B Face abakobwa bamutinyira kugwana no kunywa urumogi//nivyo banziko//abasani bacu barumye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • B Face yavuze uburyo yakoresheje kugira Monna Walda yemere kuja muri video yiwe..
    #BFace #SirenVibes #Ndabe
    Mufise ico mubaza canke muterera duhamagare kuri 61233934
    Ukaba wakunze iki kiganiro ntiwibagire gukora Subscribe, like udusigire na comment yuko wakibonye canke ivyo twohindura.
    Murakoze

Комментарии • 147

  • @pascalnjejimanakidogeza7433
    @pascalnjejimanakidogeza7433 4 года назад +21

    B face Interview Yawe NuyoMwigeme ImisiYose Ndama ndayiteganye Igishika, Ariko Interview yanyu Irangira Ntashaka ndak.🙋‍♂️🙋‍♂️🙋‍♂️🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💝💝💝💝

  • @bertrandishimwe4665
    @bertrandishimwe4665 4 года назад +13

    Best rapper in this world
    Ndabe
    La difference
    Hitamwo
    Freestyle
    Hip hop is my style
    Passport
    Oloha
    Ingoma z'iwacu
    E.t.c

  • @cbanews4730
    @cbanews4730 4 года назад +8

    Congretulation bro Bface uranezera cane uko uvuga muri interview.nawe Hosy uranduhura

  • @ruberingaboflaurain9673
    @ruberingaboflaurain9673 4 года назад +5

    Siren vibes with BFace it's always good courage Hosy na courage kumu Rappeur wacu

  • @innocent30thibaut80
    @innocent30thibaut80 4 года назад +7

    Ariko rero hosy wewe iyuhuye na b face wambara ugutandukanye nuko wambara iyuhuyeee nabandiiii batumireeee🤗🤗🤗

  • @chrissibzwilliam4124
    @chrissibzwilliam4124 4 года назад +5

    Bface nakukubali sana ! Hosy big up sanaaa ! We love your projects

  • @nkurunzizahermes5136
    @nkurunzizahermes5136 4 года назад +1

    Ego vrm!B Face igihe twahuriye Rwanda mvuye Uganda hama twajanye muri bus tugeze Frontière ntivyoroshe bose bashaka photo!Kandi ico ndamukundira B-Face aritonda kabisa!Bravo

  • @joycejojo4429
    @joycejojo4429 4 года назад +6

    Allooo ndabakunda gusa hossy ufisikibazo cokudakora ibiganiro kenshi dukeneye ikiganiro na bantu bwoy

  • @kwizerawalter9916
    @kwizerawalter9916 4 года назад +3

    Hosy nama Nama nkunda ITW ya surtout iyo urikumw na On the Flow one of the best rappers in our lovely Burundi.Kndi Ubaza neza i wish u to keep it up more...

  • @pascalnjejimanakidogeza7433
    @pascalnjejimanakidogeza7433 4 года назад +8

    Asha Uyumus Ndabafukuruy kuba mur 3Top. Narinkumbuy kubona Interview ya My Rap YuDaaaaaa💪💪💪💪💪

  • @nsanzabahizirahma7104
    @nsanzabahizirahma7104 4 года назад +1

    I love you so much my brother nice song very very nice 🔥🔥🔥🔥👌

  • @oscargahizi2651
    @oscargahizi2651 4 года назад +3

    Rapper yuda!nanj ndakwemer sana hma hosy kor akazi ibindi muvugan tutabon.

  • @sereinanavesa7298
    @sereinanavesa7298 4 года назад +6

    aloooo hosy et
    b face mrxiiii bcp pour ca gros bisous

  • @annykabisa9422
    @annykabisa9422 4 года назад +1

    B wanje nemera and Hosy forever😍❤

  • @irely2153
    @irely2153 4 года назад +3

    Siren vibe on the map🔥🔥..

  • @pascalnjejimanakidogeza7433
    @pascalnjejimanakidogeza7433 4 года назад +6

    CONGRATULATIONS Ndabikundira💝

  • @NiyonkuruCubwa
    @NiyonkuruCubwa 4 года назад +12

    Interviews imeze neza vrt afu On The floo naw azi kwishura ibibazo kandi hari haheze igihe ata kiganiro mukoranye
    Siren Vibes Tv we love you keep doing good.
    God bless your projects

  • @tk-padonniyonsaba
    @tk-padonniyonsaba 4 года назад

    Viva siren vibe na yuda🇧🇮🇧🇮

  • @meddymedarditangishaka9412
    @meddymedarditangishaka9412 4 года назад +3

    Abantu banje nkunda.
    Hosy na B Face muranduhura

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 4 года назад +2

    Kubadufise B Face muba star dufise mu Burundi biratuma agateka kabarundi kokwitonda tukagumana.

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 4 года назад +3

    B-FACE kuri NDABE yayumye nkwemera kurusha.VIDEO yo namavuta 👍irajugumiza umutima uwumukinzi akisanga yakoroye amosozi, kubwokuryohegwa

  • @استيلا-ي7ث
    @استيلا-ي7ث 4 года назад +3

    B face ivyo t mucloss yamubwiye nukuri nivyokweri ivyindirimboninziza can irarenze💐

  • @alexandern.1752
    @alexandern.1752 4 года назад +7

    I 👍 him. Kandi nukuri ndamukunda

  • @irutingaboaudry2219
    @irutingaboaudry2219 3 года назад

    Nanje ndamwera sana ,Be face nakupenda sana

  • @river7419
    @river7419 4 года назад +1

    Alraaa,..... Ako kantu ndakaheruka kera
    None bface kuberiki umuziki mutasaba ugire agaciro hama abo bose mukoresha mubahembe neza!!!
    Yiii mwamatanize amaguru!!!!!!

  • @francisfiremo9497
    @francisfiremo9497 4 года назад +2

    He can🙌🏽🙌🏽🙌🏽 Keep up good work you both ✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾✊🏾

  • @paulpogba3513
    @paulpogba3513 4 года назад +1

    Respect B Face urashoboye

  • @thierryirakinga1463
    @thierryirakinga1463 4 года назад +1

    Hosy urik urakora neza nk'umunyamwuga kabisaa burya iyukora uri free wirekuye mumutwe akazi kagera kure so courage interview yatotse neza pee👏👌

  • @ferdinandmpawenimana1579
    @ferdinandmpawenimana1579 3 года назад

    Je nagomba uzompuze na B Face kuko ndamukunda sana

  • @jastannsabi965
    @jastannsabi965 4 года назад

    Ooh, noo, soorry B face, Sister wacu Hosy ntagira mama afise dady wihenze mukuvuga kuko yitavye Imana 2018.

  • @leonardmethusela66
    @leonardmethusela66 2 года назад

    Love youuuuuuuu B face

  • @mikeofficial2577
    @mikeofficial2577 4 года назад +1

    B Face nakupenda sana ila Hosy nay nampenda sana zaidi. Big up

    • @titinsengiyumva1403
      @titinsengiyumva1403 3 года назад

      Hosy siwe gusa uyikunda jewe iranduhur saaana uwo muhungu wacu turamufise Burundi kabisa

  • @hassanasman8581
    @hassanasman8581 4 года назад +10

    Hosy ,,Nshaka interview naba star bo muri bantu boys today or tomorrow if you can ????????????

  • @samuelngendakumana
    @samuelngendakumana 4 года назад +5

    B face courage mwe n'a hosy ariko KO muri babiri ndabandikira kuri Instagram ntimunyishura murambabza caneee

  • @bedierndikuriyo3988
    @bedierndikuriyo3988 4 года назад +7

    Ukunt avugish ukuri rero😁😁

  • @saeednihammed716
    @saeednihammed716 3 года назад

    Ndagukunda b face cne

  • @braytonmax7471
    @braytonmax7471 3 года назад

    Sha B face ndagukunda

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 4 года назад +1

    Ozy wavyibushe ndake b face mukunde sha

  • @hakizimanagaspard3187
    @hakizimanagaspard3187 4 года назад

    Hosy numu Cherie wa b face

  • @استيلا-ي7ث
    @استيلا-ي7ث 4 года назад +3

    B face🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️

  • @smithclovis1481
    @smithclovis1481 4 года назад +1

    Best Rapper 🇧🇮✊🏾

  • @Lheros87
    @Lheros87 4 года назад +4

    Interview ni nziza rwose gusa nkumbuye Alvin smith la vache orginal

  • @Sarah-yl8uz
    @Sarah-yl8uz 3 года назад

    Nukuri ndabakunda cane 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🥰

  • @malekahmm7502
    @malekahmm7502 3 года назад

    B face nkukunda kuvuga ukuri tu ngo nubwo bakunyagiriza ngonturi gu nyanje😀😀😀

  • @felixhatanga5085
    @felixhatanga5085 4 года назад

    My rapper :@@@@much love u

  • @Mel5555.
    @Mel5555. 4 года назад +4

    Hosy ubizi gute ko BFace ata tatouages afise? Duhe umuco?

  • @cbanews4730
    @cbanews4730 4 года назад +3

    Bface heba rap ndagusavye kuko na fizzo yatanguriye muri rapp ariko abikora sometimes me aririmba cane nawe gerageza uririmbe cane ndabona mumisi iza woba ugeze kuyindi level.

  • @bienvenutuyisenge2142
    @bienvenutuyisenge2142 4 года назад

    9c interview b face

  • @ninetteninettendayizeye4492
    @ninetteninettendayizeye4492 4 года назад +1

    Kabis uyaganeza gufashanya mukazi nivyiza servis irakenewe nugufashanya kuk mwese mukorer hamw nivyiza

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 3 года назад

    wow ikiganiro ciza

  • @davydanconganji2195
    @davydanconganji2195 4 года назад

    Ivyo vyo kuririmba sivyawe niwibere rap yuda vyo ni sawa

  • @Nova_yaya
    @Nova_yaya 4 года назад +2

    Good b face nibon

  • @johajohar7777
    @johajohar7777 4 года назад +1

    Nc bi ndakunda ibiganiro vyawe na osyi ndakundukuntu umwita ngo naga petite haaa courage biiii umuririvyi nkunda sana

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 7 месяцев назад

    Mana yanje ndakunda Hosy na Bi iyo mukoze ikiganiro muranduhura cane ntako ibiganiro vya Hosy ndabikunda ariko iyo Atumiye Bi Ndaryoherwa murikumwe muraberanye murumvikana murafyina cane umenga murubakanye vrmt Bi ndagusavye mukundane na Hosy vya Vrt knd muze mubane so ndabakunda cane bzuuu

  • @officialg_king1324
    @officialg_king1324 4 года назад +9

    hosy turakumbuy alvin smith

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 4 года назад +3

      🤣🤣🤣oyaha vya vrai?

    • @officialg_king1324
      @officialg_king1324 4 года назад +1

      eg hosy turanukumbuy kbx, ham interview yariryosh kbx mwayikoz nez

    • @kenny-gofficiel8287
      @kenny-gofficiel8287 4 года назад

      Hosy vuba vrmnt tumuhabw alvin smith le frimeur turamukumbue for real umutuzanir vrmnt la vache OG🐄

    • @Lheros87
      @Lheros87 4 года назад +1

      Nange nkumbuye la vache Orginal Rwandan from USA 🇺🇸

  • @esperancendayishimiye2273
    @esperancendayishimiye2273 4 года назад +2

    Uziko mubaririrnvyi bi Burundi 🇧🇮 uwuniwe muririnvyi nkunda

  • @nsengiyumvaeliphaz2601
    @nsengiyumvaeliphaz2601 4 года назад +2

    Nukuba calme bwana B Face ntagutwengera ubusa k'umusazi

  • @inzirayibihe2868
    @inzirayibihe2868 4 года назад +4

    Ni neza kbc
    😘😘😘✌️✌️

  • @nkzenest4748
    @nkzenest4748 4 года назад +1

    Nice interview

  • @irakozeblaise1067
    @irakozeblaise1067 4 года назад +3

    Ikiganiro ni ciza cane vrt.hosy nkund ibiganiro vyawe

  • @liessemugabekazi2689
    @liessemugabekazi2689 4 года назад +1

    hhhhhhhaa jisho ndmwakuyee ngo dechirE gushik naho akanyeshur kabonekaa

  • @desirenkunzimana1161
    @desirenkunzimana1161 4 года назад +1

    Ndake hosy atazi kuririmba

  • @blaugranaelissa5344
    @blaugranaelissa5344 4 года назад

    Hosy vyizzaaaa caneee

  • @bedierndikuriyo3988
    @bedierndikuriyo3988 4 года назад +9

    Uwomuhung ndamukund can

  • @ernestpabloofficiel
    @ernestpabloofficiel 4 года назад +2

    Mamaweeeee muze mugire colabo ndasavye vrt kuko amajwi yanyu aratovye.mamaweeee nugutwika twimanukira gusa.hosy I need your like for.

  • @ksidointernational
    @ksidointernational 4 года назад +1

    Hozy muri clip ya B-face! Oyeeeeeee...

  • @kechristainge8692
    @kechristainge8692 4 года назад +5

    Yari jewe vraiment hahah

  • @mireilleirakoze602
    @mireilleirakoze602 4 года назад +2

    Asha nanje ndamufana kwer umurundi wacu

  • @zuzubintabdu4701
    @zuzubintabdu4701 4 года назад +2

    Hmmm be face ngo Hosy si goût yiwe!!!
    Hama be face mukwicara uratambikiza cneee😀

  • @iteritekanelsonmandela4309
    @iteritekanelsonmandela4309 3 года назад

    B face big up vrmt ariko uyumusi uragwaye ko mbona uguma wiyaga urwaye imiburu nyishura woba ukoze kl kuko i m your fan ok ndategereje reponse kand b face sorry kbx

  • @mugabekaziliesse386
    @mugabekaziliesse386 4 года назад +1

    Ngo yambay déchiré nagapipi kaboneka😂😂😂😂

  • @innocent30thibaut80
    @innocent30thibaut80 4 года назад +1

    Komeraaa Hosy courage kubiganirooo vyaweee

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 4 года назад +1

    B face ndakunda imigani yawe Mana yanje

  • @cedrickurarezemanniyonseng6624
    @cedrickurarezemanniyonseng6624 4 года назад +2

    bro uvuze ukuri kwel harabantu bakwibaza ukutari

  • @DJMURYAOFFICIALBdi
    @DJMURYAOFFICIALBdi 4 года назад +5

    Hosy. Faut activer les.publicités youtube .pour faire l'argent

  • @DingRugamba
    @DingRugamba 4 года назад +1

    best Raperi

  • @irakozejustin9522
    @irakozejustin9522 4 года назад

    Ehh Hosy uzi kuririmba sana vrt!

  • @faa2023-ngaragu
    @faa2023-ngaragu 4 года назад

    Hosy burya misi yose nisanga ndik ndaba wew umutumire nkasanga namwibagiy.

  • @nadinekwizera3475
    @nadinekwizera3475 4 года назад +1

    Muranyemeje B face na Irakoze

  • @JOmani-h8p
    @JOmani-h8p Год назад

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @mpundujay8699
    @mpundujay8699 4 года назад +2

    Rosie avuze ngo Bamu (folonge )kwanza 😳😳😀😅😅😂🤣 uragowe jisho azogukorerako

    • @opk3943
      @opk3943 4 года назад

      Jisho😂😂😂😂😂

  • @كريستالكينيا
    @كريستالكينيا 4 года назад

    Neza

  • @onesphoresindihebura1940
    @onesphoresindihebura1940 4 года назад +1

    B face interviews mukoranye ziba zitesa kabsa

  • @bush_doctor8878
    @bush_doctor8878 4 года назад +1

    dechirE hamwe nagapipi kaboneka😂😂😂😂

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 4 года назад +1

    Hooooozziii ubaza neza , ndonderera nimero ya Uda

  • @felixnduwimana7340
    @felixnduwimana7340 4 года назад +2

    Hosy kabisa emission zawe numuriro.B face wewe aranduhuura kweri

  • @melissanijimbere6693
    @melissanijimbere6693 3 года назад

    Ndaheba nkibagira konabiravy nkumva nshak kuguma ndaba interview za BFc.en tout cas uri très différent nabandi benshi.

  • @caritasinamuzima1536
    @caritasinamuzima1536 3 года назад

    THEBESTRAPPER

  • @jephyusufuyusufujeph3742
    @jephyusufuyusufujeph3742 4 года назад

    Vyiz

  • @bienfaitniyonkuru5585
    @bienfaitniyonkuru5585 4 года назад +1

    hosy nyen b face ntiwomukunda? hhh

  • @didiniyo8505
    @didiniyo8505 4 года назад +1

    Waberewe hosy kwako ga sket

  • @irakozemwanaidimwanaidi1151
    @irakozemwanaidimwanaidi1151 4 года назад +1

    👌👌👌😀😀😀

  • @joynsab7015
    @joynsab7015 4 года назад +1

    Hosy kukunda kugira ibiganiro vynshi n b face 😁 rondera abndi barrmvyi

  • @noynono3462
    @noynono3462 4 года назад +2

    vichou ko yasohoye indirimbo ntimumu promotinge nkuko,harico mwoba mumuhora?

  • @Colonelinnocent4989
    @Colonelinnocent4989 4 года назад

    B face interview aba arimwo sindayihomba

  • @louise5187
    @louise5187 2 года назад

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @Iwacu257
    @Iwacu257 4 года назад

    😂😂 Uraduhenze vrmt kuko ntawoba umu sérieux yambay impuzu aga pipi kari hejuru

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 3 года назад

    B face urashoboye peee

  • @ernestniyonkuru3599
    @ernestniyonkuru3599 4 года назад +18

    Nn ububnaho simbaye uwambere ga yamwe???? Uyumusi nkeneye like ivuye kwa Hosy🤪🤪🤪🤪🤪

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 4 года назад +4

      Hhhhh naguhaye zitatu kweli

  • @DingRugamba
    @DingRugamba 4 года назад +3

    rwa Bifesi nururwanyi rwirirwa ruragwana ejobundi barutikuye ingumu nka 50 mukabare.hhhhh