Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ewe Daniel nukuri ufise akazi gakomeye kweli,Imana igushoboze kabisa
Daniel uwiteka aguhezagire aguhe ibirara hanze nomunzu ndakwipfuriza kuramba❤❤❤❤❤❤
Daniel wew urakunda aba dada bacu ukwiye kuba umukuru wigihungu kk wobotabara igihungu
Imana iguhe umugisha mugisha weee nda❤❤
koméra Mutama udutabare nanje umwanya wose ndakurondera ncarikurondeza
Imana izoguhembere ibikogwa vyawe
Imana imutabare
IMANA ibandanye kukuduhezagirira,kuko utwipfuriza ivyiza ivyo mudusabira tuzobironke kuk biragoy vne
Yooooo manayanj ivona ahur iman ikugwanirir 😢😢😢
Urarishinga mugisha kukonidanger baramerew nabi pe
Yallah nyagasani. Amworohereze basi abe akiriho
Uze ubabwira bagishika mu kazi bahite bohereza location kugira uhite umenya agace arimwo
Imana iramubona
Mbaye uwambere
Yooo namumenye nukur
Nukuri imanizoguhembere uwumurimo ukora wakirabose udacaguy ugafasha umuntuwewese akwitura
Arik man 😢 abarab iman irababon sinkabo nyen babarungik ukameng barungits impen sh wap kbx 😢ikind nac ninkab nyen baz tuba twababwy arik bakibaz ng ninzig duft ng ntidushak ko baz kuronder ubuzim rek baz barabon jew nkicomp inzir insubiz muhir nzorind pfa ntiyumviriy ibibihug ewan niman izibindind mwizin rya yes 😊
Sha nukur uvug nk jw IMANA yomfash nkatah amahoro nzory ivyombony sinzosubir kugaruk mwiy mihambwe
😢😢😮 nanj nuko@@majedalotaibi9350
Turagowe😭😭😭😭😭😭
Babwire bonyeNE BAze bagira amaGROUPE NKATWEBWE,UBU TWACIYE DUFUNGA GROUPE YA ARDAWISHI,UBU TWENYENE UBU TURARONDERA VYANKA VYAKUNZE,NAKA ARIHE AGEZEHE??MUGISHA NIBADUHE ISHIRAHAMWE. RIDUFASHA ,KKO AHA DUTUNZWE NI MANA YONYENE😢😢😢
Nigoran gus😢😢😢
Nukur Ico Nico ishirahamwe nukurikor nukur ntibyorosh
Offici yitwa truste man pow agence
Baduhana. Batwikurak9. BavugokoBatazoza. Gupagasha. Mubihugu. Vyiwacu
Omani ivyo ntavyo bokora kuburyo bakwaka fone ķwel. Nanje ukwezi kumwe nokwihangan̈a buriya bampevye nobereka kwel
Jewe namaze umwaka namezi umunani ntafone mfise barayinyimye ngo fone zirazimvye cane sha harya uvuga ntuba urabona
Manayanje nikibazo
Rirakenewe kuko ntivyoroshe
Uyo mwabaro nuwo kwa fabie niho twese twaciye ikigo kiri mukibenga offici nayo aho bakorera ni mur ville impande yahahoze leo yakera
Yvonne urambbaje 😢
Mumpe no ya nyirabuja
Ano bavuga ngo amakosa jya ubareka ntibakakugore

Baduhana. Batwikurak9. Bavugoko
Batazoza. Gupagasha. Mubihugu. Vyiwacu