Intsinzi ku ba Diaspora |Fablice Manirakiza Isoko nkuru arayubaka nta gisivya umukono washizweko
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- #indundinews : Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo inyubako #Dieudonné_Dukundane yashize umukono ku masezerano aha uburenganzira #Ubaka_Nation_Group bwo kwubaka hagasanugwa isoko nkuru y' i Bujumbura , Fablice Manirakiza aramutswa iyo Societe akamenyesha ko ari intsinzi idasanzwe ku ba diaspora , nayo abifuza gushira umutahe muri ico gikogwa ko bahawe ikaze umutahe umwe ukagugwa 103$ ku ba diaspara hamwe na 103.000fbu ku baba i Burundi.........nayo i numero za telephones batorako abo muri Ubaka akaba ari izo zikurikira: +25776968705 canke 66665979
abifuza gushira umutahe muri ico gikogwa ko bahawe ikaze umutahe umwe ukagugwa 103$ ku ba diaspara hamwe na 103.000fbu ku baba i Burundi.........nayo i numero za telephones batorako abo muri Ubaka akaba ari izo zikurikira: +25776968705 canke 66665979
Fabrice sinzi ingene nunva umunezero reka dushimire umukuru w igihugu kungunvu ariko arakora kugira urwaruka narwo rubone ko ibono kazoza ...ruriko rurasonga mbere
Fablice turamushigikiye gose numuntu ari patient kandi ari déterminer vraiment ntabwoba mfise kuriha imitahe kuko turamuzi neza Hama nashaka guterera gato baze bibuke ibarabara ryindarayi rizoshika indani mwisoko kandi naho indege ishobora kurwa hejuru kuko turashoboro kutavyibaza Ubu ariko niyo tuja Aho umurundi ashobora kuzogura Jet privé canke umukuru w'igihugu akarwako thanks
None wotanga umutahe ata contrat baguhaye. Ikindi naco nuko ama actions yongana kuri bose kuko 103 dollars na 103K Fbu ntagana..
I’m 😂😅😅😅😅
Uwufise cmi ntiyoystaga
Tumusengere Fabrice bavandimwe .
Imana imube imbere❤
Waouh Vraiment Reta yuburundi irerekanyeko ishigikiye ugwaruka,Kuko Iki nikimenyetso gikomeye
Fabrice ndagukunda nukr IMANA ikumpere imigisha nimihezagiro ibandanye utera imbere ndakwisabire akazi uzoba ukoze 🙌🙌🙌🙌
Ahubwo iyo batariha Fablice barikuba bahemukiye Abarundi
Abanyapoliitike baikwiye kwizera Abarwizatunga bakareka kubatesha Umwanya n ukwitambika Imbere bakabuza Iterambere.
❤
✊🏾🇧🇮
Nivyo igihugu cacu cazingamitswe nukuvanga inzego ibaze umuntu ngo nuko Ari general agaca agomba no kuba umudandaza Cank umwubatsi 😢 igitoro bokivana numinwe yabakinyi ba politike bakabiha ababibishoboye banabifitiye umwanya,inguvu,nubumenyi 2060 ntiyonashika tukiri inyuma
@@user-ui9wq7rf9h uvanga Imiti ukarwara kurusha
Imana ishimwe kuba Fablice ashoboye gusindira icogikorwa cokubaka isoko munza makungu vyuburundi uburundi buratunze hasigaye yuko tubishira mungiro nyakubahwa umukuru wigihugu cacu ciza c'Uburundi yama abivuga
Gloire à Dieu
Murakoze cane kurico gikorwa giteza imbere igihu
J'ai suivi le discours et ayant eu les informations pour s'inscrire nous allons faire le nécessaire pour le projet.
Que Dieu bénisse le Burundi
In the name of Jesus uzobishobora Hamwe ni Imana uzobishobora
Ndagukuda Fabrice wacu
Ufise ivyiyumviro birashe😊
Komera mwenedata turagushigikiye cane hamwe numwubahwa ajejwe inyubako 👍
Fablise Oyeeeeee hejurucaneeee KUBURUNDI Turagushigikiye ❤
Gd congratulations kubarundi nokugwaruka any way I can't wait just let me know
Ni intsinzi y,iteka n,itekane ico gikorwa tuzogishigikira . Uburundi ni ubwacu tugomba gufatana munda mukubuteza imbere❤
Hejuru fabrice twashitse kare
Fablice manirakiz role model
Imana ishimwe nukuri kuba hari abantu bakiciyumvira gutyo. Ese uburundi bwoguma butera imbere🇧🇮
Yeeeess🥳🥳🤩😍😍😍🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾♥️♥️♥️🙏🏾🙏🏾🙏🏾!!! Turi kumwe caaane🥳🤗👏🏾👏🏾👏🏾♥️🙏🏾!!
Mwiyumviriye neza turabakeje ,mbega iyo soko izoba ifise cave ? Kuko parking ubu zogorana hamwe cave itobaho munsi .Erega buranashoboka kwubaka etage 4 umanuka munsi imodoka zikinjirayo ,birashoboka nuko zihaharara hejuru .Ibibanza mpuzamakungu nkuko bivugwa.
Komera kumuheto
Congratulations fabrice turinyuma yawe kandi Imana ishishikare kugushigikira no kukurinda amanwa nijoro umebarikiwa.
Nukuri nsinobura n umutahe n umwe nshiramo mw iterambere ry igihugu cacu. Ndi tayaaaaari nizere KO n umurundi wese w umutima akunda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turikumwe!!! Kukivi twese birashoboka
Ndaryohewe cane vraiment 👍
I gihugu gifise aba jeunes baciye ubwenge
Amen ko bigiye kugenda neza
Birahimbaye🎉🎉❤
Hezagirwa hezagirwa Imana yakuduhaye ikudutungire 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
❤❤❤❤yess harageze
Turakeje Fabrice nabarundi Bose muri rusangi. L'union fait la force
Gira vuba muduhe numéro de compte dushireko ama dollars canadiens turi tayali
Imana iguh kuramb kwiteramber uriko uzan korumuti naband babon ivyiza ukora barek amajambo abadakunda uburundi
Ndi Méthode From Uganda Kampala
Imana igume ikujimbere Fablice,kubwenge imana yaguhaye,numutima wo gukunda igihungu cakwivarutse,natwe abarundi dukunda igihungu cacu turi inyuma yawe,
Mungu mbele sisi Nyuma,, MANIMA STAR FONDATION irabakeje kandi iriteguye gukorana namwe
Big up bro IMANA ijimbere uburundi 🇧🇮
Good job Fabrice , uwo mugambi ndawushigikiye cane
Turamukeje Fabrice. Tumusabiye Ubwenge buva ku Mana bubane nawe. Ijuru ritegure imitego yose sekibi yotega munzira yiwe. Rimunde ba Tobiya naba Sanibalati. Ihangiro yohawe nabo bari kumwe Umwami azoribayobiremwo bashike kutsinzi. Kuko si itsinzi yabo gusa izoba itsinzi ya Twese Abarundi kuko izohembura imiryango y'igihugu iteze imbere igihugu ca twibarutse Ubuzima Buter'imbere. Congratulations cane
Nukuri nivyzi cyane bandanya imbere niheza
Imana ikurinde Inyankaburundi Muhugu wacu
Burundi ikebeye ba Fabrice 2 bonyene then boom burundi will be a new born country ❤.
UBAKA nation group tubipfurije amahirwe na succes murico gikorwa mugiye gukora kuko isinzi ryabarundi babahanze amaso.
Ndi yoronimu wo murukana❤🎉
Courrag imber ni heza, IMANA ishigikire kino gikorwa
Finally
Turirimbe twese kano karirimbo k'igihugu cacu🔥🔥🔥🔥:
Burundi bwacu
Burundi buhire
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo
Warapfunywe ntiwapfuye
Warahabishijwe ntiwahababuka
Uhagurukana uhagurukana uhagurukana
Ubugabo urikukira
Komerwa amashi n'amakungu
Habwa impundu n'abawe
Isamirane mu mashinga
Isamirane mu mashinga
Burundi bwacu
Ragi ry'abasokuru
Ramutswa intahe n'ibihugu
Ufatanije ishaka n'ubuhizi
Vuza impundu wiganzuye
Uwakuganza uwakuganza
Burundi bwacu
Nkoramutima kuri twese
Tugutuye amaboko
Umutima n'ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire
Horana ubumwe n'abagabo n'itekane
Sagwa n'urweze
Sagwa n'amahoro meza
Umunezero niwose isoko dukeneye nziza can mpuza makungu yigitangaza muri african yose nzima natwe nkabarundi twamanutse nimitahe twayizanye
Komera mwenedata turinyumayawe turahari jakukivi turitayari 💯
❤❤
Ndakunda Uburundi n abarundi .natwe turashoboye
Francine de Belgique ❤❤
Maudits soient les négativistes. Bizokunda murorera. Imana yo mwijuru niyo cabona
Very good
Ese ntawoshiramwo ayarenze $103
Ico wari turindiriye nicoooooooooo❤❤❤❤❤❤
Fablice jewe ndakugize icegera cuwomushikiranganji kandi ntakibazo kuko neva twabivuganye.
😂😂😂warasaze
IMANA ikutuzigamire murundi wacu tukurinyuma
Biranezeye cane .kandi birahimbaye
Turikumwe twese birashoboka🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦💪💪💪
AMATEGEKO batayakurikiza ? Nibashireho ubutungane kugira tumenye ko AMATEGEKO akurimizwa
YEMWE,ayo mafaranga akazezwa na leta CNDDFDD,ndababwijukuri ko iyo soko itazokubakwa. Ndi ngaha muzoba mumbwira
@@pierreclavernduwimana1974Utavuze nabi ntibwoca?
@@etienneuwimana3797😂😂😂😂bigukozeko😂😂😂
Uwo Pierre claver ninde abe atar yantama!!!
Gira vuba diaspora dutange turi tayali komera FAbrice jewe n'ejo notanga
Abakiri bato haguruka umwe wese icashoboye twubake uburundi🇧🇮🇧🇮
Umuhushatunga abura urwaruka.
Hi,it is very good to build our country,God will make way,where were men such ideas?If God will allow us to build,I will aford my force to improve the looks of my country,;no hands wanted from FMI if God allow to reache on this purpose;tell them our ideas on this project,
Courage Fabrice
Vyiza cane ❤❤❤
Il y a un hic, comment 103$ est équivalent à 103.000Fbu, quand même la parité $ et Fbu sera exigé sur au moins le tarif BRB?
Waooooo❤❤❤
Ndakwipfurije kuroranirwa murivyobikorwa vyigihugu imana ikujimbere wibuka gusenga nokuba mw'ijambo ry'imana warahezagkwe
twahisemwo neza Fabrice ndamushigikiye
Ndabona hagiye haraba ukwumvikana nk'uku uburundi ntibwoteba gutera imbere.
Ubwambere hashimirwe umukuri w'igihugu n'abo badikanije kukuntu bashoboye kuja inama n'ingingo kugira bemere ico ciyuviro
Ubwakabiri, hubahwe urwerwo rw'aba diaspora nacanecane Fablice kugira nabonyene bashire izonguvu hamwe kugira ibikorwa bigende neza.
Hama dusabe kandi hakemurwe ikibazo c'igitoro biciye muburyo nk'ubu nyene.
🎉
Turakeje caneeee bivuye kumutima Umushikiranganji w'inyubako kw'iteka biteye kukwerrkana ishaka 2e Fabrice nawe turahuteye intege twongera tugukera intege turikumwe twese.
Turashimye vyimvamutima fabrice n'IMANA yamuduhaye tuzomurwa inyuma
Turikumwe birashoboka. Notre union fera la force de construire notre bon pays du lait et du miel.
Wouuu mukomer
komera mutama urashoboye kabisa, kandi nipfuza kuja mubandi bazotanga umutahe.
IMANA IKUJE IMBERE Mr FABRICE.
NANJE I DOLLARS NZOZITANGA PE DUTERE ITEKA IGIHUGU CACU.
Fablice niwirambire🎉
Hariho Fabrice bizogenda neza ndavyizeye
Félicitations chez Mr ubaka nation Group ala tête Fabrice Manirakiza
Nibubake nkiya century city in South Africa
Nanje nzoshiramwo kugira igihugu cacu gikomeze kwitera agateka Twavuye mugihugu tugiye kurondera kugira twiteze imbere duteze n’imbere igihugu catwibarutse Fabrice nukuri kuba bayiguhaye ndizeyeko bigiye gukogwa vuba
Faith Over Fear
Tuzoterera cane isoko yacu tuyubake
Leta ikoze igikorwa cintashikirwa kuva Mur 2020
Uwontazoramba
Azoramba nyene! Agati gateretswe n'Imana ntigahenurwa n'umuyaga!
Azoramba kuko ni Umukozi wImana ariko asohoza ivyo Imana yavuze kuBurundi
Ndashimiye cane reta mvyeyi reta nkozi,yatanguye guha agaciro gakomeye twebwe abarundi cane cane urwaruka.President wacu Nyenicubahiro Ndayishimiye n'imboneza muri Africa.Fabrice nawe turagushimiye guma ku bikogwa.
100ndolali Ndahari fabi
Jewe sindumva aho ivyobihumbi 103000 inyungu abaturage bazogira usivyeko kugira isoko bikenewe mwotumamuvugango baterere
Abarundi mwubahwe
Fabrice wubake isoko yakijambere parking zikizungu nibindi vyinshi bikenewe bituma hagira ubwiza budasanzwe
Ndakeje Fabrice kuriyo ntsinzi ,iyo niyatwese ABA diaspola tubarinyuma
Uyumugabo Fabrice manirakiza kwazananye impwumu idasanzwe 🤓 uyu muntu leta igire attention kuko ashobora kuba ari mosses wo muri bible 😀 ubwo ntaje kutwambutsa ikiyaga gitukura 🤔
Nukuri Imana yamuhamagaye imuhangaze
Nanje ibibintu bintera nubwoba kuko umuvuduko afise iteye ubwoba.gusa ico Imana yagambiriye kumukoresha agikore, ikibazo abantu nkabo sasa...... 🤔💭 Iyibimukoresha irimaso.
Burya, umuntu w’intungane ashoboye vyinshi! Ingorane abanya Africa tugira, intungane n’incabwenge nka Fabrice nibakeyi cane kurugero kuronka umuntu nkuwo ari ukubonekegwa k’umutaga.
imana ihezagire abagan ye iciyumvilo
Here we go.Turaje twubake uburundi .bice mumuco gusa
Zana izo numéro
Ndashigikiy ko yubakwa ariko sivyiza ko muha urwanko ikibanza kuberiki hatabayeho appel d'offre haz imigwi irenzumwe uwobabony yobikora neza akayitahira.nubwo yoba fablice ntaco bitway m par contre ucumengo habay kumuhreza isoko ya leta😢😢😢😢
Ninde wundi yariyabisavye barabimwankira,?ninde wundi amaze kwerekana ko yitaye kwiterambere rusangi nka Fabrice?ugombutangure guterumutima mubi mubantu reka tubumwe ncuti yanje
Jew fab Amahera niyo atevye ntawomenya nimpamvu natembereye nzikorera akantu wewe witwa fabrice nanje nitwa fabien ndafise naho ako nzirengerezako
Komera bwana fabu
Numunezerudasanzwe kuritwese nagombagusabamuzemutumenyeshe ukwotwoshiramwimitahe name nshizemwitanuuuu (5) murakoze
Mu kugira turungike uwo mutahe twobigenza gute? Mbajije twe turi muri Tanzania.
Iyo misega iribesha 1000% turiho turi maso kandi ntitwicaye
None uburundi nta mu president ahari ..ko Burundi buhaye bwubaka abenegihungu ..amahera yareta yazahe ..canke abo twatoye biyita ngo nabasiga mateka ..barihe
Neza Fablice
Vyiza cane
Ariko amasezerano nkayo aba akwiye kwandikwa na computer