Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Waooooo ndahashitse kare abakunzi ba ntaho yagiye mundemere muri benshi natwa like dutwik hashe ❤❤❤ 👍 👌
Waooooo mbega ivyiza vyuburundi nukuri terimbere murashoboye🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤
Yego turabakunda cyane 💃💃 abobturikumwe mwampaye like
Love from meme ❣️abaza inyum ntimwibagir twatuntu
Muhebe mumpe like nanje ntuzeweya 🥱😄
Basha wazindutse nkanje kueli
@@annonciattenyishuyimana3158 oya jewe nacerew gusa iyonje ntangirakwirukira mur commenter🗣️🗣️🗣️💓💓💓
Mugabo naho mukina neza mukina ibintu munsubiza inyuma. NKIVYO vy' kuvuga ko atakigaruka muri gusto vyari kuba imbere Yuko mutware aza
Karira nje naragukunze mucina neza kweli muzonjere iminota murwanda turabakunda murabagenzi bacu ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇷🇼🇷🇼
Nukuri turabakunda cyane
Karire,ubuhizi mwerekana,buraduhimbar
Nanje sha❤❤ ❤❤n❤yarakinze KARIRE numukobwa wumufasoni. Iyomba narrating IRA nzomurondera nkanwiringorera
Waooo ndahashitse arik abantu mwzntane k mutabimbwiy bas tuzir rimw kwa warubizi wacu❤️
Sandrine ntucererwa
Sandrine urantwenza peee Nino uba uje kuntwenza ??🤣🤣🤣🤣🤣
Ndabakunda caaane.muze muratunyarukiriza ep zikwirikira.naje ndabasabe muronyereke KO commentaires zanje muzibona.courage votre épisode Ntahoyagiye
❤❤❤❤
Abodusangiye gukunda iyireresi munyaruku
Waaaooo abakunz biy séries hejur cn tuhatwek hash
Ishikeye nihebuye reka ndabe p
Yooo twahachits vrt ibint namavut
Numéro 1
Wazindutse Ali.Merci
Waruzi KO ntakurikirana ivyaw🤣🤣🤣
Mucyinanezakweri2
Muburundi hasigay har aba star kabisa . Karire ukina neza kuva kuntango nukuri muranyemej . Suit bishobotse tuyihabw. Big up Sana team yose
Ohhhhh My God my movie it's come back I love you from Rwanda 🇷🇼♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🙏🙏🙏🙏🙏
Thanks
nimbr 1
Nkaba nahageze jewe mwene nde 😏😏😏umbaza iki konje gutwika ntahoyagiye 🤷🤷🤷🤷
Komers
Mbaye muri 20 bambere azinyuma mundemere
Kari ub ndakwibutse!!Quelle belle movie!!!kora iciza urogisanga imbere!!!basha murigisha bihagije ndabikundira nukuri,gus nyen natevye😆😆😆😆🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage vraiment film yakanovera vrt mwes 🥰🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka
Turabakurikiran caneeee muhazagigw ham muduh ibikurikir
Nukuri njye mbakunda cyane, Karire Imana iguhe umugisha nukuri, Ndabakunda cyane ndi Murwanda Kandi mukomereze aho
Courrage mwayikinye neza vrt👏👏👏👏👏👏👏🔥🔥🔥🔥💌💓❤❤
Ewan namw muradutera am appétit kuk muduha dutotodut sana arik turyosh gus courage
Ariko.mukuzinduka.wwee.
Mimi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Love you 💐🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ntoye akarago
Muranyigisha cane ibihe bibi nguma ncamwo ariko imana izo bikora karire nukwihangana
Yooooo singaye nkunda abarubdi kuburyo bindega murashimisha vyimazeyo vyukuri felicitations mwubahwe ndabakunda cane gose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍👍👌🤝🙏
Iraryoshe pe ariko Grace uzoze urakina nibindi kuko tukumenyereye mubugome gusa pole Kige
Yoo Amédée yoo nukuri rabz uzurpngerako isaha nitugufi nukuri🥲🥲
Nryohewe nirya kupe urya wamagi amuteye.Yenze kumuca imirundi
Ntahoyagiye my lovely series💋✌️💋💋
Mwarihenz kuk batwerets mimi koyafashwe agikoze icaha cukwicaMbese uyomugabo naw ukoyasiguriy giti ucumeng mimi yarondey hahez imis yarabikoze ark courage
Inyigisho ikomeye cane
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 shamuzigukina
Caurage cane turakunda ibikorwa vyanyu ntimudutevye igice gikurikira imana ishishikare kubah ubwenge nubwitonzi muvyanyu nomubanyu
Karire vraiment uranyigisha kuko ukora iciza ukugisanga imbere Giti arahagukuye kuri 10.000 yawe
Ntahoragiye film hejuru cne💌💌💌💌💌💌💌
Jenayikunze tugihuye ubwambere🤣🤣🤣
Bantu b Imana twige kugira neza kk ineza ntipfa komere komere turabakurikiy 100%🎉🎉🎉🎉
Basha izi movies zanyu zinyibukije films za Mugisha na nyina wa rushatsi🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉
Yooo ndababaye abagome nkabo karire Pole saana
Inyigisho zikomeye isi irazunguruka umunyakibi wese azotinda ashikirwe nawe ndaz harihabana bimpfuvyi babayeh nabi nkuyu bariko barabajujuvya .iyi film inteye kwiyumvr kure☺️☺️
Bella iyi histoire igutere kuzomufata neza kuber Karire yarigorewe mwi film Ndabakunda ❤️Bella ndakubon ya gahunda
Ineza ntibora,courrage mwakinye neza
Nihatali pol ivyo bibaho kweli impfuvyi nyishi ivyo zirabicamwo💖💖💖❤
Nihtlii sha abana bakuranye abavyeyi bose bazoze baribuka gushima Imana😭😭😭
Mbega bamukase babantu niko baba bameze KARIRE kurag ndabakuna cyan 😍😍😍😍😍😍😍
Yoooh nuko vyagenze🤭🤭🤭🤭 murakoze ku nyigisho zanyu nziza nbabakunda cane mwese mimi ubalikiwe tena🙏🙏🙏🙏
Giti urakoze cane kuburokoy karire mbega vyiza ineza yiturwiyindi kwl courage .
Waaaooo courage caaane murashoboyep kandi turabakundap
Waaow courage mes amours
Akanyamuneza karanshwaye kubona mpejeje gukurikirana izi firme Imana ikomeze kubagirira neza mukomere kumuheto
Karire ndagukunda caaaaneeeeee❤️❤️❤️❤️❤️ukora ukusa nukuri umutima mwiza,ubwiza bwumubiri eka vyinshiiii cane.hma mutunyarukirize épisode.
Karire nda mukunda na episode zose akina ndazikunda
Courage🥰🥰arik muduh'agace gato gato😔😔😔
Ndazindutse abaza nyuma mundabire twa tu like twimanukire
🥰🥰🥰Kora ineza wigendere ncuti🤝ineza ntibora kabisa.Murakoze kurizo nyigisho bagenzi mwubahwe can
Film zany zirantes kbx Mimi lov u ukin nez merc kumpanur
Kora neza wigendere kuko uwo uyikorey nubuzi ingene nawe binzogende courage turinyuma zanyu
N'ukwo.Ubuzima ni ishure kabisa
@@Lesaviezvous2022 nishuri vrtm ndavye ingene uwonafashinje ariko ubu akaba ariko arangira ivyo yishakiye nukur nimba iman ihari ndayisaba inzimporer nukur kuko ndababaye 😭😭😭
@@nitungamireille316 ntukicuze inezaa wakoze kuko ineza ntibora
Murwanda turabakuricyiye cyane Kandi turabakunda karire ndagukunda cyane cyereka nkubonye bas nkaguhobera
Ndabakeje,muhezagirwe.Karire,pole sana.
Wawooo amazing film yooooo manawPole Sana karire nihatar kbx 🙄🙄😭😭😭Maman wawe ahebe yigure amugabo kuruta amaraso yiwe 🙆🙆🙆 gusa abagiraneza babaho uyomuhungu yagutabaye imana izomuhe umugish 🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Si nyina ni mu kase
Ndabakunda cane!! Mutunyarukirize ikindi gice
Courage mes amis Imana ibahe gutera imbere mukazi kanyu
Waoooo niyi nyen ndabikundira cn
Nimba isi imeze uku, nkwiye kwipfira kare !
Gumahamw 😂😂😂😂
@@jeaninehatungimana2333 Tuza ndacahari gushika Yězu aje kunjana
Hhhhh guma hamwe 😂😂
Abavyey nkaw bakwiy gukizw kirazir kwank umwan ngonuk utamuvyay, Karine ukor inez ukayisang imber,ndagukund cn 🥰🥰🥰🥰
Yoooo Episode 6 ejo SVP!!!!!!!!! 🧎🧎🧎Irashushe irasaze !!!!!THX!!!!
Mbay wacum16
Karire uciye ubwenge cane ndakwemeye ukina neza cane gose
Imana nirengere abana babayeho mwubwo buzima ibatabare kuko barahari
Uuuuuu courage murashoboy karire komera turakeney kubon urya mukaso tafashwe nubwo yatangij amahera.kuko icabona giti ariho.
Mwarateguye vrt courage nizonye KO ata part izoza irancika
Ndabakunda,mukinana umuco n'akaranga vy'Abarundi.Mwirambire.
Sha murazigukina mwubahwe ntanikindinorenzako atarikuvuga ti courage numugisha
Mrci
Kuraje murachoboye🙄👏👏👏👏❤❤❤❤
Waaaah iteguye neza cane vrt.courage team yose
Hhhha paci yavuye ruguru aje kudandsxs amago mugusagarMukomeze tubarinyuma serie mumvelo ikunzwe
Ndabakunda cane kk mukina neza Kandi ndipfuza kuganira namwe mwoshobora kundosa nime
Belle histoire.
Mwabikoze neza cane gusa yaba bikunda karire jewe narikumubera icabona kwl kubera ivyobamudendereje vyose ngoyakuyeyo inda nabibona kbsa.gusa arabayeho nabi kbsa.vyoshobora bake kubaho murubwo buzima 😢😢😢
Nukuri numiwe ntahoyagiye hejuru cane 🔥🔥ndabashimiye courage ariko ico nsaba yizane basi 2 mundwi🙏🙏
Uburyo ntiburabidukundura
Barundi Oyeeee ! De beaux Films Bravo
My favorite series 🥰🥰🥰👌👌
Ndabakunda cane bakinyi beza
Turabakunda
Caril Imana iramukunda pe Kuko nyina amutega imitego akayisimbuka abavyeyi nkabo babaho mungo komeze ibintu numuriro ndasavye abakunzi mugonge like nyish
Courage , imbere ni heza 🙌🔥🇧🇮🇧🇮
Abant babahmu gus Imana irababna giti arakoz umut❤❤❤❤
Courage,twahora tuvuga ngo abanyarwanda nibo bazi gukina,nti mwari bwaze,muri aba 1.
Mbega umutabazi imana igukomeze mubuzima ugiye gutangura
Nukuri ndabakund can uhorah abahezagire kwiInyigisho
Film nziza cane yigisha courage
Mujye musohora uduce twinshi
Dimanche ni kera😭😭
Nivuba .Merci cane ariko
Nikera vraiment iraryoshe caneee iyo film
Ugira ineza mukajana ukoze inabi iraguherekeza. Karire wubahwe
Ndahakuye icigwa vraiment
Basha mukina neza mugab dimanche nikera basi ba muduha 2 kundwi muzob mukoze caaaane
Ntahoyagiye ❤️❤️❤️ndabakunda yemwe🥰🥰🥰🥰💃💃💃💃💃
Waaaaaoh, courage Ariko muze muratunyarukiriza
Ndakubariye kwisi abagore balèze nkaba baze bahure nimana kweri
Mimi ndabakunda.ukuntu mutwigisha🥰🥰🥰
Kari lmana lzaguhe ljuru gs ntakindi navuga ndi kigali ndifuza kuzakubona niyo rwaba rimwe gusa murakoze
Ndabakunda caane vuba muduh ep6 murakina neza peee
Waooooo ndahashitse kare abakunzi ba ntaho yagiye mundemere muri benshi natwa like dutwik hashe ❤❤❤ 👍 👌
Waooooo mbega ivyiza vyuburundi nukuri terimbere murashoboye🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤
Yego turabakunda cyane 💃💃 abobturikumwe mwampaye like
Love from meme ❣️abaza inyum ntimwibagir twatuntu
Muhebe mumpe like nanje ntuzeweya 🥱😄
Basha wazindutse nkanje kueli
@@annonciattenyishuyimana3158 oya jewe nacerew gusa iyonje ntangirakwirukira mur commenter🗣️🗣️🗣️💓💓💓
Mugabo naho mukina neza mukina ibintu munsubiza inyuma. NKIVYO vy' kuvuga ko atakigaruka muri gusto vyari kuba imbere Yuko mutware aza
Karira nje naragukunze mucina neza kweli muzonjere iminota murwanda turabakunda murabagenzi bacu ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇷🇼🇷🇼
Nukuri turabakunda cyane
Karire,ubuhizi mwerekana,buraduhimbar
Nanje sha❤❤ ❤❤n❤yarakinze KARIRE numukobwa wumufasoni. Iyomba narrating IRA nzomurondera nkanwiringorera
Waooo ndahashitse arik abantu mwzntane k mutabimbwiy bas tuzir rimw kwa warubizi wacu❤️
Sandrine ntucererwa
Sandrine urantwenza peee Nino uba uje kuntwenza ??🤣🤣🤣🤣🤣
Ndabakunda caaane.muze muratunyarukiriza ep zikwirikira.naje ndabasabe muronyereke KO commentaires zanje muzibona.courage votre épisode Ntahoyagiye
❤❤❤❤
Abodusangiye gukunda iyireresi munyaruku
Waaaooo abakunz biy séries hejur cn tuhatwek hash
Ishikeye nihebuye reka ndabe p
Yooo twahachits vrt ibint namavut
Numéro 1
Wazindutse Ali.
Merci
Waruzi KO ntakurikirana ivyaw🤣🤣🤣
Mucyinanezakweri2
Muburundi hasigay har aba star kabisa . Karire ukina neza kuva kuntango nukuri muranyemej . Suit bishobotse tuyihabw. Big up Sana team yose
Ohhhhh My God my movie it's come back I love you from Rwanda 🇷🇼♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🙏🙏🙏🙏🙏
Thanks
nimbr 1
Nkaba nahageze jewe mwene nde 😏😏😏umbaza iki konje gutwika ntahoyagiye 🤷🤷🤷🤷
Komers
Mbaye muri 20 bambere azinyuma mundemere
Kari ub ndakwibutse!!Quelle belle movie!!!
kora iciza urogisanga imbere!!!basha murigisha bihagije ndabikundira nukuri,gus nyen natevye😆😆😆😆🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage vraiment film yakanovera vrt mwes 🥰🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka
Turabakurikiran caneeee muhazagigw ham muduh ibikurikir
Nukuri njye mbakunda cyane, Karire Imana iguhe umugisha nukuri, Ndabakunda cyane ndi Murwanda Kandi mukomereze aho
Courrage mwayikinye neza vrt👏👏👏👏👏👏👏🔥🔥🔥🔥💌💓❤❤
Ewan namw muradutera am appétit kuk muduha dutotodut sana arik turyosh gus courage
Ariko.mukuzinduka.wwee.
Mimi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Love you 💐🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ntoye akarago
Muranyigisha cane ibihe bibi nguma ncamwo ariko imana izo bikora karire nukwihangana
Yooooo singaye nkunda abarubdi kuburyo bindega murashimisha vyimazeyo vyukuri felicitations mwubahwe ndabakunda cane gose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍👍👌🤝🙏
Iraryoshe pe ariko Grace uzoze urakina nibindi kuko tukumenyereye mubugome gusa pole Kige
Yoo Amédée yoo nukuri rabz uzurpngerako isaha nitugufi nukuri🥲🥲
Nryohewe nirya kupe urya wamagi amuteye.
Yenze kumuca imirundi
Ntahoyagiye my lovely series💋✌️💋💋
Mwarihenz kuk batwerets mimi koyafashwe agikoze icaha cukwica
Mbese uyomugabo naw ukoyasiguriy giti ucumeng mimi yarondey hahez imis yarabikoze ark courage
Inyigisho ikomeye cane
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 shamuzigukina
Caurage cane turakunda ibikorwa vyanyu ntimudutevye igice gikurikira imana ishishikare kubah ubwenge nubwitonzi muvyanyu nomubanyu
Karire vraiment uranyigisha kuko ukora iciza ukugisanga imbere Giti arahagukuye kuri 10.000 yawe
Ntahoragiye film hejuru cne💌💌💌💌💌💌💌
Jenayikunze tugihuye ubwambere🤣🤣🤣
Bantu b Imana twige kugira neza kk ineza ntipfa komere komere turabakurikiy 100%🎉🎉🎉🎉
Basha izi movies zanyu zinyibukije films za Mugisha na nyina wa rushatsi🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉
Yooo ndababaye abagome nkabo karire Pole saana
Inyigisho zikomeye isi irazunguruka umunyakibi wese azotinda ashikirwe nawe ndaz harihabana bimpfuvyi babayeh nabi nkuyu bariko barabajujuvya .iyi film inteye kwiyumvr kure☺️☺️
Bella iyi histoire igutere kuzomufata neza kuber Karire yarigorewe mwi film
Ndabakunda ❤️
Bella ndakubon ya gahunda
Ineza ntibora,courrage mwakinye neza
Nihatali pol ivyo bibaho kweli impfuvyi nyishi ivyo zirabicamwo💖💖💖❤
Nihtlii sha abana bakuranye abavyeyi bose bazoze baribuka gushima Imana😭😭😭
Mbega bamukase babantu niko baba bameze KARIRE kurag ndabakuna cyan 😍😍😍😍😍😍😍
Yoooh nuko vyagenze🤭🤭🤭🤭 murakoze ku nyigisho zanyu nziza nbabakunda cane mwese mimi ubalikiwe tena🙏🙏🙏🙏
Giti urakoze cane kuburokoy karire mbega vyiza ineza yiturwiyindi kwl courage .
Waaaooo courage caaane murashoboyep kandi turabakundap
Waaow courage mes amours
Akanyamuneza karanshwaye kubona mpejeje gukurikirana izi firme Imana ikomeze kubagirira neza mukomere kumuheto
Karire ndagukunda caaaaneeeeee❤️❤️❤️❤️❤️ukora ukusa nukuri umutima mwiza,ubwiza bwumubiri eka vyinshiiii cane.hma mutunyarukirize épisode.
Karire nda mukunda na episode zose akina ndazikunda
Courage🥰🥰arik muduh'agace gato gato😔😔😔
Ndazindutse abaza nyuma mundabire twa tu like twimanukire
🥰🥰🥰Kora ineza wigendere ncuti🤝ineza ntibora kabisa.Murakoze kurizo nyigisho bagenzi mwubahwe can
Film zany zirantes kbx Mimi lov u ukin nez merc kumpanur
Kora neza wigendere kuko uwo uyikorey nubuzi ingene nawe binzogende courage turinyuma zanyu
N'ukwo.
Ubuzima ni ishure kabisa
@@Lesaviezvous2022 nishuri vrtm ndavye ingene uwonafashinje ariko ubu akaba ariko arangira ivyo yishakiye nukur nimba iman ihari ndayisaba inzimporer nukur kuko ndababaye 😭😭😭
@@nitungamireille316 ntukicuze inezaa wakoze kuko ineza ntibora
Murwanda turabakuricyiye cyane Kandi turabakunda karire ndagukunda cyane cyereka nkubonye bas nkaguhobera
Ndabakeje,muhezagirwe.
Karire,pole sana.
Wawooo amazing film yooooo manaw
Pole Sana karire nihatar kbx 🙄🙄😭😭😭
Maman wawe ahebe yigure amugabo kuruta amaraso yiwe 🙆🙆🙆 gusa abagiraneza babaho uyomuhungu yagutabaye imana izomuhe umugish 🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Si nyina ni mu kase
Ndabakunda cane!! Mutunyarukirize ikindi gice
Courage mes amis Imana ibahe gutera imbere mukazi kanyu
Waoooo niyi nyen ndabikundira cn
Nimba isi imeze uku, nkwiye kwipfira kare !
Gumahamw 😂😂😂😂
@@jeaninehatungimana2333 Tuza ndacahari gushika Yězu aje kunjana
Hhhhh guma hamwe 😂😂
Abavyey nkaw bakwiy gukizw kirazir kwank umwan ngonuk utamuvyay, Karine ukor inez ukayisang imber,ndagukund cn 🥰🥰🥰🥰
Yoooo Episode 6 ejo SVP!!!!!!!!! 🧎🧎🧎
Irashushe irasaze !!!!!
THX!!!!
Mbay wacum16
Karire uciye ubwenge cane ndakwemeye ukina neza cane gose
Imana nirengere abana babayeho mwubwo buzima ibatabare kuko barahari
Uuuuuu courage murashoboy karire komera turakeney kubon urya mukaso tafashwe nubwo yatangij amahera.kuko icabona giti ariho.
Mwarateguye vrt courage nizonye KO ata part izoza irancika
Ndabakunda,mukinana umuco n'akaranga vy'Abarundi.Mwirambire.
Sha murazigukina mwubahwe ntanikindinorenzako atarikuvuga ti courage numugisha
Mrci
Kuraje murachoboye🙄👏👏👏👏❤❤❤❤
Waaaah iteguye neza cane vrt.courage team yose
Hhhha paci yavuye ruguru aje kudandsxs amago mugusagar
Mukomeze tubarinyuma serie mumvelo ikunzwe
Ndabakunda cane kk mukina neza Kandi ndipfuza kuganira namwe mwoshobora kundosa nime
Belle histoire.
Mwabikoze neza cane gusa yaba bikunda karire jewe narikumubera icabona kwl kubera ivyobamudendereje vyose ngoyakuyeyo inda nabibona kbsa.gusa arabayeho nabi kbsa.vyoshobora bake kubaho murubwo buzima 😢😢😢
Nukuri numiwe ntahoyagiye hejuru cane 🔥🔥ndabashimiye courage ariko ico nsaba yizane basi 2 mundwi🙏🙏
Uburyo ntiburabidukundura
Barundi Oyeeee ! De beaux Films Bravo
My favorite series 🥰🥰🥰👌👌
Ndabakunda cane bakinyi beza
Turabakunda
Caril Imana iramukunda pe Kuko nyina amutega imitego akayisimbuka abavyeyi nkabo babaho mungo komeze ibintu numuriro ndasavye abakunzi mugonge like nyish
Courage , imbere ni heza 🙌🔥🇧🇮🇧🇮
Abant babahmu gus Imana irababna giti arakoz umut❤❤❤❤
Courage,twahora tuvuga ngo abanyarwanda nibo bazi gukina,nti mwari bwaze,muri aba 1.
Mbega umutabazi imana igukomeze mubuzima ugiye gutangura
Nukuri ndabakund can uhorah abahezagire kwiInyigisho
Film nziza cane yigisha courage
Mujye musohora uduce twinshi
Dimanche ni kera😭😭
Nivuba .
Merci cane ariko