Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
ikiganiro mwacakiriye gute?🇧🇮Drama T tumushigikire Ntitwigeratunanigwa
Neza kbx
Cari kuryoshe pe
Twacakiriye bien apana bisanzwe
Sha at kukubanira car top
Uriko uduha imizigo iryoshe iyiminsi turonderere uyundi mu 🌟
Congs sana to u Big brothers
Landry ndakunda sana udaha bishasha🩷
50:46 ico gihe kuri safi beach ndibuka niho nari ariko aririmba friend zone bamwirukan kuri stage😅😅
Wishura nkumuntu waciye ntebe yishure kabisa no negativite
Abarundi mujye mureka uburyarya basaza ejo bundi na fizzo wavugaga ngo ni papa wwe none usigaye uvuga ibindi nuyu musaza bizahinduka ejo
My big bro umutananirwa nawakubali sana drama t big up sana
Hahahaha ab journaliste mur abn babi nkeuuuu, 😂ngwijambo Mona amze kukubwira minuit!
Ka cece ni keza kabisa Ntiwari wayovye
Ikiganiro ndakiravye cose kumpera kiratwengeje😂😂😂ewe drama uranyishe
Petit izonyishu kozimera
Nkunda ko munteramisha mukazi🎉
Ndakunda Drama gabasha adimwo😂
Ndamukunda, Drama,, Nic
Mn ndakunda ibiganiro vyawe na music zawe bro muri make ww ntakintu cawe nakimwe nanka bro xo bro me I'm big fan for you #drama_y baby killer your favo my favo 🌟 star wallah 🤞 broo nankuwukwanka wallah nkatuka uwugutuka wallah 🤞 gee
Good Interview
Msani wetu🙌
Aka nika Diamond kacu m'Uburundi❤❤
Drama T wubahwe ❤❤❤
Ndabe'mera vya Foux kbx
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
Drama-t ndakunda ukuntu uzi kwishura ibibazo. Tu es un intellectuel musicien vraiment. Urishura neza utababaje uwoba atanezerejwe nivyo wakoze canke ukora. Go ahead bro. Ugumane sagesse muvyo ukora nivyo uvuga. Ikindi uwe makini n'ibibazo vy'abanyamakuru sometimes barabaza des questions pièges kugire baronke aho bagufatira. Tu es honnête kandi uzogumane iyo honnêteté
ati nararaba igikorane ndindiriy ubugari nindagara😂😂😂😂😂
Wooooa drama t imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛🤛🤛🤛✌✌✌✌✌✌
Showbis ya burundi ikeneye plan ifise imbaraga kandi mujye muba abasirimu apana abasiri
Wewe wibaza kurusha ubusirimu abarundi bangahe?
I'm Big fan for you @Drama-T uri umu super Star
Mow knz na Drama T ivyabo biraturuhije muguma mubibaza non Drama sumuhungu Mow naw ni umwigeme Aho mubaza vyinshi vyiki?muzohava mubamenesha ibanga😢
Hit top TV hejuru cane
kumwanya courage
Drama t ♥️♥️♥️♥️
Drama tu vas allez plus loin
Ndabakunda caneeeee❤
Bby killer 🌹🌹🌹 nkunda interview ziw f🙌🙌🏅🔥
Thank you mze
Cane tumushigikire
Nice Conversation 👏🏾👏🏾
Nice interview ❤❤✊💪👊
Shinj kagawa 🕵️♂️
Burundian brand Drama❤❤
Dog anajuwa tatizo anasifa sna😂
None video y'isaha,uba ushaka ko tuyirigwako,ewana za uragabanya !
Love from #KandaMusic
😂😂😂😂😂
Umujeune nibamureke yiryohererwe yarapambanye
❤
❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉
Drama-T wirambire
Udususu nimba uri kicece
Maman ♥️
Uyu muhungu Drama yazananye amavamuhira, ubu yazimye
Abarundi turabana beza cane ngo @drama t yagiziiii😊😅😂😂😂ngo yarazimye vrm😎😳raba uje kwamuganga barabe kugifise ubwonko buzima🤓🤓🤓🤓🇧🇮🇨🇵🙌🏽
Intro ni ndende cane 🤦♀️
Landry niko amez vyaramunaniye guhindura
❤❤❤❤❤

Ka cece ni keza kabisa
Ntiwari wayovye