IKIGANIRO UMUKURU W'IGIHUGU YAGIRANYE N'ABARUNDI BABA MU GIHUGU C'UBUBIRIGI IGICE CA KABIRI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 1 дек 2024

Комментарии • 51

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 2 года назад +12

    Uyumurundi avuga koyavukiye mumahanga avuga ikirundi gusumba nabatarenga umupaka 👏👏👏

  • @kemosabe4996
    @kemosabe4996 2 года назад +16

    Wow am rwandese but ur president is nice disi mumfashe dishimire pres burundi

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 16 дней назад

    Amashimesh ndagukunze❤❤ uvuganez mwanawuburundi

  • @mushishiandfrancine6063
    @mushishiandfrancine6063 2 года назад +4

    Uko never ameze kwose arasumba peter nkurunziza. Keep going ivyuriko urakora today bizoja mungiro mumyaka 10 iri mbere.

  • @feliciteirankunda8581
    @feliciteirankunda8581 2 года назад +2

    Respect for our president he is very Sharp president if he continue to attend the wondering of his people he will be able to know the problem to solve,then we will become very beautiful country in the East Africa Community 🤝🤝🤝

  • @lalaslove7831
    @lalaslove7831 2 года назад +2

    Brother government is not the one who can prepare the place Gona make you to come to build, you are the one can come coz like you said is ur country so u can choose the place u can build for ur onwer amount you can afford so welcome brothers and sister to build our nation our best country burundi 😘

  • @cedricniyonkuru4436
    @cedricniyonkuru4436 2 года назад +5

    Uyumurundi yavukiye hanze ashikirij iciyumviro ciza nibabahe Ama parcelles bagure Hama bac babaha plan zinzu bategerezwa kubaka tugir ibisagara vyiza vrt

  • @bukeyenezaonesime5131
    @bukeyenezaonesime5131 2 года назад +1

    Bonimpa y'ubahwe cane💞💞💞💞💞❤❤

  • @cadeteengele3765
    @cadeteengele3765 Год назад +1

    Thanks president

  • @olivierman6323
    @olivierman6323 2 года назад +1

    Mbonimpa 🥰🥰🥰🥰🥰

  • @cadeteengele3765
    @cadeteengele3765 Год назад +2

    Very good president

  • @bienvenukwizera4497
    @bienvenukwizera4497 2 года назад +2

    Uyoba indongozi zose zimez nkaw igihugu cobaye Paradisio,wubahw mutama wacu

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 2 года назад +3

    Bash natwe muduh nimero.yanyenicubahiro

  • @mushishiandfrancine6063
    @mushishiandfrancine6063 2 года назад +4

    At least you have a vision apana nka Peter .

  • @lalaslove7831
    @lalaslove7831 2 года назад +3

    Ramba Ramba mutama wacu

  • @ndabarushimanabarthazar4815
    @ndabarushimanabarthazar4815 2 года назад +1

    Mumpe inambaza présider wuburundi

  • @alainwalterrwota9687
    @alainwalterrwota9687 2 года назад +5

    Imana ishimwe

  • @BivugireizabayoFiston
    @BivugireizabayoFiston 5 месяцев назад

    Mwebwe mwoba mubahanze mukananirwa guteza igihugu imbere mukama mubivuga kumunwa mukore igikorwa tubibone mutubere akarorero

  • @khadizamohammed53
    @khadizamohammed53 2 года назад +3

    🤣 🤣 🤣 Bonimpa

  • @Rod10115
    @Rod10115 2 года назад +5

    Proud of this president of Burundi 🇧🇮❤️

  • @jahson460
    @jahson460 2 года назад +3

    55:41 Kazima ubizi... Haute Trahison irakurindiriye. Uti Micombero, nivyo kabisa ariko wiyibagije Nkurunziza... nawewe n'uko. Emweeee bonne chance.

    • @hitimanagael5339
      @hitimanagael5339 2 года назад

      Reka kuvuga nabi umukuru nyakwubahwa; ni samurai.
      Yararazwe

    • @jahson460
      @jahson460 Год назад

      @@hitimanagael5339 Only Time Will Tell

  • @alainwalterrwota9687
    @alainwalterrwota9687 2 года назад +5

    Ouahhh, be blessed our president

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 2 года назад +5

    Wabikuyemumahanga ikirundi uvuga usumba uwakivukiyemwo

  • @NdayisengaEdson
    @NdayisengaEdson Месяц назад +1

    😂😂😂😂

  • @khadizamohammed53
    @khadizamohammed53 2 года назад +3

    Ego avuze ukuri

  • @albertndayisenga7283
    @albertndayisenga7283 Год назад +1

    Nivyizacane

  • @elienteziryayo3767
    @elienteziryayo3767 Год назад +1

    Perezida ni sawa uwabonye isura ya madam wiwe yabuze amahoro ntatuje

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 2 года назад +8

    Gusa icombonye ababavukanyibacu ukwondabumva ntibazi gutandukanya ayamajambo akurikira:
    NYENICUBAHIRO Umukuru wigihugu,
    NYAKWUBAHWA Umushikiranganji,
    Gusahariho umukenyezi umwe yariyambaye igitanbara cirabura wewe arazi kubitabdukanya

  • @USIELNSHIMIYIMA
    @USIELNSHIMIYIMA 5 месяцев назад

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 Год назад +1

    Numva umutima wanje urikurugero runini gwo kumunezero mfise mbegivyizawe

  • @EliasJoni-kw6bw
    @EliasJoni-kw6bw 6 месяцев назад

    Ndabakwirikirana

  • @ngabirejoselyne9473
    @ngabirejoselyne9473 2 года назад +3

    Natwe turasavye nimero yanyakwubahwa umukuru cubutundi

  • @shakazouloudb4732
    @shakazouloudb4732 2 года назад +2

    👍🏾👌🏾❤❤🇧🇮

  • @learnfastenglish1510
    @learnfastenglish1510 2 года назад +2

    Nukuri abarundi turi bamafuti

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 2 года назад +2

    🥰