KANGUKA YO KU WA GATANDATU 07/12/2024 by Chris Ndikumana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 янв 2025

Комментарии • 215

  • @kangukakirundi
    @kangukakirundi  25 дней назад +9

    Murashobora gukurikirana inyigisho “ RWANA INTAMBARA NZIZA” na CHRIS NDIKUMANA muciye hano : ruclips.net/video/UOfgFZNhc_k/видео.htmlsi=TgZ0KBC81-Lkdhyu

    • @UMUHOZAOdile-f7r
      @UMUHOZAOdile-f7r 25 дней назад +4

      Uzadufashe uze no mu rwanda turagukunda cyane imana ijye iguha umugisha kubera ubwitange bwawe❤❤❤

    • @noellaniyonizeye1646
      @noellaniyonizeye1646 24 дня назад +1

      @@kangukakirundi murakoze 🙏 muhezagirwe

    • @NizigamaFlora-mj4fp
      @NizigamaFlora-mj4fp 14 дней назад +1

      Imana iguhezagire cane ukuntu utwitangira iguhumugisha mwinshi cane ihezagire nabo mufashanya bose

    • @noellaniyonizeye1646
      @noellaniyonizeye1646 14 дней назад

      🙏🙏🙏

  • @BellamieNgendakumana
    @BellamieNgendakumana 18 дней назад +3

    Amen Iman ishishikar kuguh ubukomez bwogusenger abagwae

  • @JaliaMukamana
    @JaliaMukamana 11 дней назад

    Mwami yesu ndizeye ukugira neza kwawe nanj ungendereta uzoba ukoze numuryango wacu utobohore mubandi kandi duhezagigwe mubandi amena

  • @EffataAyissi
    @EffataAyissi 27 дней назад +7

    Amen Amen je me connecte au nom de Jésus Christ le frère ayissi depuis la prison 🇨🇲🇨🇲♥️♥️

  • @AminaSabushimike
    @AminaSabushimike 27 дней назад +6

    Amen amen 🙏🙌🙏 🙌 ndafashijwe cyane

    • @NizigamaFlora-mj4fp
      @NizigamaFlora-mj4fp 21 день назад +1

      Amen amen amen kubufashijwe nubuntu bw'imana🎉🎉🎉

  • @gracecyasimire9970
    @gracecyasimire9970 27 дней назад +18

    Mana ubwo ugenderera abandi nange ntunsige Amen ❤

  • @jeanmba5100
    @jeanmba5100 27 дней назад +14

    Ikiganza cyawe kinkoreho Mwami Yesu 🙏🏿🙏🏿

  • @bugingomartin9242
    @bugingomartin9242 20 дней назад

    Umwami wa njye yesu arahambaye akora ibikomeye mwe yakijije muhimbaze Imana natwe twiringiye iyabanye namwe ko natwe izadutabara

  • @NizigamaFlora-mj4fp
    @NizigamaFlora-mj4fp 22 дня назад +1

    Urakoze mana kubanafashijwe merci Jésus Christ thank you❤❤❤🎉🎉🎉

  • @SindayikengerFrederick
    @SindayikengerFrederick 27 дней назад +7

    Mana gendera umufasha wanj aronke akazi tubohoke mwami nanj ntunsige.Amen🙏

  • @chantalnirere5493
    @chantalnirere5493 27 дней назад +3

    Mana yange Mana yange unyibuke nange nzagaruje nje gutanga intake. Mu izina rya Yesu. Amen

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 26 дней назад +2

    Urakoz caan Mukama kubwayamasengesh yuyumus niwagendera abandi Mukama nanj ntusig Amen 🙏

  • @ElianeTuyishemeze
    @ElianeTuyishemeze 27 дней назад +1

    Mana niwew nerets Ivyanj vyos ndashak ukubok kwaw kumbek ndizey kwatakikunanir nn uban Nanj Imyak yos amen❤

  • @FabriceSmith-o6v
    @FabriceSmith-o6v 27 дней назад +6

    Mana ndakwinginze uyu musi ungendere unyereke ukuboko kwawe,ndakweretse ivyo nkora vyose unjimbere bigende neza mwizina ryawe kuko wanesheje ndakwitegurire amen.

  • @CharlotteUwimbabazi-b1i
    @CharlotteUwimbabazi-b1i 26 дней назад +1

    Amen 🙏
    Mana waremye vyose warakoze gukoresha Chris nku mukozi wawe kubg’itsinzi yawe Mana iri muriwe, numuri Chris Muhezagire, umurindishe ubuntu bgawe!🙏

  • @kajeanne2001
    @kajeanne2001 26 дней назад +1

    Mana nongeye kukwereka maman Moïse ngo umukize uburwayi afite . Urakoze Mana 🙏🏻

  • @christellakezakimana2285
    @christellakezakimana2285 27 дней назад +1

    Mana niwewe uvuga rimw bigakunda ndakweretse birya vyose nifuza ukuboko kwawe gushika isi yose Amen Amen alléluia

  • @MarieRose-m6n
    @MarieRose-m6n 27 дней назад +2

    Yesu nashimwe! Natwe turagusaba uzaturondere mu Rwanda lkigari turagukunda chric ndikumana

  • @JaliaMukamana
    @JaliaMukamana 9 дней назад

    Mwami yesu ntunsige nanje ivyasobanye kubuzima bwanje ubisobanuro Mana

  • @MunezeroDieudonne-g8h
    @MunezeroDieudonne-g8h 25 дней назад +1

    This is a kanguka memory for me. Urakoze Mana ukuntu wangendey vyose niwe ndabizigako ibisigay naho gushinga intahe

  • @CynthiaKAMARIZA-r2q
    @CynthiaKAMARIZA-r2q 27 дней назад +4

    Nabiriya mana ndabikweretse uzobikorr kwiyubahisha.amen

  • @IradukundaJeandeDieu-m6b
    @IradukundaJeandeDieu-m6b 26 дней назад +1

    Urakoze Mana kukiganza ciza cawe kidukozeho mwizin rya yesu kristo ámen

  • @NkusiFaida
    @NkusiFaida 23 дня назад

    Bwana asifiwe sana, mutumishi tuna kungonja apa rwanda,nasisi tupate izo baraka na uponyanji mu jina la Yesu Christu

  • @twubahimanarachel7152
    @twubahimanarachel7152 24 дня назад

    Mwadusengeye koko Imana ikaduha urubyaro🎉

  • @NgombwaJames
    @NgombwaJames 26 дней назад

    amen amen ndabakunda cyane pastor musengere rwose ndashima imana induhe umugisha mwishi cyane amen

  • @JeanetteIradukunda-u4j
    @JeanetteIradukunda-u4j 26 дней назад +1

    Mana Ubu évangéliste natuweko bunkorere kandi ubutumwa nzovuga buzokize beshi barokoke amen

  • @bakanibonaclaudejulias1726
    @bakanibonaclaudejulias1726 16 дней назад

    Amen IMANA ninziza ibihe vyose

  • @KankindiOdreille
    @KankindiOdreille 26 дней назад +1

    Mana urakoze intahe zunomusi zose zaraba jewe nizere kunkijije mwami amen

  • @MapenziPascaline
    @MapenziPascaline 27 дней назад +2

    Amen Mana yanjye nguhaye icyubahiro kurayamashimwe y abana bawe 🙌🙌 nguteze ibiganza ngo nanjye unsubize maze unyuzuze amashimwe najye nzagushime Mubyeyi 🤲🤲

  • @frankishimwe
    @frankishimwe 26 дней назад +1

    Mana nanjye ndagusabye uyumunsi unjyenderere nabanjye ndetse nabaremerewe ubakize mbisabye ntizeye Amen

  • @ndabazerutsesalvator7900
    @ndabazerutsesalvator7900 27 дней назад +1

    Seigneur Tout puissant, entre Tes mains je remets mon cœur, mon âme, mon esprit et toute la vie. Quand Tu entendras Ta main sur Tes enfants, ne m'oublie pas. Amen

  • @DusabeYvonne-z9t
    @DusabeYvonne-z9t 27 дней назад +1

    Mana nanjye ndindiye imbabazi zawe Amen

  • @FrancineNdereyimana-qt3qq
    @FrancineNdereyimana-qt3qq 25 дней назад +1

    Yesu nashimwe.warakoze kubana ndi muzima.

  • @FrancineNdereyimana-qt3qq
    @FrancineNdereyimana-qt3qq 25 дней назад +1

    Turashimira umukozi w lmana adusengere tutamuzi chris ndikumana

  • @G.E.P188
    @G.E.P188 27 дней назад +3

    Shalom! ndagushimiye Mana kubw'ikigitondo utubyukije amahoro nkuragije uyumunsi ubwo ugenderera abandi nange ntunsige!ndagusabye unkize ubushomeri umpe akazi kampindurira amateka yubuzima Amen

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f 26 дней назад +1

    Amen 🙌🙌🙌🙏🙌🙌 imbaraga zawe mana 🎉🎉🎉

  • @MUKASHYAKAImmaclee
    @MUKASHYAKAImmaclee 27 дней назад +2

    Ndashima Imana kubwabobanu yakijije

  • @asiimweteojene5596
    @asiimweteojene5596 27 дней назад +2

    I thank God for he has protected me and he is keeping me in school and he is still protecting my family and all the bussines we are doing and also i thank God for he started STAC organization (Spiritual Transformation of African Christian) which is to deepen African Christians faith.
    And also i thank God For kanguka and the p

  • @RadjabuMariam
    @RadjabuMariam 25 дней назад +2

    Mana ndagushima warankijije ingwara nyishi nubu nshirako ibiganza vyawe yesu unkize amaguru yose afise ibinyanya

  • @Habonimanaelie-v9d
    @Habonimanaelie-v9d 23 дня назад

    Imana ibongere amavuta mukozi wimana

  • @ShsgZbdudh
    @ShsgZbdudh 26 дней назад

    Hallelujah hallelujah AMEN AMEN iman ihabwe icyubahiro ibihe byose

  • @KanezaFrancine-fz9vi
    @KanezaFrancine-fz9vi 26 дней назад +2

    Yesu ngendera nanje muri bihe ndimwo

  • @ndayizeyelucie2776
    @ndayizeyelucie2776 26 дней назад +1

    Mwami wanje ivyungoba abarivyo biba amen

  • @lilycuruziLiza
    @lilycuruziLiza 25 дней назад +1

    imana iguhe umugisha ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 26 дней назад +1

    Himbazwa Mana wewe ushoboye vyose
    Nguciriye bugufi nkwubashe kuvyuriko urakora Shimwa
    🙇🙇🙇🙏🙏🙏

  • @thielyve
    @thielyve 27 дней назад

    Amen urakoze Yesu kungendeye nanje urambohoye ivyamboshe vyose ndakiriye umugisha wanje nogukira ukubaho uburinzi

  • @Jerime2
    @Jerime2 27 дней назад +2

    Imana ibahe umugisha ❤❤❤

  • @gmo2729
    @gmo2729 26 дней назад +1

    Mana yanje uyumusi nanje ugendere iyirwara yabadayimoni yama intera iyoryamye mbone ugutabarwa kwaye yesu

  • @CharlotteUwimbabazi-b1i
    @CharlotteUwimbabazi-b1i 26 дней назад +1

    Imana ihabge icubahoro kubgo izo ntahe .

  • @AlineNibafasha
    @AlineNibafasha 27 дней назад

    Amen urakoze yesu kuban natw nuhabw icubahiro urashishikar kuban natwe mubibaz vyose amen

  • @LovelyBirdNest-kk7rq
    @LovelyBirdNest-kk7rq 26 дней назад +2

    MANA NDAGUSHIMA KUKUKWEZI UMUGABO WANJ AKIRE UMUBIRI WIW USUBIREMW INGUMVU Mana Ya Abraham na Isac na Yakobo ivyokugunir biher mumaboko nomumubiri usohor ibizunguzungu nomumutwe uhashire ubuzima Uhoraho inkoror irangire namasevu kumugabk wanj vyose bimusohokemwo mwizina rya Yesu Kristo nanj impwemumbi zose zindimwo zisohok ivyobandoze vyose bimenagurike imitwe nimirizo umuriro waw Uhoraho ubiturir ubisege arumunyota ubitere ikuzimu mwizina rya Yesu Kristo w'Inazaleti ningwar zose zihish murije uzisohor numwana wanj azitiriwe urakoze kutanze amagara Meza munzuyanj ukaba ukijiji umugabo wanj merci Seigneur Yesuuuuu habwa icubahiro

  • @valeriemukarurangwa-tw8df
    @valeriemukarurangwa-tw8df 27 дней назад +2

    Haleluya Haleluya Haleluya ndabyizeye ubutaha nange nzatanga ubuhamya

  • @joselyneniyibimpa2613
    @joselyneniyibimpa2613 27 дней назад +1

    Muje kugira ikiganza cyiza amen

  • @FannySerge
    @FannySerge 27 дней назад

    Merci Jésus Christ pour t'es bien fait dans ma vie merci pour c'est trois jours de jeûne que t'a volonté sois faite seigneur seigneur Jésus localise moi visite moi delivre moi des kisste ovarienne des mioyme des fibromes abcense des règles localise mon mari Serge mon fils Düren ma mère jo délivre mon foyer seigneur Amen Amen merci pour les frères et sœurs qui témoigne soyez abondamment béni merci à toute l'équipe kankuga soyez abondamment béni 🙏🇬🇦

  • @alicenzisabirakumana9317
    @alicenzisabirakumana9317 23 дня назад

    Yesu mwana wa Dawid ngirira imbabazi unkirize umwana wanje amen

  • @MusaniwaboOlive
    @MusaniwaboOlive 26 дней назад +1

    Nkiriza umwana ugutwi mana mukoreho

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 27 дней назад

    Imana ihezagirwe ndafashijwe

  • @YamuragiyeJeannette-e2m
    @YamuragiyeJeannette-e2m 27 дней назад

    Nukuri nanjye ndizeye yesu watubambwiwe ankureho imigozi y,umwanzi yose yaba inziritse ayicagagure mu izina rya yesu

  • @jdjwhwbhwjw7231
    @jdjwhwbhwjw7231 26 дней назад +2

    KWIZERA Adélaïde mwami yesu nanje ndavyizeye kuzonkiza tesion iduga ukankiza na anemi yo mumaraso

  • @umulizajane7526
    @umulizajane7526 26 дней назад +1

    Mana uhe umugabo wajye akazi 🤲🤲

  • @JudithNzeyimana
    @JudithNzeyimana 27 дней назад

    Uhoraho yiyerekane Uhoraho abarinde ikibi cose akomeze kubihishurira ❤🎉

  • @AnnyAniella
    @AnnyAniella 27 дней назад

    ❤❤❤❤mwami yesu KRISTO ndimberey yaw ciye bugufi umbabarir kuk turabanyavyah

  • @MathildeLeyo
    @MathildeLeyo 26 дней назад +3

    Amen Amen Amen Amen 🙏🙏

  • @ChristelleMapendo-k9b
    @ChristelleMapendo-k9b 27 дней назад

    Amen amen amen mana ndakwerets urugendo gwanj urabane nanj papa ahugendera mubandi nanj btu simbe

  • @NiyonkuruPacfique-s3e
    @NiyonkuruPacfique-s3e 27 дней назад +2

    Mana na je ndi ngaha Ubandanye unkorera ibitangaza Amen

  • @AbediActed
    @AbediActed 26 дней назад

    Shalom komeza kubana na nje ukugenderera abandi nanje ntunsige amageragezwa nfise nimenshi no muvyonkora vyose.Umbere inyishu nanje nzogushima Mana

  • @desiremanirakiza1048
    @desiremanirakiza1048 18 дней назад

    Amen MUKOZI W,IMANA

  • @YahwehYawehYaweh-qo3gr
    @YahwehYawehYaweh-qo3gr 26 дней назад +1

    Amen hallelujah hallelujah 🙏🙌

  • @lilycuruziLiza
    @lilycuruziLiza 26 дней назад

    imana ibahumugisha❤❤❤❤❤❤

  • @bertinkalisagahindiro7014
    @bertinkalisagahindiro7014 27 дней назад

    Hallelujah hallelujah mwami ndanjye unyibuke

  • @Dieudonnecoyitoreye
    @Dieudonnecoyitoreye 26 дней назад +1

    Mana ahugenderera abandi nanje unyibuke ntunsige kandi wakoze cane kubwo umukozi wawe wamushikanye Abja amahoro

  • @NiragireVincent-i8r
    @NiragireVincent-i8r 20 дней назад

    Niragire Vincent ndashakako munsengera

  • @FrancineNdereyimana-qt3qq
    @FrancineNdereyimana-qt3qq 25 дней назад

    ❤Amen.warakoze Mana.

  • @EnockIbrahim-rc6iq
    @EnockIbrahim-rc6iq 26 дней назад +3

    Amina🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @NicaiseKubwimana
    @NicaiseKubwimana 27 дней назад

    Chris imana imuhezagire imwongerereze imigisha 🙏🙏🙏

  • @FabriceSmith-o6v
    @FabriceSmith-o6v 27 дней назад +1

    Ndakiriye yezu kubohoka nugukira mwizina ryawe.

  • @InezaDaniella
    @InezaDaniella 26 дней назад +1

    Papa wanjye akire umuvuduko nzagushima

  • @JullieneNyira
    @JullieneNyira 24 дня назад +1

    Papawanjwyeakireamasinzagushimamana🙌🙌

  • @YollandeNkurunziza
    @YollandeNkurunziza 26 дней назад

    Urakoze mana amen amen

  • @MusaniwaboOlive
    @MusaniwaboOlive 26 дней назад

    Natwe dukoreho mana❤

  • @MathildeLeyo
    @MathildeLeyo 26 дней назад

    Merci Papa Amen 🙏

  • @chellairakoze197
    @chellairakoze197 27 дней назад +3

    Ikiganza caw kinkoreko yesu wanj niw utanga ivyiza

  • @meetruthtips
    @meetruthtips 27 дней назад

    Uwiteka ndakwinginze mfasha. Uhindure amateka mwami wanjye Uwiteka nkoraho ndakwinginze mbabarira wumve amasengesho yanjye ndagutakambiye subiza gusenga kwanjye

  • @G.E.P188
    @G.E.P188 27 дней назад

    Urakoze Mana kubo uhaye akazi ko nange ndimo Amen

  • @AnnyAniella
    @AnnyAniella 27 дней назад

    Ndagusavye indoto maze mwimisi zishik man nzohangarar naj sime uwitek ugenderer man uwumusi shalom

  • @ArlèneDUSABUMUKAMA
    @ArlèneDUSABUMUKAMA 27 дней назад +5

    Mana yanje nizeye kwariwewe utanga umunezero ndagusavye nanje uyumusi ntusige nizeye kur,Imana itananirwa urazi ibibazo fise nizeye kuwakwizigiye arigera akorwa nisoni amen 🙏🙏

  • @FrancineNdereyimana-qt3qq
    @FrancineNdereyimana-qt3qq 25 дней назад

    Ndaguha usengere odrey arway umutima akavyimba umubiri wose lmana imukize.

  • @LiliKongwa
    @LiliKongwa 26 дней назад +2

    Amena

  • @FrancineNdereyimana-qt3qq
    @FrancineNdereyimana-qt3qq 25 дней назад

    Musengere n abavyeyi bacu satani yama ivurunga.

  • @augustinmandevu1429
    @augustinmandevu1429 27 дней назад

    Imana Ibarinde ibongerere Imbaranga n’ubushobozi muri bose

  • @NtirenganyaClaudine-b4s
    @NtirenganyaClaudine-b4s 26 дней назад +1

    Amen. Amen. Amena❤❤❤

  • @TurikumanaAbrahamu
    @TurikumanaAbrahamu 27 дней назад

    Mwamiwajye muriwowe nishyize ubugingobwajye ndaruhijwe numubiri ukomeze undegere

  • @IngabireDiane-ov3vo
    @IngabireDiane-ov3vo 27 дней назад

    Yesu ndakwizeye

  • @jeremiendikumana4112
    @jeremiendikumana4112 27 дней назад +1

    Mana yanj niwagendera abandi najew ntunsige Mana yanj Amen 🙏

  • @EpiphanieKayitesi-u2k
    @EpiphanieKayitesi-u2k 27 дней назад

    Amen Mana turagushimye nukuri ko unkijije diabetes

  • @nono.Muyinga-Burundi
    @nono.Muyinga-Burundi 26 дней назад

    Amen Amen 🙌🙌

  • @delphinembabazi
    @delphinembabazi 27 дней назад +3

    Ndi hano mwami unyibuke!Amen

  • @MathildeLeyo
    @MathildeLeyo 26 дней назад

    Merci mon Dieu

  • @leonelson4009
    @leonelson4009 27 дней назад

    Amen Amen God ❤❤❤❤❤

  • @promesseKimana
    @promesseKimana 27 дней назад +2

    Ngwino Yesu unyibuke nanje😢