Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
😢😢😢😢😢ndakuzi wa francine mukigo munyabugete kbs twarasafiranye kbs
Pole sana ukavyemera bakagukorera opération bazokurokora amafyigo hamwe uzoshika muburundi ucupfa Saba utahe
Jewe ikintu numva nimba usanga nuseng hama bakoper ivyo nivyo twishiramwo ereg sibose bab har nabatakuvuz hama wanke kuvurw? Nuje kumavi hama wemer koperw
Pole sana ntiwemere opération
None operas ion yiki ufise ikibazo nya aki???
Duhe Numero yiwe tumufashe ikindiii avyuke abanze yipime ishanooo , niryo ryabaye ndanse mubakoziii kandiii mukugufata ubabara munutima rigendana na estoma ukibaza ngo ni estoma agasanga agwaye ishano acayirutsa vyose bicabihera ,ariko arabeko yocikana numutahee ,muburundii biragoye utagira nagatahe wopfira mubana.
Ntiwemere nibagutahane,
Mugisha nukuri ntimumuhatirize yuko bamwoperere ino nukur nibeshi Bama bopereyino bakabakuramwo vyangombwa vyumubiri😢😢😢😢😢
Yiooo jew ikint mbon nkuko avyivugiy nimumureke hemwe bamurihire ndabasavye☹️☹️☹️
Iman igtbr cn mwenewacu humuracn iman irakubn cn mwenewc
Ntiwemere kobakopera
Nti yemera bazomugira nka wa mukobwa yari muri omani bamutahanye arikiziga ashitse muburundi baravye basanze bamukuyemwo umutima ntu korwe abo nabicanyi😢😢😢
Ino bakugiriye operation uri mu mahanga rimwe na rimwe baca bagukuramwo amafyigo ,umutima ugaca upfa cank bakakurungika kugira ntubapfireko.
Basha urondere uku tu wataha a babantu ni bikoko naho woba ugwaye baragukoresha sa bantu ni bikoko
.abantu barungika abantu ino kuberiki umuntu agize ikibazo batamufasha bashira imbere amahera
Ntiwemere
Natahe kuko urumva iyo hataba umwana ntibari nokumuvuza kuko ikibazo ciwe ndakizi ubwo burwayi bwatewe nukuntu afashwe.bashaka bamubage bigaruze amafranga bamutangiye mubihimba vyiwe.
Ariko rero jew ntabesh nukuri barayinkoreye operation ndamaz imyaka itanu bayinkoreye ndakomey nez can kandi ikindi ico kintu kivurwa ntaco nokwemez kuko ntaw babikuyemwo nabonye
.bakwiye kwikebuka aba ajenti biburundi nibahindure imitima
Yoooo mana yanje ayamahanga tuxoyaboneramwo vyishi
Nn operation niyigitigu niyibiki ni munda nakurubwoba nibamuvuze akire abandanye akaz nibeshi bavuze ntavyangombwa bamukuramwo namwe murashikuz ugiy aho kuvuz ubutomboy
Niwemer mukobwa taha mwan urakin nabarabu ukarab nabi baragukura amafyingo nikuberiki bagum bakubwir tusubir gwamugang
Yooo mpore mugenzi imana ikube hafi kandi igukize
Nukuri nimumufashearabek yotaha kuk ivyarik aravuga nivyo bagukoze bagukuramwo ibikomeye bakagushiramw ivyapfuy kuki dufise beshi twabibonyek badhitse muhira baca bitab imana nukur mumufashe
nanj nimushir muri group
😭😭😭😭😭😭nibagutahanentiwemere
😢😢😢😢😢😢😢😢
Amagara.arutamajana.ntuvyemere.ahubwo.bagutabarize.witahire.
Nyamb agway igitigu naze arafata itomati zibisi afangany nibitunguru vyagahama acaheb kurya umunyu nukurya amavuta ivyo birafash mugih akirindiriy kobomutahana hama yesu akub hafi kuko ntivyoroshe
Yoo por sana
Natahe bomukuramwo ivyo asgrny bikomeye
Gusa hariho uwo bagiriye operarion baramuvuye neza arakira neza
Nibamurihire atahe kuko iyarway bategerezwa kumurihira kuko umuntu avurirwa iyo ashaka
Ahubwo ntibkomeye ahubwo umazegukwiza amez 3niho wemerew gutaha kuk ivyabo mubamwahezanije nibakurihir witahire amagara asumb amajana
🎉🎉😢😢😢Yoooo
Rekubwoba nibakuvure
Ayomakuru yuko. Babakuramwo ibihimba ninde yabibabwiye ko mwibwira ibintuu irya mudame ava mumaramvya niwe mwabonye ,hama mukwiragiza inkuru ngo bamukuyemwo ibihimbaa ,haaaaa
Ntamakuru ufise
Urabon ivyo ufyin mbeg ibizig vyam bic ngaho vyaba kenye bavug ko babakuyemwo amafyingo
Aha mubarabu ugwaye ufashwa abagenzii numuntu akubwiye ngo taha uwomuntu ntacaba agufashije ,abakozii benshi baragwaye harumuhungu haryari ishano ryarii rimuhitanye Kandi nawe bagira bamugirire operation ,kumbe nishano imitiii yayeretswe nabagenzii estoma imiti yoguptupfahaza,igitiguu nukooo kandii ivyo wifashisha biri harya mugikoniii hanyuma ibindi ugaheba ukavyirindaa nuko iyugwaye utati mugihugu ciwanyu uragerageza ukiyumviriza tweho twikan Disha umunyuuu ariko umuntu akubwira ngo taha. Ntaco abagufashijee not burundii uzojakwivuza ubanje kuja kuyacaa mwitashaa
Twebwe ntabwoba dukorerako a bamaze kugirigwa operation bangana gute wewe uriko uramuhanura umufashije ikii ko wumva amaze6mois namadeni baza ko abo bashasha aha twaje guhanganaa , ,warigutuma umubwira atii umugwayi agwaye iyondwara yirinda ibiii akirinda gufungura ibiii akihata gufungura ibiiiii ,ivyo vyose biri mugikoniii nutuntu avangavangaa,, akaza ariyumvirizaa , ,uko amerewe ,mbega abatashe bakoma induru kombona birigwa barayikoma ngo tubashakire ubuziii zandwaraa zabatahana zarakizee ,?
Yooo nibamutahan abantu bino bari nikibi bavura Kimwe bakica ikindi
Iyooo bagomba kugukuramwo ibihimba ntiwemere
Nihatari nukuri ndahazi icokigo nicomuruziba kwa faizi
Nukur ntiwemer ko ubarw ub isok ihar niy kugurish ibihimb ham nibakurungik Utah mama wanj 😢amagar arut amajan abarab ntampuhw kwel 🤔🙄ukaz wumv harabavug ng jew ah nkora ninkomuhira mxiiiiiiiiiiiiiiiiii mbuz UK nimyoz 😂 umwarab mukundana kuber akaz kiw ng mb ahant hez heza Arik man nimb ub ahant kuk batokwemer kumesuran impuz zaw nizab 😂😂 hhh abant mwipendekez kubarab mury mugabany sha 😮por disiiii ibaz ko ntanico mwar bwapf Arik kuber urway nukwez yans kukurih ibaz vrt😢😢 abarab numwan nzosiga tu 😊
Senga ntibakoper ntacananiyiman uyisenge uyizey
Bit
😂😂😂😂❤❤
Tubwire natwe dutwenge hewe hano mbona atankuru itwengeje ihari nukuri
Manawe nibagutahane
Baca bagukuramwo amafyigo hewe
Uwo mwarabu ari Nyabugete arazwi nigihugu cu Burundi? Yitwa nde amazina yose ?uyo mwarabu afise Agence yokujana abana bu Burundi Arabia Saoudite yaronse uruhusha rwa gouvernement yu Burundi?
Nagira mwamutaha ivyanivyo asaba izina ryumwarabu sico kibazo cazinduye francine
Ubwenge bwawe sikirenga kbsa ivy bibazo ubajij wumv bisa nivyo twipfuza turiko dutabariza uwugwaye
Natahe azovurirwino iwacu muburundi
Ivyiyo hanje wap kbx ntiyoba akirumuntu
Ima imucire inzira
None ikibazo?operation yohiyo hamwe ni ticket itahana umuntu arwaye atakamba gutaha nikihe kizimbutse?
😢😢😢😢😢😢😢
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢