Urakorora amosozi wumvirije ubutumwa asigiye umugore we😭 Intwazangabo yuburundi yiciwe muri RDC/NEVA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 янв 2025

Комментарии • 240

  • @MarieNSABIMANA-ov5jb
    @MarieNSABIMANA-ov5jb 13 дней назад +8

    Birababaje cane kubona abana Uburundi barikugwa muntambara bashowemwo na bategetsi bigihugu kubera inyungu zabo

  • @Marim-iu9wj
    @Marim-iu9wj День назад

    😢😢😢 IMANA ibakire mwes aheza ni mw'ijuru 😢😢😢

  • @Rm-zo7ro
    @Rm-zo7ro 11 дней назад +2

    Abatutsi ko uburundi bubamaze 😢😢😢😢

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 4 дня назад +1

    R. I. P bibaho nikwihangana
    aba fans mudufashe gukira partager s'abonne nivyuyumviro vyanyu birakenewe

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 14 дней назад +3

    Ni ibijuju kuko bagomba kwiyomora kuri NEVA bakajya muri M23 ikazobafasha gutembagaza debil NEVA kuko uyu mwaka tuzomubogoza

    • @BampireJose
      @BampireJose 14 дней назад

      Bagize ubwobwenge c bakareka gupfira ubusa. Byibuza iyaba Ari nabarundi bari gupfira

    • @SaraSara-m3z5d
      @SaraSara-m3z5d 13 дней назад

      Ntabwenge ufise MBE kanombe murasiba guhamba.

  • @Marirose-n6g
    @Marirose-n6g 9 дней назад +1

    Imana nimwakire ntakundi

  • @LydieNIJIMBERE
    @LydieNIJIMBERE 13 дней назад +4

    Birababaje cane.ndahojeje imiryango iriko irabura.

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula 15 дней назад +7

    Ntamusoda udapfa nijewe ndi congo ibi kuritwebwe nibisanzwe🤷

    • @TwaamboMweembe
      @TwaamboMweembe 15 дней назад +2

      Uvuga ko ari ibisanzwe kubera utazi ico uriko ukora!Congo si igihugu cacu gifise abaco!

    • @methode-sk3bd
      @methode-sk3bd 12 дней назад

      Non wew uriko uravugako uri muri congo Ibanga ryagisirikale ntaryo uzi wew

  • @NiyonkuruFulgence-q7v
    @NiyonkuruFulgence-q7v 4 дня назад

    turahojeje umuryango wiw

  • @kamikazijocelyne5666
    @kamikazijocelyne5666 12 дней назад +2

    akabasize agahinja ngo agahinda😂😂😂😂😂

  • @JoselyneNiyongabire
    @JoselyneNiyongabire 14 дней назад +4

    mwihangane cane twe twapfakaye mber twarumiwe mwoho muracavuga ico mbona uwufise uwiwe mur congo namushire mubapfu kk nibake bagaruka

    • @PheniasNduwimana
      @PheniasNduwimana 14 дней назад

      Rek kubaca umutima jose kuko bose siko bahura nivyo ubipfurijr

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 12 дней назад

      Ihangan sha jose

  • @YannicknoéMugisha
    @YannicknoéMugisha 14 дней назад +3

    Ayo maraso yabasirikare buburundi azobazwe ako kagwi kabadandaje abagore Ubu nabapfakazi abavyeyi babavyaye bikoreye amaboko nukuri turababaye kurivyo bintu bitey ubwoba

  • @ObedNiyogushima-u1r
    @ObedNiyogushima-u1r 10 дней назад

    😂😂😂 nukuri birababaje cane ariko Imana imwakire mubwami bwayo😢😢😢😢

  • @NyirahabimanaPhanny
    @NyirahabimanaPhanny 14 дней назад +3

    Pole gihugu chacun tubéreuse intwqri

  • @JanvierGahungu-mg7oc
    @JanvierGahungu-mg7oc 12 дней назад +2

    N'umusirikare kand yiyemej gupfira igihugu non akimeney amaraso nkuko yarahiye

    • @ndayijules7561
      @ndayijules7561 10 дней назад

      None se ari kurwanira uburundi? Cyangwa congo yahindutse uburundi!!!!

  • @IsabelleKanziza-i1n
    @IsabelleKanziza-i1n 14 дней назад +2

    Nukuri ibiriko biraba kubasoda babarundi birababaje caaaane ,muzogume mudutohoreza kubafashwe nabo

  • @BizozaIran
    @BizozaIran 14 дней назад +3

    Ko mutavuga abasirikare burwanda nabo mwarungitseyo bapfirayo

    • @NiyongaboEmery
      @NiyongaboEmery 12 дней назад

      Zana ama photo yabo nkaya

    • @methode-sk3bd
      @methode-sk3bd 12 дней назад

      Ataphoto ntacabaye sha zana naw turabe sha

  • @ClaudeIgiraneza-r5w
    @ClaudeIgiraneza-r5w 14 дней назад +1

    Imana imwakire niyi ruhukire amahoro yari intwari kurugamba we will never forget him

  • @niyonizeyethierry
    @niyonizeyethierry 10 дней назад

    Imana imwakir mubwami bway ahez nimwijur muburundi harik hapf abasoda GS malaria nayon irica asesey amaraso igihugu hari abayaseser ibisig

  • @NishishikareFuraha-q8r
    @NishishikareFuraha-q8r 10 дней назад

    Uwabonye apfa arwanira igihugu ciwe ntiyopfa arwanira igihugu cabandi,ndahejeje umuryango wabuze twese twabuze kuko yari umwana wigihugu naje ndabahaye cane kuko igihugu kiriko kirahomba murikongo nibigwanire kuko natwe twarirwaniye intambara yari mugihugu ariko sivyizi nabo nibirwanire mureke gupfakaza igihugu

  • @Randybury378
    @Randybury378 15 дней назад +2

    kubera ari umututsi turahagurukiye rimwe. Ko tutariko tuvuga abahutu bapfirayo? Jewe nubundi bgoko bupfuye burambabaza

  • @ChantalBukeyeneza-u4r
    @ChantalBukeyeneza-u4r 2 дня назад

    Ntacumuntu yovuga abategetsi nibikebuke

  • @TURIKUBWIMANAJeanClaude
    @TURIKUBWIMANAJeanClaude 4 дня назад

    Urucucu gusa wa ngegera we.ngaho nirumwaragurike ndebe ko ruribukomeze kundotera kuba insigamigani yabanyarwanda nisi yose nkuko rwabigambiriye rutizigamye urwo rutumbi rutagira ubwenge.

  • @ImeldaChazi
    @ImeldaChazi 15 дней назад +3

    Urumusega mbe abo kuruhande rundi kutabatwereka ?mbe urupfu ruryosh warubonyehe?

    • @IsabelleKanziza-i1n
      @IsabelleKanziza-i1n 14 дней назад

      Ntaco mvuze gusa uri ikigugu caaaaane kandi ndumva abacu bagwa muri congo ntaco bikubwiye ntamupfu aruta ww

  • @DavidNikiza-t7z
    @DavidNikiza-t7z 15 дней назад +2

    Mureke kwitwaza ubwoko kuko Bose barigupha Ku mpande zose

  • @IrankundaAlaine
    @IrankundaAlaine 10 дней назад

    Birababaje kubona Imana yotureka tugatwarwa nababantu😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @patrickkanyoni9231
    @patrickkanyoni9231 9 дней назад +1

    Mubu soda bari gupfira congo nta mugenzi wa neva arimo, pole cyane ku uburundi

  • @Faustinee-t9v
    @Faustinee-t9v 14 дней назад +2

    Uwiteka ugumbire imitima yumuryango wabuze nabarundi

  • @yvesBigirimana-c9k
    @yvesBigirimana-c9k 15 дней назад +1

    Nawe urakavya,NGO aciye ubwenge,abantu babatwara Muri Congo nk'inka.

  • @MajambereAmedee
    @MajambereAmedee 14 дней назад +1

    Nukuri birababaje cane kuki abasirikare bafisubwenge bemera kujagunfwira mugahinga babibona niragire icobakoze bereke ababashora mumigwano batazi

  • @BatamurizaEspérance-n6k
    @BatamurizaEspérance-n6k 15 дней назад +4

    Yoo imana ikwakire abagore babasoda twaragowe imana irakwiye kutwibuka

    • @TwaamboMweembe
      @TwaamboMweembe 15 дней назад

      Uburongozi bwanyu bubi nibwo bubamarira abanyu kubwo inyungu za Varisito!

    • @deohabi
      @deohabi 14 дней назад

      Pore sha

  • @JeaneNduwimana
    @JeaneNduwimana 9 дней назад

    Manaa Mana tabara abana bawee😭😭😭

  • @Joséphine-e6s9z
    @Joséphine-e6s9z 14 дней назад +1

    Imanibakire mubwami bwoyo mwimufise ijwirigera kure muzosabe abafashwe ntibazogirirwe nabi kuko sibo

  • @MunezerJaquelinne
    @MunezerJaquelinne 10 дней назад

    Imana imwakire mû.bwami bwayo

  • @NyirizinaZyni-p
    @NyirizinaZyni-p 15 дней назад +1

    Ntakundi pole sana neva nonese koyabagurishije kuri tchisekedi muribuze nokubona abandi benshi kandi burya abamutamenya nibobenshi cyane
    M23 yoho izicyirwanira ariko abarundi bo babatwara nkihene itwawe mwibagiro pole RIP.

  • @Amida-r6p
    @Amida-r6p 5 дней назад

    Twariyakiye tweseee

  • @UwamureraHadidja
    @UwamureraHadidja 14 дней назад +1

    Mwihangane sendataze sendagara yarabagurishije peee yarangizaa ngoyejeje ibirayaa ibiharagee n ingurubee kdi ara madollar y abana ba sebarundi Imana izamubaze izi nzirakarengane zose kdi noneho biriguterwa namagambo y abayobozii babo bari kuvugira kuri social media bikarakaza adversaire

  • @cybelaleslieiteka1248
    @cybelaleslieiteka1248 12 дней назад

    May the Almighty God save our country from this socio - economic crisis and release our fellow Burundian brothers dying for a foreign country because of the selfishness of some people. May He grant all Burundian victims of that RDC War eternal happiness in His kingdom.

  • @Orchidee-ue2fi
    @Orchidee-ue2fi 14 дней назад +1

    Mbega uriya Neva afite umigambi wo kumara abana babarundi bazira ibitabareba ni hatari.

    • @SaraSara-m3z5d
      @SaraSara-m3z5d 13 дней назад

      😂😂😂ikirofa kagame niwe atamaze abanyarwand

  • @NiyomugaboDavid-u3z
    @NiyomugaboDavid-u3z 14 дней назад +1

    We amajambo ushiniriz nububenshi mbe wew urundi vrt jew numv wank uburundi cne

  • @InnocentMajambere-o2w
    @InnocentMajambere-o2w 12 дней назад

    Mbega wewe urazi ibanga ry'igisoda imbere yo kuvuga kuri buri nkuru.
    Mbe ninde yapfuye urupfu rutababaje?
    Burya ndadaye niwe mwishe neza!
    Bimenye ubimenyere ko igisoda kidasa n'ivyo vy'ikinyagihugu bikurimwo

  • @elysensabimana-bl4zc
    @elysensabimana-bl4zc 12 дней назад

    Azize icoyiyemeje RER ntumwovugango umukuruwigihugu ngwariko arabagurisha sivyo nasomari santafrik hose bariyo mumuryawiwi nibihangane ivyokurugamba nikobimeze

  • @madongijeanbaptiste
    @madongijeanbaptiste 14 дней назад +1

    Imana imuhe uburuhukiro bwiza

  • @NtwariChristine-t1r
    @NtwariChristine-t1r 10 дней назад

    Imana nabagarukireko nukuri birababaje

  • @NtireElijah-l5u
    @NtireElijah-l5u 9 дней назад

    Birababaj😢😢

  • @NsanzumugishaGodelieve
    @NsanzumugishaGodelieve 10 дней назад

    😮n'urwenya

  • @Masekohope
    @Masekohope 14 дней назад

    abenegihugu bazoherera ikongo bubera inzahabu zabatejyetsi birigwa barabibira murikongo, ugwaruka ahokugira ruherere Kongo ntiboruha ibyangombwa rukaja kurondera ubuzima mubihugu byakarere ahubwo kuberako umwana yoroshye kumuhenda umufatanije mukene nugutwara Kongo kwicuniro, abazungu birigwa bakora amabombe bayaha abatejyetsi bafurika ngobimaranire umwirabure azahora afise ubwenjye bucye mumutwe.

  • @ClaudineNiz
    @ClaudineNiz 8 дней назад

    Yoooo ntakundi imana imwakir mubwami bwijuru

  • @JeanTuyisabe
    @JeanTuyisabe 12 дней назад

    Nibitambo byanda yishimiye azabacuruza kugeza kundunduro yaryohewe nibuye ryakongo Sha m23 jye ikomeza ibiteho ibahe ibyabo ahubwo iyaba byashobo kaga ngobose ibamarireyo nibyo byaba byiza barakavunu muheto

  • @kevin_OG_killer
    @kevin_OG_killer 13 дней назад

    Kwanza novuga pol sana kumuryango wabuze
    Ariko iconzi umusirikare nurugamba birajana kuko ibi bintu.numuhamagaro ugiye uvuga ko arakazi ugiye gukora ntakazi kariyo wallahi niy mpamvu ibi bintu bigoye bisab kwakira biranababaje

  • @GikundiroRiam
    @GikundiroRiam 8 дней назад

    😭😭😭😭😭

  • @Felyse
    @Felyse 14 дней назад +1

    Ayameneye igihugu ciwe? 😅😅😅😅😅 niwiganirire mugenzi.

  • @UYEIC
    @UYEIC 12 дней назад

    Urumva ingene ubesha ngo arasize abana ...uyo yaramaze amezi 6 agiz mariage ntamwana asize.Rero buvuga uvuga ivyo watohoje neza wa kijuju we

  • @RahayirwaCelestin
    @RahayirwaCelestin 10 дней назад

    Niko kazi yasabye kuba umusirikare bivuze gupfa gukira nukorero ntabyo kubitindaho

  • @joelbailava8161
    @joelbailava8161 15 дней назад +2

    Nuyu nawe araza kumwihakana ko ari ready tabara birababaje kbs

    • @SaraSara-m3z5d
      @SaraSara-m3z5d 13 дней назад

      Hama nimwe mutabihakan 😂😂😂

  • @FiulgenceNzeyimana
    @FiulgenceNzeyimana 13 дней назад

    Uyonintwaro aguye kuruhamba mwehomuzopfa murikwiba mugisoda nibitatu:harugupfa gukira canke gukomereka.gusanuko mutavuga abanyarwanda bahagwa.cankemutinyako mubavuze mwocamumenya iyomuja mugahunga kagome

  • @agnesagnes385
    @agnesagnes385 14 дней назад

    Birababaje cane nukuri. Imana ifashe abasoda b'igihugu bacu bariko bazira ubusa. Pole kuri famille, Umukama abazigame.

  • @NicimpàyeLea
    @NicimpàyeLea 12 дней назад

    Ndababaye😢😭😭

  • @tegete06151
    @tegete06151 9 дней назад

    Ubwose ugwanda ko rupfush benshi nkabo

  • @maricnsabiyera-i1e
    @maricnsabiyera-i1e 8 дней назад

    Ntakund niyitahir amahor imana imwakir

  • @GiranezaTeta
    @GiranezaTeta 12 дней назад

    Ivyo nibihuna vyaje komera abarundi kweli neva Imana izoguturira burarindiriye wewe uzoraba

  • @IgirimbabaziGaëlla
    @IgirimbabaziGaëlla 14 дней назад

    Ndababajw ni miryango iriko irabura ababo naho umunt apfa hageze kwi saha yiwe mbega kuki bashitse Congo babaka Ama Téléphone ?? kuberik umuntu amanitse amaboko akavuga ko adashobora kuja Congo apfungwa canke akaburwa irengero?abarundi tuzokanura ryari Aho kubaka Burundi tukabonera ibintu kure ahubw turahumiriza mbga hamwe hagize ikibazo kiba iburundi mwibaza ko Congo yoza kudufasha urugamba cnke bokwirabira hirya?

  • @ThaddeHorumpende
    @ThaddeHorumpende 9 дней назад

    Justin nuwacu namutuzanire umuryango umushingirane iteka

  • @OmarioAmabauz
    @OmarioAmabauz 13 дней назад

    Nukuri birabaje Can kuko ntibanabitwubahira kuba turiko tubafasha ahubwo batwita abanyarwanda nibara

  • @IradukundaJosélyne-q6w
    @IradukundaJosélyne-q6w 13 дней назад

    Urupfu n'umuntu baragendana nayo abasilikare bo barazi ibanga bemeye,ugira Hari uwamuhase kuja mu gisoda?

  • @HOnoraiNtukamazina
    @HOnoraiNtukamazina 12 дней назад

    Yooo pol san pe nidanje ntakundi abiwe nibihangane neva niwe bamwitoreye

  • @mediatriceniyomwungere883
    @mediatriceniyomwungere883 13 дней назад

    Urabeshe ntabana asize,kuko yaramaze six mois yubatse, uwagahaye amakuru yahihendeye

  • @MamanClelia
    @MamanClelia 13 дней назад

    Nukuri imana nituzigamire abasoda buburundi nukuri turarushe kumutima

  • @ChantalNibona-kz6sf
    @ChantalNibona-kz6sf 13 дней назад

    Gusa vyukuri abasoda bacu bariko bazira iki ko Uburundi Atantambara dufis? Politique iragoy kwl😢

  • @Bertrand-t2m
    @Bertrand-t2m 11 дней назад

    wapi ntamosozi nkoroye, nugucankanya urusasu ntabundi, turokwinjiza abandi nimba yagaramye nibisanzwe

  • @MugishawimanaAncille
    @MugishawimanaAncille 7 дней назад

    😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @stevegateka8579
    @stevegateka8579 14 дней назад +10

    Imana imwakire mubwami bwayo kandi turahojej umuryang wabuze

  • @JimmyNiyonkuru-l8l
    @JimmyNiyonkuru-l8l 14 дней назад

    Imana imwakire iyimana imwongera imisi

  • @ElieHaragakiza-t6u
    @ElieHaragakiza-t6u 11 дней назад

    Ikibabaje nuko bari kurwa mukindi gihugu!!!

  • @JulianneCaline
    @JulianneCaline 14 дней назад

    Mujye mureka ubugory bwanyu abo basirikare leta yuburundi ntabwo yaboherejeyo bwihihwa bagiye bizwi nisiyose mujye mureeka amagambo yubucucu kdi umenye ko batagiyeyo gutaha ubukwe cyangwa kurema isoko bagiye kurugamba kuba yaguye kurugamba rero ntagitangaza kirimwo cyangwa byacitse urugamba runywa amaraoso ntabwo runywa amazi.nkawe wakoze iyi nkuru bigaragara ko utari umunyamakuru

    • @kevin_OG_killer
      @kevin_OG_killer 13 дней назад

      Izi ngegera nizo zicafuza igihugu mtamu sirikar azira NG nuk yagy kurugamba atazi ahubw ingaruka zintambara uba ur kurwanya umwansi ntakindi ikibabaje Ng nurupfu rubabaje kand atarupfu narumw rwigera rusosa vrt😢

  • @Masekohope
    @Masekohope 14 дней назад

    bajye babarasa ugwaruka rufise ikibazo mumutwe kabisa. birigwa baragwinjiza mugisoda babahenda ngobariko baragwanira igihugu kobatarungikayo abagore babo nabana babo bontibahomba hahomba ababyeyi babyaye.

  • @Lyduinentahimpera
    @Lyduinentahimpera 12 дней назад

    Ivyo bibondo muvuga nivyavutse mumeze 6 y'ubatse ?

  • @OmarioAmabauz
    @OmarioAmabauz 13 дней назад

    Non KO atantwazangobo zobahutu barungikayo???

  • @InnocentMajambere-o2w
    @InnocentMajambere-o2w 12 дней назад

    None niwe musirikare apfuye kuva uburundi bugize ivyago vya1993

  • @NDAYIHIMBAZELaban
    @NDAYIHIMBAZELaban 14 дней назад

    Uyu ni igikoresho cabariko bacisha ivyiyumviroo vyabo ngaho kubw'ikibii nabatari mugisirikare bariko barapfa bahitanywe n'ama accident nabo bariko bagira muri congo?
    Wamuntu ushikiriza ibiii uburundi nabarundi nibo bazubaka igihugu cabo cank ubumwe bwabo,icanishamwo murema mumitima nomubwonko bwabadasobanukirwa la guerre psychologique,uburundi nabarundi barazi umwansi wabwo.
    Reka rero kwidigadiga uteranya abantu kubw'indambi.
    Igihugu nic'abarundi sic'ubwoko.

  • @YamuremyeGilbert-d6e
    @YamuremyeGilbert-d6e 14 дней назад +2

    Imana ibakire mubwami bwayo igihe kigeze imana irahamagara uwaho kimwe gusa yaduhishije igihe tuzopfa naho tuzogwa

  • @DiegoSimeoni-w8j
    @DiegoSimeoni-w8j 10 дней назад

    Nukur ivyobint birabaaj cane

  • @nshimirimanaJulienne
    @nshimirimanaJulienne 13 дней назад +2

    Imana imwakire mubwami bwayo umuryango we imana iwuhe ukwihangana.

  • @DavidNikiza-t7z
    @DavidNikiza-t7z 15 дней назад +1

    Ko mutavuga abapfa muri m23 Kandi barigupha

  • @EllianeNishimwe
    @EllianeNishimwe 13 дней назад

    Imanimwakire kandi ituzigamire abasigayee

  • @SaraSara-m3z5d
    @SaraSara-m3z5d 13 дней назад

    Wamunyakuruwe ukijuju muzopfa mwangara kumusozi uburundi muzoza mububona kuri internet cndd izobamena imbavu kbs. 😂😂😂😂😂

  • @kamikazijocelyne5666
    @kamikazijocelyne5666 12 дней назад

    igihugu cacu nicamata nubuki diiii uburundi mumisi muzokwifuza ko muhaba canke mwabonaho ikibanza mubure😂😂😂😂😂

  • @OmarioAmabauz
    @OmarioAmabauz 13 дней назад

    Non ntibonva mugacerere kuko nabarungikwayo nabatutsi kuko bashaka bahonereyo ntihagire izina mututsi risigara mugisirikare cuburundi

  • @BizimanaBerchimas-n4h
    @BizimanaBerchimas-n4h 14 дней назад

    Niwigire amahor ugurishijwe ninda ndende yabategetsi bataz akamaro kumuntu amaraso yawe arahumira uwakurungitse

  • @ChristelleMapendo-k9b
    @ChristelleMapendo-k9b 12 дней назад

    Manaw ayamaraso yababantu président wuburundi azobibazwa kwl

  • @DonacienHakizimana
    @DonacienHakizimana 13 дней назад

    M 23 ntibapfa rero numva igihugu bagifashe kere bemureka umunwa

  • @LeonidasNdagijimana-o5f
    @LeonidasNdagijimana-o5f 13 дней назад

    Imana imwakire mbe abanyarwanda bapfirayo komutabavuga?ntasi idahamba

  • @MukantwariClemence
    @MukantwariClemence 11 дней назад

    Jew mbabanzwa na barundi baza kwigura congo nibigabo vyo murikongo vyigaramiy munzu Zabo na twe turigupfakara

  • @MamanClelia
    @MamanClelia 13 дней назад

    Yesuweee apfanye ubuto nukuri

  • @clebertmuhoza
    @clebertmuhoza 14 дней назад

    ko utavuga abanyrwanda batikiriye i masisi abana bi rwanda

  • @JustineOdong
    @JustineOdong 14 дней назад

    Manawe ariko Iburundi bwarabaye bubi mazina yanje uruhuke neza cne kndi ukaba wari intwari

  • @InnocentKwizera-k8l
    @InnocentKwizera-k8l 13 дней назад

    Tuvugirhh nukurira tukihanagura imana niyo gisubizo ncizo nzirakarengane

  • @safarijoseph1183
    @safarijoseph1183 13 дней назад

    Iyi nta nkuru irimo, umusoda ahora abyiteguye.

  • @LeocadieKamariza-t8o
    @LeocadieKamariza-t8o 14 дней назад

    Uyo apfiriye igihugu . abapfira ubusa ataco bakoze kiboneka nabo . ahubwo ivyuvuga vyaguheranye

  • @alidawizere
    @alidawizere 14 дней назад +1

    Ivyo uriko uravuga uriko ubisoma kuri compte Facebook ya Pacifique Nininahazwe😢😢

    • @alidawizere
      @alidawizere 14 дней назад

      Nta makuru uzi kurondera ntuzi no gusoma ivyo baguhaye