate mumwugarane mumukubit hama ikiba kibe mwamukubis azoca azarabubaha. Muce mwiha ibarabara
Aba sudani nabanye nabo muri kenya nimba mutamuhushuye namwe azobanyako kuko barigenza ikindi mumenye kobazi icarabu none nukuki uburundi botozibira abantu kugenda mubarabu? Ese mwoba muziko abarabu batwanka jewe nama ndarwana nabo munkambi muri kenya from America
Aho nukuri bagukubise nawe kubita nanje amezi abiri angira ahere batampemba ari ibitutsi gusa bampa
Ariko ntivyahereye kuyo kukonasanze nagiye Kuri office itariyanje yandungitse kukazi kuko bisaba kubuzi izina rya office yawe ariko abakora kwiyo baciye bahamagara polic cokwibarabara nacokinshikana kuco kwikambi gusa
Nonemugumye muvugiraho wumvamukoriki menyeko abaporisi bumvirizabantu mutorokererimwe mwese
ese kuberikibizo office zitokugarwa,bazi kugsndagura ibifaranga gsa,muzobibazw
Numv inzigo nukur twomukubit 😢😢😢
Sha jew mabuja yarigeze kugombz kubigerageza ngo ankubite kandi ar'umxarabukazi,namubwiye nti ndakunyuka hamwe ucunyica,yaciye aturura munyuma acambaza ngo kufise imutima ugumye?Nanje nti jew nasize umwana wanje nza guca amahera ntagukina,basha yaciye azaranyubaha,jew rero ntamuntu yongira uko ngonemere nokunyonga kbs
Abarundi muzigukora uburaya gus ntakwiyemere mute ntimwomumena umutwe
Batoroke nukuri abasudan n'ibabi nanj ndabazi
Nurukundorukeriri mubarundi abakenya ntiwokorako numwe bakugwakobose
Ark Mana kwl mufatan Munda nukuri abarundi kwl usanga batwanka rer nikuza mufatan Munda vrmt
Biragoy mugisha ino kwihora ntivyoroshe kuko nkubu bamukubise uwomusudani akagira icab bose boc babata mugasho gusa icombon nimubavugire mubaze office impamvu uwomusudani abangamiy abo barundi non ambasande niyo kwiryamira kwidafash abarundi
Inguvu barazifis urimugihugu ataricaw witwaraneza nihatar
Ivyobigore nibiwere were nukuri umugore nkanje wontikura nkakwemerera naho yoba umuhunguno kwitako bikanca naho biciye
Ntibamufat bamutabor ntanigikomer mwamuhay😊
Ntimuze mubirererako oya nabubwabo bafise ubwoba kukobafise umubiri yabanumunyamahanga arikuguhohotera oya harinuwakubise mabuja wiwe arikumurenga ndetse akanamwicisha inzara yavuyino amagufa ubonukwateranije gusa baragiye Kuri office barabumvikanisha arahagaruka arakwiza ikiringo ubuyaratashe burundi
Nibatahe baryeduke tatarimwinduriAsia nuburayi nabanzi ba Afrika natwe twemeye kubabahakwa
Ikintangaza nukombona baziko bashikayo bafatwanabi barakubitwa ntibahembwa ntibabakurikirana arko baguma bajayo nkokuwakane nururutse mbona batonze bariko bifotoza akamwemwe arkose arkobashitseyo akamwemwe gahinduka amarira namaganya hubwo abantu twagiye kera mukinywabi hubwo nitwe twaritubayeho kurusha abasafirishwa namashirahamwe nibareke abomubinywabi bikorere
Kuberiki kwizo ufice. Badashiraho. Umurundi?? Nawe ikindi. Aba. sudan. Babashaka kwihora. Mwibukeko. Abomwibarabara bigeze kwica. Umusudan. Muvyibuke
Je naratorotse ndahamaze umwaka hafi nanusu atanafone ataniki arikokubwokurinda kwabarundi nabarundikazi narafashe ibarabara ngizuku duhura numunyamahanga nkanje arikukazi kamuzanye ino yarumunyasudani nyene wumusore arikumwe nimvukira yino bakoranakazi kukoharibintu bagenda ba control kumabarabara bakabishira muma riste narinanatabaje imvukira yino ngwimfashuko noshika Kuri office iriyankira arikuwoniwe yamfashije
Nn nimwuguruze umudyango imbugitq hama muri 5fame mukabura kumufiha muramaramaje
Iyonkoto mushobora kwemera kabakubita kuberiki? Icomubony cose tamumutwe apfe muburane nikiziga
Ahubw abarundi nibirofa iyaba abakenya bamwomeka
Sha nibara nukuri
Gusa muburundi ukokuntu baguma barungik abakobwa ino bababika kur OFC sivyo kandi turavyiyamirije Uzi amakuba barikubon kur office 😢😢😢
Bari kubihagarika nukuri😢😢
Mugisha wew amakur umaze kubona nimenshi vrt wew rondez izo association zibarungika babakwirikiran ataruko umukuru wigihugu abihagarike burundu kk Mugisha umuntu atoroka bivanye nivyo uba waciyemwo😢
@@AaAa-wz6wy none ayo mashirahamwe sabari mu nzego president ugira ntabizi rek wewe bamaze kurya inoti biba biheze
None ugira babarungika kunguvu ataribo babishaka?
Nomufata nkamuhondagura
Mukamuhushura nyamba babaroze vrt nimubomore urugi ikiba kibe uwomugome wumugore mwari kumukubita kare nimukerebuke iyi nisaudia
Nukuri Imana iguhe umugicha urumuntu mwiza
Yooo Ni hatari .Soudan vrt ndabazi aha Mur Kenya Niko bagafuye . Basha nimufatane munda.mwiganzure mwikure umwasi.
Vyukiri abarundi bakibashikana mur office ntanumwe asubira kubakurikirana😭😭😭😭mana reta nize ivugira abakozi☹️☹️☹️☹️
Rekareka mugisha ayo naboneye ino saudia Deje uko yambariye ndamutabaje naciye mpitamwo gutoroka😢😢😢😢😢😢😢
Duh mtihani
Aisha we nyimba worohew wibaz ngo bose ni nkaw wew avugira bos
Icombona ofise zuburundi zishigikira sawudia ati gt? Abatabarije na dine kwizere barapfunzwe kuko ofise zibarungika ataco babivugako mugisha imana ikuzigame uradufasj urarwanira abarundikazi uzuhoreho ibihevyose❤
Nimwigir mubarabar😂😂😂😂nihatar 😂😂😂😂twitoroker😂😂😂😂😂Daniel abay kure uw musudaan as n zeege😂😂😂
😂😂😂 Basha turabatoroka uzingene badufatanabi abasudan basanifuk
Yoooo manaw Nadine nuko yabay ñukur Imana nimurngere 😭😭😭😭😭😭 bas nibamurungik atah ñukur.
Shukurani baba😂😂😂uwutarakora mubarabu azombanze
Mugisha ndakwemera ❤❤❤❤ nibitahire
nibareke kujayo! neva abafashe kuko uburundi ni muri edeni! haaa!
Ariko ubujuju bwa bagorewe ubu murabantu muganuko murananirwa ku mukubita nta soni umuntumwe ku bagore batanu ni mumwikureko nyarutsa😢😢😢
Jew jenyene nomwibohera nkamuha isomo
Ni bamukoranire,bagikubite ico kigesera
None Jewe sinakubiswe nzira kwo natanze code ya wifi.yo kwase wa mabuja.😂😂😂😂 nihatari ubuzima
Abarundi narabonye baraduhahaza kuko ntabandi babikorera atiri abarundi.
Nukuri Dani aranwengeje ngo nimucemwitorokera ngo zobafasha Dani nyibwirire nitorokere jewe😂😂😂😂😂I
Nkuwo waturonka bagashakako ama % ubona ingene bayaronka baryamiye umunani😭😭😭😭😭
Abarundi nimucubwenge kuk nijambo ry'Imana rivuga ngomugendane ubwenge
Non ububuzim turondera ga mana ninde yabutaye 😢dutabare yesu wanje😭😭😭
None muri bangahe aho muvuga ko abafata nabi mufate mumubohe abananiye gute ko mwikengereza kandi nawe nyene yagiye kurondera nkamwe. Namba yarabaroze
Nukuri jewe ntanguvu mfise ariko ndabarahiye twomwica kbc😢😢😢😅
Sha nanj ibibintu birababaj cane
😢😢😢😢😢 birababaj basha😢😢😢
Oya ikosa siryababakozi babarundi hubwo nababajana atababosi bafise babatwara muri contrat nimubavugire muburundi umukozi azozaza afis inzu ashikiramwoham wo
Ahubwo botuma bitahira kuo nomwibarabara nukuri ntacoroshe vyose namabi masa vraiment😢😢😢😢😢😢😢
😭😭😭😭imana ibolohereze jamani
Daniel abatagushigikir kwukukur urikuravug nabakozi nabakoresh bakora muray ma offici daniel coulage imaniguhumugish
Ark manawe 😭😭😭😭😭dutabare nukr
Aho iyo aba aba kenya mwari kumva inkumbi eee yaguy ngaho
Ningorane abarundi mushaka mwijojuka mukareka ubujiji ubujewe narasinye ingerekuyindi unkoreye ineza nzokora ineza unkoreye inabi nzokwishura iyindi
Kwanza ndababaye abarundi ahobarihose bamabatotezwa sinobabesha 😢Jew ndababazwa nibikorerwa abarundi😭😭😭💔💔
Nihatal birambabaje kbx sha numva icompa uwo musudani bomunkurako nanje namumemye umutwe bagatuma bamfunga nkazira ico nakoze
😢😢😢
nukuri kw'Imana ntiyonkubita uko mbega nibiki ko mutigwanira?ni mubure guca ubwenge mukanure
😢😢😢😢😢manayajy
Atik man ngi gukubit hhhh mb nkuwonkorah ntiyob ahuy na chetan nishav mb nifitiy nomumomor kbx 😂
Ahubwo abantu I atanu bakabanesha🎉🎉
Abarundi turacafatwa nabi mu gihe abarundi batagize ngo baronke rwabo ma office ntaco mbona bariko bakora nukwica Uru rwaruka rwacuu 😢
None Ni kuri office canke ni kwijaza?
Ni gute abarundi baca mu ma bureaux ata barundi bakoramwo ?
Leta nkozi njuju !
Justine Burundi Daniel nukuri uragukunda ukuntu witwararika
Abantu bari Saudi nukuri nta office nimwe uzotabaza ngo ubone ubutabazi ahubwo umuntu azubwenge ubonye habavye ihute mwibarabara uwubonye wese nti nshaka police igipolisi kiratabara kuruta office
Ah iy mumukoranirako mukamutwika naw vyabatwarik sh zamurek kujujuta nukr ubon uwanyu atopfa mur ingah cubweng wabagoremw nabakibw
Ntaco badufasha abo bantu bokuri Office ino saudia urigwanako imana yonyene niyo idufasha
Mubarabu ntihereye Bose kand mubarabu iyowigize intama baguhonyora kumutwe
Sh uvuzukur utekerej bakubon nkijijuj utekerezw gukar bakabonak naw ubukaz sh j ntavyameny nahonkor ntakan dutweng imis yise wp kk tuban ninyamansw
Nukuri birababaje cane nimugire icomukora mubafashe
Barashonje
😂😂😂😂😂birabavaje cyan mugire icomwokemura nayahandiho abarundikazi bacu bagiye gupfa
abanya afrika turankana twararozwe! bankanira nomubarabu koko! birantangaje!
Kubwiyo mvo ndamubwiranti ubona kwakazi karangiye iwawe harabandi bakigafise ndungika Office umudamu nakorera muri contrat nahatswe gato gutoroka musigiye isomo , mbwiswe abobanyamahanga nkamwe atarimvukira Zino ? Vraiment ?
Nukuri abarundi ducubwenge tuze turivugira umugore nkawe nukuri vyose nurupfu je noca ndamwiyahurira nkamuvunagura hama hakaba iyindi dossier munyuma kuko nugwo nurupfu
Oooo my gad😢😢😢😢😢😢
Baba bafise icobishimikiji nayahandi bomukubita Kandi barabugarana bikunda wotoroka Kandi bakubitanabi inusuyokukwica
Yoo Iman imufashe
Uwo twomukoranira tukamuvuna gura hama tukamwaka ifunguruzo arikiziga nimujinama mumukubite uwo musudani
Mugabo ababagore bagenzibacu pe ndabagaye gusa mumbabarire kubabacana mugenziwanyu mubona ? Kukimwirererako abariko babononera ubuzima ?
Abarundi twahora twanka agasuziguro non munaniwe nokumuboha uwosudani😢
Je ndumurundikazi sinshimye kuvuga izina ryahinkorera kukonije nahizanye natorotse akazi komuri contrat kandahonkorera nokurecaaane yahonahoze nkorera kuko kuvayo nugushika ohonkorera Ubu nahagiye hafisaha zitandatu ndi mumodoka
Jewe nosungara kurayo mabere urazi inowigizikigugu bakunyako jewe oman bagombakunkubita cotra yaraheze none ngo 😊ngumenkora nashaka gutaha namubwiwe bos wa ankozeko koncandamumenamagara yaciyantinya kubinokwaho wigirumusazi nihobakwubaha
Daniel iyo oficc iri minoir buterere kur elfaed
Nimugende mwi barabara mwese turabe ko bandahomba aba sudani nabicanyi
Indwi mumisi itandukanye babanya Uganda n'a Banyakenya umwe muribo yatabawe nigiporisi cokwibarabara imisore yomwugworuko iriko imuniga ngwapfe ngwakurikire mamawabo bavugango niwamwishe ngokuko ngwataraza ngokuhakora ngomamawabo ngontiyari bwapfe kandi yarimukumara ikiringo ca contrat , nicogituma ndikuvugati burimukobwawese turikumwe ino mumahanga cangombwa bisaba kwamukireretse uyomukozi
Kuko jewe ndaho kugi police cokwikambi nahamenyeye vyinshi ikindi ntabwo intwaro Zino zitaho umunyamahanga nkatwe ubituye nahamaze indwi 2 atakontagira mvamubiro ibinjamwabiriya hose ntibampumwanya wukunyumviriza uwuwumpayenawe akandungika mubindi biro kandahonyene batanguye kutwima imfungurwa namazi bageretseko nukodukoresha ibikorwa mwikambiyabo bataduhemba Bana twugururirako imbeho iryanino kuko hagezigihe sangwaho nabandi bakozi
Mukamutikura nibamwirerereko birabasha
Ahubwo abobakobwa nubungugu buzuye icogikuri nibocopeka nukuri
Bazi kuvuga gusa jewe wogira umuntu nkuko tuvahamwe nukuri inkoho nizo zotubaguranya abarundi muzotinya kungeza ryari
Uvuze vyo nabumunwa gusa Jew naragomoranye numwarabu 😂😂😂umusumwe
Nugutinya shaaaa😢😢😢
Yoooooo wotumutorok hakuguma murayomakuba
Batoroke ahantu batazi aho ufise uwugutorokesha saw
Kuberiki batafaniye uwomusudi namwe mukamukubita twebwe twakubise umufiripine turimuri ofice
Ash uw musudan twarikumwikubitir sha nukunt tusa sha yahurirany nabatarib
Ariko Mana ndababaye
Nibigwaneko vraiment bagwane
Ahumbwo nimureke kubarugika nn ok ubu bagenda barugitswe nareta nn iyoreta iriko yiyuvira iki
Umva nibaze bikurako abaza kubaboreza amagara yabo jewe kuvangizuko Boss ahondikonkorera , umva Ubu aranyubaha yarabonye konturirwa nimbandiko ncangaha nawe acahariya umvanukwironderera agateka nayubundi barakugirako abaribobose eka nabarikubuzi bikunze mubishoboye muze mibatorokesha mugihe ababwiye kwatorohewe kuko abataraza gukora mumazu murababarabu ufisenkakazi kokuri Office cankahandi ntimushobora kumenya ivyotuza duhuranavyo
Jew igihe kimwe narimfungungiwe kuri police hama umu etiopia akuta umuganda abarundi naganda nabakenya twaravinze habibtambara yakavuyo police iraza 😂😂niyo yadukiranuye
Vyukuri birababaj ariko abarundi turakwiye kwikura mwumwoba natwe tukaza turabakubita kuko natwe dufise umubiri
Abarund turacafis agasoni kand nivyo bituma dusuzugurw 😢ivyo wobigira abakznya cank abagande
Akokantu uvuzeniko mugisha😂😂 nibabe bacabamukoranira akubisumwe bamuhurireho nawe bamunigagure😂😂 ikibakibe gusabizoca biteringaruka kubatararonkakazi iyinobamaze kubabafise kese yaweko ugwana ntakaziwabukironse kbs urugero nkababose bashize amashushoyabo hanze ningaruka kuribo numukoresha yoguhaka yabonyenkibi 😢
Zamukura ubwoba muzomufate mumwugarane mumukubit hama ikiba kibe mwamukubis azoca azarabubaha. Muce mwiha ibarabara
Aba sudani nabanye nabo muri kenya nimba mutamuhushuye namwe azobanyako kuko barigenza ikindi mumenye kobazi icarabu none nukuki uburundi botozibira abantu kugenda mubarabu? Ese mwoba muziko abarabu batwanka jewe nama ndarwana nabo munkambi muri kenya from America
Aho nukuri bagukubise nawe kubita nanje amezi abiri angira ahere batampemba ari ibitutsi gusa bampa
Ariko ntivyahereye kuyo kukonasanze nagiye Kuri office itariyanje yandungitse kukazi kuko bisaba kubuzi izina rya office yawe ariko abakora kwiyo baciye bahamagara polic cokwibarabara nacokinshikana kuco kwikambi gusa
Nonemugumye muvugiraho wumvamukoriki menyeko abaporisi bumvirizabantu mutorokererimwe mwese
ese kuberikibizo office zitokugarwa,bazi kugsndagura ibifaranga gsa,muzobibazw
Numv inzigo nukur twomukubit 😢😢😢
Sha jew mabuja yarigeze kugombz kubigerageza ngo ankubite kandi ar'umxarabukazi,namubwiye nti ndakunyuka hamwe ucunyica,yaciye aturura munyuma acambaza ngo kufise imutima ugumye?
Nanje nti jew nasize umwana wanje nza guca amahera ntagukina,basha yaciye azaranyubaha,jew rero ntamuntu yongira uko ngonemere nokunyonga kbs
Abarundi muzigukora uburaya gus ntakwiyemere mute ntimwomumena umutwe
Batoroke nukuri abasudan n'ibabi nanj ndabazi
Nurukundorukeriri mubarundi abakenya ntiwokorako numwe bakugwakobose
Ark Mana kwl mufatan Munda nukuri abarundi kwl usanga batwanka rer nikuza mufatan Munda vrmt
Biragoy mugisha ino kwihora ntivyoroshe kuko nkubu bamukubise uwomusudani akagira icab bose boc babata mugasho gusa icombon nimubavugire mubaze office impamvu uwomusudani abangamiy abo barundi non ambasande niyo kwiryamira kwidafash abarundi
Inguvu barazifis urimugihugu ataricaw witwaraneza nihatar
Ivyobigore nibiwere were nukuri umugore nkanje wontikura nkakwemerera naho yoba umuhunguno kwitako bikanca naho biciye
Ntibamufat bamutabor ntanigikomer mwamuhay😊
Ntimuze mubirererako oya nabubwabo bafise ubwoba kukobafise umubiri yabanumunyamahanga arikuguhohotera oya harinuwakubise mabuja wiwe arikumurenga ndetse akanamwicisha inzara yavuyino amagufa ubonukwateranije gusa baragiye Kuri office barabumvikanisha arahagaruka arakwiza ikiringo ubuyaratashe burundi
Nibatahe baryeduke tatarimwinduri
Asia nuburayi nabanzi ba Afrika natwe twemeye kubabahakwa