Fanny Lavine. Je suis entrain d'écouter ton vibrant témoignage sur le RUclips de ma télé. Tu es une perle de femme. Wahuye n'ibintu bitoroshe. Ukiri muto cane. Mais. Tu gardes ton sourire sublime et ton courage. Je suis fière de toi. Tu travailles fort. Tu es une bonne actrice de cinéma. Tu es sincère. Tu as un cœur d'or. Tu es toujours belle et tu resteras toujours belle. Tu es le rayon de soleil de ton entourage n'aba fana bose bawe. Turagukunda caaane gose. ❤❤❤❤
Courage Fanny tu es une femme forte ,ntivyoroshe kubandanya ukora nama obstacle umuntu agenda aracamwo , urintwarikazi kandi uzogera kure nkuko ubivuze ushaka kubabaza umuntu akwanka ukora cane kugir uter imbere tu es une meilleure actrice vraiment de ma part tu es mon préféré ❤❤ je t'aime trop 🥰🥰🥰🥰
Bas Fanny merci beaucoup Kuber ukin bon jew film irimw Fanny man mba numv umenga ntiyoher bas ndamukunda Can bas aranryohera ni mwiz can umurund kaz mwiz yikwiz i ❤you fanny my sweet heart 🎂🎂🎂🎂🧁🧁🧁🧁🧁 ingene wakiny mu mupfakaz vyaranryohey vrt ingen wasanz muvukan na libart mwaravyarany umwan sh narariz sha bant biman ndater indur barahurur ham ndakwikundir
Fanny est gentille comme son Père Bonite. Ndamwibuka ariko arafasha Papa kudandaza akiri umwana muto! Ndababaye cane quand j'apprend que umugabo yagukubise ugakuka amenyo! Be strong!!
Kumbe lavine ni umukobwa wa bonito mu bikeye? Yooo avukana na NADINE MANA Weeee. Umurwizatunga arihano 😂😂😂 Fafa pole kuri ubwo buzima waciyemwo uvuye kwa papa😮
Vrt ntababeshe Nukuri fanny nuwambere Arazi gukina film Cyane Kandi film ziwe ndazikunda cane cane goseee Nukuri Courage ❤❤❤❤
Fanny Lavine. Je suis entrain d'écouter ton vibrant témoignage sur le RUclips de ma télé. Tu es une perle de femme. Wahuye n'ibintu bitoroshe. Ukiri muto cane. Mais. Tu gardes ton sourire sublime et ton courage. Je suis fière de toi. Tu travailles fort. Tu es une bonne actrice de cinéma. Tu es sincère. Tu as un cœur d'or. Tu es toujours belle et tu resteras toujours belle. Tu es le rayon de soleil de ton entourage n'aba fana bose bawe. Turagukunda caaane gose. ❤❤❤❤
Vraiment !! Courage Lavine
❤
1gerrer#t#
Pole sana!ntivyari vyoroshe fanny ham ndagukund film zawe ukina nez canee
Je suis fière de toi Fanny❤❤❤
Yoooo!!! Pol sana Fanny birababaje ariko wihangane lmana mbona iguma igutwenza❤❤❤❤🎉🎉💐
Ndakwibuka kabisa niga primaire 'nahora inca kukuraba muri magasin iwanyu atakintu nakimwe inje kugura .so pole sana ❤❤.
ruclips.net/video/wYtAaREvKzQ/видео.htmlsi=5BGvPVa3OGX-Nf7A
Tuje kuraba SAMANTHA SERIES rero❤
Urakoze cn Fanny kuriyintah udusangij kubwanj iranyubats cn.wirambir ndamukund xana❤❤❤
Pole sana kbs, kurugendo rw'ubuzima, ha gusa. Ubu Imana yoba yaraguhezagije urugo?
Komera Funny wacu, urwo rugendo nirwo ndimwo. Ariko twizeye Imana ntaco tutazogeraho❤❤❤
Pole Fanny gusa yezu nimuzima kandi aracyakora gusa ndagukunda kandi nkunda nibikorwa byawe
Imana igira neza intahe yawe irankomej Fanny
Fanny merci bcp nanje ndafita indoto ivyo kwigira abanebwe na je ndabirwanya ham Imana iguhezagire mwiza ndagukunda❤
courage fanny Imana imbere❤❤❤ turagukunda
pole sana malgre tout waruzi kwirwana rwanako ,Imana igira neza
Courage ma chère Lavine 🙆♂️🙆♂️🙆♂️ndagutahura cane kuko Ubwo buzima❤ nibwo mpitiyemwoo,, uwo musonga ndawuzi kuwuvamwo ntivyoroshe ariko Imana ndayikunda kuko ibana nabari mumubabaro..
Pole😭😭
Reka reka urinda upfautavyibagiye
Merciii Funny,courage vraiment
Abandi bantu bakurabireko
Turagukund vrt ufisimico myiza mwiza ,urumurundikaz yarezw runtu💕
Ndakwikundiye cane vrt christo akomez kukugirira neza❤
Pole Sana Fanny,nshima ukuntu ushingira intahe abandi mukuri.
Fanny ndagukunda mbonye iyi ntahe yawe ndeba naho uri ubu nsanga IMANA irasubiza ntawe ahora arira IMANA ishimwe
Fanny Iman'igukomez ndagukunda cn
Imana yarakoze kukubahafi fanny uraberewe cane gose urasaneza uravyibushe wubahwe
Courage Fanny tu es une femme forte ,ntivyoroshe kubandanya ukora nama obstacle umuntu agenda aracamwo , urintwarikazi kandi uzogera kure nkuko ubivuze ushaka kubabaza umuntu akwanka ukora cane kugir uter imbere tu es une meilleure actrice vraiment de ma part tu es mon préféré ❤❤ je t'aime trop 🥰🥰🥰🥰
❤Fanny ndagukunda cane ngeze harya ukinana n'a Willy hoho sinovuga
Yoooo mpor fanny ubu ntaco vyakubereye intang yumugish wawa❤❤❤
Émissions émotionnelle vrmt ❤️ ❤️ ❤️ wihangane uri mu nyishu ❤❤
Fanny urintwari sha,niwirerere abana nawe numugisha wawe,ivyiza birimbere kandi ndazi waratanguye kubibamwo ,courage sh❤
Imana irindi jambo ryoyo mpakirisohoy
Mpore mpore dear Lavine, Imana igukomeze igucire inzira
Yoooo Pol Sana kwl . Ntakund imbere yo gutesa ubanza guteseka 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Ndagukunda kandi cane❤
Pole sana Fanny Ariko Courage
Courage Fanny ndakwikundira cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana iguhezagire kandi Imana irazi ikigukwiriye ….
Courage Disi ugumuterimbere waribayeko mubigoye kweli mboneyeho nokukumentesha ko umukozi warufis icogih ruguru akurerera abana Ubu ariwanj tumarany igih kitarigito aragutash yariyarigez kumbwir ibijany niyintah yaw ukuntuyomutype yagukubita akabirukana murinze muja guusenga yarabakubita.uzozumuramuts arakwibuk aranakund film zawe.
Pole sana lavine ihangane mwiza
Fanny Humura uyo Yesu avuga azokurerera maa ! Be strong , uri toujours belle 🌹❤️❤️❤️
Fanny lmana iguhe umugisha vmt knd mr6 bcp kwihangana nukur ivyo bikora bak ndiho abane namwe🎉🎉🎉❤
Basha, naj, narabunciyemwo, imana, yarampezagiy, ubuzima, nihatari❤❤❤😭😭😭
Urakoze k'urubwo buhamya muduhaye, uhoraho abandanye aguha umugisha.
Yooooo mpore fanny ndagukunda Cane wew kwel urakoze kumpanuro uduhaye
Courage sha Fanny wacu ,imana ninziza yaraguhinduriye ibihe
Number one 🥰🥰🥰umukubito tv Hejuru cane🔥🔥✅
Mpole disi Fanny ❤ wihangane 😢 burimuntu wese Nuku bigenda murubu buzima bwaburimunsi burimuntu weseee agira Amateka yubuzima bwe kwer 😢 Arik Hashimwe Yesu yakwimanye akagutera agateka Ubu ukaba waritahuye 🙏🙏🙏🙏🥰❤️❤️🥰
Gaël hejuru caaan ndakwemera🤙🤙🤙🤙
Ndakunda ibiganiro vya Justin Gaël kuko abaza ibibazo ngirakamaro✍️
IMANA ikomeze kwagura ibikorwa vyawe Gaël
❤❤❤
Nkunda ukunt funny atwenga😂😂😂😂😂😂
Imana ifise imigambi myiza kubayubaha komera
Vrt ndagukunda cne fany ukomeze uterimbere uger kure❤❤❤
Bas Fanny merci beaucoup Kuber ukin bon jew film irimw Fanny man mba numv umenga ntiyoher bas ndamukunda Can bas aranryohera ni mwiz can umurund kaz mwiz yikwiz i ❤you fanny my sweet heart 🎂🎂🎂🎂🧁🧁🧁🧁🧁 ingene wakiny mu mupfakaz vyaranryohey vrt ingen wasanz muvukan na libart mwaravyarany umwan sh narariz sha bant biman ndater indur barahurur ham ndakwikundir
Imanigra neza disi fanny imana yarakwibuyse nukuri ndumva waraciye mubihe bitoroshe nda❤❤❤❤cn
Pole mukinyi dufana birarenze ibikorerwa mungo zabeshi komera ukomeze nabandi uri mubandi benshi yes agukomeze wiyubaka
Urintwarikaz Fanny courage nukuri wabay mubih bigoy arik Iman ishimw ko yagutej intambwe ukab uruwifuzwa uyumusi🥰ndakwifurije kuzoronk umugab akwibagiz ibikomer wagiz mwiza❤courag can et bonne chance ma soeur🤝👌
Ndakwikundira mma Lao.
Sha mamy wanje ivyovyose uvuze ndavyibuka umutobe ifu sha Imanigufashe
Fanny Pol sN kabx ubuzim ninkishur umuntu agenda anyurumwo so courage vrt❤❤❤
Urakoze muvyeyi kudusangiza iyo ntahe. Abavyeyi, urwaruka nabandi barezi tuhigiye vyinshi. Juste uzoze uraduha ivyo biganiro ukwo bishobotse kuko sabantu benshi barinda gutanga intahe nkiyo. Urarondera nabo ba types batera inda, abana bakavuka bagaca bakata ikorosi, biba vyankiye he?
Yoooo umupfakaz wanj vyukur mwayimaz tutabony ukw vyagenz na ury wund mugor wa libart akwegew n'a sister wiwe cank ngomb ugwo libert yaciy se bwit yish uwamwiyiriy kwarise ham Fanny ndabakunz peeeee vyukur p kuk uvuz Ijambo rikomey ushaka kubabaz uwakugiriy nab nukw ukor Can ukagir akantu niho azac agir umunezer winzig ❤❤❤❤❤
God bless you and i love 💕💕💕💕💕💕💕 you my love ❤❤❤ good 👍👍👍👍
Nanje fany ubwobuzima nabuciyemwo 15 narifise umu bebe rro icosaba imana nze ngire icosigiye umuryango nigihugu nurushengere nzengire niherezo ryiza nicosaba imana
Amen
Ako kantu kuko utotera imbere udafise umugore sindakakwemereye Fanny😂😂 gsa uramfashije🙌
Nagukunda uvyumv❤❤❤❤
Fany umvugiyibintu umuntu yaguhemukiye nivyizakukora cane kuko iyuteyimbere kweri uwaguhemukiye ahakwz kwihz akagozi❤❤❤
❤ umvuze ukuri pe wubahwe
Sha anvugiye ibintu nukuri nanje baribaranciye niyonfa sinarikubona nuwumpamba abantu nibabakunda uwukize ubu kubera nageze 🇺🇸 bose basubiye kuba incuti ariko jewe kubasubiza mubuzima bwanje vyarananiye naramenyereye kwibana bazokomeze bandeke nakare bari barantaye Inkoni nanje naraziriyewe 😢😢😢😢
Nn guk abant besh tugend duhuj kahise???
Yoooo😭😭😭 impore warakubititse warababaye ariko hari ababyeyi ugirango ntarukundo baba bafise kubo babyaye kuburyo uca umwana wibyariye kweli impore ariko urabaharira basi
Nivyo ko bakubabaje cane kandi birumvikana ariko Yesu yavuze ngo mukundane nkuko nanje nabakunze bisigura ngo natwe yadukunze tudakunditse turabanyamafuti menshi muga kubw urukundo rwiwe apfira ivyaha vyacu turonke ubugingo budashira ubwo namba wizera Yesu Kristo ukwiye kubabarira kuko nawe warababariwe utabi mérita
Fanny nukuri ndagukunda kuko ndumv twarasangiy ibibazo! Imana iguhangaze !
Ihagane uwimana imana izogufasha
Kandi turakwikudira
nose diwariwabonaudise
ariko komera imana izaguhaudi
Shirimpumu Noruveje ❤
Ndagukunda fanni
Keep up FAXINE. We're here to support U. ❤
Pole sana mama gusa ndabizi aho uwomugabo ari arakwipfuza sindukaba ariko iyintah yaw inyigishije kuba focus nico ukora peut importe
Pole sana
Courage Fanny wacu Gaëlle waranse kunyishura
Vyaradushikiye Imana ishimwe ko ubu yahinduye amateka nabandi Imana irikumw natwe imbere niheza ariko jewe sinovyibuka ngo ndire wap zurabivuga kuko vyaraheze
Fanny yoo pole san abagabo nabanababi😢😢😢😢
❤❤❤❤❤ merci Mr umukubito merci lavine !?
Aba jainne twicunge😂😂😂😂😂
Fafa
Ndagukunda cane 😅😅😅
Fanny est gentille comme son Père Bonite. Ndamwibuka ariko arafasha Papa kudandaza akiri umwana muto! Ndababaye cane quand j'apprend que umugabo yagukubise ugakuka amenyo! Be strong!!
Kumbe lavine ni umukobwa wa bonito mu bikeye? Yooo avukana na NADINE MANA Weeee. Umurwizatunga arihano 😂😂😂 Fafa pole kuri ubwo buzima waciyemwo uvuye kwa papa😮
Ndamukunda cane lavine imana ibandanye imuduhezagurira
Fafa intahe yawee ntako itagize kugira inyigishe courage
Uranshiramwo muri film zawe ndabikunda cane ndisabiye
Big up❤ love u
Mpore mpore hari imyaka igoye cane. Iciza n'uko ubu atawe usega kandi Imana ibandanye ikugirira neza.
Uri intwari,Imana igukomeze
Mpole sha chr ibihe bibi umuntu arabicamwo akabivamwo gusa birakomeza knd birigisha mubuzima.gusa Witegure vuba Imana igiye kugushira kuyindi ntambwe
Imana yomora ibikomere fany jew sindubak arik navyariyiwacu nta famille duhuz arik yimana ikugendey iraguh humur iki nico gih caw
Uri très sympa Fanny Lavine.ndakunda ukuntu utwenga nk'umuntu atagira ideni🤣🤣
I love u Fanny lavine ❤
Fanny ntuze wicuze kuvyakubayeko kuk nishure waciyemw kand urabon ko vyakwigishij uzurashim imana rer❤❤gsa iyoninyigisho
God bless you Fanny lavine ,I love you so much ♥️♥️🥰🥰
Inshuti yange Lavine ❤komera knd ukomeze tukuri inyuma ❤
Merci beaucoup Fanny kubwizompanuro nziza ndagu❤❤❤
Ur'umuntu muzima Yesu abandanye kumwe nawe,kure cane niho nkwipfurije kugera.
Courage ma fille ,tout ira Bien,
Gus Fanny ww sh zur cor sha nz ndakwinjiriz wirira sh ww uzopf ury Imana ikundindire vrt by my baby
Flm zindundi mujye muzitubwira tuzirebe hano iwacu Murwanda turabakunda
Ja kuri Fanny Lavine Official ucubona ibihano vyiwe
Canke kuri Gn films,Bmt Buja etc.....
Ndagukund fany
Uhuuuu mpor mpor mwiz wac abagb nibibaz sh harih abataz akamar kumudame murug
Yeah she looks good
Fanny 😢😢Umvugiye Intahe 😢😢
Fanny jtm bcp!! abakobwa nyene n'abagore bama berekana ko ivyobintu wipfuza gukora bitazogera Kure! Bahengamiye kurusaku
Fanny nanje ndagukunda ndakuzi ukiri muto mu Bukeye wari akana keza kandi gatekereje,utere uja imbere kandi intahe yawe ni iy'ukuri kandi irigisha,hezagirwa