Indirimbo za kera iyo ndazumvirij ça me fait un truc bizarre dans mon coeur...mais positif. Nukuri aho hambere ibinti bitaramera nabi, l'amour existait vraiment.!!! Today i am 32 years old but it's like nduwakera cane bivany nuko nkunda za karahanyuz
Oups j m dis dès fois que j'aurais dû naître à cette belle époque aho hari abaririmvyi baririmba ibitumberey nama vidéos meza apana Ubu baririmba batambay utazi nico indirimbo ivuga🙄c'est affreux mais hélas #j reste amoureuse des anciens succès #MBWIRA inkora k'umutima kurusha zose 💖
Emwe uyu Milk&Honey akwiye kuronka agashimwe au plus haut niveau des institutions nationales. Izi ndirimbo ntawarazi ko twopfuye dusubiye kuzibona. Merci de tout mon coeur. Niwaba uri kuri facebook, mbwira amazinayawe ndagusabe amitié.
Pourquoi je vous ai pas connu avant C est tellement beau. C est un morceau que j écoute et réécoute J aime beaucoup Tout ce qui touche l Amour c est du long terme Merci Baby John
Great music there. Viva akaziki ka kera! Amajambo meza cane kubakiresha. Ayo majambo uyapangishije inkumi, asha ntishobora kuva mu rusenga naho vyogenda gute ndakurahiye.
Hari umwe mubagize commentaires, nabonye yavuze ko uwo muririmvyi yoba akiriho kandi akaba aba mu Budagi pour le moment. Ese iyo nkuru yoba ariyo? Nimba ariyo, yitwa nde? Ubu afise imyaka ingahe? Arafise umuryango (umugore n'abana)? Iciyumviro: Vyoba vyiza kandi vy'igikundiro, mugihe abantu baba bazi amakuru y'ukuri ku bantu nk'aba baba baragize kahise keza ku gihugu ko boza barayasabikanya muntumbero yo kugira abantu nk'abo ntibaze bibaghirane mu mateka y'igihugu. Ivyo vyoba biri muntumbero yo kw'encouragea abakiri bato mu gukunda imico kama y'akaranga k'igihugu.
Habimana Vincent Stone Baby john aracariho ubu asanzwe aba mugihugu cubufaransa numuryango wiwe ariko muri iki gihe ari ngaha mugihugu ca Vancance ari ngaha mugihu c’Uburundi aho yari yaje murubanza rwo kuganduka kubavyeyi biwe
ryoooo aya ma video uyakura he pliz shirako zimwe za higa za kera batamba i burundi ushoboye kuzironka but woooow am so suscribing on ur channel!!!awsomnessss
Indirimbo za kera iyo ndazumvirij ça me fait un truc bizarre dans mon coeur...mais positif. Nukuri aho hambere ibinti bitaramera nabi, l'amour existait vraiment.!!! Today i am 32 years old but it's like nduwakera cane bivany nuko nkunda za karahanyuz
Il y a 9jrs...nnje 0sec izi ndirimbo sinzi ibintu birimwo ingen zikunditse uku kuntu nnje ni musi yawe zarananiye kuvako!
Oups j m dis dès fois que j'aurais dû naître à cette belle époque aho hari abaririmvyi baririmba ibitumberey nama vidéos meza apana Ubu baririmba batambay utazi nico indirimbo ivuga🙄c'est affreux mais hélas #j reste amoureuse des anciens succès #MBWIRA inkora k'umutima kurusha zose 💖
Vous avez raison Yvonne. Izo ndirimbo za kera zarashika ku mutima vraiment. Ubu nta inspiration irimwo namba.
Muvuze ukuri pe👌🏾ubu baririmba loliloli na za la boss na la mwembe hahaha niri nirenganiye 🙊🏃🏿♀️🏃🏿♀️🏃🏿♀️✌🏾
Emwe uyu Milk&Honey akwiye kuronka agashimwe au plus haut niveau des institutions nationales. Izi ndirimbo ntawarazi ko twopfuye dusubiye kuzibona. Merci de tout mon coeur. Niwaba uri kuri facebook, mbwira amazinayawe ndagusabe amitié.
Igiti c'urukundo ni monument kabisa. Bravo l'artiste
Pourquoi je vous ai pas connu avant
C est tellement beau.
C est un morceau que j écoute et réécoute
J aime beaucoup
Tout ce qui touche l Amour c est du long terme
Merci Baby John
Moi aussi je l'aime
Great music there. Viva akaziki ka kera! Amajambo meza cane kubakiresha. Ayo majambo uyapangishije inkumi, asha ntishobora kuva mu rusenga naho vyogenda gute ndakurahiye.
👌🏾👌🏾 Old is Gold...! I really miss this Burundi 🇧🇮. Thanks for the upload #Milk11
The Legand buburundi bubahwe.
Imana yari yaragabiye uburundi kweli
milk11honey, thank u very much for sharing these songs...my heart is overwhelmed by joy...binyibutsa vyinshi vraiment
Wooow aba star bacu bubu ni ba nyonga gisusu gusa..m umva abo ba ancien bacu
lol
Hhhhhhhhh,uti ni ba nyongagisusu...Asha ubivuze neza kweli
Yooo nkumbuye uburundi
Uburundi burakeneye kuronka Abarundi baririmba nk' aba , kandi .
Smart Folks.
Ayayaaa...Quels talents, super maîtrise d'instruments!
Merci bcp de partager!!!
Merci pour ce rappel de cette poésie qui nous rappel qu'au Burundi l'amour à toujours existé.
Quel artiste !
none nkiyo ndirimbo yaririrmbwe ryari...les periodes d'Or du Burundi
milk11honey cant tank you enough ! this is a real piece of home !
j'aime cette chanson depuis ma tendre enfance, un bon souvenir en découvrant l'amour aussi! je suis juste ému en ecoutant ce morceau
Aaaaahhh!!! An unrivalled Burundian classic!!
Vyiza canee,utwakera turaryoshe sana ,ndashimiye uwizishirako kbsa
Imana igum ihezagira Burundi tufis ivyiza vyinshi ❤❤❤
I have born in Burundi 🇧🇮 yes I am a Burundian, Yes I Love my My Country 🙏🙏🙏
Murundkazi God bless ya✝️🔥
La voix de ceux qui ont su marquer leur generation et egayer le Burundi
milk11honey, merci sana! je ne trouves mm pas les mots pr te remercier! ndarengewe
Merci sana milk. Yooh uranyibukije mugihugu kweli
Hari umwe mubagize commentaires, nabonye yavuze ko uwo muririmvyi yoba akiriho kandi akaba aba mu Budagi pour le moment. Ese iyo nkuru yoba ariyo? Nimba ariyo, yitwa nde? Ubu afise imyaka ingahe? Arafise umuryango (umugore n'abana)? Iciyumviro: Vyoba vyiza kandi vy'igikundiro, mugihe abantu baba bazi amakuru y'ukuri ku bantu nk'aba baba baragize kahise keza ku gihugu ko boza barayasabikanya muntumbero yo kugira abantu nk'abo ntibaze bibaghirane mu mateka y'igihugu. Ivyo vyoba biri muntumbero yo kw'encouragea abakiri bato mu gukunda imico kama y'akaranga k'igihugu.
Habimana Vincent Stone Baby john aracariho ubu asanzwe aba mugihugu cubufaransa numuryango wiwe ariko muri iki gihe ari ngaha mugihugu ca Vancance ari ngaha mugihu c’Uburundi aho yari yaje murubanza rwo kuganduka kubavyeyi biwe
Asha yahora muburundi muri vacance twaravuganye gato
@@regisbarigume1941 mbega iyi ndirimbo yiwe niyaryari? mwoba mukoze kabisa
@kirinyota c'est un plaisir de partager...
Mudufashije kubazi igihe ino ndirimbo iryoshe bayiririmbye batubwira kabisa boba bakoze
1979
Coup de chapeau grand ! Wararirimvy
Akiwacu ndagakunda ariko nibaza uwayiririnvye yitwa baby john ndabonamwo nabahaga
edmond nzisabira aracariho?kameze neza cane
urakoze kutwibutsa aka kera!
Yooo ndabiiingiiinze muze murashirako nkutuuu
woooww, akakera woooww, Old skool baby John
Mon frère quel musicien .
Yoooo.. AKAkaririmbo ndagakunda..
Cicy Niyo bite cycy uraho?amakuru?
Zurura umutima ushavuye ugasubirana imbaraga ishavu rigashira
milk11honey, you the best! merci bcp bcp!
Très poétique
Merci baby John
Milk11honeye sinkimenya ukuntu nogushimira
umuntu adushirirako izi ndirimbo arakoze kuk ziramara
Baby John naho akuze ndamukunda long life babby John
See aa❤❤❤
Ndabibarize uwomuririmvyi aracabaho ?
Egooo
Ego aracariho aheruka i Burundi. Andika Baby John ucubona ikiganiro yahaye kijanye na kahise kiwe uko yatanguye kuririmba naho ageze.
Ego ariho
Ari bergique avuka igasorwe muyinga
Une belle mélodie. Un bon ancien succès
ryoooo aya ma video uyakura he pliz shirako zimwe za higa za kera batamba i burundi ushoboye kuzironka but woooow am so suscribing on ur channel!!!awsomnessss
Akaririmbo. Kararyoshye. Na❤
merci kutwibutsa akakera.
Baby John
aww! burundian old school!! thank you! uyu mu artiste aracariho?
kk ego aracariho arakuze akabageze mugihugu cubudagi Numu papa akuze
Uko kwoba ari ukuri!? None ko nta mateka yiwe avugwa? Yaririmvye akaririmbo keza cane. None nimba uko ari ukuri, amazina yiwe urayazi? Canke hari ayandi makuru yiwe uzi wodusangiza! Kuko nkanje numva ndayipfuza cane. Aka karirimnbo ndagakunda cane kuko mu myaka yanje y'ubuyabaga karanyica. Rero, nimba uyu muririmvyi agihari, ndumva mfise igishika co kumenya nimb afise umuryango (umugore n'abana) n'imyaka agezemwo ubu. Nimba hari n'utundi turirimbo yaririmvye, mutubwire utwo ari two.
Ak'iwacu.
Original music 🎵🎵
ooioioiiioo music of spirit not for ear
si je pouvais un rendez vous avc une fille et lui chanter la chanson comme ça
@Alineniz de rien...ça me fait plaisir...
Qui joueait la base PLS !!
🖤🖤🖤
❤❤❤
Thenk you br
Igihugu Cari kigitwagwa nabantu, ibijuju bitaraza!!!!
😂😂😂Hahaha, intimba. Mpore cane kuko ubu demokarasi irahari abatware ubu batorwa n’abenegihugu sibimwe vyababavyara biyo epfo bagihana nkabahana igikinisho.
Igihugu si Cana, igihugu s’abana.
@@luckychrisantendayiziga7724 hhhhh erega ibijuju bitwara igihugu ubu muriyi myaka nimwebwe aba dd
Martinez James Brown Larry Thomas Matthew