Mukamenye ivyo KIRIKOU avuze muriyahura//Umunsi nzopfa//Nahatswe guheba umuziki kubera//BANTU BWOY
HTML-код
- Опубликовано: 14 окт 2024
- Mukamenye ivyo KIRIKOU avuze muriyahura//Umunsi nzopfa//Nahatswe guheba umuziki kubera//BANTU BWOY
#kirikouakili #bigfizzo #biraharawe
Kirikou imana iguhe ivyowipfuza vyose uzahorane uwomutima❤❤❤🔥🔥🔥👌
Imana ikujimbere mwana muvyo urimwo vyose iziguh nivyo wipfuza vyose kuk ufis ivyiyumviro vyiza cane❤️❤️❤️
#biraharawe iri hit même ici au Rwd🇷🇼
So big up @kili
Akbar mwenye Akili🙌🏾🇧🇮👏🏾👏🏾👏🏾💪🏾💥🔥🔥🔥👑
Haipingwi sheria nakubali krikou akili nyingi Sana from DSM TZ
Vrmnt afise umbwege bwinshi cane IMANA imuje imbere ashike kuvyo yipfuza
Muma boîte bumvise Kirikou baca bamena ibidaje ✨so gael we uranshikanayoo wow kupwemu zidasanzwee
Kiriku nkunda ukuntu yishurana ubwenge ✌️✌️😍😍😍😍😍
Kirikou akili arakunzwe rwose na hano mu Rwanda
Kiriku wiwacu ngozi ndakwemera mwana urinubwenge bukora neza terimbere❤❤💃💃💃💃
Very nice interview,gusa kirikou uzogum ur reconnaissant de Big Fizzo
Courage kirikuu💪🇧🇮
#kiriku araciye bugufi kandi afis umutima n'ubuntu rero Imana imuhe guteribere _big up sana #umukubito
The badman Akili the moster kidking the numberking artist upcoming rastaman blessBoy humbleMan MuenyewAuKizigenza MukuruWababandi yahanura bariyiz «VUTU VUTU»
Kirikou ndakwemera
Gaël ndakwiye agashimwe kuko post yose ushirako mba Number1.
eg kwer bakaguh urakund kuntang
Kiriku ugize neza Amahoro niyo vyose di uvuze neza,Ingozi tuvuza Biraharawe mumazu yacu kugira ntitukwibagire
Umwana wiwacu .I ngozi oyeee
Cool 😎 brother ufis indoto nziza can
Nibakoreshe amaher yiwabo vrmnt🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Kirikou ni Akili Ndamwizeye Azogera kure kuko azi Iyava muchrespect
Kirikou arakuzwe cane Imana ikunjimbere cane
Yeweee #kirikou shaa urarenz kl
Kirikou turamukunda icambere nuko avuga amajambo yiyumvirite
birabonek k abayeho neza kirikou gusumba uko yarabayeho mumisi iheze kuo niryambere ndamubony mur interview ari happy nkuko.go ahead peti
ndakunda Gaël basha numuheart wnj ham kilikou keep it up
Uyu mupety ndamukunda vraiment ufise kazoza kera
Great interview and u can tel that kirikou is very smart and wel spoken 🔥🔥❤️❤️❤️❤️
Many thanks to #big Fizzo yagutorey akazina #akili
Ufise ubweng bwinshi kirikou Imana ikomez iguhezagira ukoz gutera imbere
Kilikou wubahwe caneeeeeee urakunzwe peee mwese mwege kurako kantuuu amahera si vyoseee ariko amahoro niyo ngira kamaro
Akili nyingi 🙌🏽🔥
Kirikou twatwenga KL 🙂🙂🙂je icomunyerekaa atwenze 😂
Iyi Show Iratesaaa Grand Frère 🥰🙌🏾
Big show bro wng Juste Gaël🔥🔥🔥
Tâchez de quitter cette terre en rayant rendu meilleur que vous l'avez trouvé quand viendra votre vos tour vous mourrait heureux ...umubwir Akili az abikoresh mu ndirimbo azoririmbira abo bana
ibibazo mubaza nivya ma bifuu. bamubaza ibintu bifis sens sha
Ndagukurikiran can bro Imana ikwongere uzaronk mwana
Uyu Mu Pett Azi Ubwenjye Cne⚡⚡
Umukubito saaaana urarenz jist ndakundumuuntatabeshe w 'ndakwemera
Akili kuu
I like you, more blessings to you Akili
Gaël numutima Imana yamwihereye ku buntu bwayo
Courage mwana kiliku kuvyukora
Man jewe ndumvirije ibibintu nciye niha intego yuko ngiye kuri you tube nzoza manza kuraba indimbo ziwe zose nakare ndanamukunda yubahwe
Mshukulu kwanza BG fizzo
Big up
Nakubali sna Akili
Hmmmn kirikou nincabwege ntakibera ubusa peee
Ntabwo mbay uwambere kugir coment ariko ndakeka ndimubambere bakwirikirana umukubito
Courage san akili ubirimw neza
ico kiganiro kije kumwemu zidasanzwe ngo turiyahura ndakesiri😂😂
😂😂😂in'pwemu
Akili nagupenda sana!
Ntahuruduka nubwo mumusopa amajambo ntimukirabanka uzukurane uwo mutima kirikou
Vyiza Akili
Imana ize yame igukomez🙏🏼🙏🏼
Hongera Kiri
MC diego na justin mwarahevye bujaa njeee
Uwomwan yahorahe twar tumukumbuy
Akili😍😍
Kirikou
Cool
Justin interview mbona zitakiryoshe nkakera uzosubire basi gukorera muri studio
Komer
We need part 2 ??????????🤪🤪🤪🤪🤪🤪
Ariko fizzo usanabi ugize ibyo bintu😂😂🙈
Interview z Kirikou zirimw ubweng cne!
🙏💞
Congratulation
Nc Interview Braa
Ndagukundacane kirikou
❤❤❤❤
Terimbere ncuti yanje brather
🙌👊
Kwakundi
Thx
Amahera sivyose amahoro nivyo vyose
Ndagushigikiye Kirikou akili
Ubu uyumupetit yarahenzwe ntagisa nkuko yasa muri bantu Bwoy yarasubiye ninyuma. Ntakivyumye
Ramba
Kusigaye witukuza
Hushura none
Nubwonzobandumwe nzokugwa inyuma
Kwakundi hahandi mwirambire nuwo mu petit
😍😅😅😅
terimber mwan
jengumamba4
Uyo mu petit nasanze arikujuju cane
Dusigurire. Ni ikijuju gute?
Nazane iyo nsiguro twumve
Why ?🤔🤔🤔
Ikijuju niweweee😂
Wewe ubufise uzumutize ubwo rwawe wakigwarudubiwe baraguterivyatsi ntimugomba umuntu aterimbere .roranigwa mwana wigihugu ugire kazoza keza mumigambi uri gutegura.