Namutoye deux fois kugira ndabeko dutsinda none Yesu arabikoze toutes mes félicitations à la famille Kezimana Norasque et Uwimana Faxine. Fanny wacu Yesu aragutwengeje uyu mwaka uzoyishimire Imana ntiraba nk'abantu
AlleluiaAlleluia Alleluia, yitwa ntihemuka Imana yacu. Wariyaturiye ko uzoba uwambere none vyabaye, tuze twiyaturira ivyiza gusa. Kumwe ma Data wa twese Imbere ni heza toujours
Igishurushuru n'igihunda part 2
👇🏼👇🏼
ruclips.net/video/21EMIYwHUUU/видео.htmlsi=h6_hGcvlIJZHetD8
Team fanny lavine gonga lik ntitwigera tunanirwa kiretse iyotwigirishij❤😂❤❤❤❤❤❤❤
Toujours équipe mfana yama itsinda Fanny lavine biba bizwi ko ari master gutsinda❤️❤️
Abakunzi ba Fanny bibihe vyose muze tumukeze 💃💃💃💃💃🧚🧚Félicitations Fanny Lavine intsinzi yawe niwo munezero waba fanna bawe ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Baratuzi intahemuka🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Tuzobatsinda mpaka
Felicitation funny wanje❤❤❤❤❤
Niwe wanje kbs ahubwo nzonamwicapako🥰
Niwe wanje kbs ahubwo nzonamwicapako🥰
Félicitations Mama wabo ❤❤❤❤ je narinziko uzorinda gutsinda naho ijwi ryanje ryari rimwe ryubahwe🥳🥳🥳
Abunvise ingene uyumuntu azi gu proclamma bigatera motivation abantu namwe ntimugende mutankorey kwi photos ngo ngwaciy yidudura hasi ngo ntaranamubwirako aruwambere ngo ngirariko aradukinira fiim ewe Fanny Lavine urakunzwe❤😂
Ntakintu kiryoshe nko gutora umuntu hama agatsinda Mama Lao hejuru cne❤❤❤
Nimba nawe ukunda Fanny la vine .naho link zabuze nimpe nanje numve ukwo bindyoha
Abakunzi bawe murwanda twaragusengeye Fanny wacu🎉🎉🎉
Ndishimye cyane kubaye nuwambere
Komera cyane ndakwikundira
Waaooo mwarakoze
Ndagukeje naho vyananiye ukuntu ndagutora naragusengeye yezu yabikoze félicitation maman lao
Franic uraberew caaane,
Team Mama wabo💪💪💪💪💪ndarize😭kubwumunezero,Fani ijwi ryanje ryakoze ibikomeye😅conglatulion Fani,muri vyose tukuri inyuma,bandanya utera imbere
Team maman lao munkandire kuga foto nimutabikora ndahita mbona ko atarukundo ❤❤❤🎉🎉🎉😢🎉
Waooooh félicitations maman lao❤team yaw twishimiy intsinz yaw IMANA igume ihezagira ivyaw turagukund🎉🎉🎉🎉🎉
Mbaye uwambere Mana we ndishimye cyane kubwa Fanny ndamukunda cyane❤❤❤❤yarabikwiriye kabisa mu Rwanda natwe twaragutoye🇷🇼🇷🇼💃
Fanny kwijwi ryanje naguhaye ndakubwiye yuko utegerezwa kunyambira duhuye buryabwishime bwanyu bwuko muhuy numuntu mutamuramutsa,sinzokwemera kundengana utanyambiriy kuko ndagukunda kandi nzokomeza ngukunde❤❤❤❤❤❤félicitations
Fani nkabafanaturagukeje terimbere ndakwibonamwo wanyigishijevyishi mubuzimabwanje 💃💃💃💃💃💃imanigumiguhezagira
Fercitation mamalao wacu❤❤❤❤❤❤❤❤iyo fanny lavine ataba uwambere nomaze indwiyose ntarya ntaryama❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 I love u fanny🎉🎉🎉❤❤❤ntawundi twaritwiteze Atari mamaloo❣️❣️❣️❣️❣️
Simfise nicomvuga kuber umunezro namarira 😭😭😍😍😍🙏🙏🙏🙌🙌
Waooooooooooo félicitation Madame KEZIMANA Amashimw meshi ku Mana urabikwiy kuba 1.team Fanny turanezerew caneeeeeee
Fanny yategerezwa kuja mwico kibanza❤❤❤ félicitations 🎉🎉🎉
Yategerezwa kuba fanny congrats❤❤❤
Biraryoshe gufanna uwutsinda guko inguvu dukoresh ziranze ❤
Nanje ndanezerewe kwel ndana lize pe Fanny nkukunda kubi félicitations kwel umunezero nanj itumwe ndira dis 😭😭😭😭😭😭😭
Ina ligera nabandi bose muponda fanny ingo murab Imana ingene igum imu blessinga🔥
@dorynasraniyoncuti5879 rekivy
Nibaza barabe ingene Fanny wacu lmana itaza imutetereza nubwo kuvuga make kwiwe
@@AbadasazaTV imivumo bamuvuma niyo lmana ihindura inyungu z'imigishaa ahaaa nibarabe uk atagatse
Ubwo nubukehabwenge Nn uzanyemwo Amazina yabantu gt??
Ijwi ryanje ntiryapfuy ubusa 💃💃💃felcitation mama lawo❤❤❤
Boom boom 🎉🎉🎉 I love you fanny ❤❤❤ imana ibandanye iguhezagira cane gose
Non uwo haruwo bohava bahiganwa vraiment ?emw na jew amahiganwa arimw Fanny lavine sinopfa ngiyemwo kuk ntawomuja imbere.feliitation mama wabo
Waouhhhh congratulations Fanny ndanezerewe kubwawe,ukomeze kutwihera ibidugasha vyigishe benshi.
Félicitations fanny kure cane mwiza vyari vyananiy kugutora nabikoze nkcur zitanu mpak ndabishobora none ndahimbawe
Kumunezer fanny afise numwana munda yishimye cane gose ❤❤❤❤❤
Narinz KO ar ngombw wallah kuk tuguknd tur bcp🎉🎉 congratulations Fanny ❤
Waaauuuuuuuuu toutes mes félicitations Fanny ❤❤ Kure Can nihonkwipfurije gushika
Nanje ndakoroye amosozi kubw'umunezero, Félicitation di Maman Lao🎉🎉
Waow Imana disi congratulations Fanny lavine uri umunyamugish mur vys ds ❤
Sans mentir najewe ndarize kubw'umunezero🎉🎉🎉
Pole xna Ubaye nkanje
Naje wa 2 nisanze narize 😢😢
Bravo bravo ❤❤❤❤❤❤❤❤wambaye neza cane rwose Fanny wacu ukwanga azicwa nagahinda
Team Fanny murih gahemweee🎉🎉🎉🎉🎉🎉congratulation maman lao 🎉🎉🎉
Waaao Fanny Lavine congratulations 🔥🔥🔥🔥turagukej caaan ,Kure Can sh Fanny
Ryoherwa fanny ❤❤❤❤❤❤❤❤ ndabakund can ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Waouuuuuu fany félicitation vrt.biranryohey pe uvyumvee ahuri ko ukunzwe❤❤❤.mugabo ntimwikorane😂😂😂😂
Frannick uraberewe kbx!🎉🎉🎉
Nukuri ndaryohew nukur kubwa mama lao félicitation muvyeyi mwiza ubereye ivyiza gs
welcome to America Fanny will love you❤
Faaaaaaaa we are the winner vrm👍👍👍👌👌👌Uraberewe cane Fanny nukur twarakoze rek Tuyitahane amajwi yanje vrm ntiyapfuy ubusa courage caaaaaane vrm
Umuberey umwaka wokwemererwamwo disiii
Ibise vyari bimufashe kubera umunezero 🎉🎉🎉🎉❤😂😂
Oooooh my god ndaryohewe Kubwa fanny
Numva yumunezero mwinshiiiii congratulations dear fanny ❤❤❤🎉🎉🎉
Félicitations maman lao ndaryohewe cne nkabafana bawe uzorabe ntiwikorane uzotwibuke turagukunda💝💝💝💝💝💝💝
Yarabizi kwazakubuwambere kuko nukuntu yari yagiy yambay ntivyaribisanzwe congratulations 🎊 👏 💐 🥳
🎉🎉🎉🎉 félicitations encore Mama lao impund nyish Fanny IMANA ikwitey mur vyose yagurr impand zos wironker imigish ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ndarize amarira yivyishimo fanny wanj disi❤❤❤❤❤
Sinzimpamv ndijijwe numunezero uturuts kwa fany nukur iyimana ikubikiy iguhay ntacisigaz muvyo yakuvuzeh vys nukur twagutoy turibesh ishimw ribiryimana❤❤💃💃💃💃💃😭😭😭😭😭🙏
Ndaryohew nukur Fanny congratulations ♥️♥️♥️♥️
Fanny chérie narindabizi ko utegerezwa parce que tu es une femme forte 🙏🙏🙏
Basha nukuri naje ubwanje ndarengere fanny humura tukuri impande zose ibihe vyose❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 abakunzi ba mama lao🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Yooooo je te félicite Fanny biraryoshe caaane komera natwe aba fana turinyuma yawe🎉🎉🎉🎉🎉
Felicitation Fanny nukuri Imana iragukunda kuko sikubwawe vyose ubishobozwa Ni Mana❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
UMIMANA FANI UBIMENYENEZAA BAAA UWIMANA CANKE BAFANI FARAAAAA NTI TUNANIGWAAAAAAA❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉Waoooooh igh cose umwami nimwizaaaa❤🎉🎉🎉Ndaryohew kubwa Fanny lavine❤🎉🎉
Yooooo basha ndaryohewe nukuri namosozi antanzehasi kuberumunezero felicitation Fanny wacu ndishimye kubwawe umugabo wanje agiyabona ndira kuberumunezero 😂❤
Ushaka umbwira fanny lavine canke maman 3FA, canke mama lao 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ félicitations nyina wabo❤❤❤😂😂😂
Abakunzi ba Fanny Lavine muze hano tumenyane ariko ntimugende mutankorey kwi photos muzoba mukoze naj munshigikire❤😂
Yooooo ndabona ijwi ryanje ritafuye ubusa fanny imana ikomeze kugushira hejuru ndagukunda ndanagusengera❤️💞🙇♂️🙇♂️🙇♀️🙇♀️🙇♂️
Ndaryohewe cane,Fani uzokunde abantu nawe baragukunda,kd iyo wubashe Imana nayo irakubahisha,🎉🎉🎉🎉🎉
Nubwo norara ntariye ndayaze kubera itsinzi yabakunzi ba Fanny ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Sije mbonye burakey,indoto zar zinyishe,ndaryoheweee💃💃💃💃💃💃
Felicitation big up sana Fanny kure cne niho tukwipfurij❤❤
Waouuuuu.Conglatulations Fanny.Warabikoreye sha .Ronka ibintu.
Congratulation my dear chr fanny ❤🎉🎉🎉
Rr buriy nabataraz baz kwa maman Lao umw aduh umunezero aduh ivyishim biraryosh gufana ahatsinda ubund ndarize kuber umunezero mama wabooo ❤❤❤❤❤
Namutoye deux fois kugira ndabeko dutsinda none Yesu arabikoze toutes mes félicitations à la famille Kezimana Norasque et Uwimana Faxine. Fanny wacu Yesu aragutwengeje uyu mwaka uzoyishimire Imana ntiraba nk'abantu
Maman lao reo ukuntu asimba atamba umengo ntiyibungenze🤭🤭 Fanny lavine umunezero uramwishe😢😢😢 ndaryohewe cane kuba itsinzi itashe muri 3FA🥳🥳💃💃💃💃💃🌹🌹🌹🌹
Congratulations chère Lavine.uter uj imbere mwizaaa🎉🎉
🎉😂😂😂 ndaryohew mama lao terimber muvyey urabikwiy❤❤
Félicitation fany Lavine turagukundacane
Félicitation mama lao nizereko bébé ahari nawe umunezero umugezeho❤❤❤
Félicitation maman lao wacu ugumuterimbere turanezerewe kubwaweee❤❤❤❤❤❤💃💃💃💃💃💃💃🌹
More congratulations FAFA Fany Mama 3FA imbere ni heza caane turabakeje caane ❤❤❤🎉🎉🎉
Congratulations 🎉🎉🎉🎉mama lao ❤❤❤❤❤❤umunezero niwosee kubakunzi bawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbega umunezero felicitation mama lao 🎉🎉🎉🎉🎉
Felicitation Mma lao💃💃💃💃💃💃💃💃
Congratulations to us all twamutoye ❤🎉🎉🎉abakomez kuvuga 😂😂😂rer
Fanny wacu disi❤❤❤, congratulations 🎉🎉🎉❤❤❤
Congratulation Fany wacu turagukund can mubandany muterimber mur vyose❤❤❤❤❤❤
Mama lao felicitation muvyeyi mwiza🎉🎉🎉🎉❤
Fanny lavine ❤❤❤❤ felcitation
Congratulations my best fanny❤ imana ninziza ❤❤🎉🎉🎉🎉
Imana ikora ibikomeye umunezero ushishikare kwiyongera mama lao ❤❤❤❤❤
Congratulations maman lao
Ndaryohewee Canée kub arii fany hejuruuu cne❤❤❤❤❤❤
Waaauuu Fanny wanje hejuru canee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Cubwenge uje kwibarukirayo
Urabe igihugu gihesha ubwene gihugu umwana avukiyeyo 🎉🎉🎉🎉
Fanny félicitations kure cane ariko uzogume wicisha bugufi imbere yabo mwahiganwe
Fanny je mbona uzoshimira Imana yaguhaye norasque kuo je mbona kuva mubana arivyiza gusa murimake yaguhanaguye imikoshi yase warufise mutarahura norasque wubahwe p. K.d ndabikundira cane nukuri Imana ibahe ivyiza byimyaka yose musigaje kwisi gusa uyo mwana navuka sinzi nizina muzomwita nimba azi migisha nimba zitwande Mana icubahiro nikibe icawe p🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Courage Fanny gusa niwashikayo uzokwibuke abakurungitse Hama ugarike mukunzi ntuze wahe umuti waherayo nkababandi
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii imana ninziza 🙌🙌🙌
AlleluiaAlleluia Alleluia, yitwa ntihemuka Imana yacu. Wariyaturiye ko uzoba uwambere none vyabaye, tuze twiyaturira ivyiza gusa. Kumwe ma Data wa twese Imbere ni heza toujours
Ariko Fanny yarabizi ko aruwambere ukuntu yaje yambaye❤😂
Mashall Imana yabibayemwo🎉🎉❤❤
Felicitation maman Lao kure caneee nihonkwipfurije twebwe abafana bawe turagukeje