Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana idufashe cane, murakoze
Ukuri kwuzuye .
❤❤❤
Nukuri uratubeshe wahora uvuga ukuri.yesu ntiyapfiriye aba Pentecôte.
Yesu Kristo adufashe vy'ukuri
IMANA izodutabara
Uhezagirwe Aho wakuye Yesu Christo yuzurize Aho wakuye
Namwe Yesu Kristo abahezagire cane
ukuri kwuzuye mukozi w,IMANA
@@Nzambimanachantal Yesu Kristo abahezagire cane
Imana Idufashe
@@isaacnihorimbere5405 cane !!
Imana Ishimwe cane
Iragahezagirwa
Imana iguhe umugisha mwishi mukozi w'Imana
Aaamen, Murakoze cane namwe Yesu Kristo abahezagire cane
Urakoze mukozi w'lmana,uwufise ugutwi niyumve ico mpwemu abwira ishengero rya Kristo.
@@ntibayirutaegide7555 Imana idufashe cane .
Amen urakoze mu kozi w'Imana
@@niyinganzamoses702 Yesu Kristo abahezagire cane
Ijuru rijomwo umuntu yihanye ivyaha hama ibikorwa bimuherekeze amadini namashengero ntavyo azobaza.
Imana nidufashe cane igumitwibirakabanga kibihe tugezemwo
@@CizaEzechiel-u2g Imana idufashe kugira ntitugende nk'imburabwenge kandi twarumvise ijambo riturangira uko twibigenza
Umugeni arihose kweli mumahanga yose uwuyubaha agakora ivyo kugororoka Iramwemera
@@JeanmarieNduwimana-x4t Imana idufashe natwe dukore ivyo kugororoka.
Amene
Imana idutabare
@@NdayishimiyeCornalis cane
Murakoze can muvyeyi wacu
Imana itwongere inkomez tuzoshoka
Tuzoshik☝️
Urabeshe pastor kuko umuntu azoja mwijuru kubwibikogwa vyiza azoba yarakoze kuvuga rero ngugomba gukundisha pentegoti Abantu sidini rijoja mwijuru ukwizera gusa nokwitondera amabwirizwa yuhoraho
Uyu mugore nkuko yavuze ni idini risambana nabari mwisi yose , ubwo 90% yabatuye isi bose bafise aho babarizwa mumadini atandukanye , Kandi nkuko yavuze uyumugore yacuditse nisi ariyo ma leta ubwo iki gikoko camuhaye ububasha , ariko hari aho yihenzeho cane gose abatuye mw isi kugira bazoshike mwijuru suko bakwiye kubarizwa mw idini rya Pentecote iki nikinyoma, Imana ubwayo ifise aho yateguriye abizera bose aho dukwiye kubarizwa Abanyefeso 1 :7-11 Ehe Pastor tumenye ibi muri Yesu wenyene niryo zina Imana yateguye kuva kera ko ariryo zina dukwiye kubarizwamwo ABANYEFESO 6: 10 Abantu ahubwo duhaguruke Twamamaze Yesu wenyene nimba tubarizwa muri Yesu Kristo, ndababwire nkuko Pastorh abivuze , abafise amadini babarizwamwo bose bakirata ivyo bakumva ko kuba ahanaka nkuko Yohana 4 :21-24 , akarorero muri Pentecote kuko nivyo Pastor ariko arabwira abantu ko ariryo Dini rizima haba namba naryo uburyo rifatanye namaleta , uburyo rifise abicaye kuntebe za Mose , uburyo rihagaze kucubahiro , kubutuzi gose siko urufatiro rwintumwa rwari rumeze . Pentecote nayo ni idini riraho nkayandi Mwumve mwese abasomye iyi Message mu mubiri wa Yesu honyene nirwo Rusengero abatuye isi twese dukwiye kubarizwamwo . Ivyi bikorwa navyo sivyo bizojana abantu mwijuru Oya namba ahubwo bizogenda bibakurikiye ubwo bizoca mumuriro , NONE ikizojana abantu mwijuruniki ? Nukwizera Yesu wenyene ivyo bindi vyayo mazina abandi bantu bashinze vyose bizoca mumuriro maze bishe , ntanakimwe kizogerayo mwijuru ivyo nuko mwakora iki kintu kugira mukize amagara yanyu Ivyahishuriwe Yohana 18:4 , Abaheburayo 13 :12-14
Uriko urigisha idini gusa
Ukuri kurahaye kurajahabona niwe wambere uvuzamajambo nkayo
@@JérômeHarerimana-k9h Imana idufashe natwe turondere Imana
Kunswa ntidushobora guhagarika ibihe kimwe nuko ishengero rya Kristo satani atazorishobora mbe Pentecôte yuburundi ntiyonjiranywe kayisali yarinjiye hageze kumuntu yumira kuco twakiriye
Erega namwe muri Abo kwa nyoko maraya mwobewe ko muri abakobwa niwe k mafashe imisi mikuru yiwe akaba ariyo mwubaha mufata ikimenuetso ciwe Ari Co dimanhe mugisubiriza mugisubiriza ic'lcmana.
Mwigisha wanje muri coolege kaganza ivyanda: ariko nomuri pentecote kombona hariho abasiga kanta mumutwe knd basigaye bashiramwo naga produit kataboneka ukabona arimi naturel myishi knd ntibimubuza kuririmba kuko ntakintu womenya aba pasteur mucamuvuga ngo abonisawa ngo naba pentecote ba vrai .
Abantu kumenyerezwa kugendera muri Discipline yidini ntaco vyungura umuntu wegera Imana , ahubwo dukwiye kureka abantu tukabaho twejejwe nijambo rya Kristo , nkuko abakolosayi 3: 16 -18 hatubwira , nayo ivyo vyamategeko nimigenzo yamadini nubuyobe gusa , Umuntu amaze kwumva ijambo rya Kristo vyukuri ntabwo warinda kumubwiriza kuko ijambo rya Kristo riba riri muriwe . WE aba azi ibihimbara Umwami
Ubuho kuntahangwa baraje😂😂😂
Imana itabare Pentecôte
Haaaa amashirahamwe nareta ngivyo vyijiye
😀😀😀
Imana itabare Pentecote , ahubwo itabare ubugingo bwabahona
batamenye umukiza , Mbega Yesu yapfiriye Pentecote , ahubwo yapfiriye abari mwisi Yose , ishano naya madini ayovya abantu
Murakoze cane mon Pasteur
Imana idufashe cane, murakoze
Ukuri kwuzuye .
❤❤❤
Nukuri uratubeshe wahora uvuga ukuri.yesu ntiyapfiriye aba Pentecôte.
Yesu Kristo adufashe vy'ukuri
IMANA izodutabara
Uhezagirwe Aho wakuye Yesu Christo yuzurize Aho wakuye
Namwe Yesu Kristo abahezagire cane
ukuri kwuzuye mukozi w,IMANA
@@Nzambimanachantal Yesu Kristo abahezagire cane
Imana Idufashe
@@isaacnihorimbere5405 cane !!
Imana Ishimwe cane
Iragahezagirwa
Imana iguhe umugisha mwishi mukozi w'Imana
Aaamen, Murakoze cane namwe Yesu Kristo abahezagire cane
Urakoze mukozi w'lmana,uwufise ugutwi niyumve ico mpwemu abwira ishengero rya Kristo.
@@ntibayirutaegide7555 Imana idufashe cane .
Amen urakoze mu kozi w'Imana
@@niyinganzamoses702 Yesu Kristo abahezagire cane
Ijuru rijomwo umuntu yihanye ivyaha hama ibikorwa bimuherekeze amadini namashengero ntavyo azobaza.
Imana nidufashe cane igumitwibirakabanga kibihe tugezemwo
@@CizaEzechiel-u2g Imana idufashe kugira ntitugende nk'imburabwenge kandi twarumvise ijambo riturangira uko twibigenza
Umugeni arihose kweli mumahanga yose uwuyubaha agakora ivyo kugororoka Iramwemera
@@JeanmarieNduwimana-x4t Imana idufashe natwe dukore ivyo kugororoka.
Amene
Imana idutabare
@@NdayishimiyeCornalis cane
Murakoze can muvyeyi wacu
Imana itwongere inkomez tuzoshoka
Tuzoshik☝️
Urabeshe pastor kuko umuntu azoja mwijuru kubwibikogwa vyiza azoba yarakoze kuvuga rero ngugomba gukundisha pentegoti Abantu sidini rijoja mwijuru ukwizera gusa nokwitondera amabwirizwa yuhoraho
Uyu mugore nkuko yavuze ni idini risambana nabari mwisi yose , ubwo 90% yabatuye isi bose bafise aho babarizwa mumadini atandukanye , Kandi nkuko yavuze uyumugore yacuditse nisi ariyo ma leta ubwo iki gikoko camuhaye ububasha , ariko hari aho yihenzeho cane gose abatuye mw isi kugira bazoshike mwijuru suko bakwiye kubarizwa mw idini rya Pentecote iki nikinyoma, Imana ubwayo ifise aho yateguriye abizera bose aho dukwiye kubarizwa Abanyefeso 1 :7-11 Ehe Pastor tumenye ibi muri Yesu wenyene niryo zina Imana yateguye kuva kera ko ariryo zina dukwiye kubarizwamwo ABANYEFESO 6: 10 Abantu ahubwo duhaguruke Twamamaze Yesu wenyene nimba tubarizwa muri Yesu Kristo, ndababwire nkuko Pastorh abivuze , abafise amadini babarizwamwo bose bakirata ivyo bakumva ko kuba ahanaka nkuko Yohana 4 :21-24 , akarorero muri Pentecote kuko nivyo Pastor ariko arabwira abantu ko ariryo Dini rizima haba namba naryo uburyo rifatanye namaleta , uburyo rifise abicaye kuntebe za Mose , uburyo rihagaze kucubahiro , kubutuzi gose siko urufatiro rwintumwa rwari rumeze .
Pentecote nayo ni idini riraho nkayandi Mwumve mwese abasomye iyi Message mu mubiri wa Yesu honyene nirwo Rusengero abatuye isi twese dukwiye kubarizwamwo .
Ivyi bikorwa navyo sivyo bizojana abantu mwijuru Oya namba ahubwo bizogenda bibakurikiye ubwo bizoca mumuriro , NONE ikizojana abantu mwijuruniki ? Nukwizera Yesu wenyene ivyo bindi vyayo mazina abandi bantu bashinze vyose bizoca mumuriro maze bishe , ntanakimwe kizogerayo mwijuru ivyo nuko mwakora iki kintu kugira mukize amagara yanyu Ivyahishuriwe Yohana 18:4 , Abaheburayo 13 :12-14