U mukuruwigichino..evarisito.zibawamuchenziwe.igisumacamayora.heweneva.nureke.ayomanyangayawe..yubusuma.bgamatora...nujekurire..urabeko.uzotoka.wamwicanyiwe..rekaamajambo..twarakuhaze...vuvuzerakirogorogo.umurozi.weweneva.wzmazeabamntu.ubicicha zibaurikudedembiki..nitugichaka.wagisumawe
Ubundi Niwe mujene wacu ❤❤❤🎉🎉🎉 komera mutama kukivi ukukama abane nawe❤
Imana Ikuzigame Mutama wacu ❤
H
JM
😄😆😍
Président wacu,uvyumve ko ngukunze vraiment.
Komeza kutwereka iterambere Imana itwugurure amaso tugume kukivi
Imana Ikutu igamire muvyeyi
Papa wacu muhezagirwe Uhoraho abakomeze murugamba murimo muguteza imbere igihugu no guharanira amahoro mubarundi bose.
Mutama narabivuze kandi ndabisubiremwo jewe kukwumviriza vyonye nkatagutahura birigutuma mpinduka ubu maze kumenya uburyo fata ivyemezo kukuntu nokora nkagira ico nimariye nkakimarira nigihugu ndumwene gihugu muto ariko ubu narahindutse kubwewe ubu ndikuyindi ntambwe ngushimire uru muvyeyi ubushitse uwuzokumva amajambo yawe akayazirikana azoshika kure ngushimire kandi kukuntu abantu batoba uriko ubashira ahabona bandanya vuba ibintu bizoba bimeze neza
Imana iguhezagire mon président. Abarundi umengo baraturoze. Raba isoko ya Bujumbura habonetse umumarayika arungitswe n^Imana aje kuyubaka vyari vyaranse ko yubakwa, none raba abarundi bamwe bamwe bazingamitswe n'inyosha mbi za shetani bavuye hasi barwanya uyo mumalayika ngo aje kwiba abarundi. Yemwe yemwe ngira abarundi bamwe bamwe baraturoze!!!!Abarundi dukanure yemwe tuve mw'itiro twubake igihugu cacu tuve mukagaye.
❤❤❤❤❤❤❤❤ ijambo ry'imporamutima.
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪uvuzukuri
Uvuzekuri ❤❤❤❤
Abarundi beshi baracapfutswe igitambara mumaso ntibabona, kandi nikibazo abahumye cane barize , umengo ahukuja kwishure bige bacubwenge ahubwo bakuyeyo ubujuju. Abarundi humuka mucubwenge muze dutezimbere igihugu cacu. Abazungu muguterimbere muntango bacinyije abanya Africa kandi nuno music baracabandanya baciye nubujuju. None natwe Imana yaraduhezagiye ariko beshi ntavyo batahura
@@family4love1234 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 komera caaane . Uvuze ukuri kudateye amazi.
Thank you my Lovely president ndakunda ukuntu uri humble mubyo uvuga nivyo ukora vyose!!!!
Président wacu,twebwe Aho turi turagusengera gusa ,Imana mushobora vyose ibakomeze nagufasha kudutwara,ariko cubutungane bugufashe bureke kuryanisha abantu,bace imanza bakoreshesheje itegeko,kuko ubutungane nimpetso yabarundi.
Imana igukomeze .ndagukunda ukuntu watura ivyozigiro ko vyose bizokunda
❤❤❤
Komera cane NeVA
Papa❤wuburundi turagukunda❤
Uburundi n'igihugu gitegerezwa guterimbere Amen komera nyen'icubahiro
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🕯️🕯️🕯️🕯️nukumeny Aho tuvom
True leader NEVA
Ndindiriye intumbero! Nivyo kuko Abayobozi nibo babuza abakozi gukora hamwehamwe. Vyarambayeko igihe kimwe
Bahebahe papa
Imana ikurinde mutama wacu
Imana ishimwe kuri vyose .
I have my president
Birababaje kubona president ariwe akora akazi ko Gukunda igihugu Wenyene
None akababirukan bose?
Umuti sukubirukana kk wibamara ahubwo nukubumvisha impanuro zikwiye vyase gose nukubatahanze imana imukomeze gusa
Komera mutama imana imbere
Mubarondere aho binyegeje Ayo mafranga bayishire
Nyakwubahwa kudahana imbwa birwiza imisega. Bafunge izo nkozi zikibi wubake uburundi bushasha ukorane nabakwumvira
Nyakubahwa imfashanyo ntaco zizotuzanira,wubahwe ndagukunda cane.
Nanj ndumvako imfashanyo ataco zimaze.
Ja kukivi,turi inyuma yawe.
I ibisuma ko yavuzeko azobafunga Kandi abazi none ahaye atamba abarundi kumuvyimba Nahende abandi canke injiji nkawe
Nice president God bless you
Imigambi ndayemera pe
Murabura iki ga nyakwubahwa ngo mukore nka traoree
Imana ihezagire uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
U mukuruwigichino..evarisito.zibawamuchenziwe.igisumacamayora.heweneva.nureke.ayomanyangayawe..yubusuma.bgamatora...nujekurire..urabeko.uzotoka.wamwicanyiwe..rekaamajambo..twarakuhaze...vuvuzerakirogorogo.umurozi.weweneva.wzmazeabamntu.ubicicha zibaurikudedembiki..nitugichaka.wagisumawe
Camatora
@@FatumaNtirampeba-pk3yqndandero ufise urareke kumutora ntamuntu numwe uhatirwa gutora ww wemerewe gutora uwushaka
Komera mutama wacu uri kukivi kweri,Imana ikutuzigamire cane
Mubisanzwe bwira nyene izo ndongozi kuko nibo basigaye bakwega amaguru kandi rero baradutevya munzira nkajewe MBA muruziba bus 5h zitaragera ziba zamaze kudushikana muri ville tugiye kubuzi bwacu ibisigaye never wacu wirambire
Ugirisoninke kbsa urumvari bintu vyadange wakoze nikihe gihugu wabonye kitagira umuyagankuba kiretse Burundi??
Ahubwo ubabwire bazane babitwigishe
Iyukuye amata mukanwa Umuntu ucubumwansi
Nyakwubahwa mufite ubudahangagwa kuri burikintu mugihugu cuburundi muyoboye,kukintu gifasha abarundi Bose ndabasavye ,uwuzoshaka kukibangamira muramukura munzira,mumufute kabisa nivyizako muba mubazi
Never yubahwe raba abagabo bazima bigishwa nkabana ivyobajejwe afise ikibaz gikomey cane ntakintu kigoye gitey isoni kwigishwa icujejwe ahusang haruwuviyaho
Atacakuyemw🤭🤭😂😂birateyison bigishe ninkoni ushiremw😭😭😭
None abo biba mubahana gute?
🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Uwukwanka akabikwereka abagutey kukorana inguvu nyishi kugirango bikund wibesheho
mutama ndagukunda kandi ndakunda uburundi kuntambwe turigutera
Vyose biva mumugabwe wanyu
Africa needs this kind of leader,
Man of the people✊✊
Infashanyo zirasuzuguza
Nyakubahwa ntakutagira kabisakuvanawagezengahomucibitoke bambwirirekabisa gukuramabokomumpuzu tugakora apanakuvyimbahara mubiro
Se Barundi ntako atagira ngo abana b'Uburundi baronke uko babaho. Ni yirambire
Tuzoguma tubaho mwubahwa
Komwamufashe nisawa bamuza muraberekana kutelevion abarundi tubabone twese
Ahubwo babakubitira kuri stade muwi boka!nka traoree
Ramba
sanibarati na tobiya
Muburundi murabagabo
❤❤❤🎉🎉🎉🎉😮😮😮😢
Icyi kigabo yoba mugyira minister wibifungurwa gyikunze kuvuga iryo cyane
Kazibe wamushenziwe ubirabitiki iyoninzigo gusa
Raba ivyirwanda I Burundi harabasize
Usubire nokwishure kwiga kwandika.
Warekanye niyinjyiji ishari gunsa❤mutama yubahwe❤@@jisilenechurweryimana5340
Raba ivyohakurya yakanyaru warofawe
Mbecile ww raba ibiziba vyiwanyu i rwavu
Murakoze cane Nyakubahwa mukuru w'igihugu c'Uburundi. Jewe simba mu Burundi. Ariko ndababazwa na Directeur Commercial wa REGIDESO. Uyo murongozi afise ama dossiers menshi cane y'abasaba kuronka amatara . Muca mwumva ko bashaka kuriha buri kwezi amatara, hama igihugu kigatera imbere. Ariko yarabayabimye ngo nta compteur ziriho. None nukuvuga ko kwisi batagikora compteur zamatara? Ndasaba Président amukure ashireho uwoshobora kuja kuzirangura mumahanga, hama abanyagihugu baronke amatara kandi bongere bayarihe igihugu gitere imbere. Murakoze
Muracyacyenye ntaterambere mufise ubuse pres afata micro muntoke
Nn nimba yayifashe muntoke harivyo yavuze utumvise wambwawe umviriza akakajambo kokwicisha bugufi
Hm nawe uvuze neza can nizereko iyi message yawe yogera kubo vyega
@NtabaraEudes-vn3 qe sha uraza kwamuganga wewe urwaye trompa ndake
Gt jewe ndondera kontere yumuyagankuba umwaka ntarayironka muri Rumonge nkabaza mwararangije kuzitanga ntizikihaba cank biri gt Kandi notwara igiturire cumuriyoni ndazi noyironka harabantu muburundi bakwiye gupfa kuko batuma tudaterimbere none nkazoyarya nzosubira gukurahe ayo kuyigura oya vrmt ibi bintu birasesema
Are kukivi twese
Imvuruzi uzikuramwo
Nugupanga akalele
Wubahw mutama wacu
Reyari. Tuzobamuburundi. Tutabura. Amatara. Amazi.amabus. Yesuwe. Turagusavye. Uturengere. Nkukurengeribindibihugu. Amakara. Ubunikibazo. Nonegayesu. Tuzobahogute????
❤❤❤😂😂😂
Mutama Murakoze muravuga ibintu bikora kumutim Abenegihugu uwutahira ico yungutse kurayamajambo ntacazomarira abenegihugu
Mwebwe vyarabananiye mureke kuzana ibitagira ubwenge vyarabananiye
Ubu muratunze??.Igihe mwabesha abanyaguhugu ngo bagende mwibarabara ngo muriko mwiyamiriza abakoroni mwari muziko bizokwijana.Ubu ntamfashanyo mucaka?.
None ubona barapfuye?
Urazitwima tuze turabeko tutabaho.
Cank nawe Urahenda uzisabe muga uzozijane mugihugu iwawe.
Nihehe wabonye imfashanyo zateje imbere igihigu
Nanj ndashima kuba atamfashanyo zikiza nyakubahwa mon président.
Imfashanyo ziragahona.
@@N.therence👊👊👊👏👏👏👏
Ntafashanyo dukeneye can imana ibidufashemwo vyose tuzobikora ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imigani iragwira lmana yaragowe na shitani lvuga imana
Njye mbona warikuba agronome wa secteur yaho uvikira titre de presindent ntuyi mertant vraiment
Ntandero ugira
Alex wowe se ujyirindero ko bataragutorera kuba ministre de culture muri gouvernoment y,uburundi 😂😂😂😂
Uyu mujama ntandero ivyuvuze wabanje kuvyiyumvira
@@SindayigayaDeo-ox8bx
Harya uwarezwe ajyira iyihe ndangagaciro mufitikibazo cyubwoba bwabasaze imitima kandi its true violation humanitaire iri kukigero jyohejuru
Urabeshya
𝐈𝐠𝐨𝐫𝐚𝐧𝐞 𝐖𝐢𝐠𝐢𝐠𝐚 𝐀𝐛𝐚𝐫𝐨𝐠𝐨𝐳𝐢 𝐀𝐡𝐨 𝐤𝐮𝐛𝐚 𝐇𝐚𝐬𝐨𝐩𝐨😂😂😂😂