Ishirahamwe UBAKA NATION GROUP ryatanguye ibikorwa vyo kwubaka ikirwati kirimwo amazu ya kijambere

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 сен 2024
  • Ishirahamwe UBAKA NATION GROUP ryatanguye ibikorwa nyezina vyo kwubaka ikirwati kirimwo amazu yubatswe mu buhinga bwa kijambere ku mutumba wa #Ramba, Zone #Kabezi intara ya #Bujumbura. Fabrice MANIRAKIZA arongoye iryo shirahamwe arasigura ibibanza biriko vyubakwamwo ayo mazu hamwe n'ubwoko bw'amazu ariko yubakwa muri ico kirwati.

Комментарии • 1