Saudia- wamurundikazi Muhorakeye Raissa yatanze Show asigiye impamvu yipfishije kandi arimuzima

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 янв 2025

Комментарии • 75

  • @Thacie
    @Thacie Месяц назад +3

    Huuuu none harumuntu yogushiramwo ipamba mumazuru utavyumva🤔🤔🤔

    • @Angependo9141
      @Angependo9141 Месяц назад +2

      Bishobora gukorwa na terefone nokukwambura impuzu bakakwanikira urigusa wangu

  • @Frdos-i3r
    @Frdos-i3r Месяц назад

    Daniel. Aratwengeje😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 😂😂😂😂😂

  • @MauwaalimasiAlimasimauwa
    @MauwaalimasiAlimasimauwa Месяц назад

    Uyo bwana anae pigiwa sim aiko njo mwenye alisambazaga izo vidéo alie sambaza vidéo siyo uyo bwana 😅😅😅

  • @Frdos-i3r
    @Frdos-i3r Месяц назад

    Jewe ayoma video. Ntawonabony

  • @dianaal-e3g
    @dianaal-e3g 7 дней назад

    Yasatse kuzimangany ibi video vyarik biyerer yanikiy ubus hejur sha rer rek😅😅😅😅😅

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +3

    Yeee umvee icogitabwengeee ngw, lMANA isize ibibera hanzee munzu zabarabuu uri umutabwenge imyaka dukoze hano mubarabu ntayuzi turi kurumya imyaka 7ntabisundiii vyiwacuu birigera bija hanzee ahubwo uramaramara ,aho nuko bakugunduyee ,maramarira kumusoziiii ,burambara ubusa abandiii ubareke iyumuntu amaranaye ntabura ivyavugaa ,ibibera munzuu bizohinyuka bisohotse nkivyovyiwawe .

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 Месяц назад +1

    Numwana wamezi atatu yobonako aribinyoma nibahende abadafise amatwi namaso nubwenge

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +2

    Igitsina cagiye kwisi yoseee , nabana uzovyara nabakwe uzoronkaa ,rurya rutsina wameze bazorubona wa njijiwe nguriko unezereza umugabo, ntamakuru ufise

  • @ElissaNduwimana-v3u
    @ElissaNduwimana-v3u Месяц назад +1

    Bos barabesha daniel niwarikavugukur

  • @AkamahorochanellaChanella
    @AkamahorochanellaChanella Месяц назад +2

    Abantu murizer p,nubw yoba umugabo wanj twavyarany umwana nt photo y,ubwambur nomuha p

    • @myvenif3627
      @myvenif3627 Месяц назад

      Naj singeza barakihumira

  • @NewasSong-f7s
    @NewasSong-f7s Месяц назад +1

    Nukr iyonimitwe bagize rekeraho 😂😂😂😂😂

  • @aaaBbb-z7z
    @aaaBbb-z7z Месяц назад +1

    IMISUNDI IRIKUKAZI MURIZONOMPERA ZUMWAKA😅😅

  • @danselamalana7365
    @danselamalana7365 Месяц назад +1

    uyomuhungu arikarabesha koyatakaye yakoziki yarabwiye umukunzi wiwe atifone yatakaye?

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 Месяц назад +1

    Ewe mugish uzoca ivyananiy ngoma ivyobirara rek kuja uravyishik bikumarira umwanya wogukora ibindi vyunguka😢

    • @azozalafr4754
      @azozalafr4754 Месяц назад

      Woronka ibindi bintu vyunguka umuhereza bisumba RUclips reka reka burya uyu mwanya wose yowumara muraya matiku atanyungu irimwo

    • @Thacie
      @Thacie Месяц назад

      @@ndikumanadiane3684 ngo yataye umwanya ? Reka Reka ibi ninyungu kuriwe

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +1

    Wabonywe na sobukweeee😢😢😢😢😢

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +1

    Ngwazoryamira umugabo neza uzomuryamira neza umuha ikiiiiiiiiiii ,😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ntaco usigaranyeeeee ,

  • @WwddffDdssaa-rq3xu
    @WwddffDdssaa-rq3xu Месяц назад

    Ntera numirwa. Pe. Ivya.saudia. .namabanga...yabakorezi..

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +1

    Nububeshii none ubu umugabo fone yaciye ayikurahee , ahubwo usanga yayihaye umuhabara ayiha numugabo ,

  • @AHMADAhmad-vy3dw
    @AHMADAhmad-vy3dw Месяц назад

    😮😮😮

  • @NsabiyumvaEvelyne
    @NsabiyumvaEvelyne Месяц назад +1

    Nijewe Evelyne uwushaka wewe aze anyandikire ivyo nibimaramare jewe ntashiremwo vyose muzokwumva ukuri kuko uwo yiyishe kubera ibimaramare😂😂😂😂😂

    • @Thacie
      @Thacie Месяц назад

      @@NsabiyumvaEvelyne nuko pe

    • @NsabiyumvaEvelyne
      @NsabiyumvaEvelyne Месяц назад

      @Thacie mi nakwambia nishida ya mwanamuke kesho na mimi nakuja ace gusema ongo Dunia nikubwa ugitenda mema ugipenda mabaya inakuwa ndogo sana

    • @Thacie
      @Thacie Месяц назад

      @@NsabiyumvaEvelyne nawe uzoze ubivuge. ariko ntabwo numva ukuntu irya video yasohowe n'umuntu yamukoye

    • @NsabiyumvaEvelyne
      @NsabiyumvaEvelyne Месяц назад

      @Thacie nububeshi jewe ejo urya muhungu yaranterefonye yambariye ko hari muruku kwumunani ningorane burya ibwa irya uwizi jewe muzovyumva ko arijewe ndamwishuza ayo yasavye muzovyumva mua voici twandikiranye

    • @dianaal-e3g
      @dianaal-e3g 7 дней назад +1

      Nukur vyar bimaramar pe ahubwo arubahuk

  • @حسنعلي-ث6ظ5خ
    @حسنعلي-ث6ظ5خ Месяц назад

    🤣🤣🤣🤣Daniel bofu nduhe umuco🤣🤣🤣🤣umugab numugor barafit ubwenge nkuyo mugabo huuuu

  • @MarcellineININAHAZWE
    @MarcellineININAHAZWE Месяц назад +1

    Nihatali abantu muri murisaudia murafise ingorane kbx

  • @نادينابروندب
    @نادينابروندب Месяц назад

    Nihatar kwl Maz ntir angateb nuviriz Daniel kwl ndangukund pee

  • @siyssly815
    @siyssly815 Месяц назад +1

    Bahego umuhungu bakundany niwe yabikoze areke kubesha uwo mugore

  • @NtakarutimanaIriho
    @NtakarutimanaIriho Месяц назад +1

    Raisa ntabwo yari kwanka kwitaba Evelyne kuko nuwamwandikira wese yahita amuhamagara nanje naramwandikiye acarampamagara

  • @JoyceNifasha
    @JoyceNifasha Месяц назад +1

    Uwomuhungu hariho nuwundi yabigize baribakundanye tuvahamwe gusa ngeso iraraba ntihwera

  • @davinadona9224
    @davinadona9224 Месяц назад

    Oman

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +1

    Wariko uramwereka ubwo wameze ngo nuko ari umugabo wawe ntamakuru ufise uri injiji ikijuju

  • @gxhxyxggxgxgxy-px8ei
    @gxhxyxggxgxgxy-px8ei Месяц назад +1

    Eeee kobikaze none 😢😢

  • @WdW-cl6ym
    @WdW-cl6ym Месяц назад

    Mpore rayisa narakubonye ndakwibuka ukuntu twibaniye muhira kwa rose.narinarakubuze gusa wihangane

  • @shanthalshanthal1491
    @shanthalshanthal1491 Месяц назад +2

    Uyumukobwa kuri tik tok twarayaga avugibishegu nubund ntivyontangaza

    • @dianaal-e3g
      @dianaal-e3g 7 дней назад

      😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @irakozeRamla
    @irakozeRamla Месяц назад

    Jahiyo sha jahiyo ngo bagushize ipampa mu zuru uuuuuuuuu🤔🤔🤔🤔🤔

  • @davinadona9224
    @davinadona9224 Месяц назад

    Yivek

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад +1

    Mugisha no3kbx najee nsigaye numviriza ibiganiro vyawe kare naravyankaa

  • @MichouChalome-p4u
    @MichouChalome-p4u Месяц назад

    Kumbe kuba icamamare ntibigoye 😂😂😂😂

  • @Mike-Nixon-w5d
    @Mike-Nixon-w5d Месяц назад

    None iyo show jewe kwatayo mbona

  • @aaaBbb-z7z
    @aaaBbb-z7z Месяц назад

    ABAFISE IVYOBI VIDEO MUDUTEMWO TUBE TURISHUKIRWA 😂😂😂😂

  • @GrâceMugisha-l7g
    @GrâceMugisha-l7g Месяц назад

    Yooooooo birumvikan kl. Kd pol san p

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад

    Kuva ukora videos nibwobwambere ukora video irimwo amanyanga uwumugore afise ubwenge bwinshiii ,

  • @BitangimanaEliane
    @BitangimanaEliane Месяц назад

    😂😂😂😂 yewe tuzabona vyishi kwiyi si

  • @RoseAleose
    @RoseAleose Месяц назад +1

    Nihatar kwer

  • @CecileIrampaye-k2o
    @CecileIrampaye-k2o Месяц назад

    Ewe mugisha nukur urinakazi pe uzuhembw niyomwijur vyukur usang numugab wiw atariw yabikoze usang aruw yahay fone akabipublia nihatal

  • @OmanSinaw-r9b
    @OmanSinaw-r9b Месяц назад

    Rais yabonwe nisiyose yirongoza intoki uwo afise ubwenge bwishi kandi amahera yiwe yariwe nabahungubeshi hariho numu nyarwanda yitwa kamarad yamuriye million 2 imbereyuko aja kugira mariag uyomugore wapi nicamamare cyibitsina ntanuko amaramara

  • @MamanOdilo
    @MamanOdilo Месяц назад

    Isi igeze ahatemba kweriiii

  • @NtakarutimanaIriho
    @NtakarutimanaIriho Месяц назад

    Basangize umumuheraniye nyabuna ko wijijisha se

  • @MogshappMogshapp-l5t
    @MogshappMogshapp-l5t Месяц назад +1

    Nihatari

  • @TaDt-v3o
    @TaDt-v3o Месяц назад

    Ivyobigugu ntasoni bifise sumugabo sumugore bose nibibwa gusugusu

  • @NahayoNeilla
    @NahayoNeilla Месяц назад

    Mukorogo yubahwe gusa nawamusuma wiwe Abe yarawusize

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад

    Biranyigishije maze iyinga ryose umugabo ndamwimaa ubuhoho ngiye kurondera igufuriii cangura nisiripe nyinshiii nongerezee nimba arukoo

    • @dianaal-e3g
      @dianaal-e3g 7 дней назад

      😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @MertusNjejimana-o5t
    @MertusNjejimana-o5t Месяц назад

    Raissa na evelyne sinarinzi komwoshwana ibitutsi mwanutse mumora ubusa amarira narize azobakurikira

  • @JeannetteHakizimana-k6h
    @JeannetteHakizimana-k6h Месяц назад

    Twereke natwe ino iburundi twirabire

  • @EmelyneIrakoze-iv8xz
    @EmelyneIrakoze-iv8xz Месяц назад

    Non kwavug ng nivyaker bikaguma bigaruk nka bishash ibaz j nih nkibibon kand ar ivyaker ah ntasom irimw sh rek nkubwr k numwan uzovyar azakubon numwuzukur kand bizogum bigaruk nkabishash nakwambia ham uy muhung ivyavug sivy arabesh ikind nac duc ubweng kbx

  • @ElissaNduwimana-v3u
    @ElissaNduwimana-v3u Месяц назад

    Mwamihimbirimwe yasaudia simvuzemwesarik biyubashebariho ndikomvugizosema zihena ntander

  • @ShalhaS-wj6qf
    @ShalhaS-wj6qf Месяц назад

    None izopampa ninde yazigushizeko abagore bomwibarabara muratumaramaza nukuri

  • @ElissaNduwimana-v3u
    @ElissaNduwimana-v3u Месяц назад

    Mwabwamwe mwabakebwengemwe mwizerabant mutaraban

  • @GguGc
    @GguGc Месяц назад

    Birababaje bitubere isomo cane terefone ntabangira zigira ivyo birumvikana

  • @NahayoNeilla
    @NahayoNeilla Месяц назад

    None kwamaze gutangirwa inkwano3 zisubizwa bakwesha umuntu yubatse? Ako nagahungu mwabwabuhabara bwiwe yahaye inoti.amafranga ntaco adakora.

  • @danselamalana7365
    @danselamalana7365 Месяц назад

    nububeshi p ahubwo noyomukobwa nimbazikoko baribafitananiye ikibazo ararabaneza ntamugabo arimwo

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Месяц назад

    Jewe izofoto ntazo nabonyee kbx

  • @ElissaNduwimana-v3u
    @ElissaNduwimana-v3u Месяц назад

    Nimureke guhohoteruwomuhungu bazicogikobwa nuwomubana munzu muribamwe umugorenumugab ntiwifata video umuhe