Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
❤❤❤ komere apotle Modeste mukozi w'imana nzima w'ijuru n'isi . Ivyo vyamaho nkuko ijambo ry'imana rivuga . Ibirashoka nubu biriko biraba kw'ino si yabakiriho . Umuntu w'imana. nzima muremyi w'ijuru n'isi bamwe bamwita umusazi w'ikijuju .hariho abandi bantu bamaze gutahura kubaha ishure ry'imana muremyi w'ijuru n'isi . abo bakaba abanyeshure bafise amanota meza mw'ishure ry'imana nzima muremyi w'ijuru n'isi .
Wow nanj ndakunda ukugene atibagira abari soudite 🇸🇦na Oman 🇴🇲Natw turagukunda bro
Uharaho ayamukiza yose ivyo nukuri peee … Barikiwa sana mtumishi wa Mungu Imana ibashigikire muri vyose
Mana nziza ndagushimiye kubwuyu musi ndazinezako utivuguruza kubwuyumusi wiyerkane abapinga ububuvugishwa baboneko imana yavuganye nawe prophete❤❤❤❤
Ingene RER utibagira abari hanz za Oman na saudia❤❤
Ndakunda ukwizera ufise Man of God
Prophet nigisiga bwenge kbs amavuta menshi mn prophet❤❤❤
Mana ishaka ryawe riranguke🙌🙌🙌
AMEN 🤲🏾
Uko Imana yariri ejo n'iko n'ubu iri.. prophète Modeste ndaguteye intege cane kuko ukwizera Imana tuba dukeneye ni kurema ibidashoboka bigakunda m
Wow 👌👌👌
Nagira menyeshe ko hari umuntu ahejeje gupfa ubu nyene.So ubuvugishwa bwahomvye😢
Modeste ndagukumbuye kweri
Ndahakumbuye sana
None konuvise gobaramwirukqnye muburundi.yagqrutse
Uyu munsi nkorerwe mwizina rya Yesu
Muzokore live natwe dushikigwe
😂😂😂😂😂 hhhhhhh 🤭🤭
Uwo arahaze
kizoba ryari?
Bareke bavuge ntabwo Data amaramza Abamukorey rema cane
❤❤❤❤
Mwarapfuye mwizerumuntu hakwizera Imana 😢😢😢😢
Umuntu wese arwanya mugenziwe suw'lmana
Ukwiye kubambwa wagihweba wee
Nimumpe Link nkurikire igikorane
Ico ngo. Ni. Prophète. Kura. Uburofa, basha
Ahubwo ndabona yoshima Imana koyamuhaye kurya nokuryama akirira ivyagusa siyoni yarondeye atamwicira umwana mumutwe,ivyo yirigwa kuma social media bizomusenya bimuzanire ibibazo bikomeye,nomuhanura ivyo yerekwa aze ararobanura ivyavuga nivyahora .nkokuvuga ngo le 20 ntamuntu azopfa nkivyo niyabikomeza harigihe azofungwa kuko ndibaza naho yarongeye mubakire ntabushobozi bwokumenya abantu bo mugihugu cose uko baraye nuko biriwe ivyo rero yitonde.mfise impungenge kwazohava yisenya kweri.nasenge kugiti ciwe ave kubarundi.
Reka turindire
😂😂
😂😂😂😂😂Wewe, urumusazi, mondestse😮😮Wewe, uja, kwasatani😢😢😏😏😏🤔😜
Ibi uyumugabo avuga ibindi bihugu vyabiyemwo mubinja vyakure arinayompanvu atahandi invugo ziganisha guhonvya igihugu nkizi atahandi woba ikizisanga atari ngaho iwacu. Ibi nububeshi bwambaye ubusa
Modeste ingorane nabonye afise arahubuka mukuvuga.nkumukwe wa sion tuzi kandi twubaha nageze Aho sinon tuzomurenza imbibe
Aho kizobera nihehe none?
Uyu musi hapfuy babiri mur roi Khaled mumasaha ya 10h.ayand masaha ntimumbaz sih nar nkiri
Vya kweli umukozi w'IMANA nka Modeste ngo numusazi???Bantu b'IMANA tuvuge make ndabingize kuko uyo yasinzwe n'IMANA uko vyoba biri kose
Uyu numu Mukozi wiyihe Imana???
Bayari😅😅😅
Ibi uyumugabo avuga ibindi bihugu vyabiciyemwo mubinjana vyakure arinayompanvu atahandi invugo ziganisha guhonvya igihugu nkizi atahandi woba ikizisanga atari ngaho iwacu. Ibi nububeshi bwambaye ubusa. Biranababaje kuba yubahuka kuvuga le20 October kandi aziko ari numusi twibuke igandagurwa ryuwahoze arongoye uburundi yari yitorewe nabenegihugu. None bivuze ko abo bagiye kuriyo taliki Imana yaciye yisubirako ikoranya inama yogukingira abarundi basigaye ntibapfe kuriyo taliki hama igaca ibarekura kuyandi mataliki akurikira? Devoir kuri mwebwe mujejwe gushikiriza inkuru uje kumpanda uturabire kwatabapfuy muriyomyka5 avuz kandi nomukwezi kuza muzobisabire uruhusha mubaze mukigo kibijejwe iyo taliki kwatabapfuye kuriyi taliki yuyumusi. Leta itagavye ibintu nkibi birwiza ubunebwe bigatuma abantu batiyunvira imigambi yiterambere Kubera baba biteze ngo ibitangaza vy Imana ngo yatumye abantu nkaba. Ndatanga akarorero, imbere ya 2000 ko hagera vyari vyitezwe kwariho umuhero uzoba muruwo mwaka wa2000. Ndibuka guko narinkiri muto icogihe twama mumasengesho yuzuyemwo ibintu bisa nivyo kandi bihereye hejuru kubatwara amasengero icogihe bakongera bakanayaserukira imbere yamategeko, batwunvisha uko abantu atarabo mwidini urimwo ko aribo ngo uwobita anti-Christ kwaribo azokoresha mugutoteza ubwoko bw Imana. Sinobidondagura ngo mbuheze Gusa abari bakuze icogihe boba barugurutse amaso munyuma baraza gutahura iyi message. Haturiwe ibitenge vyishi nabiyita abasenzi berekwa ngo babonye handitseko 666, hahevye abana beshi kumashure ngo bitaze Yesu ntazobasige 2000 hamwe nabandi bataye ubuzi bihebera Imana icogihe guko havurwa ko turiko twubakisha amazu akomakomeye muricogisagara gushasha tuzobamwo. Rero vyukuri ndunva mbabaye kuba hari abantu bashobora kuza bavuga ibintu vyokuzimiza abantu nkuku mugihugu kirimwo amategeko. Nivyo icogihe intwaro zariho zari zihanzwe nibibazo vyintambara rero barifuzako haba ibintu bisamaza abantu nacanecane kugira abenegihugu kumbure ntibashigikire abari mwishamba barwanya igihugu icogihe kugira bapfume bibera murivyo vy Imana. Ariko ubu igihugu kiri kwiyubaka ingendo nkiyo bayikosore kweli guko bita igihugu mugihombo imyemerere nkiyo usamaye ita igihugu mumanga.
Nariko ndasoma commentaire yawe nsanga wifuza ko abantu bose bokwiyumvira uko ushaka. Ndetse nsanga ushaka ko na Leta yokorera uko wewe ushaka yitegeka. Leta irafise abahinga, abahanga n'inararibonye zikwije ubumenyi yaba mu mategeko hamwe no mubijanye ko kwemera. Leta rero yacu nziza irikwije kandi irazi ivyo ijejwe. Ntikorera ku vyiyumviro vy'umuntu umwe gusa kuko abarundi bose barangana imbere y'amategeko. Nimba umwanka Modeste iyo ni affaire personnelle ku buryo utakwiye guhindura ijambo yavuze ko le 20 atawuzopfa ngo ubigire ivya politike. Nimba utabishimye, ja naw ku ma réseau socio utangaze ko le 20 abantu bazopfa nimba ari vyo wipfuza. Hagati ya wew na Modeste ninde agumura abantu nimba muri kazoza ivyo ubona ari uko abarundi bazotikira. Prophet Modeste wew mfatiye kuri rirya jambo yatangaje kandi twese ahubwo twari dukwiy kumushigikira ndetse tukabisengera kugira ngo koko uwo musi n'abari gupfa ntibapfe. Kuko nimba uri umu Kristo urazi neza ko handitswe ko vyose bishobokera uwizera. Ntivyoba bitangaje rero hamwe hogira abapfa ariko iciza n'uko tubona isengesho rya Prophet Modeste ko ar'uko le 20 hatogira uwupfa kuko iyo talike muri kahise twayibuzeko Umukuru w'igihugu Ndadaye Mélichior n'abandi barundi isinzi. Birababaje kwumva ko hari abantu bamwe bamwe barindiriye kunezerezwa n'uko boronka abapfa kuri iyi talike ya le 20. Vyumvikana ko bobo basenga basaba ngo haboneke abapfa kugira Prophet Modeste agaragare nk'umubeshi. Ukwo ni ukutasoma ijambo ry'Imana. Na Yesu ubwiwe hariho intara bitakunze ko akizamwo abagwayi baho kubera ukutizera kwabo. Uwuvugishwa n'Imana Mose, igihe kimwe abisirayeli bari mu ntambara, adugije amaboko baca batsinda, ayamanuye naho abisirayeli baca batsindwa. Ico abari hafi yiwe bakoze baraje bashigikira amaboko yiwe kuko bifuza intsinzi. Abifuza intsinzi bashigikira amaboko y'umukozi w'Imana aho kuyamanura. Abariko bararwanya Prophet Modeste kuri iri jambo yavuze ni abadatahuye neza ivyanditswe vyera. Nimba ivyanditswe vyera ari ivy'abariho atari ivy'abapfuye (kuko Imana si iy'abapfuye nk'uko bibiliya ivuga), abategerezwa gufatwa bagapfungwa ni abagumiza ivyanditswe mu migani y'insigarabwenge sans montrer une application directe mu buzima bw'abantu bakiriho kuko bobo bavuga ivyo batizera. Imbonakazoza (twogereranya n'ubuvugishwa mu vy'Imana) dufise ni Uburundi, igihugu cifashe muri 2040, Uburundi igihugu giteye imbere muri 2060. Ivyo hariho ababigwanye kuko bamenyereye gukoresha ubwenge bwabo gusa bakibagira ko Imana ariyo ifise ijambo rya nyuma. Kandi kuko Uburundi bwashize Imana imbere birashoboka. Co kimwe no kuvuga ko le 20 atawuzopfa canke kuvuga ko muri 2040 (dans 15 ans) Uburundi buzoba bwifashe, nta coroshe kirimwo bisaba kwizera ivyavugishijwe canke iyo mbonakazoza (n'ababiduhaye) hanyuma tugakora. Nimba hari uwushaka kwiyahura le 20, nta kibuza azopfa kuko Prophet Modeste si we atanga ubuzima turetse rero uwutabushaka. Nibaza ko abantu botahura ko Prophet Modeste atari Imana kandi ntaho arigera abivuga, ntabuza abantu kuja kwa muganga, ntabuza abantu gukora ibikorwa bibateze imbere, etc. Uwugushwa n'Imana Elisa yarigeze kuvuga ati Ejo ibifungurwa bizoba vyuzuye mu gihugu cose kandi bizimbutse cane gose (nkoresheje imvugo y'incamake y'ico gisomwa). Vyari bigoye kwizera, ariko abavyizeye barabiriye. Ku batavyizeye aca ababwira ati muzobirabisha amaso ariko ntimuzobirya, Kandi nta vyo bariye kuko batizeye. Principes ntizihinduka. No ku vyo Prophet Modeste yavuze ni ko bizoba. Abavyizeye ni bo bazobiryako. Hari umuntu bashobora kuba babwiye ati wew le 20 uzopfa, canke akaba aremvye cane ari ku mpfiro le 20 hanyuma akavuga ati sinshobora gupfa kuko numvise ko le 20 ata bazopfa maze akabaho. Kuko Imana itanezerererwa urupfu rw'upfuye!
Plus de 10 millions muburundi first of all bose ntibaja kuri social media womenya gute abapfa misi yose? Mureke guhenda abantu. Abarundi namwe kubera ubukene mwemera vyose umu escro yatahanye umwana wumukire 😂
Amaze ku kwescroka angahe? Woba urusha ubwenge uwo mukire? Zana facts apana kutwoza umuntu kubera ivyo wiyumvira n'ivyo wemera ubwawe bitandukanye n'ivyiwe!
Aba escroquerie muburundi barayizera gusumba kwizera IMANA yomwijuru so uyu atumvivyuvuga usanga Ari body gad canke mububunda bumushigikiye
Naba serieux yubake urugo akore kuko yabonye igishoro cagusa ahawe akigwize nayo kuguma avuga ubusa vyo ntaco bimaze azisanga ahantu habi.benise ateye imbabazi ukuntu aricana ciza icana kidashonje kikubaha Imana agacahura nuyo mu teka mutwe.ariko nagabanye amajambo pe.
None uyu mubuzima bwiwe akora iki?
Yaramutekeye umutwe. Escrooo
Escrooo