Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Niyiruhukir amahoro tuzahurir mubwami bwo mw’ijuru 😭😭
Imana izompe iherezo ryiza ndakwinginze Mana yanje.
😢😢😢😢😢😢muvyeyi wacu twaragukunda ruhuka amaharo 😢😢
Mwihangane muzohurira mwijuru
😢💔😭Nakomez kwiruhukir amahoro
Mutama naruhuke
🙏🙏
Niyiruhukir amahoro umuvyeyi wacu twamukunda
Icompa nkazipfira urupfu nkurwabagorotsi iherezo ryanje rikazoba amahor 😭😭😭
birambabaje gusa aheza nimwijuru
Ruhuka amahoro Muvyeyi 😢
😢😢😭😭😭
Vyukuri birateyubwoba
Yoooo Imana ibahe ukwihangana
Borababaje gusa sinarinzi ko pentecote bajana gusabira mwishengero
Sukumusabira ma soeur, nukumusezera kandi bikorerwa abakozi b'Imana gusa.
Hahirwa abapfira muri kristo yesu.ibikorwa yakoze bimuherekeze umuvyeyi
😢😢😢
😢😢😢😢😢
😮😢😢😢💔💔🇧🇮🇰🇪
J aurais aimé ko baririmba indirimbo iremesha abasigaye...cnk itera ivyizigiro twe dusigaye...mais baririmbiye uwutabumva...vyari kuba vyiza baririmbiye ababumva...no ku muhisi Pst Seth baririmvye type imwe...mais c est mon avis...nivyo araruhutse aruhutse ubutame bwo mw isi...kumuririmbira yagiye si bibi ariko kuririmbira abasigaye mukubirura nivyo vyari kuba vyiza cane...nibo bari kuremesha mais umengo bafashije ikiriyo ngo inkuru y icamugongo...kandi kubezey urupfu ni ikirato kitwambutsa mw ijuru..Duhezagiranwe,gusa ndakunda iyo chorale...ico ciyumviro muzokibahe!ahsante
@@bertinntawe8115 Tuzogishikana
Abamwishe baragowe naze yihane kk ntamahoro azokwigera agira
None nuwamwisheee?bimeze gute ?
Kuramatiku ngaho nimukizwe neza urubanza nurwa data kuko mwosanga mwiyandurijubusa kumpande zose
Ego vrema .nkuwo yitahiye uko Bari gutamba bashima Imana kuko twese nivyo duharanira kwipfira nkuko abagororotsi bapfa .
Niyiruhukir amahoro tuzahurir mubwami bwo mw’ijuru 😭😭
Imana izompe iherezo ryiza ndakwinginze Mana yanje.
😢😢😢😢😢😢muvyeyi wacu twaragukunda ruhuka amaharo 😢😢
Mwihangane muzohurira mwijuru
😢💔😭
Nakomez kwiruhukir amahoro
Mutama naruhuke
🙏🙏
Niyiruhukir amahoro umuvyeyi wacu twamukunda
Icompa nkazipfira urupfu nkurwabagorotsi iherezo ryanje rikazoba amahor 😭😭😭
birambabaje gusa aheza nimwijuru
Ruhuka amahoro Muvyeyi 😢
😢😢😭😭😭
Vyukuri birateyubwoba
Yoooo Imana ibahe ukwihangana
Borababaje gusa sinarinzi ko pentecote bajana gusabira mwishengero
Sukumusabira ma soeur, nukumusezera kandi bikorerwa abakozi b'Imana gusa.
Hahirwa abapfira muri kristo yesu.ibikorwa yakoze bimuherekeze umuvyeyi
😢😢😢
😢😢😢😢😢
😮😢😢😢💔💔🇧🇮🇰🇪
J aurais aimé ko baririmba indirimbo iremesha abasigaye...cnk itera ivyizigiro twe dusigaye...mais baririmbiye uwutabumva...vyari kuba vyiza baririmbiye ababumva...no ku muhisi Pst Seth baririmvye type imwe...mais c est mon avis...nivyo araruhutse aruhutse ubutame bwo mw isi...kumuririmbira yagiye si bibi ariko kuririmbira abasigaye mukubirura nivyo vyari kuba vyiza cane...nibo bari kuremesha mais umengo bafashije ikiriyo ngo inkuru y icamugongo...kandi kubezey urupfu ni ikirato kitwambutsa mw ijuru..
Duhezagiranwe,gusa ndakunda iyo chorale...ico ciyumviro muzokibahe!ahsante