Love from KEY G FAB KARIRE natanguy ndamwamka ariko kubwivyo yaciyemwo ubu ndamukunda kubi bivanye nukuntu yiz uko afata umuntu uwariw wes kndi courage
I mean , the are many talent in our country ,,so nubwo ataburyo bw'amafaranga duterera basi tuzobashigikiza amasengesho basi Uhoraho abacire inzira kuko uburyo bitwara ubryo bwinshi kugira muzemuraduha zino reresi,,so GOD bless you in all
Number one🥰❤Ndimurukundo Niy Movie❤💞Abakunzi ba Ntahoyagiye Tumenyane💞💃💃🥰😊
🤙ingo tumenyane kweli Yvonne😍
Mwubahwe bantu banje,abantanze Bose ndabashimiye ndabonye KO tuyikunda co kimwe
Ndabona abafashwe nkanje na flm😍😍😍
Waoooooo narindayikumbuy gayemw ntahoyagiy hejuruuuuuuuu murashoboy🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💃💃💃💃💃
Ntiwandusha kuyikunda
Yooooo basha nimumputwo tuntu kwer nagerageje🔥🔥💃🏼💃🏼💃🏼
Karire wee ndagukunda cyane aho ukina hose basi ube uri numwana mwiza mubuzima busanzwe
noooooooh,basha ndakuze vrt rek gutuma nkorora amsozi😢😢nukur film irimw inkur yigisha arik knd ndavy ukuntu inyigishije "niwagirirwa amahirwe,urafasha umuntu cnk2 urob unshimiye!!"basha rek mbater integ nukuri
Abakunzi ba Ntahoyagiye tumenyene 👇❤️❤️❤️❤️❤️❤️ abacerewe nkanje mundemerere 🌏🇧🇮
None nkawe kwer😀wamubonye manyanga😀
Ndabakunda cane❤️❤️ murakina neza cane nukur mukore ibija imbere murashoboye🥰 iyindi tuyirindiranye igishika
Karire disi💕💕💕💕💐 uri urugero rwiza, umbereye mwarimu kubwubuzima wadukiniye,
Egoooooo kwr niwambr pe
Très bon film. Muhezagirwe MWIGISHA urukundo. Go up.
Iyi film ndimwo ndayiraba sinshaka kwihera ubwo nyene ,muraraba mutwongeze iminota basha turasavye👏👏,film iryoshe cane gose et courage
Karire urashobora kuba uri kubikora neza vrt courage haribintu urikunyigisha mwubahwe🙏🙏🙏🙏🙏
Courage ma soeur vyukuri ndabakunda Imana mushoboravyose ibahe gukomera mubikorwa
Ntunshimire uzogire umwe canke babiri ufasha uzoba unshimiye .karamfashije pe!!! Courage vrt
Film zanyu zirahimbay kuko harimwo inyigisho nyishi.ntahoyagiy na ihurizo ryamakuba,murakwiye kwongereza umwanya hamwe n'a épisode 2 mundwi
Ndabakunda nanje ,ariko kariiire azokwama mubibazo nkubu muramukaziwe azokwica musazawe ace avuga ko ari Karire yamwishe🙆
ahuuuu kari mundishije umutima mbega imiryango yibu rata mukomereze aho🇷🇼🇷🇼♥️♥️♥️♥️♥️
Ndipuza kubona igic gikurikira vtr naza nabona filme yumuriro 🥰🥰🥰
Dimanche ni kera muba mukwiye kuyiduha 2 mu ndwi😎😎😎courage arik papa Bella ntazopfe yemwe
Ntahabura ugwanko mu mibano nyene birabaho bakicana.❤❤❤❤❤
Muminota Mike mbaye mpageze😊nkunda iyi movie kubi😍🥰
💪💪💪💪💪❤❤❤❤.Curaj. film ntahoyagi. Mwubahwe cyan ❤❤❤❤
gusa KARIRE Uri akana keza kamahirwe!!!mubikor à conditions que inasenge wa bella nawe azobona ko karire atar umwana mubi ,big up guys
Yes ibint nivyiza mukomeeere caan
Love from KEY G FAB
KARIRE natanguy ndamwamka ariko kubwivyo yaciyemwo ubu ndamukunda kubi bivanye nukuntu yiz uko afata umuntu uwariw wes kndi courage
Woooow film yigisha nukuri turabakunda cane
Mbeg Film we😍😍😍👏👏👏👏👏
Yoooo nacerewe gus courage caaaane murashoboye imana ibagurire ingabire zanyu mwese turabakundap
Good job integenyishi nimependa drama zenu jaman dar
Nahor ngend ntavuz kuber guceregw uyumus ndahishikiy kar sinogend ntavuz❤️
Ndazitse narinyikumbuye pe from Rwanda
Courage bantu banje mwari mwatebeje kuduga akantu gashasha
Mbega ibishokora vy'abana,abakinyi murampimbara cane, courage courage nukuri imbere ni heza.
From Rwandan country love u too much courage ntahoyagiye😍
Me too I'm from Rwanda I love ntahoyagiye too much ♥️♥️♥️♥️
Amahoro inyarutsa mubiduhe vyose mbega abarundi Turi kurwego pee
Ndabakunda cyane pe 🌹
Uyumusi ndabaye kumasaha kwel vyiza cne 👍
My favorite movie ♥️ ndabakunda cane
Ewe karire Ndagukunda 😍😍imana iyoba yompaye nibura umusumwe nkakubona
Uzoje kur gelison does ames munyakabiga ari dimache uzomubona nih asenga
Karire nanjye wamunyereka mukunda mumabara yose
Waaa abakunzi biyi movie mubinyerek
Courage murashoboye Mwubahwe cyan
Oyaaaah ntapfe kbx kuko Bella yoca agira ikibazo gusa mukina neza ndabakunda
Courage murashoboy kandi mu birimo neza ❤❤❤❤❤❤
Waooo. Mukomere😍😍😍😍😍😍
👌👌👌👌 good movie 👌 ntahoyagiye hejuru cane gose
Karire love you too ♥️♥️♥️♥️♥️💋💋💋from Rwanda 🇷🇼🇷🇼
Manyanga welcome mur ntahoyagiye🤣🤣🤣gusa mbona ukaze kwinoturo
Muribezaa sh Bella mwena karire knd mukina nezaàa gusa senge waw avuga nabi knd sivyizaaa agis umtima usa nuko asa
Waooo nazinduts mump j'aime sha
Yemwe jewe ndabakunda nahoharimwo imigani courage mwubahwe
Abafana ba mimi tumenyan musig like 💪
❤❤ndamuku❤
❤❤ndamuku❤
Niwagirigwa amahirwe uzafashe umuntu umwe cyangwa babiri uzoba ushimiye intego nziza cane karire ndamukunda cane❤
,,Ngo uwo isi yonkeje neza agira ngo inzigo ntizizi kwonka''. Very instructive locution!
Abo tuvyumva kumwe oyeeee love from Meme
Mutama Bandelas,courage courage,uzoshika kuco wifuza.
Welcome series ntaho yagiye
Much love from jaja kajanira 😭😭😭😭
🙏🙏🙏 Merci beaucoup team mwese 🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Uko mbony episode nshash niko ndushah kubakunda❤mwubahwe can🤝
From Dorine Arabie love you gys team warubirizi mubirimwo Neza. Ndabakunda cyane
kigiri rwanda turabakun
da 🇷🇼🇷🇼 ❤❤❤❤❤🎤🎧😊
Number one mumpe like nyinshi cane
Niwagirigwa amahirwe uzafashe umuntu umwe cyangwa babiri uzoba ushimiye intego nziza cane karire ndamukunda cane❤ nabella
Ndazindutse mbay uw3
Bella gahunda
Ndakunda team yose
Ndabona wibera you tube ishika uyibona🤣🤣 ni blague
@@audacie8413
Uyumusi nahabaye kbx🤣🤣🤣ereg nae wazindutse
@@ziadamusavyimana7826 ubutaha nzogusanga Maa nshaka kuba nanje number one numvumunyenga😊😊
Wewe bakumpere radio 📻 wazindutse
Basha twari tuyikumbuye
Abibaza igituma film Yitwa NTAHOYAGIYE mundemere like💪
Oya chrie😂😂ineza ntaho yagiye jewe niko mbona nkurikije uko ikinwa🤷♂️
@@audacie8413 Sha nukwonyen kwel urabitoye🥰🥰🥰🙏🙏
Ni mimi ataho yagiye ndibaza numva impera n'imperuka azorongorwa n'umukunzi wiwe wa kera.
Mbega vyiza ndaryohew cane kuba Bella yahuje nakarire nahombona inasenge Bella aje kuvyica.muduhe swet
Tantine Wa bella urakaz pe ntibitangaj umunt akin icaric PE ham karire wanj courage ngukund kanin
I mean , the are many talent in our country ,,so nubwo ataburyo bw'amafaranga duterera basi tuzobashigikiza amasengesho basi Uhoraho abacire inzira kuko uburyo bitwara ubryo bwinshi kugira muzemuraduha zino reresi,,so GOD bless you in all
Nibwo nkiyibona ariko irarenze kubera karire no murwanda turamukunda akuruta per iwe ntakuna uburaya❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ so much
Ndabakunda cane muratwigishaaaa
Eeeeeeeeee, mbega ko umuriro ugiye kwaka gushaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Aha karabaye. Bazoca bica uyu muzehe bace bavuga ngo ni Karire amwishe
Nagumankanuyamaso🙄🙄ndayirindiye kandimuzemutunyarukiriza ❤️❤️❤️
Karire komera kwibanga courage team ntaho yagiye 💪 ♥ ❤
Love you so much!
Ewe Sha kora sambon ,ewe turakunda cane Karire turabakunda ,ego umwe canke 2aho nisawa kweri 👍👍👍👍
Muzi gutegura kabisa nairobi turabakuricyiye
Bella urakoze cn kwama bwire ya senge uyahevye.sha,senge wigerezaho. Bella utekure amabwir yasenge nukuri
Impanuro nzoza cane
Izina ryanje rya KARIRE nsigaye numva ndarikunda cane kubera iyi film❤
Yooooo!!!! Mbega ubuzima gusa ndabakunze cyane , mukomeze kuduha ibyiza turashaka ibindi bice Imana ibashyigikire .
Nukr nanj ndakunda iyi film gushika naho abakinyi mwese mwubahwe nyagasani abahezagire
Mimi ndagukunda Vyumve ukina neza très serieuse
Nukuri karité n'a bella uraberewe❤
Yooo Nukiri iman imbandanye kubongerereza ingabire ndabakundacanee kumwe ijambo ryiman ritubwira uzomeni ivyokurya vyawee kukiyanga kuko kuko harumusi rozosesa ndavyemey
Uwambere yarayikumbuye abaza munyuma oyeeee
Yo baravuga ugiranez ineza ukayisanga imbere karire aboyafashij nibobamutabaye
None koko Rosa nyankurubike uje gukora iki koko nyankurubibe 😭😭😭😭😭wagumye kwa manyanga koko
Ndabakunda caaaaane
Ndabona ibintu bingiye kuba umuriro
😢😢😢 yooo sha karire ariwe dusanzwe tumenyeye kw izina rya Mireille nukur ndaguhojeje nanj murunomwanya numv intuntu nagahinda kurukundo nagukunda(nuko ari films)
💪💪💪💪💪♥️♥️♥️♥️♥️ courage 👏👏👏 mwubahwe pe
Karir wubahwe can urumukinyi mwiza kandi abikor nez🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bella hangee papa wawe arapfuye nukuri yesuuuu agufasheee
Yooo karire disi, ukina neza uri mwarimu mwiza cyane
Inzingo ntizizi konka,!courage mubikoz neza vrmt
Courage Hama ntamuntu yompuza na karile yoba akoze caaane zamuraduha ningoga basha
Courage mes amis mubikora neza turabakunda.
Ndabakunda cneee mukinaneza Bella na karire mbakunda byimazeyo from 🇷🇼
Courage ma sœur karire icigwa kiri muri filme kirakwiye part7 muyiduhe vuba
Welcome again my favourite series 💞 love from Rwanda🇷🇼
We love you more 🥰🇧🇮🇧🇮
@@ladianoellagiriteka8595 highlighted the
yooo mimi numva sigaye ngukunda ukuntu arikorero uyomuchr wawe ntapfe kuko wobugizivyago bisumba ivyowaciyemo icomugomba gukora nigusenga kugira lmana izomutambutse imitego yose yamushikiwe
Ndatahije manyanga na Goliath
Nacerew ariko ntaco.gusa murakunzwe tu ♥️♥️♥️
Imana ibandanye ihezagira ibikorwa vyanyu bitere imbere birimwo inyigisho
Hari akantu kanyubatse caaane muri ino part 6 vrt: Ukabona ugiriwe amahirwe, uzogirire neza uwundi muntu umwe, canke babiri uzoba unshimiye
Amen
Arire ndakunda ibikogwa vyawe kabx ❤️❤️🇧🇮🇧🇮